#Divorce

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 18 сен 2024

Комментарии • 271

  • @angepina7324
    @angepina7324 Год назад +8

    Urugo nibanga mugabo ukwo nukwimaramaza.ntanubukizwa ufise.yarinze aheba abana suko abanka ahubwo ingeso zawe birigaragaza

  • @jeanclaudenkurunziza216
    @jeanclaudenkurunziza216 2 года назад +9

    Imana igufashe mushingantahe Claude kuvana numugore ntivyoroshe ariko iyongeso yokwiyemera nogutyozanya siyo solution ahubwo nkumushingantahe mbona yiyubashe nkuko ukwiye gukemura ikibazo en silence kuko ivyo mbona uriko uritesha agaciro kandi mugerageze mwumvikane kuko abo bana bariko barwa mumporero kuko kuba bafise abavyeyi bose ariko ntibababone hamwe birababaza

    • @Anny-p62
      @Anny-p62 2 года назад +4

      We nkuyo mwobana?? Ayomajambo yiwe avuga nifanta yakuguriy akikuresha🤣😂

    • @joiskwizera1326
      @joiskwizera1326 Год назад +4

      Ahubwo jew mbona harico imana yamukijij uyo mugabo ni dangé

    • @SalmaSalma-sn8zw
      @SalmaSalma-sn8zw Год назад +3

      ​@@joiskwizera1326 nturumva abagabo bishe abagore, uyo yomwica ndamubona nubwo yinyegeza mwijambo ryimana.

    • @spesnzeyimana-mb8ui
      @spesnzeyimana-mb8ui 4 месяца назад

      Iyo Mana ya claude imwereka nukuraba iyariyo ngirango niyo hasi.

    • @spesnzeyimana-mb8ui
      @spesnzeyimana-mb8ui 4 месяца назад +1

      Afise ubwenge butari bwiza, Mimi ntabwenge bubi afise, uyo mugabo avugako azoguma yubaha inabukwe , agatunga mutoya wa Mimi, iyo ni poritike yo mungo , ayumugabo araboneka nuwoba atabona yaramukoreye ikibi akaguma ashaka kwiyerekana neza, rero ndavye Mimi ntiyomushobora.

  • @Tamirumutsima
    @Tamirumutsima 2 года назад +5

    Waouh cameraman felicitation kbsa!!!

  • @AlbertAhishakiye-ev8je
    @AlbertAhishakiye-ev8je Год назад +5

    Mugire umugisha!!!! Jewe nagomba ntange impanuro bivanye nuko nunva ibintu, kumpande zose kandi!!! 1. Jewe namenye Mimi Mireille muri film ''ntahoyagiye'' mbona arumukinyi abikora neza cane, arikuduza ibendera ryuburundi mubijanye na cinéma ndundi kabisa, na Claude akwiye kuvyemera!!! 2. Inyuma yukumukunda ariko nkumukinyi wa film Claude ntanyunve nabi nunviseko akaze!!nararondeye kumenya ubuzima busanzwe bwiwe, ariko kurondera binibi biganiro mutanga, ndabekengurukiye cane abamenyeshamakuru. 3. Ntariye umunwa rero nasanze Mireille afite kahise kabi cane avyunve kandi avyemere nawe nyene, ariko rero harinigihe bitamuvuyeko, ashobora kuba atamahirwe yukubaka afite!!! Hama kuza gukina film usize abana munzu, ugifite umugabo wisezerano mutaravanako, uko vyagenze kwose Mimi Mereille ntansiguro yoronka atanga, natekereze arindire ivyimana izokora!!! 4. Inyuma yivyo nasanze ikibazo kirihagati ya Mimi na Claude jew naragiceyemwo ariko nuko jewe ntari umuStar nkabo, wanashaka jewe naciye mubirutaho Kure!! 5. Itandukaniro nuburyo twebwe twakoresheje mukurangiza ikibazo, twaragiye muri sentare ariko twarinze turangiza tuvanako nabacamanza ubwabo bipfuza kumenya ikibazo nyamukuru dufitaniye, ariko nkabigeze kumanika agahuzu hamwe twarabikiraniye ibanga kuburyo nubu duhuye turaramukanya umwana akaja hagati kandi bikamuhimbara cane, ariko ntawuca yibagira ico twapfuye kandi gikomeye cane!!! 6. Impanuro na cane cane kuri Claude, nomubwirako ariwe arumugabo: umutwe wurugo, burya umugore asaze nawe ntago uca usara, urahagarara nkumugabo, ugashira amanga, ukarindakaje. Niyunve ko ariwe ategerezwa gushira inguvu nyinshi mukugira ikibazo kirangire!!! Kuko mugani wiw kuzosanga umugore ariko akurira impuzu bose, asoma bose ngo ni film, acitwa umugore wawe imbere yamategeko birababaje cane kabisa, mbere ndamubwire nti pôle Sana!!! Abikene yondondera, nkamwereka ingene yobitwara ikibazo kigahera bidasarishije cane 7. Ikintu kibabaje cane, giteye ubwoba, isoni nagahinda nuko yaba Claude, yaba umugore wiwe Mimi, bose bagumiza Imana mukanwa kabo, kizobarwanira, izobarinda kandi nécessairement ko muribo harimwo umunyakinyoma kandi gikabije!!! None gayemwe turashimitse Imana tuyigire ibuye ga yemwe!!! Nabandi dukwiye kumenya Imana irakora, irahari kandi uyigayeko ugashaka kuyitwarira mumufuko ntiteba kukugaragaza, naziga abarundi dufita uburorero bwinshi!!! Murakoze kandi ndabingingire kuntahura naho nanditse vyinshi!!!!!

