Intahe ibabaje y'umu DIASPORA//Kwicwa ninzara uba muri AMERICA//nahatswe gupfa ndi//agahinda nagize

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 25 июл 2024
  • Intahe ibabaje y'umu DIASPORA//Kwicwa ninzara uba muri AMERICA//nahatswe gupfa ndi//agahinda nagize
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬
    #ubuzima #diaspora
  • РазвлеченияРазвлечения

Комментарии • 213

  • @jacklinehatungimana1730
    @jacklinehatungimana1730 Год назад +6

    Pole sana nanje Washington DC nahabaye imyaka itatu nahakubitiwe ninzara idasazwe ariko ubundi muri cororado verema biragenda

  • @ismailamugisha
    @ismailamugisha Год назад +9

    Un excellent interview ❤️ ariko ico mbonye nuko la plupart y'abandi ba diasporas Bose babirwanije ivyo uyo mudemu avuze ; ariko je numva ivyo yavuze vyumvikana ,kandi ngerageje kumwumvuriza ndumva ko ar'umuntu adafyina vrt ,ahubwo nuko azi valeur yiwe ,none ac'abaho nk'umu esclave kandi ata esclavage ikihar ,nk'uko yavyivugiye ; Jewe ndavyemeye ivyo yavuze vyose 👏

  • @darcybrilliantdushime6513
    @darcybrilliantdushime6513 Год назад +4

    Umugore wubwenge numugisha Merci kumutumire Juste

  • @UNESHAOnesme
    @UNESHAOnesme 9 месяцев назад +2

    Watching y'all from Rwanda Kigali 🇷🇼🇷🇼

  • @mbona7324
    @mbona7324 Месяц назад

    Gael courage kuri ibi biganiro. Za muza murabarira urwaruka rwacu tuze turamenya iyo tuja. Tumenye uko tuhagenda

  • @flaviendayikunda1110
    @flaviendayikunda1110 Год назад +15

    Courageuse Pilote Keke...tu es sincère..terimbere

  • @flaviendayikunda1110
    @flaviendayikunda1110 Год назад +6

    Juste Gael ..Imana Igukomeze yame Igutwenza..urafis talent pee caane...knd ibikora neza goose

  • @belemboureima6231
    @belemboureima6231 Год назад +10

    Gaël, it is not everyone who can come to Burundi every 6 months. This means she is stable (money).

    • @luckysonmucowera
      @luckysonmucowera Год назад +3

      Abo twarabamenye nukuba Barivugira kugira bace Kuma media gusa oui c'est vrai ubuzima bwohanze burazimvye gusa bugoye Uri ikinebwe

  • @gitavihometv5778
    @gitavihometv5778 Год назад +2

    Ijambo avuze ca Jeunesse muri leta nukuri suis pour💯👍👍👍💎 Sha aho kbs uciye ubwenge

  • @Evra800
    @Evra800 Год назад +6

    Abakobwa nkamwe nibo❤dukeneye mugihugu bafise vision.hama america ivyo wavuze nukuri niwubahwe 🙌

  • @herbertrugerinyange1790
    @herbertrugerinyange1790 5 месяцев назад

    Yooo Keke yarabaye umuntu mukuru pe, elle fût ma voisine mu kinindo ari muto. Vraiment bravo!!!

  • @famoustv4588
    @famoustv4588 Год назад +3

    Bonne émission! 🍟

  • @fistonnzoyihera7791
    @fistonnzoyihera7791 Год назад

    Ukuri kwuzuye👍👍👍👍👍

  • @rukingaboy5473
    @rukingaboy5473 Год назад +4

    Courage Juste Gael. Utanga émissions zubwenge

  • @lepresi6673
    @lepresi6673 Год назад +7

    🎉 le plus important c’est qu’elle veut vivre au Burundi 🇧🇮. I Burundi ni paradizo ufis projet yawe yinijza 🎉komera mada 👌🏾👌🏾

  • @alineshima7033
    @alineshima7033 Год назад +2

    Sha ndagukunze vraiment uvuga ukuri agasuzuguro kazungu Kari hose no muri Europe

  • @lindankurikiye9881
    @lindankurikiye9881 11 месяцев назад

    Quel talent
    Courage

  • @LaCharmanteL
    @LaCharmanteL 8 месяцев назад

    👌🏽👌🏽👌🏽👌🏽 bonne entrevue ma belle Li Sharon. Je t admire. Turi kumwe sha. Bien sana kabisa. There no place like home. Buja niko nakuja uko.

