Nafashwe ku nguvu na ONCLE wanje//Yabinkoreye imyaka 6 atambabarira//Agahinda nagize//Ndacababara
HTML-код
- Опубликовано: 28 фев 2024
- Nafashwe ku nguvu na ONCLE wanje//Yabinkoreye imyaka 6 atambabarira//Agahinda nagize//Ndacababara
#violin
@leecharon - Развлечения
MUSHOBORA GUKURIKIRANA indirimbo nshasha ya LEE CHARON yitwa VACANCE D'AMOUR by KEE CHARON muciye kwiyi LINK
ruclips.net/video/QlXQ4eXbICc/видео.html
ruclips.net/video/QlXQ4eXbICc/видео.html
Nimureke kumutuka ivyavuga birahari cnee ahubwo abavyeyi bamenye imibereho yabana babo.kandi umwana akubwiye ikintu nukumwunva. Urakoze cnee
Urakize mukobwa hako agahinda kakwegura bivuge uruhuke.
Ninginge abaza inyuma yanje kukande kano gafoto. Ababikoze Bose Imana ibahezagire n’abanyu bose 🙏🏾🙏🏾🙏🏾🥰🥰👍🏾
Pole sana Imana Ikuzigame kandi merci kuri temoignage. Ni courage nyinshi oser le dire. Kandi biragabanya ububabare iyo umuntuabivuze
Pol mukobwa mwiza natwe ivyo vyaratubayeko ariko abavyeyi kuko ataco bitayeho nanubu ntibabizi nihatari😢😢gusa jewe nanje ubu Umwana wanje kugira ajegutembera mumihana bizongora pe
Umwana nukumwigumizako umurekuye naho uramubwira burikintu ko nihagira uwumwegera azivuze induru hakirikare
Please mureke kuba muvuga ivyo mutazi
Thx Sharon ku ntahe yawe irigisha ikakangurira nabavyeyi kuba maso
Courage Lee❤et merci pour le partage. Imana ibandanye ikuba hafi
abavyeyi abavyeyi ,abavyeyi😭😭😭😭muragabe nabana
Ni mwiza OMG 🥰🥰
Ikiganiro ciza cane
Bravo Sharon et courage ma belle
Pole mwiza,ivyo biraba kenshi kandi bigakorwa nuwo wari wibaza ko yogukingiye birababaza cane kuko n'igikomere c'intakira,abavyeyi bakwiye kuba hafi y'abana babo babakobwa igihe cose
Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤kuyindi mpwemu idasanzwe imbere cyane ❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅
Birakaze
Kuyindi mpwemu idasanzwe 🎉🎉🎉🎉🎉
Imbanga mu NDA mwabarundi!!!. ndabona mutanguy kwigana Abo hirya ya kanyaru.
Mpore mama
imana imubabarire
Merci beaucoup mwizaaaaaa 🥰🫶🏾
Bavyeyi mureke kumutuka par contre bibere isomo a BBC avyeyi ivyo bintu vyo gutanga indaro ku ncuti si vyiza! No kureka abana ngo baje mu mihana mutazi ababa muri izo ngo
Beaucoup d’amour pour toi
Aba papa nibiyugururire abo munzu nkuko babigira hanze
Courage
Uyu mu dame abandanye akomera cane. Ivyo yavuze nivyo, kuganiriza abana n’ikintu gikomeye cane. Vyofasha ko amabi menshi ataba mu miryango.
Sinarinziko ayo mabi akorwa mugihugu cacu narindabizi murwanda kko hoho umengo ninkibisanzwe ntakibagera
Mu Rwanda ni Burundi hose ni mwisi aho Ibibazo bishobora kugera.
Icambere urya cane, uko kuboko kumeze ukuntu.
✌️✌️✌️✌️✌️✌️✌️✌️🇧🇮
Yubawe umurundikazi wintwari
Sharon uratwigishij kwl twig kugurukiranir n abana bacu kubury atac aguhisha
Ndase semwe
Chalone woba uvukana na Ornella?
Abarundi namwe muramaze gufatwa na vya bisazi vyo mu Rwanda ?
Sha nanje nabibony k vyabafash iy ngeso sinziza vrt ahubwo wogenda mukabihez kuko reseau sociau ntac ximaz ntac zikumarir maze je biranshisha
Uri nama fiyeri caneee KO uvuga igifarasa caneee namaki
Ikibazo kirihe ? Ahubwo ngira carakunaniye kukivuga wewe.
