SOFIA PART 2 BURUNDIAN MOVIE WITH HAPPY RIVER, FANNY LAVINE AND MANY MORE

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 16 сен 2024
  • UMUGENZI WUKURI UMUBONERA MUMAGORWA NIMWIRABIRE NAMWE UKO VYAGENZE

Комментарии • 287

  • @raissaraiyannaas3249
    @raissaraiyannaas3249 2 года назад +52

    Weweeee mumpe izo lik abantu twar turindirany igishik iyi film seriously 🔥🔥🔥🔥👌

  • @vanessa-vavandikumwenayo2757
    @vanessa-vavandikumwenayo2757 2 года назад +15

    Bakunzi bivyiwacu I🇧🇮🇧🇮🇧🇮 tumenyane👆👆👆 mumpe like kabisa twibuka gushigikira abanyempano IMANA yaduhezagije kugira ibikorwa vyabo arivyo vyacu bigere kure cane we love so much❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤💪💪💪💪 courage

  • @AsSa-bf5rs
    @AsSa-bf5rs 2 года назад +14

    Rive film zaw ndazikund cane twarituyinyotew ❤️❤️❤️❤️❤️

  • @noellashurweryimana5136
    @noellashurweryimana5136 2 года назад +6

    Waoooo mbegivyiza nukuri narindayi teguriye pe ham ndabakunda cane 😘🥰❤️❤️❤️

  • @mutesiadelphine9743
    @mutesiadelphine9743 2 года назад +6

    Nukur film za Riva ninziza cyane courage imana ibakomeze 🙏🙏

  • @امنهامنه-و1م
    @امنهامنه-و1م 2 года назад +1

    Riva mdakumda film zawe wubahwe wigicha bechi mdagukumda bimaze🙏🙏❣💕 muduhe part3🙏🙏🙏 aboturikumwemwe bamukumda tumemyane from🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦💪💪👈

  • @mdras1616
    @mdras1616 2 года назад +7

    Riva arafashe igisumakobwa komera mutama happy riva😂😂😂❣️❣️

  • @خديجه-د7ن
    @خديجه-د7ن 2 года назад +2

    Movie yose uzasangamo keshi Riva, Fanny, uwo mudame wakinaga ari police,usanga akeshi ariza mateka .bravo bravo guys tubarinyuma

  • @anealane3482
    @anealane3482 2 года назад +4

    Murakoze kumpanuro kuko ndaronsirwa pee 🙏🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️🇧🇮

  • @alicenibigira
    @alicenibigira Год назад

    Film yigish can eg p icut nyakur uyiboner mumagorw p 🥰🥰🥰🥰💪💪💪💪

  • @oliviernintunze4301
    @oliviernintunze4301 2 года назад +2

    Ndabemey muterimbr tuurabakund films yigisha mwubahwe kabix 💝💝💝💝🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @broandss4004
    @broandss4004 2 года назад +3

    One of the best movie in Burundi 🇺🇸🇺🇸🇧🇮 I really enjoy it so much guys keep on making more movies like this
    Thanks

  • @chadiairakoze4700
    @chadiairakoze4700 2 года назад

    Courage vraiment ninyigisho zidasazwe imana ibakomeze

  • @lioneldumbo8625
    @lioneldumbo8625 2 года назад

    Hahhh suite igezeh basha du courage les amis abarundi turashoboye

  • @CeceilCeceil
    @CeceilCeceil 4 месяца назад

    Rivaa ndamukunda canee Kuko film zawe ziraduha icigwa kidasanzwe nkatwe tuba tutarubak izacuuu!! Riva I love you se much❤❤❤❤❤❤

  • @ariellamugisha4889
    @ariellamugisha4889 2 года назад

    Courge kbx river vrt uraryohera ukuntu ukina ibintu vyigisha cane😍😍😍

  • @claudineitangishaka2226
    @claudineitangishaka2226 2 года назад +1

    Big up Happy,vrt ndahakuy icigwa✌️,kuryakuntu wahany abakobwa kuber gukunda amarinko respect 💪💪💪