    • @aloysbigirimana8744
      @aloysbigirimana8744 5 месяцев назад

      Ntibikinda ko womwegera waramikoshereje ,naho mbona utilise irari ryo kumufuhira kandi bikabije birasaba ko umwegera ukamusaba ombabazi bibaye ngombwa ikkamenya uko uvyifatamwo aho kimusevya wongera uhungira kumana murwihishe

  • @user-dy3tm5uq9w
    @user-dy3tm5uq9w 3 дня назад

    Muvandimwe wanjye Claude rekeraho kujya kurizi mbuga nkoranyambaga kuko birushaho gusenya burundu rero musenge mwembi Imana izabakorera igitangaza

  • @user-rg2kt2up6e
    @user-rg2kt2up6e 8 месяцев назад +4

    Twari dukumbuye Claude mukama wanje😂😂😂😂yaheruka gutukana kera weeee

  • @ArseneHarerimana
    @ArseneHarerimana 2 месяца назад +2

    Gusa mon frère ushats wokwitonda kuko ivyo ufise uyumusi ntuvyirate ubishimir IMANA kdi ivyo uzoba ifise ejo nibanga ry'IMANA

    • @FrancineKWIZERA-x7b
      @FrancineKWIZERA-x7b 7 дней назад

      Ivyababantu mbona ari ukubirekera Imana niyo izobacira urubanza kuko Bose bashira 😢Imana imbere kandi Bari mumafuti yo kwararanzanya

  • @uwingabiregerardine4591
    @uwingabiregerardine4591 День назад

    Mireille mugomba kumurekera amahoro yiwe kuko afite uburenganzira bwo kubana nuwo ashaka please!!!

  • @florauwimana4687
    @florauwimana4687 2 года назад +8

    Ndasavye muzohuze ababantu mwoba mukoze

    • @adamoman4966
      @adamoman4966 Год назад

      Mimi yaravyanse iyoba ahuza twarikwirira show

    • @EricTv726
      @EricTv726 Год назад

      Kirazir

    • @GesuconfidoinTe-ic5ze
      @GesuconfidoinTe-ic5ze 12 дней назад

      Sha nibaza ko bitoroshe. Uyu mugaboooo mama weeee ! Aho rero yibaza ngo baramutera amashurwe naho shwiiii. Uyu muntu amuganiriza nawe arashiramwo akabirya,🤣🤣🤣

  • @ValerieUWUYISAVYE
    @ValerieUWUYISAVYE 14 дней назад +1

    Ayo mazina yabakorode yarahumiwe barafise ubugome butagira akagero

  • @annonciatteuwimana371
    @annonciatteuwimana371 2 года назад +2

    Non nimbushaka
    Dévorce
    Rongora
    Hama Mimi azoca aja gusaba devorce hama ibibazo bihere
    Kuk vyaturambiye

  • @nsengiyumvaaline1773
    @nsengiyumvaaline1773 Год назад +3

    Turabasavye umusi umwe muze muhuze Mimi na Claude. Kko Claude arakunda cne Mimi ndavy uko arko avga