Jakwishure wige nawe😂
Ivyo wavuze harimwo bimwe ari vyo.
Ikintu wabeshe ni ikintu wavuze ko muri America , USA wagomvye kwicwa n' inzara.
Mba USA 17ans nta nzara iriho: pu
Es- tu scout , Madame?
Nagarukane Ninde 😂
Arakivuga kuko yacize nicongereza mbere arakivuga neza donc yarasomye mureke akivuge si amafiyeri. None ko umugiriye agashari namaki wewe? Nawe kivuge ico gifaransa niwaba ukizi.😅😅
Ark kuki wigana content zabandi wamugabo we ibyo nibintu bya saben na chita nibo baganira gutyo ahubwo wowe tukuzu mumatiku uvuga navbi abahanzi bomurwanda
Ok reka tuvuge ngo yarahumye ubwenge imahanga. Nayo ivyo uvuga namatiku guko nomu rwanda hariho abakora ivyamatiku kuki utamubijije kwigana bariyabandi banyamatiku babikora bo murwanda?
Kora cane ahubwo komerezangaho
Wob violer 6 ans? Iyo si viole
Ntanyigisho nimwe irimwo kabisa
Mwe numutumire wawe mwatubonye ko turababono kweri,uyo nimborerwa niminwa yarahishiye nahendabandi
Je sindavyunva kowomara 6ans uryamana numuntu utabishaka sha hubuo vyarivyarakuryoheye wabonye kwaribibi ukuze
Iyo ikintu kitarakubako ntaco wotahura shaaa
Niwivugire
Niwivugir ncuti yanj ntama battery bigusaba
Iyo ntahe nico kimenyetse c'umuhari birafitaniye isano? Bamereka gufata ibime yetso vy'imihari mubuzima buri particulier
Chalon arigihe uvuga 6ans arigihe uvuga 8ans
Mukwiye kugabanya itabi
None wumva wari woroshe.wabihora ubibona 7ans ninyishi.en plus numva wahavuye uba umumenyereeza😢
Icogikobwa kirashisha ntuzosubire kugiha ikiganiro
Ariko nkaho umuhoye iki ?
Canke ni jalousie umufitiye
Ihangane sha ni mwiza, aciye ubwenge
Wumva umurusha iki ?
Abantu barashavuye 😂😂😂😂😂
@@akimanaangebelyse1854 Bashavujwe nuyo mukobwa ? Yabagize iki ?
Fungura sha iyo ninzara igutera umutima mubi
Wariye?????
None nkivyo aje kubivuga ngo bimarire iki Société ?? Ukwo si ukwimaramaza ?
Ce qui me fait mal c’est que t’es une femme hama ukaba wanditse ivyo bintu. Ndagusavye uzosabe Imana ntibize bishikire ta fille.
Madame, uko si ukwimaramaza, akariho karavugwa, bishikira abana benshi, niwaba ufis abana biyegereze kndi n abahungu barafatwa kunguvu abavyeyi ntibabimenye. Sharon courage Imana igukiz ivyo bikomere kandi bivuge ukingir abana, abavyeyi babe sensibilisE kurico kibazo.
Muratanguye muratanguye mwemushaka Abarundi bazokwicwe nagahinda kandi nkaho usanga uhora wumviriza intahe zabanyaRwanda kenshi kuko nibo bubahuka kuvuga kugira bakire mureke avuge yikirire wenukutazi amadepresion abantu bagendana none nawe uraje ngo ntibakavuge ivyawe nimbantaco vyodufasha urabigumya ariko reka abandi bivugire hano hariho vyibshi umuntu yigiraho
Urakoze kumunyishurira. Merci Shalon ku ntahe uduhaye abavyeyi mube maso cane kubana banyu
Yooooo Iyi commentaire vyukuri yanditswe numudamu? Birababaje cane kubera vyerekana ingene igihugu kikiri inyuma ni myiyumvire yabantu cane cane abadamu ikiri hasi. Icompa ukugurura amaso kugira uze ugirigwe amahirwe yo gu protegea abari impande yawe ahasigaye novuga ko atariwewe, on dit ngo le peuple peri par manque de connaissance.
None wumva wari woroshe.wabihora ubibona 7ans ninyishi.en plus numva wahavuye uba umumenyereeza😢
None wumva wari woroshe.wabihora ubibona 7ans ninyishi.en plus numva wahavuye uba umumenyereeza😢
None wumva wari woroshe.wabihora ubibona 7ans ninyishi.en plus numva wahavuye uba umumenyereeza😢