Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Past, ico uvuze ni ukuri kwuzuye. Imana iratanga umugisha kandi gusenga birazana umugisha, ariko kirazira kurera amaboko ngo urindiriye za migisha
Imana iguhezagire, tu es un vrai pasteur, udashingiye ku maturo y'abakristo bawe, ahubwo inyigisho yawe irahebuje kandi yuzuye ukuri. Songa mbele Mungu iko nawe.
Urakoze cane mukozi wi mana ububutumwa bwagenewe jewe ndashima imana kuko ituzi ikamenyanintegenke zacu ikaturungikira ubuhanuzi rekankorane umwete ndaziko ntazicuza
Ameeen iryojambo niryo ariko kuba Islaam irya Mana yabo ivyayonabo bizogaragara kuko kurya sukwemera kwacane kubibatuma
Aman uhezagirwe cne
Uyu mushumba avugiha ukuri ibihe byose.❤❤❤❤
Murakoze kurizo nyigisho zituma abantu bamenya ukuri merci merci infiniment
Ndaryohewe nijambo ry, Imana cane Aleluya nanje naje guteretwa numusore ndamwibutsa ko nokereza ibigori imbere yiwe ariwe abigura
Amen ndakunda ubutumwa bwiza bwawe kuko budusaba gukora nokurwanya ubunebwe
Imana iguhe umugisha rwose mu izina rya Yezu Kristu
Wooooow, I love you my daddy. Nukuri komeza uhugure Itorero rya Kristo
UMWAMI MANA agukomez kumwe mumuryango waw ubu nibih bidashira azabaronse Iherezo ryiza🙏🙏🙏🙏🙏🙏 uramasha cn.🇧🇮🇿🇦🇧🇮🇿🇦
Amen cane Ikonger imisi yokubaho
Amen Amen nukuri ubahanuye neza nibakore amaporoje biteze imbere abatunzi beshi bahereye kutuntu dutoduto 👏👏👏💒💒💒💒
Good teaching.
Ukur kuzuye,, murakoze cane muhezagigwe👏👏👏
Amen🙏 Ndafashijwe pee
Amen amen. Imana iduza abantu bafise ibikorwa vyungukira abandi.
Ameeeeeen Ameeeena lman ikomeze kuduza nokukwongera amavuta ndakunda ukuntu uvuga ubutumwa ukabwira abantu ukuri lman ntihezagira uwicaye🙏🙏🙏🙏🙏🤝🤝🤝
Ohhh ndagukunze urigisha nk’umubyeyi uhanura Abana be. Imana iguhe umugisha
Pastor inyigisho zawe zirubaka kandi zinshingiye kubikorwa ijambo ry'Imana ritubwiriza gukora
Amen mwarahezagiwe murakoze kutugaburira uwudakoze ntakaryeer
Amene mukozi w Imana ariko!uwukize isemu yibagirwa icyamwirukanza;urina matwi niyunve nufisubwenge natoremwo gwiwe!nne cagihe murutana uwabwiwe bimana agahezakunva muka Nkurunziza yariyarungitswe nande Atari ubuvugishwa???
Imana ikongere umuzingo ushishikare kuzingururira abanabimana ❤❤
Ndatahije ishengero ry'Imana nanje ndabakunda ejo sinashoboye kubana namwe
Ndakwemera uvuga ukuri Imana yaremye is nijuru ijye igushyigikira pee
Ubyo wigishije nukuri yesu uguhe umugisha
Uteyubwoba ukuruvuga nuwutizarikanga amen amen.
Uranyihera umutahe pastor nkore hama nsenge Imana
Ufise umugambi/projet urashe, ugize umwete ukegera amabanki canke abandi bantu woba uzi, haraho wogira Imana ukaronka uwugushigikira.Mugabo uko abarundi bameze, nk'umuvukanyi woshobora kumubwira uti nguhaye aya mahera hanyuma uze uyansubize nko mu myaka itanu atan'inyungu ngusavye, mugabo akavyanka kuko aba ashaka ivya gusa atazokwishura.
C’est extraordinaire comme enseignements !!!! Uhoraho aguhangaze, aguhezagire, akwongerereze inkomezi mu nyigisho utanga.
Waaaaooooh
9 pour
Pasteur Mbayahaga yubahwe ndakunda inyigisho ziwe.
Babwire bumve nijambo ryi MANA riravuga udakora ntakarye nugusenga dukora❤❤❤
Uravuzukuri kubabaza.kuvuga imbere yishengero ryawe yuko hari idini riruta rwawe.koko ubitumwe nimana.