  • @JeanMarieNsengiyumva-qu9vm
    @JeanMarieNsengiyumva-qu9vm Год назад

    Komera canee muhezagirwe mwese. BRB up up all the time

  • @fatmasaf63
    @fatmasaf63 2 года назад +1

    Yooooh 😭😭😭riva gusa ninyigishope👌👌❤️❤️

  • @nshimirimanajeanne2261
    @nshimirimanajeanne2261 2 года назад +5

    Big up sana bro vyizacane

  • @Kallythefire5422
    @Kallythefire5422 2 года назад +4

    Washa mwoto my Big brother Happy Riva

  • @kanezasoso3221
    @kanezasoso3221 2 года назад +5

    River courage 👌 Gus iransets 🤣🤣🤣🤣🤣🤣😘😘❤️

  • @mwaminiomar185
    @mwaminiomar185 2 года назад

    Film nziza cane👌👌👌💖💖💖💖,courage

  • @claireclara8458
    @claireclara8458 2 года назад +4

    Ndimurukundo n'a film Sofia

  • @arjunthibaut7642
    @arjunthibaut7642 2 года назад

    Nice movie arko wariyemer 😂 kwl rive arko umunt atunze ivyo atavunikiy abameze nkuko wiyemera muri movie kbx gsa urigisha man

  • @uwaseaulla7312
    @uwaseaulla7312 2 года назад +2

    Riva nkunda film zawe ukina ziranyigisha cane courage

  • @alicenice1711
    @alicenice1711 2 года назад +3

    We river ngo ubahe?, 😂😂mu bukirasazi bwo ku mubone, MUNGU anakuona 😂😁

  • @nostressfreedom7431
    @nostressfreedom7431 2 года назад +1

    mbaye uwambere hhhhhhh gusa agakofi Princesse akubiswe kugisusu ni oliginal kbsa gusa iyi reresi uwayanditse yubahwe kbsa muduh nizindi basha

  • @marymgort1160
    @marymgort1160 2 года назад

    Yooo.mana.muramvunyimbavu.kbs.mbegafilm.iryosheweee

  • @nsoro9135
    @nsoro9135 2 года назад +5

    Keep it up 🙏🙏🙏💪

  • @gaudencedusengimana2849
    @gaudencedusengimana2849 2 года назад +1

    Waaaaooooo mbaye uwahafi kbs courage murashoboye

  • @willybokudieumercidukuze1697
    @willybokudieumercidukuze1697 2 года назад +2

    I love you guys! I am all the way from the United States. In Cincinnati, Ohio State!!!!!!!
    Keep it up, buddies!!!!

  • @NicholasKarume
    @NicholasKarume 2 года назад +2

    i m watching u guys from nairobi lemme say the truth this move is no1 in buja flava

  • @vanessa-vavandikumwenayo2757
    @vanessa-vavandikumwenayo2757 2 года назад +2

    Bakobwa mwigize slayqueen nabahungu mwigize slayking akanyu karashobotse kuvaho mwibiye HAPPY araje abakubite aho mubabara. Ababona mvuzukuri munsigire like tumenyane ariko dufata nkankama izi mpanuro dukora na partager kugira bagenzi bacu nabo bavome izimpanuro

  • @ZachellShukrani-iz9ev
    @ZachellShukrani-iz9ev Год назад +1

    River uratwigishije ukunt natw tuzorondez urukundo nyakuri

  • @GggGg-uh5ir
    @GggGg-uh5ir 2 года назад +2

    Revine ndagufana kubi from saudia 🇸🇦🇸🇦

  • @stitore2388
    @stitore2388 2 года назад +1

    Happy riva uratinyitse urakara cane gose courage mwubahwe

  • @loudyryooopolsanntubonakur5747
    @loudyryooopolsanntubonakur5747 2 года назад +1

    Mupunguz umuziki mutanguy kuvuga hm amajwi hariho ayavug ndabakund Riva courage

  • @florientwambazimana4107
    @florientwambazimana4107 2 года назад

    Ndi mu Rwanda mbega umusore mwiza kandi mubi weee ni mwiza kubera ko ashaka umukobwa umukunda nyakuri pe akaba mubi kubera ko yica uwamukundiye ubutunzi

