Aho sha Juste Gael wewe uri profetionnel utumira impande zose ntuguma wumviriza uruhande rumwe ngo rwaba divorce gusa nko kwa Hozy kuri Siren Vibes TV we aguma azana aba divorce gusa mbayahaga azoje kwa Hozy naho avure abantu kuko bariko barahona ku divorca babigiz nkubu star
#Education gratuit pour nous Les jeunes🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏Merci sanaaa Umukubitoooooo&Apôtre🙏🙏🙏🙏🙏
Urigisha neza muvyeyi imana iguh umugisha
UMUKUBITO, Chaîne de l ' année !!
Merci Gaëlle !!
Urakoze cane Buana Pasteur. Imana igukomeze cane
Merci Gaël kutuzanira uwo mukozi Wimana turamukunda avugisha ukuri nawe turagukunda ugire umugisha🙏
Interview true💯✍️Imana izoguhe iherezo ryiza Apotre kuko urampezagira nimpanuro zawe
Imana Ibandanye Igukoresha Apotre Mbayahaga. Abavuga ujuri nkawe bari ku rushi
Jew apôtre mbayahaga ndamwemera cane.avugisha ukuriii.ntabesha😂Imana imuhezagire cane
Mbaye umwambere mimp like
ruclips.net/video/GfjA8YI9rys/видео.htmlsi=Qt1Q9ILr96KdVeLC
Mercii Gaèl ww turinyuma mubiganiro🎉🎉🎉
Sinzorambirwa kumwumviriza Apôtre MBAYAHAGA, urakoze Juste Gaël
38:00🤔😮😨 Imana idufashe🙏Merci gaël et Apôtre Mbayahaga🙌
Ndakunda Mbayahaga ❤
Avugisha ukuri atakurya umunwa😂😢🙏
Past turakwemera 💯
KABISA aratubwirije Umukozi w' Imana. Asante Umukubito..!!! 🔥🔥🔥✔✔✔💖💖🙏🙏🙏🙏
Mbayahaga🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌
Ndakunda mbayahaga cn❤
bonne émission Gael ubikora neza, avuga ukuri uyomu apotre ari straight
Ikiganiro ciza cane👌👐👐
Thank you thank you both of you
Apôtre uhezagigw vrt uvug ukuri Can ham Gael courage kbs ndakwemer sana
Hezagirwa mukozi w'Imana uvuga ukuri
Gaël iki kiganiro nico cambere, mubiganiro vyaw. Ikiganiro cubakiye kw'ijambo ry'Imana.
Merci beaucoup k'umutumire.
Mwari mugize imisi muzana abantu bazazanira abantu.
Wooooa number one I'm here ❤❤❤❤❤❤❤❤
Ikiganir kiryoshe cane wakoz kuzana Bayahaga 👏
Ngo babaha ama touch bakaba touching munyumaaaaaa😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Aho sha Juste Gael wewe uri profetionnel utumira impande zose ntuguma wumviriza uruhande rumwe ngo rwaba divorce gusa nko kwa Hozy kuri Siren Vibes TV we aguma azana aba divorce gusa mbayahaga azoje kwa Hozy naho avure abantu kuko bariko barahona ku divorca babigiz nkubu star
Babakinyi ba ma films baheza kugira divorce ukazawumva ngo basigaye arabakozi bimana.
Iki nico kiganiro pe pe. Abisiguye neza cane❤
This Man 😂❤❤✊👊👊
Inyigisho za Apotre Mbayahaga sindazihaga ntibikunda😂, balikiwa sana Apotre.
Apôtre Ferdinand Bright left the watsapp group😂😂😂
Muri babakunda ukize , iyo wanduka comment yo kumusabira Imana Imworohereze vyagutwara iki, nkaho usanga ugihonja utaranubaka urwawe😢
@@diagfinamix1861😂😂😂mubabarire😂
Bonjour bcp, muzotuzanire Abo bansubiranye inyuma y'imyaka cumi n'itanu twumve INTAHE yabo.
😂😂😂😂😂😂😂
😂
UMUKUBITO please mugabanye irangi rya editing kuko image zanye ntabwo zisa neza kandi ubwambere zahora zisa neza murakoze ikiganiro ni ciza 🙏🇺🇸
Yesaya 45:7
Mutama abanyarwanda tuba mumahanga uturuhura mumutwe kdi inyigisho zawe zigwa neza mpemu yera aguhezagire ndagukunda cyane
Asha ba daddy muraba mwumva thank you gael
Ahwiiiii erega hari tv iraho igize imisi iduca imitima umenga ingo zose zasambutse muburundi.
😂😂😂😂😂😂😂😂
Ibintu bimeze neza
😂😂😂😂
Ngo à 30ans Nyokuru wa 60ans akwite daddy👌😇biri kuyindi pwemuuu idasanzwe
Hubwo burya bujama bwarasaze
ibibintubirakomeye. 😢😢😢😢😊😊😊❤
None ga Pasteur, KO hari abakozi b'Imana basigaye bahezagira abagize mariage après le divorce,babikura hé??