  • @FulgenceMikaOfficial
    @FulgenceMikaOfficial Год назад +1

    Pole Mama!

  • @nella_k
    @nella_k Год назад

    Courage courage❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @audreyuwimana4715
    @audreyuwimana4715 Год назад

    🔥🔥😍

  • @eustachesitaki3698
    @eustachesitaki3698 Год назад

    Merci ku mutumire

  • @JayFazzHassan619
    @JayFazzHassan619 Год назад +5

    😅😂Ariko Mana #Gael ntasi nimwe idahamba nimutubabarire,uwo koyatumweko na maman wiwe izo strago yazibonye gute😂😂😂😂😂😂Nimuryoshe ikiganiro nayo ahandi ntasi idahamba mumpe #Like

    • @aliciadas5050
      @aliciadas5050 Год назад

      Jewe numiwe nuyomudada ivyariko aravuga

  • @loulumony8519
    @loulumony8519 8 месяцев назад

    Keke ndagukunda courage❤❤🇴🇲🇧🇮🤝

  • @FurahaMeckson
    @FurahaMeckson Год назад

    Courage mama

  • @richard-kellymbonimpa9237
    @richard-kellymbonimpa9237 Год назад +7

    Justin Gaël. Please uyo mû dada arabesha . Uri ikinebwe c’est normal. Je suis ici depuis 2016 mais ma vie est bien. Franchement numunebwe sana

    • @BlissChloeGAHIMBARE
      @BlissChloeGAHIMBARE 11 месяцев назад +3

      Ta vie c'est ta vie kndi ivyo yavuze c'est la réalité nta
      bubeshi burimwo si la tienne s'est bien passée
      par chance reka kuca ubeshuza comme si tout est blanc

    • @erichakizimana5185
      @erichakizimana5185 9 месяцев назад +1

      umwe wese nubuzima bwiwe

  • @user-no1xu7vy8o
    @user-no1xu7vy8o Год назад +1

    ❤❤

  • @belemboureima6231
    @belemboureima6231 Год назад +6

    Nta mukene aja i Buja 2 fois par l’an

  • @jeanoliviergasore964
    @jeanoliviergasore964 Год назад +4

    Iyo ushitse US uzi ico wagiye kurondera, you can make it. Iwo ivyo avuze bihuye n'ukuntu yahashitse, yazanywe n'abavyeyi araheza aja kuraba amatara Washington! Abaje bazi ko baje kurondera ubuzima, they make more than $100,000.00 per year! Iyo ntahe ni rwiwe personnel, uwundi yoza yovuga ibitandukanye n'ivyo.

  • @jennyirakoze5406
    @jennyirakoze5406 Год назад +21

    I like her transparency, however everyone have their own experiences. Depending on how you entered the country, your experience will be different. People that came to the US as refugees have it slightly easier cz the moment they arrive, they have papers that permits them to work immediately and they have people to help them find jobs. People that come with no papers find it hard. Of cause life is hard everywhere in this world, but there are tons of opportunities in the US if you’re a-go-getter, you’ll succeed. You just have to know what you want and go for it. Also what kinda company gives 3 months year😵 (per my understanding) twice a year🥴I’m sorry for your rough beginnings.

    • @etiennekarekezi4089
      @etiennekarekezi4089 Год назад

      America ntabwo ari abanyafrica ,bariya bazungu ntabwo bagukunda ,uzajyayo uronke amahera ariko nta bugingo uzabona ,basigaje kugutera akantu mumutwe hama ubugingo bwawe bwose bakabutwara ,amahera niyo baguha ariko bakakugira umu homosexuel

  • @behappy004
    @behappy004 Год назад

    She's smart ✨

  • @ericbangirimama9836
    @ericbangirimama9836 Год назад +2

    Uyu nuwambere avugishije ukuri nayo abandi baza babesha

  • @francoishakizimana7674
    @francoishakizimana7674 Год назад +4

    Oya Gael ubwo sibwo buzima Diaspora ya America ibayemwo bivana n'ingene winjiye kandi ubuzima bw'amareta buratandukanye.
    Nohanura ko imurundi vyase mu ma state (ibisagara) bizivye batabishoye baje mu bisagara bitibito bitazimvye.

