IBIGERO VY'UMWIGEME Full Movie [4K]-Burundian Movie

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 7 сен 2024
  • CREDITS:
    Executive Producer: Moriah Company
    Idea: Evariste Irankunda
    Writer: Evariste Irankunda
    Director : B10 Classic
    Senior Managers:Charlene Nivyimana
    Assistant Director: Ntare Jesus
    Camera man and Editor: Nyama Pro
    Colorist: Beste Boy
    Sound Editor: Blessy
    Light: Beste Boy
    Casting Manager: Nyama Pro
    Casting Associate:B10 Classic
    Actors
    Christa: Ornella Mutoni
    Anitha : Joselyne Tumukunde
    Directrice: Cadeau-Ravelle Kagisye
    Katia: Alia Lorna Nishimwe
    Christina: Alice Manimfasha
    Albert Nimpagaritse: Verckys Itangishaka
    Bruce : Kevin Ntwari
    Alan : Jesus-Carmel Ntare
    James: Bienvenu Benimana
    Special Thanks
    Almighty God
    Charlene Nivyimana
    Polyclinique Royale
    BGECO studio
    All Fans

Комментарии • 349

  • @AlfredNkurunziza
    @AlfredNkurunziza Месяц назад +30

    Big up saan kuruyu mwana muto mumukuze num actrice akomeye caane👍👍👍 pls 🙏 musporting

  • @jeannenifasha2665
    @jeannenifasha2665 Месяц назад +76

    Ibigero vy'umwigeme hejuru ❤ abakunzi biyi reresi mumpe like

  • @user-xk6fn5zl4c
    @user-xk6fn5zl4c Месяц назад +23

    Wawoooo ndabasavye iyi film muzoyi bandanye peee iranyi gishije cane nibutse nanje ivyamba yeko 😭😭😭😭😭😭😢😢

  • @MamaFatumaEdine
    @MamaFatumaEdine Месяц назад +16

    Iyireresi iratesa vrt sinakund commentaire arik uyumus bibay ngombw ayanyu muyakir❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @salehjassim2857
    @salehjassim2857 Месяц назад +15

    Umuntu yandits iyi film ayakire nayiwe 🌹🌹🌹🌹💐💐💐💐💐💐🏵️🏵️🏵️🏵️🏵️🌼🌼🌼🌼🌻🌻🌻

  • @Jane-h6l
    @Jane-h6l Месяц назад +15

    Bakunzi ba moriah channel tv j ndasavye nkr commentaires zisaba like tuzihebe 😅 tuze turatanga intererano kuvyo baba baduhay 🙏🙏
    Murakoze knd ntimuntuk 😅😅😅

  • @IshimweBrigitte-zn1vr
    @IshimweBrigitte-zn1vr Месяц назад +12

    Muraduhaye inyigisho nyinshi umwanditsi yubahwe ❤nabakinyi bakina neza can❤❤🎉🎉🎉

  • @user-tg1sp3ur1r
    @user-tg1sp3ur1r Месяц назад +11

    Sha nukr iyi film irimwo inyigisho nyishi cane knd zumumaro pe muzayibandanye❤❤❤🎉🎉🎉

  • @stitore2388
    @stitore2388 Месяц назад +17

    Ibigero vy' umwigeme umwanditsi oyeeee vyukuri mwabikoze neza nimpanuro zikomeye 🌹🌺💐⚘🥀🌷🍷🍾🍷🍾🍷🍾

  • @DivineMunezero-kt9ms
    @DivineMunezero-kt9ms Месяц назад +13

    Fillme ndundi hejuru cane murabambere nukuri🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @nivyimanacharlene9482
    @nivyimanacharlene9482 Месяц назад +23

    Uwumvise ngoo Iiindaagalaaa anyihere like.😄😄😄😄😄😄

    • @AnuariteKubwimana
      @AnuariteKubwimana Месяц назад

      ❤❤❤❤❤❤

    • @francinGerome
      @francinGerome Месяц назад

      Bahungu bameze nkawe bahanwe nabantu bakora ibinyuranye nindahiro barahiye mukazi😂😂😂😂😂😂kimwe ❤❤❤❤❤❤❤ beza bigihugu

