Liberté niwubahwe Mbashaka films nkizo kabisa mwe n'a chance mubikora neza kabisa ahubwo mbwona woza urakina mwenizo films zokurwana vrt uzodukorere abantu Rock agusobanurire films yawe ariko itwika yokurwana turabigusavye twebwe abafana base ibikirwa vyawe ndabikwirikira caneeeee uratunezera
Wow!this movie is amazing🥰twararonse Jet Lee mu Burundi nukuri🤣🤣Libert Nsoro respect san bro nuwokwank'urukwavu yovug ko runyaruk kabisa👌well done Nsoro👍iyo style wakinyemwo yaragutotse sana asha usa n'indoberi nyen yinyeshamba nukuri😂😂😂😂Uwo musobanuzi ntaryosh'ibintu ngwasigaze😅😅big up to him😘ravelle akaba arabay umugor w'ingwany😅😅kimwe gusa murashoboy bravo kur equipe yose👏👈
Raba Divorce ikice cambere ngaha
ruclips.net/video/sRRKRxn4aDQ/видео.html
Ucubona uko vyatanguye nukuntu Fanny yapfunzwe
Abakunda libert mubinyerey mur likes zanyu ✍️🥰
Ntakint nkund nka film irimw nsoro ubundi Libert niw wanj nah yokwikinana nayirab
Ndatwenzwe@@JdnjdjdjEjjeejeie
Uwitek aguhunde imigisha myish cane ukor ivyuzi uraryohereje ijoro akir nayawe libert 🌷🌷🌷🌷🌷🌷🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹💕💕💕💕💕💕
Abantu bakunda libert mumpe like hano 🎉🎉
Basi libert numwandits pe❤❤❤
Izi Film nizo tuba dukeney big up sana Nsoro ❤ s3🤲
Nahora ntakunda agasobanuye arik aki Burundi ndemeye
Libert Big up sana
Abonye film uko nanje nayibonye muriheeeeeee🎉🎉🎉🎉 cadeau ou madame mubandanyane n'a libert ou brayan murafise impanu kurenza abando Bose mbona namaso yanje muruzuzanya mugikorwa canyu mwitonze kd mutuje brayan kurwanira agateka nivyawe nizere KO uko unkoresha impano yawe KO arikobimeze no mubuzima busanzwe imigisha myishi iva kumukama wacu yezu christu..mwubahwe beza b'Imana.murintwari.numva nobandanya mvuga kubwanu ariko reka ngeze ahaaa❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉yezu acungebantu banjeux.
Liberté niwubahwe Mbashaka films nkizo kabisa mwe n'a chance mubikora neza kabisa ahubwo mbwona woza urakina mwenizo films zokurwana vrt uzodukorere abantu Rock agusobanurire films yawe ariko itwika yokurwana turabigusavye twebwe abafana base ibikirwa vyawe ndabikwirikira caneeeee uratunezera
Waoooh welcome Divorce 2guys abakunzi biyi reresi abaza nyuma mushikira muri commentaires musige like muri gwarukundo film ndundi hejuru cane 💪💪 today ni 🔥🔥🔥
Yes Welcome bantu banje narindabikumburiyedisi murakazaneza ndabizeye cane nsoro ntanarimwe aramaramaza urashoboye bro reka nfate agatebe 🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤ courage
Nkundukunt nae udatangwa kurab films ndundi
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Utuntu nkutu nitwo tuba dukeneye.Apana amapenzi yaburigihe.Courage sha Nsoro.