    • @gygygyslaine4712
      @gygygyslaine4712 Год назад

      Bababashaka kwikomeza iyo nahoguhiga saho kuja gusa neza mugihe udafise ubushobozi

  • @user-ni9fm2rc3d
    @user-ni9fm2rc3d Год назад +6

    Ahubwo numunebwe cane ,nicogituma aguma agaruka muburundi kigira aruhuke .
    Arikwarabesha cane sivyo

    • @etiennekarekezi4089
      @etiennekarekezi4089 Год назад

      America ntabwo ari abanyafrica ,bariya bazungu ntabwo bagukunda ,uzajyayo uronke amahera ariko nta bugingo uzabona ,basigaje kugutera akantu mumutwe hama ubugingo bwawe bwose bakabutwara ,amahera niyo baguha ariko bakakugira umu homosexuel

  • @belemboureima6231
    @belemboureima6231 Год назад +7

    Gaël, uri mushasha aha USA haragoye. Twese twaje dreaming ngo ama dollars aruzuye. Washington DC is very expensive city, but with many opportunities. Urumva rero ni choices. Par exemple un appartement ya 2 chambres à Washington ni nka 2000 pour loyer ugaca wongerako factures yandi. Alors que muri Etats zimwe zimwe $2000 uriha inzu nini ya 4 chamoà deux niveaux

    • @nsabimanamarie-838
      @nsabimanamarie-838 Год назад

      😂ubuzi ko ugiye kuyora$$$

    • @gygygyslaine4712
      @gygygyslaine4712 Год назад

      Ibaze ayomahera ni menshi cane arik birumvikana nuko ubuzima bumeze

    • @etiennekarekezi4089
      @etiennekarekezi4089 Год назад

      America ntabwo ari abanyafrica ,bariya bazungu ntabwo bagukunda ,uzajyayo uronke amahera ariko nta bugingo uzabona ,basigaje kugutera akantu mumutwe hama ubugingo bwawe bwose bakabutwara ,amahera niyo baguha ariko bakakugira umu homosexuel

  • @teddyciza9995
    @teddyciza9995 Год назад +1

    Umugor aciy ubwenge anahanura neza azi ibint

  • @astonadolphenicayenzi7833
    @astonadolphenicayenzi7833 Год назад

    Ugira plan nziza kugira uze wifatira vakantie

  • @kanyangenadine2757
    @kanyangenadine2757 Год назад

    Mpole keke

  • @miraly2
    @miraly2 Год назад +2

    Buke buke abazungu tuzobafata,KO dutanguye kuza turamenya utu infos duke duke

  • @aganzearthur6205
    @aganzearthur6205 Год назад +6

    Uyomugore arabesha

  • @fidelebizimana6324
    @fidelebizimana6324 Год назад +2

    Avuzukuri haragoye muri Amerika

    • @francescafrancesca8901
      @francescafrancesca8901 11 месяцев назад

      Haragoye nivyo ariko ayo wakoreye urayaronka ntawuguheranira.
      Ikinebwe nico kihagirira ingorane.

  • @jacobayanke463
    @jacobayanke463 Год назад +5

    Mademoiselle yagiye yiteze gutora inoti adakoze asanga ntaho bayandura aca arahahamuka.

    • @gygygyslaine4712
      @gygygyslaine4712 Год назад

      Nikivugishe ukuri areke guca intege abandi sinama Mbona kuri Isimbi tv,Chita Magic, Yagoo harabatanga ubuhamya bwiza noe abarundi twabayik

  • @user-bo2cc4xs6n
    @user-bo2cc4xs6n Год назад

    Muvyukuri ndahabaye imyaka myinshi ariko hari vyinshi ntemeranya n’uyo mugore akarorero ivyumushahara eka n’ibindi vyinshi

