Intahe ibabaje//Umukunzi wanje yapfuye turiko dutegura MARIAGE k'umunsi wa SAINT VALENTIN//Agahinda
HTML-код
- Опубликовано: 7 сен 2024
- Intahe ibabaje//Umukunzi wanje yapfuye turiko dutegura MARIAGE k'umunsi wa SAINT VALENTIN//Agahinda
#urukundo #depression
Intahe y’urukundo rwukuri kabisa kandi ibabaje cane 🤦🏾♂️🤦🏾♂️🤦🏾♂️but ni vyiza yuko wahavuye uba strong 💪🏾 kandi ukanaronka n’uwundi ashobora kuja mukibanza cuwo muhisi gusa ico nogusaba nuko womwibagira hama ukareka kuza urashavuza uyo muri kumwe .God’s plan is so great ,uwo mûri kumwe niwe Imana yari yaraguteguriye 👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾,komera @Juste Gaël,love from Sweden 🇸🇪
Je mbona umengo ntamwanya munini waronse wa deuil umutype wawe yarakwiy kukuba hafi bizogenda birahera bukbuk hama naw rwa rukundo wakundo wakundo uwambere rwimukire iwiwe pole sana sister kubura umukunzi birababaje
Poresana dada yetu intahe ibabaje haraho bishikira abakundanye turaguhaye pore ❤
Mukobwa ico nogusaba nuko wokwitondera urukundo. wari ukwiye kubanza gufata umwanya ukwiye kugira uririre umukunzi yagiye hanyuma uheze. Kuko naho uzubaka ivyo ntibizoguheramwo vuba
Uwo mukunzi wawe nawe akwiye kukwiyegereza akagerageza kuja mu kibanza c'uwagiye.
None charbella Asigaye ajejwe iki mugihugu c’Uburundi? Ivyo anabesha ntanubwenge burimwo umengo ntiyaciy na 1ère primary kand se wiwe uwutamuzi amubaze ntamuhungu yoshikana iwabo
Feeroz my friend 😢
Pôle sana dada birababaje cyane 😢😢😢😢😢😢😢💔💔💔💔💔💔💔
What a pity
None nkibi nibiki?
Chrabella gabanya ububeshi wamukobwa wee😏😂😂
Idiot je abo bantu ndabazi abeshe iki?mubeshuze
mpore goseee 😢😢😢😢
Ibintu avuga biraboneka k harimw ububeshi
None uyu wewe uvundurutse hehe ?? Erega isi bibazako ifunze nigufuri 😅😂😂😂
😢😢😢😢😢😢
Ba mutubwira ibintu vyakamaro biteza imbere abantu apana amanyanga nkayo👎👎👎
intahe zuburofa kweli
Any bibi kubesha ww turazinany aho nj noca nkubeshuza nivy yarapfuye muga eee ntabirebire mvuze
🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂sha uy mu dada arabesh kbsa ati?🙄🤔🤔😂😂😂
Oya kugira mureke kuducanga cubivugira ahanyene vyume vyumye😂😂😂😂
Bivuge di
😂😂😂😂bivug n ukuri araboneka kwariko abesha😊
Abantu muri ibigugu ivyo ubona ari ibintu yoza kubesha 🤔 pole sana sha sista