  • @salah9748
    @salah9748 Год назад +5

    mimi nitwari uwo muntu aragoye kubana

  • @uwingabiregerardine4591
    @uwingabiregerardine4591 День назад

    Mireille kuba yarakuretse akanga kubana nawe kdi ukize ufise itunga nuko nta mahoro yari ariko araronka iwawe wa mugabowe please mureke yishyire yizane muvyo ashaka

  • @DivinNikobasa
    @DivinNikobasa 21 день назад +2

    Wamugabo urambabaririra ndakugaye naho ntakuruta gukengera abantu ngobarakenye bigaragara urikubeshe bivanye na langage yaw

  • @SalmaSalma-sn8zw
    @SalmaSalma-sn8zw Год назад +3

    Ntanindero agira uko ndamubona, Mimi yarinze aruta abonako yarushe.

  • @duwayenzuagnes3302
    @duwayenzuagnes3302 2 года назад +7

    🤣🤣🤣🤣jw abagabo muratweza kwiyemera murinavyo kwr

  • @user-vv1dq7qi4j
    @user-vv1dq7qi4j 9 месяцев назад +1

    Non nimuharirane mwubajerugume❤rega muri beza mwese nimuharirane nimana iraharira urakurikirana umugore ntucuheberana naw ntiwamuahaka numba utamukurikiye

  • @NishimwePouline
    @NishimwePouline 8 дней назад

    None wabaronse kuki nyene ntiwabaronsw kuri Mimi. Wirirwa urasebya.urakwiye kugabanya amajambo yogusebanya kuko abana wababonye kuberawe

  • @YvonneNkunzimana
    @YvonneNkunzimana 8 дней назад

    Mimi yari yaragowe ntamugabo yari yararose ,ikimenabanga gusa,ngo numukozi w'Imana huuuuu arabuzira uwo mugabo nimvugo iramuranga,Mimi waragowe ariko iherezo ryawe ni ryiza wisengere wicecekeye ureke ico kimenabanga

  • @tuliyatabu6186
    @tuliyatabu6186 2 года назад +4

    Gusa mimi yagizenabi kuko umugabo numutwe yarikusaba uruhusha amwankiye yarikureka kuvyokwahukana nabagabontimworoshe harimwo ibigaba

  • @consolatte7070
    @consolatte7070 2 года назад +4

    Non gawamugabo ahontasoni wunva umugore uguhevye uronderuwundi yacuguma ukoresha ibiganiro sivyo vyotum agaruka

    • @rehemahafashimana2301
      @rehemahafashimana2301 2 года назад

      Gusa afise utwan twiza

    • @rehemahafashimana2301
      @rehemahafashimana2301 2 года назад

      jeyarambabaj yihakany aban nkab gabash basanez

    • @jeannenirere743
      @jeannenirere743 2 года назад

      @@rehemahafashimana2301 ego kabisa najewe narababajwe nukuntu mimi bamubajije ko yubatse atavyemera narinzi ngoninkumi pe ikindi naco ntamugore atabana gusa abakinyi ba film baba bakeneye umwidengevyo nama mbona Bose batubatse Kandi babereye Ingo

  • @SANDRINEKangeyo-ql2ni
    @SANDRINEKangeyo-ql2ni 10 дней назад

    Mimi pole sana nukuri ndumiwe kubona umugabo avuga amabanga yiwe yuwo bubakanye kukarubanda mimi senga Imana gusa ico yakuvuzeko kizosohora nuwuzoza inyuma yawe azoba agowe ikintangaje nuko uriko uvuga ngo uri umukozi w,Imana sindakuzi mugabo ndakugaye pe

  • @AliceNcintije
    @AliceNcintije 7 дней назад

    Divorce yoyo muyigize vyose muzobigabura

  • @solangeininahazwe8943
    @solangeininahazwe8943 2 года назад +2

    Claude araberey gukina mwishusho y'umuntu kuko ishusho tukubonamw siyo ufise vrt

    • @Anny-p62
      @Anny-p62 2 года назад

      🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @DismasSimbakwira-fc3ik
    @DismasSimbakwira-fc3ik День назад

    Claude ,kuvuga ko mimi ataco yagufashije ,abo Bana kunezera wari kubivyarana?