Amen ubarikiwe
Amen pastor arigisha neza aba Christu biwe kanura
Ndabakunda cane mubandanye mutubwire ukuri kwose
ndagukunze paster Roho wa Yezu agukomeze rwose Niko kuri mu kibwiriza cyawe
Iman idufash cane
Ewe pasteur uri intumwa y,Imana pe Yesu aguhe unugisha utagabanije
Mukozi w'Imana Nyagasani aguhezagire kuko uyivuze neza ndafashijwe
Urakoze iman ikuzigame
Amen mukozi w imana
Amen uvuga ukuri Cane
yesu aguhe mugisha mutumishi urafasha cane mukozi wimana
Mbeg'ijambo rifasha weee!!!! Ameeeeeen 💞
Ijambo yimana rirafasha bantu bimana
😂😂😂Mukama !😅😅😅Ushishikare ukomezwa, Mukozi w'Imana !
Umigisha kbs😊
Amen men
Komer shaaaa mbayahaga
Imana iguhezagire uvuze neza
Imana iguhezagire mutamawacu turagukwirana inyigisho zawe hezagigwa
Ndakwemeye100%
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏Amen
Paster ndakwemera uzategenderere ikigari mu Rwanda turagukunda
Courage
Amen🙏
You are right Mutama.
Amena
Je valide
Ilana ikomeze Ibane nawe
Nkunda ukuntu utinginga mukuvuga ubutumwa❤🙏🙏
Uwu ntanzara imirimwo yotuma areka ukuri
Amen!!
Amen 🇸🇦
🙌🙌🙌
Aman amen 🙏👏🙏
Uvuze ukuri past Warahezagiwe past.
IMANA ikomeze kubahezagire mukozi wayo
Urakuruguturaaape! Uwumva arinamatwi niyumve .
Excellente réalité
Isidore aka dd karamwinjiye kweri: "abenegihugu yahora avuga umunyagihugu" politike politike. Urazi kwisabira sha. IMANA iguhezagire. Ariko! Urigisha ico ndakikwemereye
❤❤❤
Numéro z'uwo mukozi w'Imana yozironka gute?
Amen, Amen, Amen 🇺🇬🇺🇬🇺🇬
Vraiment !!
Amen gosi cane
Amen
Uvugukur abonanti bariho nomumuryango turabafs
Ntako utagize mukutubwira kwl .Wirambire.
🤭😂🤣Amen Amen Amen🙌🙏👏👏
Amen 🙏 🇷🇼🇷🇼
Amen mutama
Amen muhezagigwe❤
Nukuri imana iguhezagire cane gose kuko utwigisha cane gukora cana kuko uwudakora ntakarye kuko imana ihezagira ibikorwa dukora abobantu nabo nukureka kumbesha abantu ngo cakira Ibintu sivyo nagato ahubwo babigishe gukora cane imana ibahezagire
Respect
Ndagukunda mukozi wimana
Ndafashijwe nijambo kbsa
amen amen
Vuzukuri beiribyo bi petit byomwikartie bikuramaboko mumpuzu bongr bayobok Allah
Abantu benshi baragukunda ntuzoramba
Pastor ivyo uvuje sivyo Imana ivuze irakora mcungaji je ndi témoigne
🙏🙏🙏🙏🙏
Nukuri ndibuka uwasenz caaassne yiga mumwak 9 .yibagira kwiga. Acarayobegwa. Mumwaka wakurikiy acariga caaasne acaramenya Kandi caane namanota yiwe
Hello
😂😂😂Mbayahaga. Bishop🙏🙏🙏🙏🙏
Amen🙏🙏🙏🙏💞💕🤝💪👌👌👌👌🙋
Uvuze neza hezagirw
Ukuri kuzuye ubutumwa nkubo baranyuzuza
Uyumukozi w imana nukuri hoza abandi nka cumi nizara yogabanuka nukuri jw ndamukunda kandi kasaba imana izane nabandi beshi
Zurabakurungutura
Ivyuvuga nivyukuri ariko nuko utirimbura Kuko iyusomwe Yako2:10 haramajambo avurwayo arikivyuvuga nukiri
Nkunda uyu mupastor rwose
uvuze ukuri ibilkorwa nivyo biza imbere
Ukuri kwuzuye.amatwi yacu akwiye kwumva amajambo nkayo,imitima yacu nayo ikazirikana ayomajambo.
Ivyo pastori yigisha ndabishima cane kandi aratwenza cane.Mugabo jewe mbona ubushuhe bw'i Bujumbura bubangamiye abaje gusenga kuko baguma bihanagura akuya. Lero urwo rusengero umengo ruracari rushasha, hari hakwiye kurondera uburyo bwo gushiramwo aeration nziza.