    • @user-oz9ll5vl8s
      @user-oz9ll5vl8s Месяц назад +1

      😂😂😂😂

  • @jeanclaudeofficial9653
    @jeanclaudeofficial9653 Месяц назад +41

    Abakunze irijwi ryuyumwigeme avuga film igitangura bipfuza no kumubona mumpe s'abonner😂😂😂😂

  • @MmMm-hq8vn
    @MmMm-hq8vn Месяц назад +8

    Inyigisho nziza cane abarund iman ishishikare kubashoboz🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @user-vq1nb5hy5o
    @user-vq1nb5hy5o Месяц назад +13

    Je vous encourage vyukuri uyi filme irimwo amasomo menshi inkozeho kwer❤❤

  • @HonestyEmpire1998
    @HonestyEmpire1998 Месяц назад +8

    keep shinning
    i drapeau ry'IBURUNDI rigere kure

  • @JeanineNzeyimana-c3n
    @JeanineNzeyimana-c3n Месяц назад +9

    Weeee Ben courage mwana wumugenzi mwena group yaw courage

  • @NiyonsabaGratien-pi9dh
    @NiyonsabaGratien-pi9dh Месяц назад +5

    Wowwwww filimi nziza cyane murwanda turabakurikiye muzaduhe n'ibindi bice niba bishoboka ❤❤❤❤

    • @Moriahburundi
      @Moriahburundi  Месяц назад

      Mudufashe kuyisangiza abandi hiyo murwanda

  • @WataraTherence
    @WataraTherence Месяц назад +4

    Waooo kumbe warundi mpo juu sana hongeleni

  • @AnesieHAFASHIMANA
    @AnesieHAFASHIMANA Месяц назад +8

    Umwanditsi wiyi reres yubahwe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @AngeMagnifiqueIRAKOZE
    @AngeMagnifiqueIRAKOZE Месяц назад +1

    Big UP sana. Mugakinye neza vrt. Ndatahije urya muhungu mugenzi wa Bruce naho ntamuzi izina. Wakinanye umutima wakimuntu. Ukomez uko

  • @justinendayisenga7180
    @justinendayisenga7180 Месяц назад +7

    Morial big up sana ku nyigishooo nziza murik muraduha kandiii mukomeze guter,imbere 🎉🎉🎉🎉 ayooo n,ayanyuuu

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 Месяц назад +8

    Nacerewe gusa ndabakunda❤❤

  • @dododolinenshimirimana3112
    @dododolinenshimirimana3112 Месяц назад +9

    Ndayikunze ntaragera nohagati 😅😅😅😅iminota nayo iri hano 👌👌👌

  • @IradukundaSalia-n9r
    @IradukundaSalia-n9r Месяц назад +18

    Uwambere mumpe like❤

  • @YvonneMugisha5055
    @YvonneMugisha5055 Месяц назад +11

    K Bruce as n estimé Bob bavukan ndasavy munyishure🙏🙏🙏

  • @user-ql3kl7wq9w
    @user-ql3kl7wq9w Месяц назад +7

    Ewe Kevin ngo good moning very welle😂gusa urikigaba

  • @fredericnkurikiye
    @fredericnkurikiye Месяц назад +1

    Courage vrt murashoboye ahubwo nimutwongere prt 2❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @i-yvette
    @i-yvette Месяц назад +6

    😂😂😂😂aka kana ki Quatia kazi ubwenge bwinshi mugukina muri film ndagakunda cane❤❤❤❤

  • @GiftBella-de5hz
    @GiftBella-de5hz Месяц назад +18

    Ako karirimbo kanyuma Karandijije.Yoooooooo😭😭😭😭😭😭😭😭😭

  • @dastellaharerimana7192
    @dastellaharerimana7192 Месяц назад +12

    Wow!film nziza can yuzuy inyigisho murakoze nukuri🙏🙏uburyarya buruzuye mubuzi nka bwose iyo ninkebuzo kabisa👌👌