  • @mellykayebekaofficial3377
    @mellykayebekaofficial3377 2 года назад +2

    Eweeee the son shaaa uranyeguye😅😅😅izo nkuru zaraheze nkr tubabarire uduhe show zisa neza ivyo wapiiiii

  • @DianeKezakimana-kj7ep
    @DianeKezakimana-kj7ep Год назад +1

    Nn ko abakomba bakunda amahera , wew ko ufise amafaranga Mimi mwavanye git?

  • @jeanclaudesibomana7064
    @jeanclaudesibomana7064 9 дней назад

    Twavutse ataco dufise niyompavu dupfa ataco dutwaye! Kuba akina mu mpuzu zimwe sivyo vyotuma atagera kure!
    Mimi nakomeze akore cane umugisha wiwe ntahandi imana izowumuhera atarugukora cane no gusenga

  • @DianeKezakimana-kj7ep
    @DianeKezakimana-kj7ep Год назад +2

    Urukundo samafarang wamwima agaciro ngo usise amahera? Naho yoronka uwukeye akamuha urukund yoba akuruta kwel

  • @user-ns8dt5qy4q
    @user-ns8dt5qy4q 3 месяца назад

    Wa mugabo we ntunamaramara, heba ugir isoni, kuza kuma Média kuvug ivyo ntibiguhesha agaciro, knd reka kubesha ngo ur'umukozi w'Imana knd utagaragaza ishusho y'ubukozi bw'Imana

  • @iteritekayvette-si3sy
    @iteritekayvette-si3sy 8 месяцев назад +1

    Ziba wewe urirofa Claude wewe ntukwije mumutwe ivyawe twarabihaze

  • @فهدالعنزي-س8ي
    @فهدالعنزي-س8ي 5 дней назад

    Arikokugaya noraske koyubatse ugwiwe na fanilavine baragusumba ubwenge kuko ugwabo tumeze neza cane nakugirinama ugendeyo ubabaze ukobagwubakwa ibisigaye Ukizwe neza

  • @nshimiyimanasalvator1251
    @nshimiyimanasalvator1251 13 дней назад +1

    Ubwo nicyo cyatumye mutandukana

  • @DismasSimbakwira-fc3ik
    @DismasSimbakwira-fc3ik День назад

    Gerageza umushimire yorakoze

  • @havyarimananoella9159
    @havyarimananoella9159 2 года назад +1

    Uyu mugabo ndumva arushe pe. Gusa avuga ngo Imana niyo yamubwiye kuja mwitangaza makuru ? Iyo mana yiwe irungika umuntu kwidodombera mwitangaza makurimu siyo. Imana tuzi ivuga ti tuyikoreze ibibazo vyacu nawe iyawe ikubwirango wikorere ibibazo vyawe ubijane mwitangaza makuru. Peu importe uwuri mwikosa mais wa mugabo we urigukavya ibibazo vyingo ntibikemurigwa hano uramaramaje abandi bagabo pe.

  • @christellairakoze532
    @christellairakoze532 Год назад

    Ariko Claude nibareke kukumena umutwe,nahobmtakuzi ntawewe ukubita umugore,uranaboneka pe

  • @EpiphaneNiyonkuru
    @EpiphaneNiyonkuru 10 дней назад

    Narek kuduteshumwany uwo mugabo iman yaramuvumy iman ntikunda abanyabwibone nkawe uratey nisoni mm niwubahw wihe namahor ico nikigufa imana yaguhaganyuye mwizosi😢😢😢

  • @AnithaKWIZERA-s5s
    @AnithaKWIZERA-s5s 10 дней назад

    Nimurabe muvyifatemwo neza mwibuke komwabanye kuri mwese .

