Ihindagurika ry'ibihe, kudahuza ku rurimi ni bimwe mu bibazo Abasoda b'abarundi bagira muri Somalie.

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 сен 2024
  • #Somalie: Abasoda b'abarundi ziri mu bikorwa vyo kugarukana amahoro n'umutekano mu gihugu ca Somalia ziramaze kurangura ibitari bike haba mu bijanye n'umutekano canke mu migenderanire y'abanyagihugu bico gihugu n'igisirikare c'Uburundi naho intagondwa z'umuhari wa #Al_Shabaab zama zipfuza guhungabanya umutekano nk'uko tubishikirizwa na Col. Hatungimana Oscar arongoye contingent ya 15. #ATMIS #AU #FDNB #UNSOS #UNISOM #UE

Комментарии • 24