❤❤❤❤❤film wubwenge i like it from kenya
The one and only it's you Nsoro the Héro 🇧🇮❤
You are more Than continuing to give him a good upbringing in your cinema
Ngir ndabe agasobanuy kuburundi peee, libert kbx hehur cane ❤❤
Divorce welcome back 🔥🔥🔥🔥🔥 abazindutse nimubinyerek ✅🌷🌹🌹🥰
Welcome back my Libert❤
Respect libert urakosora🎉🎉🎉🎉🎉
Film iheze neza wallah🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥💓💓💓💪💪💪💪💪
Ndakwemera umusa gusa nuza mu rwanda uzabwire duhure kbs
Izi nizo films tuba dukeneye drapeau ryuburundi hejuru
Aka ga film warakoze, gakeneye sapport kabisa❤❤❤
My favorite flm❤❤❤
Urafise impano KABISA yogukina Mwubahwe ❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Libert nukuri courage kbs tukurinyuma Kandi ndagukunda cyane uwakunyereka🙏🙏🎉🎉🎉
Libert Commando w,I Burundi 🇧🇮🇧🇮❤❤❤
Abarundi hejuru muranyemeje kbs🎉🎉🎉
Wow!this movie is amazing🥰twararonse Jet Lee mu Burundi nukuri🤣🤣Libert Nsoro respect san bro nuwokwank'urukwavu yovug ko runyaruk kabisa👌well done Nsoro👍iyo style wakinyemwo yaragutotse sana asha usa n'indoberi nyen yinyeshamba nukuri😂😂😂😂Uwo musobanuzi ntaryosh'ibintu ngwasigaze😅😅big up to him😘ravelle akaba arabay umugor w'ingwany😅😅kimwe gusa murashoboy bravo kur equipe yose👏👈
Merci beaucoup libert kuduturamw 🔥🔥🔥🔥💥💥💥
Libert wanguuu❤❤🎉🎉🎉amashugwe nayawe 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Abakunda film ndundi mumpe like zanje
NICE LOVE FROM JOYFUL IMAGE FILMS
Abantu bamboneye iyo masque y'ubwana bwa Libert kwari umwe hano kugataka k'uburundi mumpe utwo tuntu muzoba munyeretse ko twabikurikiraniye hafi kumwe
I'm the first mump utu like twanj nukur
Mr libert courage vrt icokunyereka kl ushoboye sana
Number one ni wewe abandi baribeshya
Nsoro kabixs ukoze ivyabandi bananiw muburundi dufis Talent nyishi tubuse gushigikirana nayubundi naba Donien chitan ariwe Liber turabafis bg up sana my brother 🙏🎉🎉🎉🎉
Kurundi rwego❤❤❤❤
Courage Libert ndagkunda ukina bn na tim yaw
ubwo bwanwa bwa Nsoro Rero😅😅😅 uziko nari namwibagiye😅😅but courage 🇧🇮🙌
Tubashimire cane mutumye iyindwi izombera nziza
Waoooo libert courage ubikora neza urategur kbx ugire vub uduhereze iyindi film twirabir
Nice film big up sana libert ❤so much, nta film nimwe yiwawe ntakurikirana
Prison gitega turagukurikira courage
Yes nakabonye
Libert yambaye ubwanwa rero sasa😂😂😂😂 mpatswe kumwoberwa😅😅😅 so courage ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Eeeeee! Uzi kwariho ngitahura neza neza ko Libert yagize masque y'ubwana😂😂😂😂
Ahwii ndayimaze😂😂😂Libert Nsoro ❤❤
Sinahora ndaba agasobanuye ariko aka mwubahwe cane imana ibahe icomwayisavye cose
Nsoro ubona gte iyo film yawe bayisiguye mugiswahili itoshoka kure? Abafana banshigikiye kwico ciyumviro canje bampe like
Waaawoo vyiza can gusa turakeneye nibisumbivyo hama umutima mwiza uwo mudam yerekanye ntibibe arivyo muri film gusa turabakunda❤❤❤❤