  • @niyubahwedeborah5734
    @niyubahwedeborah5734 2 года назад +1

    Courage

  • @jesuschristmutoni4845
    @jesuschristmutoni4845 2 года назад

    Nzoguma niyogereza amatwarete ya Oman nihigire ayanje apana yabo bahungu 😂😂😂😂

  • @jacksonshemezimana833
    @jacksonshemezimana833 Год назад

    River zurabakosora abobakobwa nukur ndagukunda can kwel

  • @Nono-tm4zv
    @Nono-tm4zv 2 года назад +1

    Reva ndakunda ukuntu utegura film irimo inyigisho kbsa courage na team yawe

  • @خديجه-د7ن
    @خديجه-د7ن 2 года назад +2

    Mbifurije umugisha muvyanyu no mubanyu 💗💗🇷🇼

  • @nitangayrvanny7739
    @nitangayrvanny7739 2 года назад +1

    Abakozi bomunzu 35 nukuri pe usumba numwarabu kxb😂😂😂urankuyeho shagara

  • @claudeniyoncuti7759
    @claudeniyoncuti7759 2 года назад +2

    Turabakunda

  • @dijaali2300
    @dijaali2300 2 года назад

    Hapyy lyva ndagufana pe

  • @constanceniyoofficial5289
    @constanceniyoofficial5289 2 года назад

    Ninziza pee

  • @خلفانوائل
    @خلفانوائل 2 года назад

    Uvuze ukuri kabisa

  • @mugishaburundi3146
    @mugishaburundi3146 2 года назад

    Ndabakunda sibanga 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰

  • @mdainamiminatakakuongezaha2383
    @mdainamiminatakakuongezaha2383 2 года назад

    Ninzuri iyi sinema sana

  • @janeburu6538
    @janeburu6538 2 года назад

    Ninyigisho ikwiye kbs murakoze

  • @ininahazwedaniella7948
    @ininahazwedaniella7948 2 года назад +4

    Courage vrmt murashoboy 🔥🔥🔥❤❤❤❤🔥🔥🔥

  • @oliviernintunze4301
    @oliviernintunze4301 2 года назад +2

    River ndakwemera wamukina ibintu vyiza cane 🙏🙏🙏

  • @alicenice1711
    @alicenice1711 2 года назад +6

    I'm in love with this movie

  • @bandorawilton2414
    @bandorawilton2414 2 года назад +3

    Part3 tuyihabw tukir bazima sino turagukur muga stali (mukarongo)kabakiny ba film

  • @remesha
    @remesha 2 года назад

    Sofia you are beautiful 👌

  • @davisdusenge1316
    @davisdusenge1316 2 года назад

    Un film très emouvant qui nous raconte la vie quotidienne.Imana ibahezagire kunyigisho mutanga mubikino vyanyu.Ariko muduhe part 3

  • @ntakirutimanaarcade7205
    @ntakirutimanaarcade7205 2 года назад

    Keep moving my brother and sisters mubirimo neza musubize movie ndundi kumurongo

  • @moisenigarura7762
    @moisenigarura7762 2 года назад

    Yooo nukuri ndarize kugice canyuma

  • @nally435
    @nally435 2 года назад +1

    Abagenzi huuuuum 🤔🤔🤔🤭🌹🌹🌹❤️

  • @hakizimanageorges8753
    @hakizimanageorges8753 2 года назад

    Abavyeyi mwirinde kutugayira abakunzi ngo nuko aje yambaye umoja harigih abaje yihishij utazi uwariw utazi n'ubuzima bwiw nyuma wabimeny ukwabayeho ukicuza ico wagayira umukwe

  • @خلفانوائل
    @خلفانوائل 2 года назад

    Imana igira neza

  • @ZacheeShukurani-jm4ci
    @ZacheeShukurani-jm4ci Год назад

    Nukur iyo mpano muburundi irarenz

  • @nifashaalexandre3108
    @nifashaalexandre3108 2 года назад

    Igisuma kazi

  • @umucoafricatv5508
    @umucoafricatv5508 2 года назад +7

    Love from Umuco africa

  • @mpawenimanaaline6576
    @mpawenimanaaline6576 2 года назад

    Mukomer mais muratevya

  • @cheillaiteriteka5074
    @cheillaiteriteka5074 2 года назад

    Ninziza cane munyarutse

  • @SabiyumvaEric-hn5zf
    @SabiyumvaEric-hn5zf 9 месяцев назад

    Wonderful

  • @vivinenibitanga8529
    @vivinenibitanga8529 2 года назад +1

    River wavyifashemwo nabi warikumwakira Lavine ukamwicaza mukaganira nkuko se yariyakwizeye kurumwizigirwa mwaducanze ukomwakinye🙏🙏🙏🙏

  • @francescafrancesca8901
    @francescafrancesca8901 2 года назад

    Mbega uvuga barumva?
    Bazi kurya ivyo bataruhiye.
    Imana irababona. Indugumba n'umuruho umuntu aruha hama ngo baje kurya ivyo bataruhiye.
    Abo buzuye uburyarya gusa. N'ibisahuzi.
    Ushaka kubamenya uze wigire umukene.
    Uzobona ishusho yabo.