  • @vivipro3172
    @vivipro3172 Год назад +1

    Ndakwemeye wobahemba wawa uvugavyo👍👍✅✅✅✅🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣narindagukumbuye mbendatwenga

  • @DianeKezakimana-kj7ep
    @DianeKezakimana-kj7ep Год назад +1

    Wamugabo ndakumvije keshi icomaze kumva urikimena banga

  • @editharakaza9511
    @editharakaza9511 Год назад +1

    Kndi ico womenya ahuvuga Ng agiye kumugabo atakurenze kwubaka s,amafaranga ndumva warakinishij urukundo!Mimi wisengere mwiza Jew ndi nkawew nopambana nubuzima nkongera ngasenga ntawundi mugabo nojako abagabo bishimira amafaranga ngo niyo atanga gukundwa barihenda caan urukundo s,amafaranga sinaribwabone nukuri ibibintu vyanyu ndumiwe narinaracerew

  • @egidekwizera29
    @egidekwizera29 Год назад +1

    claude nawenyen azantwenza kbx. oe claude kuvug k mimi akora akaz cank amedee mug ntibafash imiryang cank abana tubwir wew ayuhembw boss waw arakubaz icuyakoz? oe mimi abafash atabafash amedee birakenew kwabimenya? claude urukund ruriko ruraguturira. arik nibib kwiruk nuwagusize.

  • @user-jd8ry7gx3n
    @user-jd8ry7gx3n 6 месяцев назад +1

    Ubu wabonye ko Imana yamuhezagiye kuko wewe waruzi ngo azoba mayibibo uramaramaye utanguye kwiyandagaza. Gabanya ayo majambo kandi ukuremwo Imana,

  • @user-jd8ry7gx3n
    @user-jd8ry7gx3n 6 месяцев назад

    Ariko mwokwubashe Imana basiii,Imana yaragutumye ngo uje gusevya umuntu??

  • @MireilleIrinimbabazi
    @MireilleIrinimbabazi 7 месяцев назад +1

    Ariko ukobiri kwose Na mimi guta abana sicoroshe peee

  • @annemarienintunze6592
    @annemarienintunze6592 8 дней назад

    Mimi ntamugabo yari yararonse ntabanga afise ariyemeeeera ngo yobahemba !! Igikuru murugo ni urukundo

  • @nshimiyimanasalvator1251
    @nshimiyimanasalvator1251 13 дней назад +1

    Mimi yavuzeko afite abana 3 none wowe uvuzeko ufite 2

    • @uwurukundoemmanuel7417
      @uwurukundoemmanuel7417 9 дней назад

      Yamubyaranye numugabo we wambere uyunguyu yamubyajemo2 basanga uwo wambere

  • @BledinneInamahoro-br8nr
    @BledinneInamahoro-br8nr 5 месяцев назад +1

    Uwo si claude ni ntukamazina ba claude nahora mbona arabanyabwenge biyubaha bakiyubahiriza.Avuga yose nkuwuraga umuntu babany ndabigaye

  • @editharakaza9511
    @editharakaza9511 Год назад +1

    Hhh hew divorce uyemeye muragabura ivyo mwarimufise ntagenda uko Niko amategeko avuga kiretse uri hejuru yamategeko nimba ahari niwe yirukana umugore nkumukozi yamara numukozi w munzu ntumurungika uko uramuhemba hm mukavana!ahubw kurumukozi w,Imana senga divorce bibiliya ntiyemera senga caaane gusa ayamajambo uvuga nkumbuga ngurukana bumenyi sinibazako bizokworoher k Imana yosubira kuvuga kuvyanyu

  • @claudiaahishakiye
    @claudiaahishakiye Год назад +1

    Aho ungeza kwamamaza ivyawe nurukundo rwanyu nihoruzongera

  • @epimakendayi1767
    @epimakendayi1767 2 года назад +1

    Uko nukuri itunga ryiza numugisha lmana itanga n'abana

    • @prudence.comniyishumbusha6401
      @prudence.comniyishumbusha6401 2 года назад

      None ayomahera yohembamwo Amédée n mimi nayuguruzemwo tv gwiwe bayikinireko amareresi hama abahembe! Gusa bigaragarako atuntuye

  • @maryamarya4161
    @maryamarya4161 10 дней назад

    Nukuri uyumugabo avuganabi

  • @epimakendayi1767
    @epimakendayi1767 2 года назад +1

    Ndaryohewe cane kubwiyi TV ,umujournalist Léonce Ndikuriyo ,arashiboye cane ,dushimire mwese Mushigikira iyi tv , umutima mwiza wa Léonce mubikorwa vyinshi muriyi Tv , lmana iguhezagire cane !