Kweri kabisa gusa muze mubandanye murazi gukina freshi mumisi muzobamupinza barambo dukundivyacu.nice
Mr nsoro wubahwe ndagufana trop nzonakwicapako walahi
Congz Big brother libert
Divorce numuriro❤❤ nsoro hejuru caane iyo irarenze
Oohh lala 😋😋good movie 🎉knd iri ku rwegoo 🥰vrm twaryohew trop ♥️ we love you 💖💖
nanjye nihongishika 🎉🎉🎉🎉❤❤
Nukuri kwimana nakaraba Filime ndundi jewe Riber niwemukinyi wambere anyemeza abantu bafisamahera bayashira ahatarihoo
Love you from Saudi Arabia ndabona ari umuriro 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Gusa ndakwemera cyane umusa
Abayikunze nkanje mumpe utu like❤💃💃
😂😂😂😂nsoro nukuri ubusorikare bwokuberaa❤❤❤🎉🎉 Divorce
Nahigereye🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Njenabona umunyamwaro kazi Cadeau Ravelle👏👏👏👏👏👏👏 kbsa
Umveeeeeeeè❤❤❤❤❤
Libert zamurwa inyuma kugasobanuye😂❤ nurusoro biratesa
What a movie🎉🎉❤❤yari fire🔥🔥
Burundi hejur courage
Courage❤❤
Mmmmmmm divorce kbs iteyubwobw mmm muburundi dufis impano libart umuteguzi kbs muta courage ndabon tugiye kuryoherw yooooooooo gus ndayimaz ubwoba bunyishe😅😅😅😅😅
The MOVIE MACHINE 💖
Iyi film ni mwoto kabsa
Nukur iyii filme isize hoyii🎉🎉🎉
Good jobs Nsoro
Murakoze cane kbx we love you s much ♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️💯💯💯💯💯💯
Nsoro big up kbsa
Ndagukunda cane❤❤❤🎉🎉
Félicitations kuba warabuze Nako condoléances 😂😂 ngo baca umugani mugifaransa ngo intwari ntiziramba. Ewe makanyaga Sha🤣🤣🤣
😂😂😂😂😂😂
Mbeg film weee libert big up❤❤❤❤
Nbenga firm we nbakundira ukunt mutengura kbs mwubahwe🎉❤🙏
courage🎉🎉🎉
Sha libert wubahwe ivyukorubifisemwo namashure kbxx
🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹 amashurwe yanyu mukomeza kumpa umunezero ribert 🎉❤❤
Courage 💪💪💪💪
Twari dukeneye film zubwenge nkizi .courrage cane mushike aho mwipfuza kugera 💪💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🛫🛫🛫🛫
Eeeh ha kombon bikaz ❤❤❤❤❤
Robert very nice ndagukunda 💕 kand nkab nkeney kubonan namw
🎉🎉muze dufata agatebe twige
Vyukuri nsoro ndamwmera kuko nitwari❤❤❤❤😂
Sha mukoze umuti pe
Urumugabo kwer korumuti mutama urigukora indoto jawe kandi. Uriko wiyumvira Kure hasoboka gumako urakubita hasi rambo
Rebate nukur naho zoba dumwe dagukuda kubera wahuduye ibitekerez vyaj vyokubon kwabanyamahag arubo bashiboye ubu ururambo burundi niryo noguhap ❤❤❤iman igukomez
Wallah iraryosh vub muhe part 3 twitwikir ❤❤❤❤❤
Libert wubahwe kabisa unkinira neza cane, uba wateguye kabisa
Waaaaooo nukuri nsolo urintwari ugire uzane akandi sha nukuri uzane 3
Libert nuwamwer muburund ubiravy ibi tubimenyerey mumahanga ariko ubu libert araduh
Courage Imbere niheza cn
Koresha akanya Nsolo
Libert mazina sha😊nturi imbere mubiharuro ariko uruwambere kuvyiyumviro kwl turagukunda vyahatari ❤
Sha mwakinye kera arikiyi nayo Numuriro wigenderapeeeee
💪💪📲🎇🎇🎇🎆📀mwubahwe mugaruk murashoboy abarundi
Abantu banje nikundira imber cane❤❤❤❤❤❤