Intahe ya Mimi Mireille - Abantu bavuga ko nataye abana😭/Accident nakoze nari napfuye/Film n'ubuzima
HTML-код
- Опубликовано: 18 сен 2024
- #BurundiGospelTV_+25776804118
Ukaba wifuza kuvugana natwe kuduha ivyiyumviro kubiganiro tubashikiriza, ukaba ufise intahe yoha abandi ivyizigiro, inkuru, igiteramo, Répétition canke ushaka gushigikira ibi bikorwa duhamagare, Twandikire kuri Email: burundiangospeltv1@gmail.com canke kuri Whatsapp #+25776804118
Yambiiii Mimi ndagukunda cyannnnn Nukuri imana igikomeza iguhe umugisha
Yambiiiii
Mimi nagukunda❤❤cyane kuva nakubona hanyuma ibindi ni Imana komera cyane.
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
I love this lady seriously 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Mimi Mireille ndagukundaikiganiro cyawecyiramfashacyane.@@burundigospeltv2661
Mimindagukunda@@burundigospeltv2661
Humura lmana izakomora lnguma rindira unushake bw'lmana❤❤
❤️❤️❤️❤️❤️
Mimi hano mu Rwanda tumukunda cyane kdi IMANA Imukomereze amaboko
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Ndagukunda cyan mimi
😍😍😍😍
Mimi,don't wonry about what people are seing,you are as the top!
Ameeeeennnn
Mimi umz utx turagukumbuye murwanda uzagire ugaruke
🥰🥰🥰😍😍😍
Abavug Ko wihakanye aban baragahur na yesu
🤣🤣🤣🤣🤣
Gusenga nibyiza Kandi utubwiye impanuro nziza cyane. Nubwo bigoye murubyiruko ark kwitwara neza nibyo bikwiriye abagenzi bajya mugihugu cyo mu ijuru. Mimi merce
🙏🙏🙏🙏🙏
Mukuri Mimi ndamunda ndi mubuganda
😍😍😍😍
Mimi turagukunda nidamascene murwanda
😍😍😍🥰🥰🥰🥰🥰
Imana ikomeze kukugirira neza Mimi wacu.we love you so much
Amen amen
ILove you so much God bless you Chr❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Wew umubwiye KO yiyatuyeko umuvumo baca umugani ngo ubusya uwundi buroroha Imana NiyIbona hirya mumutima niyo yoba yarabihakanye Ntacaha kidaharigwa ntukaje umubwira nabi
👂👂👂👂👂
Eseniba utarakunze muriwowe ndane ntarukumdo ufite gusakomerezaho kukowigisha beshi cyanecyane gukundisha abandi igihugu ibibero byumubyeyi ynkoze ahantu
💞💞💞💞💞💞💞
Mimi naragukunze kuva nakubona
Peeeeee
Utanga ibiganiro kwa Chita ❤❤❤❤❤
❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Mimi uri ntwari ndipfuza kukubona courage mugenzi
🎉🎉🎉🎉🎉, 🙏🙏🙏🙏❤❤❤❤❤ ndakwikundira peee
😍😍😍😍😍😍
Amen Amen Komeza Wizere Rata Mimi Najyewe Nizeranye Nawe ko 2024 Ibibero vy'Umivyeyi part 2 Izaboneka
ameeeeennnn
Imana ikomeze kukugirir neza mimi
Ameeeeennnn
Imana ivuz ego ntamuntu numwe wundi yovug oy!mimi niwirambir cn turagukwirikirana
💞💞💞💞💞💞
Mbaye uwambere ikaze kuri mimi
😘😘😘😘
Mimi Ndagukunda cneeeeee
❤️❤️❤️❤️❤️❤️
❤❤❤
❤️❤️❤️❤️
Mimi ndagukunda cyanep
Murakoze cane
Ibereho muntu wimana
Amen amen
Mimi courage
🙏🙏🙏🙏
🎉❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Muzobatumire barikumwe na claude,
Ooookkkkk
Ohhh mimi turamukunda nakomwre mbese mwadushyikiriza number yiwe muzaba mukoze
Murakoze caneee mwarahezagiwe
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
❤️❤️❤️❤️😍😍😍
Parce
Ooookkkk
Muràho! Umuntu akurebye Abo n'a urumuntu winjyeso nzaza kubaka byanze gute
Nihatari papa
Ubwo uramaze kubona umugabo yatafise. Ni umunsi 1 vyoba bigoye kugira mubane.
Mimi ,ufise Shetani iguma iguteza divorce : kwahukana kabiri (2); biteye agahinda......umugore wabana 3.....None uriko ubesha ko uri inkumi ....
