#Burundi
HTML-код
- Опубликовано: 5 сен 2024
- #Burundi: Mu gihe buca hibukwa imyaka 33 iheze habaye amasezerano y'Ubumwe bw'abarundi (05 Ruhuhuma 2024), Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye ari kumwe n'abahoze barongoye Uburundi na Musenyeri Ngoyagoye Evariste n'abarongoye umugwi CVR bararemesheje ikiganiro mu ntumbero yo kurabira hamwe uko Ubumwe bw'abarundi bwifashe uyu munsi.
Murakoze, nivyiza cane
kumenya ukuri.
Mwibuke Ikiranga cu burundi .
Ubumwe Ibikorwa Amajambere.
Rero mu burundi nta moko ahari.
🇷🇼🇷🇼🇷🇼 here from Rwanda
Turabemera cyane n'ikimenyamenya tuvugana urulumi rumwe duhuriyeho,duhatanire iyimpano lmana baduhaye guhuza urulumi
Ndayizeye aragerageza kugira umwihwezo wibibazo biri mu Burundi, ingora nabatwara nabo ba Never baguma bakwepa ibibazo bakabita kubarundi, none bicaye kuri izo ntebe kugira birire cash, basahure, bice abantu, abandi bafungwe, abandi bangazwe. Biratangaje
Nkivyo wanditse ntubona ko Ari ishari ukura kunda ndende,bigatuma witandukanya n'ikibazo bariko bayaga,bikagutuma wishura ivyo wiyumvira bituma inda ndende yawe igaragara?
Noe nkawewe wasaze wacomye canke uvuga ivyutazi ivyo uvuga urabifitiye ivyemezo kweri?aha ntimubona komurino misi dufise agahengwe kweri? Dukore cane tugabanye amajambo turek kwigira banajuwa
WW ngerageje kuraba ivyiyumviro vyawe nsanga waragize ihungabana mumutwe bivanye nuko ivyobakwizeje atarikxo wabisanze kk ivyuvuga ubivugana inzigo😅😅😅😅
@@Topnews6148 Ntaco abeshemwo avuze ukuri !
Abarundi turakwiye kuva mugatiro (anesthésie) tukavuga ibintu uko biri !
Muri abo batumire bose, Ndayizeye wenyene niwe avugisha ukuri, akamena igihute ...
Baradusize kure cyane akandi gahugiwe kumara abantu.
Murakoze,muravuga ntimuvura,mutwigishe guharirana,abaturongoye bige guhana ata nkunzi ,uwuhan'imbwa ayihanira kucavu.Bible ivuga kwihangana YAKOBO 1:12, ico kiganiro coba kenshi hokira vyinshi,murakoze.
Kombona arabahutu mwatumije gusa ariko ingona yabahutu irarutwa niyimbwa ntabumwe buraho
Bonne fête kandi namwee, mwarakozee 🎊🎊🎊❤️❤️❤️❤️✅🥰🥰🥰💕💕💕🫶🫶🫶🫶!!
Mwarabeshanye n'ubu muraswaganya😊
Gatanu kuri gatanu turabakwirikirana ❤❤❤🎉
Icobikoze kamwe nubusa urasuzugurana ubu wabonye ko 93 apfuye abategetsi gusa??? Imiryango yacu yabatutsi bishwe ntaco bavuze ?? Mbega irya mipanga mishasha baje kudutemesha yari yavuyehe ko abanyagihugu bose bari bayifise ?
Uyo mugabo KAMWENUBUSA numuntu yanka icitwa Abatutsi.akibagurak ..
Uyo Kamwe nubusa ntaciza yavuga Kubatutsi .akibagira...
11:27 sebarundi koko? ukaja kugurisha abana b'igihugu, bakicwa bunyamaswa kandi ntagire igishoboka ngo imibiri yabo igarukanwe mugihugu kugira bahambanwe iteka... uratey'isoni peee🤦♀
Amahoro arazimvye wa muntu we... kiretse niba ahubwo bari kukubuza ukungene woyatuvutsa! 😅😅😅
@jaykar-issa706 Très juste.
Ubundi ayo moko mwayaretse mukaba abarundi mwese ayo moko azabafasha iki?
Iwanyu ntayo ???