🎉très intelligent
Past, ico uvuze ni ukuri kwuzuye. Imana iratanga umugisha kandi gusenga birazana umugisha, ariko kirazira kurera amaboko ngo urindiriye za migisha
Imana iguhezagire, tu es un vrai pasteur, udashingiye ku maturo y'abakristo bawe, ahubwo inyigisho yawe irahebuje kandi yuzuye ukuri. Songa mbele Mungu iko nawe.
Urakoze cane mukozi wi mana ububutumwa bwagenewe jewe ndashima imana kuko ituzi ikamenyanintegenke zacu ikaturungikira ubuhanuzi rekankorane umwete ndaziko ntazicuza
Ameeen iryojambo niryo ariko kuba Islaam irya Mana yabo ivyayonabo bizogaragara kuko kurya sukwemera kwacane kubibatuma
Aman uhezagirwe cne
Uyu mushumba avugiha ukuri ibihe byose.❤❤❤❤
Murakoze kurizo nyigisho zituma abantu bamenya ukuri merci merci infiniment
Ndaryohewe nijambo ry, Imana cane Aleluya nanje naje guteretwa numusore ndamwibutsa ko nokereza ibigori imbere yiwe ariwe abigura
Amen ndakunda ubutumwa bwiza bwawe kuko budusaba gukora nokurwanya ubunebwe
Imana iguhe umugisha rwose mu izina rya Yezu Kristu
Wooooow, I love you my daddy. Nukuri komeza uhugure Itorero rya Kristo
UMWAMI MANA agukomez kumwe mumuryango waw ubu nibih bidashira azabaronse Iherezo ryiza🙏🙏🙏🙏🙏🙏 uramasha cn.🇧🇮🇿🇦🇧🇮🇿🇦
Amen cane Ikonger imisi yokubaho
Amen Amen nukuri ubahanuye neza nibakore amaporoje biteze imbere abatunzi beshi bahereye kutuntu dutoduto 👏👏👏💒💒💒💒
Good teaching.
Ukur kuzuye,, murakoze cane muhezagigwe👏👏👏
Amen🙏 Ndafashijwe pee
Amen amen. Imana iduza abantu bafise ibikorwa vyungukira abandi.
Ameeeeeen Ameeeena lman ikomeze kuduza nokukwongera amavuta ndakunda ukuntu uvuga ubutumwa ukabwira abantu ukuri lman ntihezagira uwicaye🙏🙏🙏🙏🙏🤝🤝🤝
Ohhh ndagukunze urigisha nk’umubyeyi uhanura Abana be. Imana iguhe umugisha
Pastor inyigisho zawe zirubaka kandi zinshingiye kubikorwa ijambo ry'Imana ritubwiriza gukora
Amen mwarahezagiwe murakoze kutugaburira uwudakoze ntakaryeer
Amene mukozi w Imana ariko!uwukize isemu yibagirwa icyamwirukanza;urina matwi niyunve nufisubwenge natoremwo gwiwe!nne cagihe murutana uwabwiwe bimana agahezakunva muka Nkurunziza yariyarungitswe nande Atari ubuvugishwa???
Imana ikongere umuzingo ushishikare kuzingururira abanabimana ❤❤
Ndatahije ishengero ry'Imana nanje ndabakunda ejo sinashoboye kubana namwe
Ndakwemera uvuga ukuri Imana yaremye is nijuru ijye igushyigikira pee
Ubyo wigishije nukuri yesu uguhe umugisha
Uteyubwoba ukuruvuga nuwutizarikanga amen amen.
Uranyihera umutahe pastor nkore hama nsenge Imana
Ufise umugambi/projet urashe, ugize umwete ukegera amabanki canke abandi bantu woba uzi, haraho wogira Imana ukaronka uwugushigikira.
Mugabo uko abarundi bameze, nk'umuvukanyi woshobora kumubwira uti nguhaye aya mahera hanyuma uze uyansubize nko mu myaka itanu atan'inyungu ngusavye, mugabo akavyanka kuko aba ashaka ivya gusa atazokwishura.
C’est extraordinaire comme enseignements !!!! Uhoraho aguhangaze, aguhezagire, akwongerereze inkomezi mu nyigisho utanga.
Waaaaooooh
9 pour
Pasteur Mbayahaga yubahwe ndakunda inyigisho ziwe.
Babwire bumve nijambo ryi MANA riravuga udakora ntakarye nugusenga dukora❤❤❤
Uravuzukuri kubabaza.kuvuga imbere yishengero ryawe yuko hari idini riruta rwawe.koko ubitumwe nimana.