  • @user-ct7kx9qm3p
    @user-ct7kx9qm3p Месяц назад +4

    Waouh courage vrt ndabona abarundi muriko muraza neza muri film hejuru cane amasanamu sonorisation vyose ni ok kbx

  • @theontaki8062
    @theontaki8062 Месяц назад +1

    Courage vraiment très mignonne mes frères et soeurs Imana yivange mu vyanyu

  • @HarimenshiGrettawendy
    @HarimenshiGrettawendy Месяц назад +1

    Waouh !!!!! Abarundi turashoboy Mungu mbele Sisi nyuma ❤❤

  • @belysetresorrukundo3234
    @belysetresorrukundo3234 Месяц назад +3

    Waouh mbega mbega inyigishoooooo courage cane❤❤❤

  • @user-en6ch1uv7w
    @user-en6ch1uv7w Месяц назад +3

    Mbega impanuroweeeeeeee Burundi 🇧🇮 ♥️ ❤️ 😍 💖 ✨️ 🇧🇮 ♥️ ❤️ 😍 💖 ✨️ 🇧🇮

  • @user-fh4xd1im2c
    @user-fh4xd1im2c Месяц назад +4

    Film nzima igira ico igusigiye❤❤❤

  • @AliceCuki
    @AliceCuki Месяц назад +1

    Abahungu nk Bruce mwikebukep so nice movie nawa❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @NonoNono-px2nx
    @NonoNono-px2nx Месяц назад +2

    Murabantu banjeu murakagera kure hashoboka❤❤❤

  • @user-jc2ek5fb3i
    @user-jc2ek5fb3i Месяц назад +4

    Courage pe ndab❤

  • @nduwimana669
    @nduwimana669 Месяц назад +8

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉 alvella & cadeau

  • @AngeRubeneIrakiza
    @AngeRubeneIrakiza Месяц назад +3

    Iyi film yanditse neza vrt courage bantu bacu❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @doxcellaarakaza
    @doxcellaarakaza Месяц назад +3

    Nanje ni19 mundabire ama like❤❤❤🎉🎉🎉

  • @randaal1695
    @randaal1695 Месяц назад +4

    Impa nuro ziza😢😢😢❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉

    • @ndanezerewesarah984
      @ndanezerewesarah984 Месяц назад

      Wwwwwwwwwww🎉🎉🎉🎉🎉😂😂😂😂😂😂😂❤😂

  • @ClaudineMPAWENIMANA-fd6nu
    @ClaudineMPAWENIMANA-fd6nu Месяц назад +1

    Ndabakunz vrt Brice wihangan iy menya kaza munyum ndab❤❤❤❤

  • @NellyReilla
    @NellyReilla Месяц назад +2

    Doruburyo abana twama dutamubibazo ba mama batwibarutse😢😢😢😢😢😢 video cakora irogisha ishize ahandi hantu😢😢😢😢😢😢😢❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @dianeniyonsaba5666
    @dianeniyonsaba5666 Месяц назад +38

    Mbay uw 18 mump like 😂😂

  • @henriettenikuze1321
    @henriettenikuze1321 6 дней назад

    Ireresi nziza caaane! Irimwo inyigisho kumpande zose! Muterimbere Bana b'IBURUNDI