@@fatmaalfahdi1997we uzayagumizeho nimba uyashyaka😂
@@arakazajucy4043 u Rwanda canke abanyarwanda ntibaze bagire ico bavuga kuvy'amoko kibera bakuyeko amoko mugabo niyo abaranga mu mvuga, mu ngiro yewe no muvyiyumviro vyabo vya misi yose. Abarundi bari kurondera umuti w'ibibazo vyabo, murwane n'ivyanyu! Mbe wari uzi yuko abahutu batanguye kwicwa kuva aho abatutsi bo mu Rwanda bashitse mu Burundi mu ntango yimyaka ya za 60s??? 😢😢
ikibazo afurika ifite si amoko, abarundi bubahwe kuko batemera gufungirana ibibazo mumutima yabo. nihe handi wabonye abaperezida 3 bicaranye gutya baganira ? much respect to all burundians
Hanyuma niba mushaka ubumwe, Imbonerakure A.I Interahamwe zikora iki?, mbega aba silikare banyu bajya kurwanya abanyarwanda muri Masisi cg ni Abatutsi A.I Abanyarwanda???Erega turaziranye gusa Ikibi nticigeze kinesha iciza. Abatutsi nabo kwica????kubera iki?Nabonye ukuntu babica mu minsi ishize muri DR*C, ntekereza abo bishe mu Rwanda 1994...ngira ikibazo..hari umuntu yavutse ngo abandi bamwice?
Ivyiyumviro vyawe ntivyari bikenew ngaha ibi biraba abarundi apana abanyaru tekana
😂😂😂 sha burya uzokwisuzume urarwaye mumutwe ivyo wigishijwe canke wahisemwo nivyo bizokurwaza umutima kandi amacakubiri ningwara idakira.
Gaterwa amabuye. Ibi biraba benevyo wewe ntibikuraba
😂😂😂uyu mu M23 RDF😳🤦🏾♂️
Abarundi bicaye baganira ivy'Ubumwe bw Abarundi.
mwe muzana Kurasa M23 🙄
@Burundishallsmille1day109 bro jewe narumiwe aho ibi bintu vyamacakubiri bizoshikana Abarundi nabanyarwanda ,aho jewe ndi ntamwirabura numwe asumba uyundi twese turi abirabura ariko twebwe kuri twebwe nitwebwe twicamwo ibice tuvuga iyo tuva nubwoko butagira ururimi nimico nukuri turababaje sana
Turabakurikiye ahoturihose Kandi turabashimira kubikorwa bikomeye mubamwakozep kubwivyo mundamukirize sebarundi papa wacu dukunda ❤❤❤❤❤tunamushimirako yitabye ikiganiro
Uri umuntu wo kwubahwa vraiment mwarakoze ibidasanzwe
None ko nta baislam❤ chank umusheikh mwahamagaye❤?
Tulia wewe sio sehemu Yao hapo
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Nduwambere ku like
👍⛪👍👍😎sasaws
ICOMWEBWE MWITA UBUMWE SICO KUKO AHARUBUMWE NTIBABUHIMBAZA NAMBA
UBWOBUMWE NUYUMUSI WIGENEKEREZO RYA 05 RUHUHUMA UKUMWAKA UTASHE KUVAKERA NARINDI ABARUNDI BAMANYE ICO MWEMWITA UBUMWE
KUKO UBWOBUMWE BWAZANYWE NABANYEPOLITIKE
KUBARUNDI RERO NUBUBESHI MWADUHUMYE AMASO.
Erega abo bazi ubumwe bariko bahimbaza ubwo aribwo.
N' ubumwe babivyi n' ababiba urwanko. Aho muta umwanya mwirengagine amarira ya apfakazi n' imfuvyi base n' abagabo, hamwe n' abana mwagyrishije kumacuniro muri CONGO!
GARYKANA BASHIKI BACU MWADANDAJE MUBARABU.
MUDUTAMBA KUMIVYIMBA NGO MUVUGA NGO " UBUMWE".
Uvuze Ukuri!
God bless our country we love uuu all ❤
Reka ndababwire ibijanye n'ubumwe bw'abarundi nubu ndemera ko bukihari. Hagati yabanyagihugu ubumwe ni 100% ariko ahubwo ubutegetsi bw " uburundi budahagaritse gukoresha ubwoko nk'iturufu tuzogumana ingorane. Ikibazo nuko ubutegetsi butabura ivyaha bibuza abarundi kugira ubumwe. Nkubu mwitegereje abahutu bitavye Imana ku ntwaro yitwa ko itwarwa n'abahutu. Nkubu urwako ruri hagati y'aba CNDD-FDD na CNL ndetse kuva ikiri FNL twovuga ngo bimariye iki abarundi kweli? kweli?