  • @Bagenzi4life
    @Bagenzi4life Год назад +5

    Uyu si wamukobwa #nellyNaty yacoma kuri social media ziwe amufaka gose

  • @ngkidzdancers
    @ngkidzdancers Год назад +1

    Ijwi nk'irya monna walda

  • @donnar3790
    @donnar3790 Год назад +1

    Uraciye ubwenge kandi uracari muto , courage muri vision yawe uzogere kure uzogaruke ukorere igihugu

  • @nitangasaoul
    @nitangasaoul Год назад +5

    Nimutwereke ukuntu ushikayo twicire inotii America 🇺🇸

  • @mugishaevangeline8095
    @mugishaevangeline8095 Год назад +1

    Eee abarihabze yigihugu bakora cane birazwi ndabiye nkabari muri categories ya Asian nabonyene turakora gose😢😢😢😢

  • @jeremieniyonkuru631
    @jeremieniyonkuru631 Год назад

    Umuntu wese aje mur'America akura amaboko mumpuzu ikindi uzira kugaya akazi. Uwo rero intango yiwe niko beshi bibamerera. Ariko uje ugakora ivyo bibazo ntimuhura. Ikindi ayo mafranga yavuze ko bahembwa $7 ariko siko bimeze namba. Ahubwo Washington DC minimum wage ni $17/ hr. Rero ubunebwe hano nubwo woba ufise izo advantage ntaho wigeza. Courage gusa harakunyuzuye nkuko nabandi bose vyama bibashikira.

    • @AhishakiyeJoselyne-ir4sx
      @AhishakiyeJoselyne-ir4sx Год назад

      Si américain gus nomuburund Nukw udakoz ntac uronk.noe muburund ntabagwizatung dufis,? NTabant dufis vyakunz ah muburund,,? Na américain Nuk kk biravugwak akanoti kariyo ark utaz kukaronder ntak ufat kk nabaken bariyo.apan kuz muduhend RK tuz tuvyirabir vyase tuzogaruk

  • @emmanuelmyles157
    @emmanuelmyles157 Год назад +3

    Ariko agerageze avugiahe ukuri kubera ndumurindi ahamaze 20 years ,abeshe azaba amaramaje

    • @etiennekarekezi4089
      @etiennekarekezi4089 Год назад

      Ibaze gusiga iwany amahera ngo ugiye kuyarondera america?? America ntarukundo anerica ni corporation sigihugu , bazoguha amahera mugabo nta bugingo basigaje kugira homo ,hariy ni edom

  • @godelivehabonimana1439
    @godelivehabonimana1439 Год назад

    Komera mwana wabarundi urazi icushaka Kandi ni vyiza uzogishikako gikuru nukudacika intege nakunze caractère yawe Fata umurongo wifuza apana uwo bagutegetse gufata imbere ni heza ujana nabakwunva

  • @gregoirekennedy8573
    @gregoirekennedy8573 Год назад +4

    America siyibinebwe guys
    Udakora ntarya ,abatahabona barira abandi variko baratwenga

    • @nmnteamdknn8405
      @nmnteamdknn8405 Год назад

      Ntibabaha food stamp??

    • @francescafrancesca8901
      @francescafrancesca8901 11 месяцев назад

      ​@@nmnteamdknn8405
      Ego barayiguha, uca ubirira hehe?
      Kandi food stamps ntakindi ugura atari ivyokurya.
      Inzu uca uyiriha iki udakora?

  • @angeinarukundo6438
    @angeinarukundo6438 Год назад

    Mme ufise igihababu camafranga donc we ushaka gutunga muga utabikoreye.urarengej

  • @aliciadas5050
    @aliciadas5050 Год назад

    Uyomudadada navugisheukuri bivana na state arimwo,hama umwirabure ntaho alumiriwe niwewe ukowifataniko ubaho,ndumurundikazi ariko mba USA kandi ndimuganga mfise ubuzima bwiza.navugekugatwe kiwe

  • @Dan4real-le2ey
    @Dan4real-le2ey Год назад +13

    Juste Gaël ego turagukurikirana ariko Broo wewe wama uzana abantu vyanse USA est ce que kuber iki utazana Abo ubuzima bwakunze why mushaka ntihagire abazojayo ivyo bintu sivyo