  • @DonavineNkurunziza2024
    @DonavineNkurunziza2024 Месяц назад +1

    Oooh vyiz can muzoduh igice gikwirikira ntiherere ngaho

  • @user-lj3tl8ce5m
    @user-lj3tl8ce5m Месяц назад +2

    Umuntu yanditse iyi film😇😇ego inyigishi nkizi nizo zikenewe

  • @DorineUwishimiyimana-hg7ir
    @DorineUwishimiyimana-hg7ir Месяц назад +1

    Courage vrt muratanz impanuro mwubahwe🙏🙏❤️👌

  • @francefrance3288
    @francefrance3288 Месяц назад +1

    Igice gikurikira ningogaa kiboneke❤❤❤❤kiraryosh

  • @arikibok4735
    @arikibok4735 Месяц назад +2

    Courage ❤❤❤❤❤❤❤

  • @francefrance3288
    @francefrance3288 Месяц назад +1

    Ooooh lalaa ndababaye kukanyumaaa💔💔💔💔

  • @AlidaQueen-rd3uo
    @AlidaQueen-rd3uo Месяц назад +2

    Iyi film muze muyibandanye turabasavye🙏🙏🙏🙌🙌🙌♥️♥️♥️♥️♥️

  • @Urban_HB
    @Urban_HB Месяц назад +3

    Meilleur Film...✨👍

  • @AlineNsabimana-jx8sq
    @AlineNsabimana-jx8sq Месяц назад +11

    Numbw nacerew ndabon iratesa abacerew nkanje mumpe twatuntu

  • @BayikezeBelyse
    @BayikezeBelyse 22 дня назад

    Yeweeee aga films irimw impanuro yebabaweeeee nukuri mwubahw turabakunda caneee ❤❤❤❤🎉🎉🎉

  • @user-jr6ph3ve3x
    @user-jr6ph3ve3x Месяц назад +1

    Turabakundacane courrage❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @guyarseneiteriteka886
    @guyarseneiteriteka886 Месяц назад +6

    Lorna ❤

  • @Darcy641
    @Darcy641 Месяц назад

    Ndumuganga ibi vyashikiye muganga ndabizi vyama vyashits. Inyigisgo nziza kubaganga bosi❤❤🎉

  • @joiskwizera1326
    @joiskwizera1326 Месяц назад +2

    Inyigisho nziza kumiryango courage ❤❤❤

  • @user-vc4fj9vr1x
    @user-vc4fj9vr1x Месяц назад +2

    Courage ndabakunda ❤❤❤🎉❤❤❤😂

  • @user-gv1yl3zf6c
    @user-gv1yl3zf6c Месяц назад +1

    Inyigisho irakwiye kbx❤

  • @EvelyneTuyisenge-f1o
    @EvelyneTuyisenge-f1o Месяц назад +1

    Cycy courage hejuru cabe

  • @EmmanuelNigusenga-yr2ou
    @EmmanuelNigusenga-yr2ou Месяц назад +1

    Courage ndabona ataco ibaye

  • @divinendayisenga5592
    @divinendayisenga5592 Месяц назад +7

    Turabakunda caaane

  • @annickmunezero8380
    @annickmunezero8380 Месяц назад +3

    Waaooo film ndundi kurundi rwego🎉🎉

  • @CynthiaTUYISHIMIRE
    @CynthiaTUYISHIMIRE Месяц назад +2

    Nice movie❤ courage bantu banje ndabakund cne❤❤❤

  • @KwizeraConsolate
    @KwizeraConsolate Месяц назад +1

    😮😮😮😮😮 koma brice 😅😅😅😅😅 abahungu bimbwa nkaw baragahora barahanwa 😅😅😅

  • @DeliceNdayishimiye
    @DeliceNdayishimiye Месяц назад +3

    Nice Film❤❤❤

  • @user-uu3hq9yl5c
    @user-uu3hq9yl5c Месяц назад +3

    Ubuzima bushusha nubwanj pe😭😭😭

  • @user-rm5ru2uf7b
    @user-rm5ru2uf7b Месяц назад +1

    Nabakunze cyane muduhaye inama cyane muduhe iyindi

  • @keysejhzhd3849
    @keysejhzhd3849 Месяц назад +3

    Muminota mikeya nkabandahashitse ❤❤❤

  • @Gaspard-bn9zz7fm2r
    @Gaspard-bn9zz7fm2r Месяц назад

    Inkozi zikibi zikwiy guhanwa p courage ❤❤❤

  • @UYEIC
    @UYEIC Месяц назад +1

    Hariho ahantu mwihenze mugupanga ama scènes...ntakuntu Kathia ubwambere yogenda gukorora inda muganga akamwankira munyuma akaca aja kubonana nuwayimuteye akamubwira ngo ntiyokurayo inda ngo umwana n'umugisha...Iyo scène yuwayimuteye amubwira twategerezwa kuyikurayo yarikuza imbere hanyuma

    • @Moriahburundi
      @Moriahburundi  Месяц назад

      Nibaza ko mutatahuye histoire canke hari ico mwasimvye. inyuma yokuvana n'umuganga kubera impanuro yamuhay yahinduye ivyiyumviro avayo ivyo kuyikorora yabihevye nikwo kwumvisha umu cheri we ntibayikorore.