Ivy bintu vyibwoko wew ubikurahe kanani abarundi turibamwe di ntavyamoko ngaho
Wuburundi ntibuzapfa bugeze kubumwe kuko murikikiganiro nabahutu gusa
Banza umbwire niba iwanyu umukuru w'igihugu yokwicarana nuwo yasubiriye! Niba bidakunda, nta contribution yanyu dukeneye vraiment!
Aba dd uburundi mwarabwangije mwimika akarimi karyoshye,muha mayibobo zose ububasha ngo n'imbonerakure igihugu kibura ibitoro,kibura isukura mubonye ko abarundi abatangiye kuza kubigura mu Rwanda mugira isoni ngo mufunze imipaka kubera bavaga murwanda bibaza ibanga bakoresha ngo basige uburundi.
Reka ndeke kumara ama mega yanje
😂😂
Hhh igihugu gihora muri analog
Ikiganiro ciza pe naho niciwe abavyeyi bose ngasigara ukunyene biragatsindwa nuwiteka ivyamoko Yesu aharire abatwiciye abacu nkanj bishe abantu 15 umusumwe narumwana ariko ndavyibuka
Ndakunda uburundi cane🇺🇸
Mbanje gushima iyo mvo n,imvano y,ico kiganiro.hama ubumwe bw,abarundi buracananijwe n,ukwigungirako utw,igihugu hama na diversité politique igahabwa ijambo
Nta bumwe bw'Abarundi buhari mu Burundi
😂😂😂😂😂😂 kuberiki
Kura ico Cahaba kibi cubumww bwa Burundi. Buyoya yishe kurusha abandi ba President.
Muri congo M23 yaririmbishije ingabo zanyu Indirimbo y igihugu .hhhhhh mbega ingabo xi indundi .
Barakubeshe sha reka iyo red tabara ikubitanwe na m23😂😂
Niba bikunezera, bandanya usenge iyo musenga babandanye 😅😅😅. Nizere yuko atari mwe muzosanga mukorora amosozi!
Reka reka reka ivyanyu birazwi🤣🤣
Iyo abari mbihci mbona atoiiskia.
Niko byagenze
Mutahure Neva kweli ave muvyamoko kbx areke kumarira abarundi icongo😢
Twarabamenye ntimuzosubira! Bwira benewanyu nabo Baza kugandagura inzoya n'abatama bave muvyo barimo
Never, uvuze ngo mu Rwanda nta genocide yabatutsi na massacre yabahutu batemera ivyo Havyarimana yariko arakora. None irya genocide yagiriwe bande? Never n'umungu wa rwaruyuzi, Ntiba. Avuga ayamuhe, barata baratora. Nta mu president ashobora gutwara iguhugu nkuburundi
Système CNDD-FDD ikorana vya hafi n'abagize urahara muri Jenoside yakorewe Abatutsi mu Rwanda mu 1994.
Kuva mu 1995, hariho amasezerano (accords de coopération) hagati y'aba ex-FAR, Interahamwe & consorts na FNL-Palipehutu, CNDD-FDD & Consorts kandi abo bose bafise ivyiyumviro vya politike mbi vyo mu Rwanda rwa Kayibanda na Habyarimana arivyo bita : Hutu-Power Ideology.
Urwanda n'Uburundi ntibapfa Red-Tabara canke abashatse gutembagaza Nkurunziza mu 2015, bapfa yuko Urwanda uyumusi ruyobowe n'a FPR-Inkotanyi iyo nayo ikaba ari yo yahagaritse Jenoside yakorerwa Abatutsi mu 1994 yongera irandurana n'imizi Jenoside n'ivyiyumviro vyayo ndetse n'imigambwe yubakiye ku macakubiri ...
Mu Rwanda imigambwe yigisha amacakubiri na Jenoside, yararanduranywe n'imizi ...
Amasezerano y'Ubumwe bw'Abarundi hamwe n'Amasezerano y'i Lusaka, nivyo vyonyene bizokiza Uburundi.
Amasezerano y'i Lusaka avuga ko imigambwe yose yigisha amacakubiri be na za milices, bikwiye kuranduranwa n'imizi ...
Vana ivyo aho! Hama ko utahereye Kuba batwiciye umu président?