  • @KigemeAline
    @KigemeAline Год назад +1

    Nukuri peee visage yiwe yonyene irabonekako ariyamanyanga.nuwundi azozana Imana itamuhinduye ndabona ntakizogenda

  • @CheillaIzere
    @CheillaIzere 5 месяцев назад

    Emweee umugish wamber naban ibaz kubihakan eeee muravuz uw muvugir mimi nikimen banga

  • @user-dg3ee5qp2d
    @user-dg3ee5qp2d 9 месяцев назад +1

    Ariko uratangaje kwumva urumugabowiyemerabigezaho ugashiramabangayururwawe whanze kanatsindakurikamera birumvikanakomimi arenganwa ahubwokowishoboye numva ushoboye Mimi numuhamahoro

  • @jocelyneiradukunda1949
    @jocelyneiradukunda1949 19 дней назад +1

    Jaru ubivungiriki bitakubabaje mungobo ibonye ateye imbere utangukuvunga😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ndanguseste

  • @user-dg3ee5qp2d
    @user-dg3ee5qp2d 9 месяцев назад +2

    Ahhhhhh ndumvamimi akundwa numugabowe

  • @nduwumukamainesornella925
    @nduwumukamainesornella925 13 дней назад

    Mimi naw wuturiz jwe nubw nzob ndumwe nzoguma nkwikundira

  • @aloysbigirimana8744
    @aloysbigirimana8744 5 месяцев назад +1

    Abize psychologie baciye ira nino iyo mvugo yiwo mugabo vyogaragara ko yahemukiyr mimi kweri

  • @Anny-p62
    @Anny-p62 2 года назад +6

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ewe Claude uraruhiye kunzira rk kumuponda mureke yikorere naw ukor ivyawe mbe ahuvugango ntamu star yambaran igitenge nanyina we ntandero ugira niyokurahura uyumus utanguy kubon kwagir akurengan utanguy kwivugisha nabadooo

    • @itekaalima3223
      @itekaalima3223 Год назад

      Kweri Aho yabuze nabi ntiyashiramwo akoka nyina uko bubure indero

  • @alphineciza6635
    @alphineciza6635 Год назад +1

    Ewe claude akarimi kakuresha siko kakurongora. Aho uragiye ngaho urigira mwizaaaa. Mbega wagomba akugume iruhande uzohave umwica nkabandi bama bariko baricwa. Mbe abo bana wishimana siwe yabavyaye? Aho bazokura bamenye ukuri. Uvuze ngo yakuye ambouteillage yari umugore wawe nta soni?

  • @ArseneHarerimana
    @ArseneHarerimana 2 месяца назад

    Hewe mimi yararamba! Yubakanye numuntu yirata cane! Kdi nukuri suwo wari ukeney asuzugurana nkuko! Hama nimba yararose ninde yamubwiye ejo hazoza hanyu KO mutoba mufis vyinshi gusumba ???

  • @GesuconfidoinTe-ic5ze
    @GesuconfidoinTe-ic5ze 12 дней назад

    Ndavye bavandimwe uwogira numero ya Claude na Mimi azimpe

  • @EricTv726
    @EricTv726 Год назад

    Rek ndamubaz Claude mbeg KO waseng kuk wew wagend kumurongor ubon KO yaravuy kumugobo

  • @flowermoniqueniyonyishu2875
    @flowermoniqueniyonyishu2875 Год назад +1

    Ntawo kwinjira muvyumugore numugabooo!!!!aho uwogirisha mimi ikiganiro nawe yoviga vyiwe kandi wokwumva kuyumugabo arimumakosa rero nimureke bagiye bakuzeeee!!!nimureke yitagatire mimi wacuuuu

  • @EvelyneNicimpaye
    @EvelyneNicimpaye 6 месяцев назад +1

    Kuvuga meshi siko kuyara 17:48 wirabeb nawe ko atariwe wabay intambamyi murugo wucunge

  • @blaisebonheurirakoze7448
    @blaisebonheurirakoze7448 Год назад +1

    None lcokintu cogonga Amédée kube riki urafuha ndakunvise Sha kuvuga nabi Amédée nugusoba muruzi guzuye ndakurahiye tumuzi nkumuhungu yiyubashe

  • @user-xo2mw1hs8x
    @user-xo2mw1hs8x 12 дней назад

    Tubiravye Mimi wari waragowe,kubana numugabo nkuwo???? Warihanganye,

  • @lydiankurunziza3289
    @lydiankurunziza3289 Год назад +1

    Uworaba neza yosanga uwomugabo ariwe afise ingorane ntamugabo wijambo avugavuga nkuko namba ariko yiyamamaza

  • @clarisseakimana8352
    @clarisseakimana8352 Год назад +1

    Wobahemb??ntuvyg menshi kuk ntihubaka amahera wamu papa WE!! Ah uhikosororer kuk n abntu bafs ubwirasi bw amafaranga nibo b imico mibi bitwaje ubwo bufaranga nyen.