  • @fifiakimana57
    @fifiakimana57 Месяц назад +1

    yioooo mbega impanur mwubahw cane tubarinyuma 🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤you

  • @EmelyneIrakoze-cx3bd
    @EmelyneIrakoze-cx3bd Месяц назад +3

    Iyi film yigiche mwebwe urwaruk nukur irigisha nukr

  • @Mrmitagatoigo
    @Mrmitagatoigo Месяц назад +1

    Alia 🥰🥰 ndamukunda cane kbx ararenze 😪🤩

  • @MamAnge-zr2gc
    @MamAnge-zr2gc Месяц назад +1

    Ndabakunda cane courage❤❤❤🎉🎉🎉

  • @HarmondKinda
    @HarmondKinda Месяц назад +2

    Good and hight quality

  • @AlidaQueen-rd3uo
    @AlidaQueen-rd3uo Месяц назад

    Woooow kevin my favorit

  • @AliciaDavina-k2p
    @AliciaDavina-k2p 19 дней назад

    Bruce vrt asa na estime100%muraduhay inyigisho muduhe part2 plz

  • @JescaUwimana
    @JescaUwimana Месяц назад

    Mugerageze muzoyibandanye vrt ntiyogarukira aho❤❤❤❤

  • @DivineNdayiragije-uj8fd
    @DivineNdayiragije-uj8fd Месяц назад +2

    Film nziza cane p ❤❤ mutwigishije vyishi

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 Месяц назад +3

    Iyi fiml irimwo ibintu vyashikiye cane gose ❤❤❤

    • @user-vi2cz7mo4k
      @user-vi2cz7mo4k Месяц назад

      Tur 2 twenaw chch gus ntah Imana itokura umuntu ntanaho itomushitsa

  • @user-md7kb5bq4e
    @user-md7kb5bq4e Месяц назад +1

    Mashallahr 🙏 iraryoshe 👍 mukomerezaho so💖💖💖

  • @user-jc2ek5fb3i
    @user-jc2ek5fb3i Месяц назад +1

    Courage❤❤

  • @FlorenceNijimbere-nd5yy
    @FlorenceNijimbere-nd5yy Месяц назад +1

    Mbeg film kwl ndasavy ibandany

  • @Lindangabire
    @Lindangabire Месяц назад +1

    Yoôoooo plz muzoyibandanye

  • @user-vu1wq4zb5c
    @user-vu1wq4zb5c Месяц назад

    l like this movie please l like another movie like this ❤❤❤

  • @didacememeur
    @didacememeur Месяц назад

    Iy films Nuko iheze yariryoshe cane. Alia komera cane Actrice wanje wa bien🎉

  • @NiyonemeraFlorence
    @NiyonemeraFlorence Месяц назад +1

    Courage kwr

  • @AudreilleISHIMWE
    @AudreilleISHIMWE Месяц назад +1

    The Song🤗😘

  • @NduwimanaSandra-cc6bh
    @NduwimanaSandra-cc6bh Месяц назад

    Waoooooo nice turabakunda cane❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @divineibonavyose8952
    @divineibonavyose8952 Месяц назад +2

    Impanuro nziza cane nivyo biba kubana Bose

  • @CedricNdayikengurukiye-qh6jv
    @CedricNdayikengurukiye-qh6jv Месяц назад

    Yooooooo filim ndundi ooooooyyeeeeee ndabakunda mwes

  • @Joewilliams-n2l
    @Joewilliams-n2l Месяц назад +1

    Ni nziza pe.

  • @AishaAisha-vm4hq
    @AishaAisha-vm4hq Месяц назад +1

    Courage

  • @user-vx2gk9hr2q
    @user-vx2gk9hr2q Месяц назад

    Number two please 🙏

  • @Afr488
    @Afr488 Месяц назад

    Love from Afri Fam Tv