Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu yatanguje isekeza bise TURONKE AMAHIRWE ANGANA.

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 6 сен 2024
  • Kurikira ivyashikirijwe n'umutambukanyi w'umukuru w'igihugu c'Uburundi Angeline Ndayishimiye ku musi wa mbere w'ihuriro ryo ku rwego rwo hejuru ry'abakenyezi b'imboneza ryatunganijwe n'ibiro vy'umutambukanyi w'umukuru w'igihugu OPDD-BDI mu gisagara ca Bujumbura Kuva Ku wa 09-11/10/2023

Комментарии •