Muravuzukuri pe Abagabo bararemvye 😢
Uyu mutama Gael aheza ikiganiro kidaheze basha🤣🤣🤣avuga ukuri uyu mutama 🙏🥺
Gaël nukuri wubahwe wewe uzana impande zose Apana Hossy aguma atuzanira Ama Divorce gusa
Inyigisho nziza Can ,urakoze mutama
Shaa uratubwiye vraiment abashaka bokunva
Ndakunda Mbayahaga caaaane bavuga ibiriho atabesha
Ndamwemera cane uyu Mbayahaga aranyigisha peee
Ebana I love uyu mu papa kweli avuga ukuri💯
Umukubito urashushe kwakundi hahandi❤❤❤❤
25:38 uti yari gukor' ibara ndakeee.... Apôtre urahatswe kurahira izo mw' isi.😂😂😂
Icokibazo cokwahukana iyucishura wisunze bible wabona neza ic'Imana ivuga kubijanye nokwahukana. (Gufata uwo mwubakanye asambana)=divorce
Komeza bwana Juste Gael...uti divorses ziravuza ubuhuha muba apõtres...ubundi bazubaka batumwe na nde? Ko Jusus batubwira yigumiye ari ingaragu...
Abo reka basejezanye nyene...bavuga ivyabo
Abihebeye Imana barahukana?
Dady yotuma ABA mbayahaga
😂😂😂nukur mbayahaga🙏🙏🙏🙏🙏
❤❤❤❤❤❤❤
😂😂😂kubita umukubito nukuri uzobe utuzanira apotre kuko aranyubaka cnee impanuro ziwe zose nizo kubaka
Ndaryohewe cane nikikiganiro nukuri
Komera muzi wimana
15:07 kuba touchinga😅😅
Apotre❤heju
47ème seconde, ubu mbaye uwambere peeeh! Émission ya Mbayahaga ntiyoncika
ruclips.net/video/GfjA8YI9rys/видео.htmlsi=Qt1Q9ILr96KdVeLC
Ukuri kwuzuye
Nzokwakira agakiza kubera inyigisho zawe kabisa
You rather say ladies and gentlemen and boys and girls because some of us turengeje imyaka yo kwitwa boys and girls no please change the contest
UYU NIWE MU PASTEUR UREKE BABANDI BIYITA APÔTRES, REVERAND....UYU MU PASTEUR AVIGISHUKURI YUZUYE IMPWEMU YERA
Hahahahhahahahaha urankuyeho p... uhezagirwe cnee
Babwire mbona Basigaye baja no ku Ma tv ko Ari ibisanzwe ku divorca ngo vyarabananiye
Inda woyibaza uwayirayeko : umugani w´ikirundi , haraho vyanka rwose rwose baragerageje uko bashoboye....
Hello everyone in here
Juste iyi commentaire ndanayigusanza muri whatsapp kugira uyikorereko nabandi nizera kongaha yobafasha
Umudusabire abo bantu bamaze 15ans barahukanye bagasubirana, uzobazane mukorane ikiganiro, vyogarura benshi harimwo nawa mu apôtre Bright, nyamba atari mission yindi ariko
😂😂😂😂kbs muvyeyi none nyene yotwara uwo avyaye
Ewe apôtre uti amakoto mumishatsi 😂😂😂😂
Sivyo urihenze ntawihebeye Imana arimwo muri Abo ahubwo n'abakozi b'Imana
Abihebeye Imana ntibubaka baheba vyose bagakora ivyimana bisa atavy'abana n'ivyingo birimwo
Biheze nezaaaa 😢
Apotre ndamukunda cyane kgl
❤❤❤❤❤❤🇷🇼
Mbariza apotre ingene padiri yigisha ivyingo kandi atarugo agira
😂😂😂 umukubito hejuru cane irayoboye
Ubu ngo tuja kubaka tujanye imfunguruzo ziwacu ariko abakera nta option baba bafise.
Abantu turi mumahanga turipfuza numero ya apotre mbayahaga muzoba mukoze
Najewe abapatiri babivamwo bakaja kurongora ndabatahura
😂😂😂😂😂 biriko biza kuyindi mpwemu idasanzwe 😁😁😁😁 mbayahaga babwire.
We are not boys and girls you need to correct that
😂😂😂😂😂😂😂 apôtre wirambire pe
🇧🇮🌷❤️
Abahungu canke abakobwa bubu kubera baba barahuye nabenshi bumva munsi ntakwihangana bagira
Kwakundi hahandi
None ko umenga Mbayahaga arafise amakuru ya @ferdinand Bright Nibizi????
Wubahwe bayahaga
hushuraaaaaaa umukubito
Black man Ni alaindesiremajambere71 kumuyaga
Baba batandukanijwe nurupfu rwo mu mpwemu
Wa mu apôtre yirukana umugore ubuho ngo ijuru ntiribaho. None abavugishwa b'ibinyoma mukeneye bandi ni bande ???
Ubu hoho nabonye mu Burundi bigamba bakanishigikira muvya divorce
Ubajije ibibazo biiomeye
ndipfuza cane kubonana n'a mbayahaga kugirango tuyage ivy'urugo kuko ndumva harico yoterera
Une chaîne pas comme les autres.
nobonan nawe gute
😄😄
Apotre uhezagirwe
Mbayahaga ndashimye impanuro mutanze. inyigisho mutanga zirubaka mukomeze mutwigisha abumva bazokumva
Aka Ramata harik ra je ndabona Ubu nibara