𝙄𝘽𝙄𝘽𝙀𝙍𝙊 𝙑𝙔'𝙐𝙈𝙐𝙑𝙔𝙀𝙔𝙄 Part 2|MMI NA FANNY KUMBE N'AMAHASA|LIBERT,RIVER, AMEDE NA ABEL BARATANGAYE
HTML-код
- Опубликовано: 15 сен 2024
- Wibuke kugenda ufyonze kuri SUBSCRIBE na NOTIFICATION SHARE COMENT and LIKE Kugira ubandanye wironkera amakuru agezweho.
For more info:
Facebook: / bujatodaytv
Instagram: / buja_today_. .
Twitter: @BujaTodayTV
RUclips: www.youtube.co....
E-mail: bujatodaytv@gmail.com
Whatsapp Number: +257 69 951 280
Mimi courage mukombwa mwiza ndakwipfurije goûtera uja imbere ukoze igikogwa ciza cane IMANA Igihe Umugisha
Ndangukunda❤❤❤
🎉❤❤❤mimi iman iguhezagire gushimir qabakubay haf numugish kur wew iman igukomez mubikorwa vyaw
Yoooo mimi mugushima bivamwo umugisha utaganije❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Courage mimi ndagukunda cane imana ikuje imbere
Courage ma chr kandi gushima birabereye urakoze gushima
wew uzoshik kure ningombwa
This video it's best for me
Ndagukurikira cane mbanumva ntocikwa
Nanjye ahondi nanezerewe rwoc ranjye mbahae amaahyibmeshi caneee❤❤❤❤❤
Mimi. Ndakwipfurije guterimbere ndagukunda kubi
Mimi terimbere ndagukunda sana
I 27:45
Ibibero byumubyeyi. Byahawe umugisha nuwiteka. Amina😢😮😅😅😮😢
Mim,imana ikomeze ikwegeze imbere nibyo nkwifurije❤❤❤
Nanje sinabimenye ngira haraho natarutse kugira simenye uyumusi😢
Mimi mwubahw cn
❤❤❤
😊😊❤❤
Mimi iman ikuj imbere muvyipfuzo vyany vyose
Vyiza cane
Courage mimi wacu
Jew ndakeney Numero ya Mimi mwoba mukoze cn
Mimi courage ngukunda birenze MPa kanimero kawe
Mimi lmana ikujimbere nagupenda sana
Duhe numero yawe
Ndabakeje nanje mubikora neza
Part2 ibibero vy'umuvyey svp
Muduhe part 2 yibibero gyumuvyeyi turayishashaye
Mimi turagukunda cyane murwanda
Kuraje nukur turagushyigikiy
Mwibuk gushimira nababafana
❤❤❤❤
Nukuri mimi uhoraho akomez kukugeza Kure hashoboka
Jew nkuwubakurikirana ndabashimira ariko ivyomukora mugihe twabikunze namwe muca mubiheba
Vv
Mimi mwubahw cn