@@jaykar-issa706 Perezida Habyarimana yishwe n'abagenzi biwe (Bagosora & consorts), Ntaryamira we yazize lift, ubundi Ntaryamira yariko akora iki mu Rwanda, mugihe Perezida wa Zaïre (RDC unomusi) Mobutu, yari yamubujije kugenda kuko yarafise Amakuru y'ibishobora kuba ... ?
Uwishe Ntaryamira si uwakoroye indege gusa, uwishe Ntaryamira ni cane cane uwamuhanuye kugenda mu Rwanda kandi azi neza ko indege ya Habyarimana ishobora kuraswa umwanya uwariwo wose kandi ko n'indege y'Uburundi yarifise ibibazo (problèmes techniques)...
Uwatwiciye Ntaryamira bwa mbere na mbere : ni uwo muntu yaciye inyuma impanuro za Perezida Mobutu, ahanura Ntaryamira kugenda mu Rwanda kandi azi neza ko indege ya Habyarimana ishobora kuraswa umwanya uwariwo wose kandi azi neza ivyo Perezida Mobutu yahanuye Ntaryamira ...
@@sese667 Basha ivyo bintu bibari mu mutwe kw'igandagurwa ry'abo bategetsi babiri bizotuma musara aho bukera! None ko mbona muvuga ko musoma, mukiga... kandi na nyene ukubica yaravyigamvye... muhera he muzana ubwo bujuju mufise??
@@jaykar-issa706 Ntiyigeze avyigamba habe namba !
Iyo avuze ngo mu ndege harimo iki ? Ni nko kuvuga ngo, abaperezida babiri, barashobora gutuma umuliyoni urenga w'abantu bapfa?
N'igiki catumye abantu bicwa kuriya mu Rwanda ? n'indege ??
Uwishe Ntaryamira ni uwamuhanuye kugenda mu Rwanda kandi vyari bizwi ko indege ya Habyarimana iza kuraswa ...
Ko Perezida Mobutu yari yatumiwe mu Rwanda, atagiyeyo ? Wibaza ko yari ikijuju ??
Ntaryamira yazize kugira umuhanuzi mubi ! Ashobora kuba ari Perezida Ntaryamira yari intumva canke nkumbure yarafise abahanuzi babi kandi : umuhanuzi mubi = umurozi !
Iyo yumvira mugenzi we Perezida Mobutu, agasivya urugendo, ubu aba akiriho, tuba tukimufise ...
Ubumwe buri munyandiko ntiburi mungiro ntiburi no mumitima yanyu bandanya busness murimwo ivyubumwe nivyintwaro vyarabataye kuwamazi hazoza abazobishobora tuvyizere.
BRAVO PRESIDENT NEVA ABANYAGIHUGU N'ABAMARAYIKA❤❤❤
Ubumwe bwabarundi ntabuhari burikumunwa gusa nivyoooo tukivuga abatwa abahutu abatutsi, ABA cndd cnl uprona😢 united never
Mbabazwa n'imvugo utajana n'ibikorwa Pierre Claver nibaza ko yirengagiza ukuri mbe yoba yibuka ivyo yakoreye abarundi mu matora ari umukuru wa CNI arabanza yinegure
Mutama wacu se barundi imana imuhezagire
Muzabanze mwigishe imbonerakure ubumwe, ese hari abatutsi baba mumbonerakure? cg muri CNDD?
Ubu barabonye yuko a Africa bakanuye
Ubumwe bwicwa n'abanyepolitike ubwabo. Mu gihe hamaze kuba akarenganyo mu gihugu, ubumwe ntibushoboka!
❤
General auto procrame utarigeze afata na commune uyu Ninde wamuhaye general wihakana ingabo zafatiwe kurugamba😢
Igitangaje n'ingene abo mu bwoko bw'abahutu bibaza ko bari muri classe imwe yari ihanganye na classe y'abatutsi kandi tuzi ko classe zacu haba izo hasi no hejuru uzisangamwo bose
Abarundi bishwe bazira Ndadaye uyu mutype ntanacishijemwo na kajambo irofa gusa gisumira inda gusa
Uburundi buyobowe nimbwa igihe niki ngo bubohozwe 😊😊
Iciyumviro cawe ntigikenewa ngaha!! Wewe uyobowe n'abagabo hiyo I Rwanda, niwitekanire!