Sois serieuse Mireille ,,ivyawe biteye isoni ..
Senga cane Rugiravyose ikubeho...
🤦🏾🤦🏾🤦🏾🤦🏾🤦🏾
Bijya gusa n'ibya Pastor Mutesi njye namutinye arakaze
Ariko iyaba umuntu yapfa kubera urwanko rwabantu ntawoba akiriho. Kugira abana si caha. Ku divorce bidakunze ntakwihambira kumuntu. Ahubwo ubukurikira imana ize imuhe umugabo muzima. Nawe yumve ukugira neza kw imana
Niwivugir make sha,burya YESU atuziko vyish cane,uribuk igih watumwana wimfura yaw ukambwir kowavyaranye nimbwa?camak gus w'ihane mwena chr waw Claude mwakoz vyish bibi cn.🤫🤫🤫🤫🤫🤫
😭😭😭😭😭😭😭😭🙆🙆🙆🙆
Yohanura abandi nawenyene atihanuye???
🤣🤣🤣🤣
Mb gukwizwa ni kunwa cank gukizwa ni mumutima?
Gukizwa n'ukwemera ko Yesu ari umwami n'umukiza mubuzima bwawe Hama ukagira ivyamwa vyiza vy'abakijijwe
Mimi nafashe gukina Film
🔥🔥🔥🔥
ijambo ry'IMANA rivugango,ivyurabikora nanje ngahora ariko ..... hazobaho umusi vyooose bizokwerekanwa uko bikurikiranwa atanakimwe kivuyemwo
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Komeza ube praud kuba bebe bae
🔥🔥🔥🔥
Vuga ngo narahukanye ntuvuge ngo sinubatse warahukanye
🤦🏾🤦🏾🤦🏾🤦🏾🤦🏾🤦🏾
Ngo silace?? 😢😮😢
🔥🔥🔥🔥
Noneko uvugako ukijijwe kdi ukaba ufite isura ikurura benshi ibyitwarmwute imbere yabatunzi muhuranabo
🤣🤣🤣🤣🤣
Ngo ntiyubats😂 ngo muga arafise abana3😂😂mimi umusi ubihakana nimber y ishengero nuwo musi wiyaturiyeko umuvumo.
Sigura neza ivyo uvuze
@@burundigospeltv2661 uyo wamumeny kuber film ariko kugira mvug gutyo nuko nzi ko benshi yababwira ko Ari inkumi .nubu mubaz identité yiw urab ko atahinduy état civil bakandika ko Ari célibataire kuva igih asohots ava murugo. Naho abemera abana kuko vyagiy Kuma reseaux sociaux ukuri kukaja ahabona
Mimi ibihe birahinduka ntibagutere amabuye ivyobakwagiriza nahovyobarivyo ushobora guhinduka terimbere
🥰🥰🥰🥰😍😍😍
Ngo barikumw n'a papa wabo vuga ATI barikumw n'a ba papa babo.
Sigura neza ivyo uvuze
@@burundigospeltv2661 nukuvuga ko Ari abana batatu umwe mukuru arikumwe na se ruguru nukuvuga yari umugabo wiw wa1barasinyuye. Abandi babiri barikumwe n'a se ibujumbura nukuvuga numugabo wiw wa 2
@@burundigospeltv2661 mvuz uko kuber ko abana 3 barezwe nabagabo babiri. Umwana mukuru arikumwe na se ruguru ariw mugabo wiwe wambere ,abana babiri bandi barikumwe n'a se ibujumbura ariwe mugabo wakabiri
Mimi je mbona uzi gukina comedy. Nne ivyo bintu vyo gukuzwa ubivugira iki? Wew warigize umusazi urata abana numugabo nne ivyo bihuriye hehe nagakiza??
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ariko ubundi uretse itiku abana yabataye mu ibarabara bafitwe na se? ni bamunanira azabamushyire cyangwa abakuzanire niba ubumvira impuhwe kuruta mama wabo mimi mu mureke ahakizwa kamenywa ni Imana
Mimi nah binshikira ntebaa niw undemesha
Ameeeeennnn
lmana igutabare sha mimi uko uvuga ngo nuguharanira ivyo wipfuza urakwiye kwiga ukamenya rr ubwo buryarya urakwiye kubuheba jw urantangaza bakubajij ivyurugo uca wiriza kwl lmana igutabare vrmt
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Non abana 3 wabavyaye hatabaye gukunda oya reka umwe Sawa nayo 3 oya reka
🤣🤣🤣🤣🤣
Mimi uri ntwari ndipfuza kukubona courage mugenzi
❤️❤️❤️❤️❤️❤️
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
❤️❤️❤️❤️❤️