  • @vivinenibitanga8529
    @vivinenibitanga8529 2 года назад +1

    Abavyeyi,nabandi bose barebesha ijisho kumuntu ukamenga nibo Mana itanga imigisha bikubite agashi🤷🤷🤷😭😭🙏🙏

  • @schollaschol3948
    @schollaschol3948 2 года назад +1

    Mubirimo neza courage abiwacu❤️

  • @jesuschristmutoni4845
    @jesuschristmutoni4845 2 года назад

    Nibakore abakobwa bareke kurya inya nkurye 😂

  • @dieuestaucontroleamen1259
    @dieuestaucontroleamen1259 Год назад

    Courage Ku nyigisho nziza mutanga Noé part 3 iriho?yizane

  • @havertzbigirimana9952
    @havertzbigirimana9952 2 года назад

    Verry good

  • @izabayoshadia3305
    @izabayoshadia3305 2 года назад

    Mbega isomo manaweeee

  • @mutoniange5722
    @mutoniange5722 2 года назад +2

    Mwakinye neza😍

  • @sandrenciza7688
    @sandrenciza7688 6 месяцев назад

    liva izontebe .ndazikeneye

  • @ABatonitv1
    @ABatonitv1 2 года назад +2

    Nice movie

  • @gentileininahazwe1669
    @gentileininahazwe1669 2 года назад

    Iyi filme biboneka Yuko yari nini ariko mwayicagaguye mugira incamake .Gusa ya nziza caaane

  • @nitungamireille316
    @nitungamireille316 2 года назад

    Vyiza cane

  • @خلفانوائل
    @خلفانوائل 2 года назад

    Nihatari uvuga ukure

  • @esther8032
    @esther8032 2 года назад +3

    Courage ni,firee

  • @divariennekarire3688
    @divariennekarire3688 2 года назад

    Part 3 please🙏🙏

  • @kanyanatheonestine865
    @kanyanatheonestine865 2 года назад

    Courage vrt murashoboye

  • @innoncentnsengiyumva258
    @innoncentnsengiyumva258 2 года назад

    I like it

  • @giramatasabina6361
    @giramatasabina6361 2 года назад

    Abakobwa nkabo bariho kwisi

  • @jesuschristmutoni4845
    @jesuschristmutoni4845 2 года назад

    Mwabakobwamwe rondera amahera yanyu amahera yanyu niyo tuyarya turyohewe

  • @sesailsesail3205
    @sesailsesail3205 2 года назад

    Kubuta umusenzikazi

  • @jeannehakizimana4762
    @jeannehakizimana4762 2 года назад

    Next episode please 🙏

  • @shushishushia3329
    @shushishushia3329 2 года назад

    Riva wavyitwayemwo nabi nizere ko bizorangira nawe ubayikibwa

  • @sindayigaaudace
    @sindayigaaudace 2 года назад

    Nyarutsa part3
    Muradutebeje

  • @akimanafrorasi2144
    @akimanafrorasi2144 2 года назад +1

    Kwr ugikeny barihe kwatabowabona 🤣🤣🤣🤣🤣🤣 uranyishepe

  • @eliezel6103
    @eliezel6103 2 года назад

    Mnaweza

  • @bilimanitalenttv294
    @bilimanitalenttv294 2 года назад

    Riva uri umwanditsi mwiza cane kbx respect for your jobs kbx niwubahwe🍅👍🤝💕

  • @soniairakoze1839
    @soniairakoze1839 2 года назад

    Igisuma😀😀😀😀

  • @regisahishakiye3355
    @regisahishakiye3355 2 года назад

    Nice movie ifis inyigisho nyishiii keep it up broo

  • @vivinenibitanga8529
    @vivinenibitanga8529 2 года назад +1

    Amajwi habayiki weeee🙆🙆🙆🙆

  • @thebriandofficial3512
    @thebriandofficial3512 2 года назад +1

    Man for really am so proud u