Amen ubarikiwe
Amen pastor arigisha neza aba Christu biwe kanura
Ndabakunda cane mubandanye mutubwire ukuri kwose
ndagukunze paster Roho wa Yezu agukomeze rwose Niko kuri mu kibwiriza cyawe
Iman idufash cane
Ewe pasteur uri intumwa y,Imana pe Yesu aguhe unugisha utagabanije
Mukozi w'Imana Nyagasani aguhezagire kuko uyivuze neza ndafashijwe
Urakoze iman ikuzigame
Amen mukozi w imana
Amen uvuga ukuri Cane
yesu aguhe mugisha mutumishi urafasha cane mukozi wimana
Mbeg'ijambo rifasha weee!!!! Ameeeeeen 💞
Ijambo yimana rirafasha bantu bimana
😂😂😂
Mukama !
😅😅😅
Ushishikare ukomezwa, Mukozi w'Imana !
Umigisha kbs😊
Amen men
Komer shaaaa mbayahaga
Imana iguhezagire uvuze neza
Imana iguhezagire mutamawacu turagukwirana inyigisho zawe hezagigwa
Ndakwemeye100%
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏Amen
Paster ndakwemera uzategenderere ikigari mu Rwanda turagukunda
Courage
Amen🙏
You are right Mutama.
Amena
Je valide
Ilana ikomeze Ibane nawe
Nkunda ukuntu utinginga mukuvuga ubutumwa❤🙏🙏
Uwu ntanzara imirimwo yotuma areka ukuri
Amen!!
Amen 🇸🇦
🙌🙌🙌
Aman amen 🙏👏🙏
Uvuze ukuri past Warahezagiwe past.
IMANA ikomeze kubahezagire mukozi wayo
Urakuruguturaaape! Uwumva arinamatwi niyumve .
Excellente réalité
Isidore aka dd karamwinjiye kweri: "abenegihugu yahora avuga umunyagihugu" politike politike. Urazi kwisabira sha. IMANA iguhezagire. Ariko! Urigisha ico ndakikwemereye
❤❤❤
Numéro z'uwo mukozi w'Imana yozironka gute?
Amen, Amen, Amen 🇺🇬🇺🇬🇺🇬
Vraiment !!
Amen gosi cane
Amen
Uvugukur abonanti bariho nomumuryango turabafs
Ntako utagize mukutubwira kwl .Wirambire.
🤭😂🤣Amen Amen Amen🙌🙏👏👏
Amen 🙏 🇷🇼🇷🇼
Amen mutama
Amen muhezagigwe❤
Nukuri imana iguhezagire cane gose kuko utwigisha cane gukora cana kuko uwudakora ntakarye kuko imana ihezagira ibikorwa dukora abobantu nabo nukureka kumbesha abantu ngo cakira Ibintu sivyo nagato ahubwo babigishe gukora cane imana ibahezagire
Respect
Ndagukunda mukozi wimana
Ndafashijwe nijambo kbsa
amen amen
Vuzukuri beiribyo bi petit byomwikartie bikuramaboko mumpuzu bongr bayobok Allah
Abantu benshi baragukunda ntuzoramba
Pastor ivyo uvuje sivyo Imana ivuze irakora mcungaji je ndi témoigne
🙏🙏🙏🙏🙏
Nukuri ndibuka uwasenz caaassne yiga mumwak 9 .yibagira kwiga. Acarayobegwa. Mumwaka wakurikiy acariga caaasne acaramenya Kandi caane namanota yiwe
Hello
😂😂😂Mbayahaga. Bishop🙏🙏🙏🙏🙏
Amen🙏🙏🙏🙏💞💕🤝💪👌👌👌👌🙋
Uvuze neza hezagirw
Ukuri kuzuye ubutumwa nkubo baranyuzuza
Uyumukozi w imana nukuri hoza abandi nka cumi nizara yogabanuka nukuri jw ndamukunda kandi kasaba imana izane nabandi beshi
Zurabakurungutura
Ivyuvuga nivyukuri ariko nuko utirimbura Kuko iyusomwe Yako2:10 haramajambo avurwayo arikivyuvuga nukiri
Nkunda uyu mupastor rwose
uvuze ukuri ibilkorwa nivyo biza imbere
Ukuri kwuzuye.amatwi yacu akwiye kwumva amajambo nkayo,imitima yacu nayo ikazirikana ayomajambo.
Ivyo pastori yigisha ndabishima cane kandi aratwenza cane.
Mugabo jewe mbona ubushuhe bw'i Bujumbura bubangamiye abaje gusenga kuko baguma bihanagura akuya. Lero urwo rusengero umengo ruracari rushasha, hari hakwiye kurondera uburyo bwo gushiramwo aeration nziza.
🎉très intelligent