Ibyuvuze nukuri nunvise amoko gusa nta terambere ntaki abasaza gusa bari mubucolonie bwamoko bakabeshya kandi aribyo barimo
Ifi mukubora ihera mu mutwe
Uyu mu journaliste ninyaguswera nyina 😂😂😂😂😂 kabisa
Alikose.HO.Neva.ko.umulishije abanababarundi.kandintacyobarwanira.urasubiziki.Abarundi?
Tu es vraiment un vrai un Chef d'Etat cher President.
Amahanga amaze kugukunda birenze kwemera uretse amashitani mpezanguni y'i Kigali ari mu bihe by'ubwihebe bakoresha ibirorongotane bympezanguni nka bya Scovia Bemeriki TV, Magashi n'ibindi byohe byose birimo kwiheba kubera ko ijuru ryabiguye hejuru uhereye kuri Uganda, Tanzania, Burundi, RDC, cyanecyane imbere mu gihugu aho basera mu nda, bategereje imbarutso....ngo u Rwanda rusandare kama mbaya mbaya.
Tegereza Indotooo...terrain ni Congo ngwino Naw ...' Ntituzemerako hari uwongera kutwononera IGIHUGU ,ngo AJ kwongera kudutanyaaa....Tuzamurwanya naba Afit ingufu tuzarwanaaa TUZAPFIRA IGIHUGU CYACUUU,,,,
Mushaka muze tubane Mumahoro,,,
RWANDA NDAGUKUNDA
None abatwara uburundi b ubu kobanyuranye cane nabo basaza bakera?? Ntibantunganya ko avuga ijambo rizima kandi ari right cane. Igihugu cacu cabuze abadutwara bakunda igihugu abodufita bakunda umigambwe gusumba gukunda igihugu .
VIVE PRESIDENT NEVA 🙏👍🙌👏👏👏👏👏👏
Pierre Claver, nu mu farceur. CVR, uwo Never yababwiye ko atakwemeza abagize ubwicanyi. Hari umuntu afise ubwenge yogira conclusionsur base d'un rapport partiel kandi Claver arabizi, le pbm n'uko CVR iri politisée,kandi iri à la base yokubandanya bagabura abarundi, bisigura ko bariko babandanya kubiba amacakubiri. Ariko abarundi barabahinyuye, CVR,abo ba Claver nabacangero. Ariko inda ntihaga, ni seha uzana.
Inda n ibahomora, bien dit mon Frère
🎩👍🏾
✊🏾🇧🇮
Mbega byiza, prezida uyoboye yicaranye n'abandi ba prezida bacyuye igihe. Ibi bintu natwe turifuza kuzabibona mu Rwanda. Iwacu ibi tubibona nk'inzozi.
Naba nawe wabonye iciza c'ubumwe! Abandi Baza batukana ariko ntibabona ivyo tubasumvya. Ni ifoto nziza kubona president yicaye hagati y'abamubanjirije!
Ubumwe burihehe never ariwewe nyene wereka abarundi gukumirana nkubu ko umugambwe cnl mwama mwawukumiriye muwuziza iki?
Intwari zuburundi komera invuga kuri
12:49
iki gihugu cyaragowe, igihe uha intebe amoko muzahora muri ibi nkibi bimariye iki igihugu
None ko turi kuyaga nk'abarundi, wumva wewe hari ukeneye commentaire yawe? Umunsi umukuru wigihugu canyu yicaranye nuwo yasubiriye, u Rwanda ruzoba rwaturenganye. Ariko gushika ubu... les rwandais sont des inertes pour nous!! 😢😢
Mwebwe iwanyu ko muvuga ihonyabwoko ryakorewe abatutsi bimariye iki igihugu canyu?
Twese twahenzwe nabo bazungu ngo turi abahutu nabatutsi burya twese turibamwe gusa twateranijwe na bera ntahutu ntatutsi ibaho kuberiki ivyobintu biri mubihugu bibiri gusa ka kongo,Tz ana bindi Kenya ariko babonye abantu bibihugu bitoya ikindi mwibukeko ni karanga muntu zacu zava Mububirigi.nibo bazanye icanamwo batuma igihugu kimera nabi dufatane munda kuko twese twarahenzwe ducanamwo
Jewe ni ho mba nibereye
Ivangura niribi kyaneee kyaneee akarorero reba ukuntu presida Neva avangura igisirikare kyu Burundi niyomanvu zitsirwa muri congo.