    • @gygygyslaine4712
      @gygygyslaine4712 Год назад

      Wigira Ubwoba birakunda vyose nimumutwe harabo vyakunze kand cane jew ndabakwirikira cane

    • @KP-fe6io
      @KP-fe6io Год назад

      Ino America ntihaja abinetagaza haza hashobora abazi ubuzima ica rico Reka twicire $$$$$$$

    • @AhishakiyeJoselyne-ir4sx
      @AhishakiyeJoselyne-ir4sx Год назад +1

      Rk RK sh niyamanyang yabarund nkank uwuter imber.bib vyarakunz bank uwubasangay noe ko baza bakonger bagasubiray UW vyans gos ntasubiray RK rk

  • @fidelnjiwa1515
    @fidelnjiwa1515 Год назад +6

    Uyumukobwa numubeshi. Hahahaha 😅ngo aba boss nabareta. Umubeshi wambere. Urumunebwe

    • @roselaurier6648
      @roselaurier6648 11 месяцев назад

      Ntiyavuze ko ari aba boss. Elle parle de licenciement ko reta batakwirukana du jour au lendemain
      C'est son choix.

  • @belemboureima6231
    @belemboureima6231 Год назад +1

    Ino udashatse kwihagararako ntupfa n’inzara

  • @lydianyamushika3665
    @lydianyamushika3665 Год назад

    Gusa ntuzosubire kuja kuri scène uririmba sivyawe si non cnk Sky yarugaye

  • @wilsonwilson6833
    @wilsonwilson6833 Год назад +2

    Ukonukuri kubahanze biragoye

  • @aishaafricanas7519
    @aishaafricanas7519 Год назад

    Ni hatari kwel 😢😢😢

    • @concordemanirakiza9143
      @concordemanirakiza9143 10 месяцев назад

      Ŵaragersgejè Imana igufashe utere ujimbere ivoiriens ils sont bavard

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or Год назад

    Bro ww ndakunda ibiganiro vyawe biranyubaka🤛

  • @niyongabogady1100
    @niyongabogady1100 Год назад +1

    USA 🇺🇸 ikurikiza itegeko ry’Imana ati:. Jewe niyo mpa rero ukaba uzi ko uri ikinebwe ntuze wipfuze kuhaza !

    • @francescafrancesca8901
      @francescafrancesca8901 11 месяцев назад

      Niko biri kabisa.
      Udakoze nturonka n'uwuguha I cent imwe ya gusa.
      Ukoze isaha baguhembera iyo, ukoze amasaha 8 baguhembera ayo.
      Urwaye ntibaguhemba. Kiretse ukomerekeye kukazi.

  • @ndihokubwayoherman2473
    @ndihokubwayoherman2473 Год назад

    Mbega umuntu avuga ukuri yubahwe

  • @auretbriandigiraneza146
    @auretbriandigiraneza146 Год назад

    Gus nyene ni bien uw mudada afise vision nziza cane ariko reo jew nshitse aho yari nugupambana nakuya kakamanuka hahandi 😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @danjordywilson
    @danjordywilson Год назад

    Vrt ndakunze uburyo wiyemeramuo wanka agasuzuguro kandi mu buiyemezi buawe bituma univugira ikirundi cinshi but watubeshe umuntu aza every 6months aba ameze neuzan au niveau de la finance🤣🙈

  • @pacifiquenihorimbere-lt9yo
    @pacifiquenihorimbere-lt9yo Год назад

    Kwisi yose udakoze ntavyagusa ibinebwe ntaho ndumva biyaronka bitakoze hama vyishi wavuze wabeshe cane umuntu aba ico ashaka

  • @alphahope7205
    @alphahope7205 Год назад +2

    Ur’umunebwe cane

  • @nadineniyonkuru8913
    @nadineniyonkuru8913 Год назад +1

    Muze muvuga ukuri mureka kubesha America kumugore yibugenze bamuha ikarata ya wic irimwo amahera yivyafungura,ikindi udakora canke urwaye uraronka iyindi karata irimwo amahera iyifungugwa yitwa food stamp baraguha namahera ya kashi wifashisha yubuntu ariko kashi baguha make ushobora kuguramwo ibintu,uhubwo washaka amahera uyora hasi😂 😂😂😂😂