  • @stiveniriho6698
    @stiveniriho6698 2 года назад +3

    Ewe Claude sha!!ntavyishi mvuze gs mimi urabukunda peee!!!

  • @hfbthydhfby179
    @hfbthydhfby179 2 года назад +2

    ✌💯.

  • @ArseneHarerimana
    @ArseneHarerimana 2 месяца назад

    Ikindi ncuti muzotunge urukundo namahoro ibisigay ninyongera

  • @AnithaKWIZERA-s5s
    @AnithaKWIZERA-s5s 10 дней назад

    Uwomugabo arateye isoni nigute ubana nigihemu nawe utari igihemu 😂😂😂😂

  • @mukanyandwileonille4196
    @mukanyandwileonille4196 19 дней назад

    Ntamugore uhabwa keya ngo ate urugo wamugabowe amafaranga atarimo urukundo ntacyo amaze nta rukundo ufite wowe Mimi yarakeneye keya ntiyarakeneye ayo manjwe yamafaranga

  • @DidienneRiziki
    @DidienneRiziki 4 месяца назад

    Cld urabbay niwihorere cha kk ntushobora kuvuga ngo ntumupfuhira buri wes bakinany film ucumwita umwasi rr pol

  • @MarieNana-v3y
    @MarieNana-v3y 4 дня назад

    Uwu mugabo arasakuz none bambarany n'a nyin bigutwayik ntamugore ata abana ninges yaw gabany umunw

  • @محمدالشمري-ز8ه8ح
    @محمدالشمري-ز8ه8ح 2 года назад +1

    Bazobahuze mwese nukr Dico uzibikor ubahuz bose twirir sho

    • @Anny-p62
      @Anny-p62 2 года назад

      Mimi sikigugu nkuko ivyo ntiyobijamwo

    • @jeannenirere743
      @jeannenirere743 2 года назад

      @@Anny-p62 ntanubwenge ahubwo ningare Kandi abagamba baratwenga mugabo mumutima hashize nukuri

  • @ValerieUWUYISAVYE
    @ValerieUWUYISAVYE 14 дней назад

    Namba warufise amafaranga akayaburamwo amahoro ntiyatuma aja kumuntu atzyafise muga akarolnka amahoro

  • @jeanclaudesibomana7064
    @jeanclaudesibomana7064 9 дней назад

    Uyu mugabo arirata kabisa! Kuvuga ko wohemba umuntu na boss wiwe! Na Siyoni canke Ziranotse ntabwo bosuzugura abantu nkuko!
    Ucubona ko murugo Umugore yamusuzugura afatiye ko Mimi atamahera afise!
    So, vyiza nuwo mugabo yoca bugufi akamenya ko itunga rya mbere afise arukugarura umugore mu rugo

  • @AsianaRukundo-fs6eq
    @AsianaRukundo-fs6eq Год назад +1

    Kurata amahera siyo nyishu ahubwo warikuvuga kushak musubirane mugabo kumusevya sivyo vyiza abagore twararushe kuba kwihangana nahubund uworohew numwe numw mimi mwihoze niyaruha azonum imana niyo yamutumye kwahukan corod ntaguseng kwaw iyab ushak komuban wari kumusengera imana ikabahuza kandi utarinze kuza uramuserereza nkuk urerekw mwasubirany nivyo vyiz

  • @user-gb7yn3kh1h
    @user-gb7yn3kh1h 11 дней назад

    Vrt mimi yari yihanganye gusa ntamuntu ata abana mimi arakunda abana kand cane

  • @NishimwePouline
    @NishimwePouline 8 дней назад

    Uwomugabowa Mimi arabesha kandi arasebanya

  • @NzayomazeJosianne
    @NzayomazeJosianne 6 месяцев назад +1

    None kuvugango yarijanye ivyo kuvugango wamubwiye kuva mukibana ngo nihaba divorce ntaco azobaza mwabivugana atanduru zirihagatiyanyu?