Ntaco ntahuy nakimwe muvyo muvuze kiretse Ntibantugany na Domitien.abandi mwese mukurura muravye ubwoko bwanyu
Biragaragara ko kinogihugu gikenye pe pe pe mbega inama muri shitingi wagirango turi muri 1940😳🤣😭
none ga Sebakire, ko iwanyu amafaranga mwabuze iyo muyakwiza, Congo mwagiye gutezayo intambara mwipfuza iki?
ibisuma vy'ubu nta n'isoni bigifise pee😅😅
@@Nyaburunga komuriyo mubamariyiki ? Ninde ubarenze mubusuma nubugome bwamoko ? Bene wanyu bashiriye imahanga uburundi buarkenye mujye mwemera ahubwo mushake undi uyu byamuyobeye
Uko Uburundi bwakeneshejwe n'Abanyamerika ni ko n'Urwanda rwokeneshwa na bo leta ya rwo ibaye atari igikoresho ca politike y'Abanyamerika yo gusahura Congo ibicishije mu Rwanda. Kuva muri 2015 gushika muri 2020 Neva yatirwa Uburundi bwari bwarafatiwe ibihano n'Abanyamerika, nta deni na rimwe twashobora gufata muri banki y'isi na IMF, twageze aho mu kigega ca leta dusigarana 2 weeks z'amafaranga mvamahanga, ivyo bibaye ku Rwanda wumva rutosubira inyuma?
Ubundi uze wibaze impamvu Amerika yahaye inkotanyi ico gihugu canyu, wibaza ko Abanyamerika bakunda abatutsi canke bashaka kwigarurira ubutunzi bwa Congo babicishije ku Rwanda?
Domitien mutama nibaguhe utware kuko kuri wewe vyari amavuta
Uburundi ntahobuzigeza hazokwama ibibazo kuku abadede barigaruriye igihugu icobashoboye nukumara Abantu Babata munzuzi nukuburagiza umugambwe cnl nicogikorwa bashoboye gusa
Perezida Neva ni umugabo w'utima ijambo ryiwe ni somo kubashaka kwiga
Kuberiki tutohera 1972 hanyuma tuze turibuka nkomugihugu kibanyi
Abo bajama batange igihugu mu bandi bategesi aba rundi bashaka apan iyabo washaka barabe uwo bakunda
iwacu ibi tubibona nkinzozi ngo yewe impanga ya yesu niyo ishoboye
None ndayishimiye niwe ubaye mubi kyanee kuva uburundi bwabaho. Amaze kwicya abasirikare beshi yohereza muri congo kandi akohereza ubwoko bumwe bwabatutsi gusa kandi arwana intambara idafitiye abarundi akamaro
Leta y'Uburundi mbere yo kwigisha ubumwe bw'Abarundi izabanze ifate abicanyi b'Abarundi bamaze Abatutsi mu Rwanda 1994.
Uburundi bubereyeko abarundi. Ntabwo tujejwe akajagari mwiteje mu Rwanda. None ubu uwobabaza amamilioni yabanye Congo mwishe, mwobikora? Ko bagomba bashikane ababikoze imbere ya sentare mpuzamakungu, vyagenze gute?? Vana amavya ngaho!
bitwa gute ko mutabavuga mw'izina?
ariko uzibaze impamvu zatumye Abanyamerika bahereza Urwanda FPR ni ho uzotahura aho umuzi w'umutekano muke muri kano karere ushinze.
ukuri kuzotsinda.je suis le chemin,la vie et la verite:JESUS. ntukabone amakosa ya mugenzawe,Rabat wewe wenyene.les tutsi et led Hutu ont la chance qui est le modeled entre eux?
Amategeko yatangurire kumashure matomato.Abanyagihugu bose bagire inimero ya police bagizingorane.
Ivyo na vyo muvuga ko ata bwoko buhari canke bwariho mu Burundi imbere y'abacoloni, murihenze kuko abazungu ivyo banditse babibwirwa n'Abarundi bo nyene kuko imico n'imigenzo vyari ho bituma Abarundi bamenyana. Umugenzo wo gukwa urerekana ko abakwa inka, amasuka canke Intama vyavana n'imirimo ikorwa n'abantu mu bwoko bwabo. Ariko nyene habaye ugukurikira ama idéologies politiques y'ibihugu vya bulaya vyiswe " lutte des classes" nk'uko Président ntibantunganya yabivuze.
Ito panel yanyu nta mukenyezi n'umwe w'inararibonye mwashoboye kuronka ngo mumutumire?