    • @user-fj5rt4ts9o
      @user-fj5rt4ts9o Год назад

      Nawe urabeshe ama states aratandukanye harahantu bataronka ubwo bufasha bwose jewe kobanyimye ubwo bufasha bwose kandi nari nibungenze 🤷🤷🤷🤷🤷🤷🤷narinze vyara atavyo bampaye rero birashika kuko Kira states ifise amategeko yayo

  • @annemarie971
    @annemarie971 Год назад

    Gukoresha le not esclave warengeje
    Ukunda amahera yamatoramo nka y’a Burundi
    Naho wiga programme irimwo inoti
    N iwamara uzokora pareil
    Uzoruha kuko uzoba rinks ukoze
    Nta muntu aja burundi from America chaque année akenye urabesha abatabizi

  • @kagamepaul2672
    @kagamepaul2672 Год назад +5

    Wemuko urikinebge urabesha cane rwose

    • @kamikazigracia2529
      @kamikazigracia2529 Год назад +1

      Ivyuvuga wewe urabizi?? Nimb utab America ugara umunwa wawe nawe utandugiriza isukari ubuzim bwa America nimunuriro ahubwo avuze ibisanzwe

    • @AhishakiyeJoselyne-ir4sx
      @AhishakiyeJoselyne-ir4sx Год назад

      ​@@kamikazigracia2529naw nyamba vyans tah mugihug c,amata nubuki.ah ata sukari,atagitor bihar😂😂😂😂😂

    • @kamikazigracia2529
      @kamikazigracia2529 Год назад

      @@AhishakiyeJoselyne-ir4sx twama twatashe ivy sikibazo kuri twebwe

  • @EricUwimana-rq4yw
    @EricUwimana-rq4yw Год назад

    🤔🤔🤔🇺🇸🇺🇸

  • @AlbansBans
    @AlbansBans Год назад

    Uyu mudemu sumwe Nelly nat yavug nimb ariw ivyavug ntanakimw numvise

  • @kg7285
    @kg7285 Год назад

    Wewe uvuga ko stress ikunanira none après 30 ans bizobabimezegute??

  • @iradukundalionel4662
    @iradukundalionel4662 Год назад

    Gaëlle rongora waragumiwe😅😅😅😅😅

  • @omerntiharirizwa2121
    @omerntiharirizwa2121 Год назад

    Jewe ivyo muvuga nivyo 'burya isi turayigendana kuko abadafise internet bakubona nkumusazi'babwire

  • @yvesmvunabandi7631
    @yvesmvunabandi7631 Год назад

    Uyu mu dada afite vision nziza ariko numunebwe mubi!!

    • @davidmujyambere1441
      @davidmujyambere1441 Год назад

      Bya hatari !!! when you keep changing every single project you start uba uri umunebwe. Aratekereza neza with good vision ariko ni umunebwe.

  • @NiyongaboThierryblastide-xn5pc

    Erega mwamenyereye kurya mwiyicariye ubu rero uuzima bwari butanguye pe

  • @mariego9634
    @mariego9634 Год назад +1

    Ubuswa, ubunebwe kutagira objectif biragoye

    • @etiennekarekezi4089
      @etiennekarekezi4089 Год назад

      America ni edom ,bazakugira umu homosexuel amahera bazoguha ,ibaze nkawe kuva paradiso ikaja muri sodoma

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 Год назад

    Wari uzi ko maman wawe akora muri World bank? 😅

  • @ArmanKhan-oj3jx
    @ArmanKhan-oj3jx 8 месяцев назад

    Mugabo keke amasaha 10h simeshi urikukora hari nabakora 24h hamwe winva nubwonko buyaze

  • @francoisemukaferesi3650
    @francoisemukaferesi3650 Год назад

    Mupe Number yuyu mukombwa ndamukunze bidasanzwe

  • @user-qq6mv6vh3e
    @user-qq6mv6vh3e Год назад

    Umukubito umu momoro😂😂😂

  • @user-nv9xb8vc9l
    @user-nv9xb8vc9l Год назад

    Umbwo ntambwo yari Mur America arabesha ntanzara ihaba cyereka niba yaritwaye nabi

  • @Birashiika
    @Birashiika 10 месяцев назад

    Gabanya itabi Keke🤣

  • @ndayikejegilbert5966
    @ndayikejegilbert5966 Год назад

    Ninaba mboana neza Ayo maso yawe ni jaune biteye ubwoba ugende vuba urondere umuganga ncuti yanje.