  • @anociatefalasine7695
    @anociatefalasine7695 Год назад +2

    Ariko uyumugabo nibamuhanure kweri azohava agwara mumutwe😂😂😂😂😂😂😂😂 ndamuhaye pole

    • @EricTv726
      @EricTv726 Год назад

      Nibara kbx jew aratwenz vyukur pe ahubw bamp nimer ya mimi ndamuyagish pe kbx

  • @مممكطم
    @مممكطم 2 года назад +2

    Nagira vyaraheze yemwe birakomey

  • @annemarieakimana8365
    @annemarieakimana8365 6 месяцев назад +1

    Kubera iki umuvuga cane niba vyukuri ari umugore yakuvyatiye abana? Uje kuvuga hano ntanicubahiro biguhesheje kuko ntamugabo avuga umugore wiwe nubwo mutaba mubana

  • @queeneuphemia917
    @queeneuphemia917 2 года назад +1

    Ntamuntu aja kumene amabanga yurugo wagiy Ireka kwiyandagaza

  • @niyonzimaassumpta2114
    @niyonzimaassumpta2114 Год назад

    Erega umugire yitwumugore iyoyakowe agakorubukwe yitwumugore iyontampeta wamwanbitse ntabwoyitwa umugore kumubyaramo birasazwe nibutanamwitaho ntibivuze kurumugabo wiwe mujye mutureka ngowareretswe ntanutuvuta twokubona isazi tukuriho niba yarabataye Nawe Barere

  • @user-xo2mw1hs8x
    @user-xo2mw1hs8x 12 дней назад

    Ntamugabo avuga yose nkuwuraga,aha duca tubona umubegoto uwariwe.ubwo subushingantahe,none ibintu uriko umukoreta mumajambo uvuga,muri munzu wamukorera ibinganiki? Twaraguhinyuye

  • @FabriceIrankunda-oq8uc
    @FabriceIrankunda-oq8uc Месяц назад

    Wa mugabo reka kwitera amashugwe ntamugore ata urugo adatujijwe uri inkozi yikibi gusa n'Imana uvuga ntayo Uzi

  • @user-wf4zb5lo6g
    @user-wf4zb5lo6g 13 дней назад

    Umuhusha tunga ahushumugore bro

  • @niyukurieliphase5485
    @niyukurieliphase5485 6 месяцев назад +1

    Uwo mugabo ngo numukozi wimana? Irabeshegwa.avuga gutyo?agayanuko ntanagaciro yahumugorewe birumvikana

  • @queeneuphemia917
    @queeneuphemia917 2 года назад

    Ikibazo kuri Claude non ko uvugango urasenga knd ngo weretswe Mimi aturugo umukristo aremerewe kwahukana ?ikindi Imana Ikweretse ikibazo Iba Ikuburiye kugirango usengere ico kibazo kimwe raba musubirane nayubundi Iyo mana uvuga urasanga utarayitahura

  • @FidelitéNdayishimiye-g5p
    @FidelitéNdayishimiye-g5p 9 месяцев назад +1

    Amajambo uvuga urarenze urumuntu wumugabo.

  • @chantalkaburente2465
    @chantalkaburente2465 8 месяцев назад +1

    Yesu abasobanure

  • @joserinhatungimana1456
    @joserinhatungimana1456 2 года назад +1

    Nukuri abarundi twihishe kko ndabona bitanzoroha kabisa nasabe imbanzi kko tarugo narumwe anzobaho uko ashaka urugo nishuri winga uko bukeye nuko bwinje nasabe imbanzi tanzibana nzindakoman amahembe

    • @jameszenda3837
      @jameszenda3837 2 года назад

      Uvuze ukuri👍

    • @Anny-p62
      @Anny-p62 2 года назад

      Uvuzende rro??

    • @jeannenirere743
      @jeannenirere743 2 года назад

      Nivyo Sha, kandi kabisa bazosubirana gusa mimi ntashaka kubaka ashaka kwitegeka

  • @spesnzeyimana-mb8ui
    @spesnzeyimana-mb8ui 4 месяца назад

    Kuba ataco wabaye ngo watwe, nuko wikunda udakunda , ntarukundo gwumugore ufise 😮 naho womuzana koba arugutinya ........ wapi ntakirimwo nukwiboma gusa😢