😂😂😂😂''Ninde yakubwiye ko kitaremezwa kirya cegeranyo'' SE Neva😂
Kubera iki abarundi twihuta cane,tugamije iki?
Never, numubeshi kabisa, Red Tabara, yamenye gute ko irimwo abatutsi, harimwo ubwoko bwose Never, bandanya wibesha, abarundi baraguhinyuye
Ntamurundi wumutima amwidogera uretse abacuramye ubwenge
Du n'importe quoi!ni gute amasezerano y'ubumwe yoruta amasezerano ya Arusha kandi arusha yaje guhuza abarundi basubiranyemwo inyuma y'amasezerano y'ubumwe.Never abivuga kubera CNDD FDD yahonyanze amasezerano ya Arusha,n'abandanye yice abarundi n'atabibazwa n'abarundi azobibazwa na Rureme!!
PEREZIDA NEVA URI UMWARIMU MWIZA KUBAKANDA KWIGA
None tutabeshanye nigute wovuga ubumwe bwabarundi utatumiye rwasa mugihe tuziko ubwobumwe bwabayeho kubera palipehutu fnl yarizwngereje intwaro yicogihe? Ubumwe wobuvuga gute cnl iriko iratotezwa?
Iyo ni politique ntabwo ari ubumwe....
Nibuzigera bubaho pé ubumwebwo sha mibuhebe nibwanyu nimukundana mwicana ubucya nubwira none ngo ndabira 2015 😂 ngo ubumwe noneho mugihe mugifise ugwanda murye muri Menge ingabo zurwanda nizigera ziborohera ugwanda nagahugu gato ariko gahamye África rero mutuze mugihe haciriho ugwanda nabanyagwanda😂
Gabanya itabi ivyobariko bayaga wumva harivyurwanda bigeze bavuga ???😅😅😂😂😂
Ariko nkawe uretse kuba umufana wo kuri you tube uzi iki?ibyi ntambara ntabyo uzi sha tekana
Nashatse gutanga commentaire kuriyi kiganiro ariko mbona ntakamaro. Maze gusoma commentaires nkeyi, natanze Abarundi ari indyadya bidasanzwe. Abavuga ko ivy'amoko bireka kuvugwa mu Burundi, baze gusoma ivy'abantu banditse hano. Banditse bashigikira amoko yabo, ivyo twita mugifaransa le Denie na fanatisme. Giramahoro.
Ntabumwe buri muburundi mugihe hariho abafise inzu 153 n'amamodoka 54 kandi hariho nabatagira Aho baryama igihugu mwakigize icaba semudede gusa Aho utari mumugabwe ataco ufise uvuga kandi abarundi twese ntidutegerezwa kuja muri semudede kuko ntidusangiye ivyiyumviro Hama mugaca mubesha ng'ubumwe bwabarundi emwe muraturiye nukuri aba semudede ntimutagira chance muzoheza nabi
None urazi iyo babikuye 😂😂😂
@@fatmaalfahdi1997 baravyivye 😅
Wobarega 🤷♂️@@LarissaAkimana
Kweni kama watanzania wa akili sana ... Magufuri murundi alitokea wapi? Mazobaa
Iyo igihugu cubakiye mu mategeko ,itegeko rigafata uwariwe wese bataravye ngo ari ku mugambwe runaka,canke urwego runaka,kuba atamurundi afise uburenganzira bwo gukubita uwundi yitwaje ko afise amabanga runaka canke uri mumugambwe runaka. Urazi gukubitwa migihugu cawe ugakubitwa n’umurundi nkawe atarubanza waciriwe . Birababaza cane. Ikindi uko mwashikiriza ivyiyumviro yaba Ariko mwobishira mu ngiro ,Uburundi bwokira. Urazi ukuntu umukuru w’igihugu cacu atanga itegeko ariko hakaba abandi baza kumuvuguruza ?
Ndayizeye urabesha kuko nawe ubaye president, irya White House, wayikuye hehe, suko wa profise ya poste warufise. Kandi nubu nturasigura neza iyo wakuye amafranga yo kuyubaka.
Burya wewe urazi umushahara wa president canke urazi ubundi butunzi aba asanganywe reka kuza murarabana mukanwa.