  • @JeanineNIBIGIRA-lx6de
    @JeanineNIBIGIRA-lx6de Год назад

    Uyu murundikazi yubahwe yaravugishije abadiaspora benshi bituma abakiri ku butaka bw'uburundi tumenya ibitari bike ku buzima bw'abarundi baba mu mahanga.uwohanshikana mvuka aharaho,nokora n'umutima ukamvamwo kuko iiwacu turakuha ntitwinjize

  • @wordoflifeministry5016
    @wordoflifeministry5016 11 месяцев назад

    Wibagiye kwirukana babilone babu kandi vyabishee warah

  • @DJMurya
    @DJMurya Год назад +1

    None ga yemwe, igihugu ari "puissance mondiale" akabura ikintu positif akivugako?

  • @giftuwiragiye7697
    @giftuwiragiye7697 Год назад +2

    Ukaba uri kumw na babyloni kagiye he blo?

    • @etiennekarekezi4089
      @etiennekarekezi4089 Год назад

      America ntabwo ari abanyafrica ,bariya bazungu ntabwo bagukunda ,uzajyayo uronke amahera ariko nta bugingo uzabona ,basigaje kugutera akantu mumutwe hama ubugingo bwawe bwose bakabutwara ,amahera niyo baguha ariko bakakugira umu homosexuel

  • @godelivehabonimana1439
    @godelivehabonimana1439 Год назад

    Nimumureke ahubwo azi icashaka

  • @manirakizavalere3382
    @manirakizavalere3382 Год назад

    Urimukuri

  • @pacifiquenihorimbere-lt9yo
    @pacifiquenihorimbere-lt9yo Год назад

    Dukomeza kumigwa

  • @Nziza406
    @Nziza406 Год назад

    Nukubura umwanya wokurya ibiryo birahari nukuri

  • @DAMUSAFI
    @DAMUSAFI Год назад +1

    ❌ABARUNDI n’Abanyamulenge n’abanyarwanda bigira abanyamuji cane cane abakobwa ntibivisha bugufi unamuzi ko arumurundi ukamuramutsa arakwirengagiza noneho 2/5 nibo bashobora kubana nabanyamahanga bigakunda❌

  • @hangiroetincelle8167
    @hangiroetincelle8167 2 месяца назад

    USA nta nzara, iriho pu.
    Reka kubesha

  • @DalimaGhost
    @DalimaGhost Год назад

    We vyopfuma, ino uramutwara ukamuvyara atanumw agufashije

  • @user-vp5mz9zd5s
    @user-vp5mz9zd5s Год назад +1

    Umunsi uzoheba 🇺🇸 neza uzogaruke ngaha mu kiganiro utwereke passport uyitabuye niho tuzovyemera ko 🇺🇸 hagushisha neza😆😆

    • @etiennekarekezi4089
      @etiennekarekezi4089 Год назад

      America ntabwo ari abanyafrica ,bariya bazungu ntabwo bagukunda ,uzajyayo uronke amahera ariko nta bugingo uzabona ,basigaje kugutera akantu mumutwe hama ubugingo bwawe bwose bakabutwara ,amahera niyo baguha ariko bakakugira umu homosexuel

  • @alicedorianetuyishemeze2938
    @alicedorianetuyishemeze2938 Год назад

    Ntamuntu akoresha umuntu 2semain atamuhemba urabeshe !! Ko utamwitwariye bayakwishurize ko nzi atamanyanga ngaha

    • @francescafrancesca8901
      @francescafrancesca8901 11 месяцев назад

      Aho arabeshe kabisa kuko aha n'aho ukora 30mins barayiguhembera.
      Kumbure vyoba vyaramushikjye ariko siko biri.

  • @NelsonronoKoskei-kc5xy
    @NelsonronoKoskei-kc5xy Год назад

    😂😂😂

  • @kg7285
    @kg7285 Год назад

    None uwomugabo wumva wafaneza yaguhebeye iki?