Komera mutama urabishuye kuko bobo ntibaziko ubwoko twabuzaniwe na bera kugira baze baradutwara ivyacu kuko inzahabu ibifise agaciro iwabo ntabiriyo bobo bakoze intwaro Babura uko bobigenza baca batera ingorane ahubwo dukiye kwikuramwo ivyamoko murabona President Kagame yarabirukanye abera nibo baduteranije I
Mbe Never ko uvuga ngo uriko urasanasana, inzo mpuzi zigorewe aho Tanzaniya, Congo DRC, mu Rwanda, uganda ko ataco ukora kugira batahuke iwabo. Naba nyaporitiki, nabarya bafashe ibigwanisho bagusaba ko muganira, ukanana, wewe na DD mwagiye mu biganiro hanyuma mugaruka mu Burundi mutsinze. Ivyo urabizi nabo bagabo mukorana.None ubwo bumwe uvuga niki. Ngo baze mubacire imanza, mwe ko bazibaciriye hanyuma mukaba gracies ivyo bintu mwakoze nibiki, kwica abarundi, hirya no hino mugihugu. Ruhuna simwe mwa mwishe, uwatwara karya karere arazwi, ariko ubu nawe umengo ari mw'ibuye.
Uriko umuhora ubusa kuko ntamurundi Ari muri ivyo bihugu udondaguye Neva ariko yirukako,Ahubwo Abo bahunze baboshwe n'abanyendandende bababoshe,mukwiye kuja hamwe nabandi mukagira révolution mukibohora ati'' Twe dushaka kwitahira'' ariko ,niwafata gahunda yo gutaha wenyene,bagenzawe bazoca bakwica kuko uzoba Uriko ubamenera agatu ben'indandende bitekereye! Ingo wubake Igihugu ureke gutegura guhungabanya ubumwe bw'abarundi,nk'ukwo ex abari Mahama bavyigishwa!Gira amahoro!
Vyimpunzi sha birimw code barya bagenda bavuga komuburundi harintambara baranse gutaha kugira bironkere ama visa bigire America naw ngo wobatahana itwengere shaaa noe izo nzigo mwishizemwo niziki kweri bura udakora witez imbere
Uraujya kure se wavuze iby'abasirikare barimo gushirira kubicumu muri DC?
Yego ivyo uvuga nibyo kuko abasirikare barimo gukumpumukira muri Kongo ni indambi yatumye abohererezayo ababwira ko ngo buri musirikare azajya amuha 5000$ ark ndakumenyeshako ntanumwe wabonye urutoboye none barimo gufumbira ubutaka bwa kongo ahu kubazana ngo abashyingurane iteka ndetse kd akure bariya basirikare muri kongo bariya basirikare bafatiye k'urugamba abasubize hafi y'imiryango yabo
@@user-ws3gi8fk8jmbe kuki mwigira ko igihugu kitagira inzego zijejwe ibintu.nka ww ivya gisirikare niw ubijejwe ?
Kagame is head if you Bogus
Gatanu kuri gatanu turabakurikirana iki kiganiro niciza kabisa nshimiye uwagiteguye
Komere batama kubona ex president yicaranye na S E biba hake muri afurika
Guhishahisha génocide yakorewa abahutu muri 72/73 na 88 ahasigaye ngo UBUMWE . Zero brain.
Ayo ma virus mwishizemwo mumitwe yanyu azobamarira iki noe ivyo bintu ngonibiki noe tekana ukore cane ivyo vyamoko shirahasi ivyo vyaraheze ndizera kotwize nimba tutize naho twoca dusuzuma ubwenge bwacu izo nzigo mwibikamwo kura mumitima
@@amolam97ivyabaye ntakuvyibagira ahubwo nukuvyigisha abantu bavavanure navyo....
@@mugwanashakamadiba8726 bon idée muga muri côté positive jew ubundi sindanabona akamaro kavyo
@@amolam97 uzatere ijisho hakurya murwanda uzobona inyungu yavyo
Mana yanjye
Uyu mugabo mukuriye ingofero pe.....
Iwaci i Rwanda dutinya kuvuga ukuri, tubeshyabeshyana, ducurikiranya ibidakwoye gucurikiranwa uburyrya ndengakamere........ntaho bizatugeza ingoma ibibumbi n'ibibumbagiza.
U Burundi busumbye u Rwanda inshuro 50 u Rwanda mu kwunga igihugu nubwo amashitani ayobowe na Kaga yirirwa abajomba ibikwasi anyuze mu nzira nyinshi zirimo ruswa, iterabwoba n'innyo z'abagore.
Solomon we ibyuvuze ubifitiye gihamya ngo inshuro 50 uri unusazi arko jyagutohoza neza wibeshya