Merci infiniment pour tout ce que tu as fait pour moi !A toi reviens la Gloire! Mon, Dieu, je suis persécutée dans mon travail injustement ! Mon Dieu viens à mon secours ! Demain je suis convoquée à l'inspection ! montre moi là où les mains qui tiennent l épée de la destruction ! Mon dieu active ton processus de retour à l'envoyeur!Rends moi justice !
QUE LE TOUT PUISSANT ENTENDE VOTRE PRIERE ET QU'IL INTERVIENNE POUR DEFENDRE VOTRE CAUSE SELON SA VOLONTE , ET QUE SES ANGES VOUS PROTEGENT PARTOUT OU VOUS IREZ.
Murashobora gukurikira utu videos hamwe n'amajambo vyo gutera intege mukugira abonnement kuri page yanje kuri Facebook muciye ngaha : facebook.com/profile.php?id=100044498286814&mibextid=ZbWKwL
Amen
Atuwera uwera uwera umwami nyeningabo isiyos yuzuyemwo icubahiro ciwe🙇♀️🙇♀️🙇♀️🙋♀️
Nanje vyukuri ndakwiye kugira iyerekwa ryo mw ijuru , ivyo mw isi bikagira agaciro gato , ariko ivyo mw ijuru bikagira agaciro kanini . Nshoboza Mpwemu Yera.
Ndiho akwongere guhishurirwa muvyeyi , no kwama wicishije bugufi nk uko ,ikiruta vyose,Azoguhe iherezo ryiza. Amina
Igize icifuzo ciza cane uhabwe ubwobushobonzi m
@@ريمالريم-ح2خ Amina
Benshi mu bana b'ABANTU ubabajije sokuruza w'ukwizera kwabo babura ico bishua, yamara anyarukira kwemera vuba ngo azoja mw'ijuru mu buzima BUDASHIRA. Biteye isoni.
Bibliya Yera ITWIGISHA TWESE YUKO:
" Aburahamu aracikana, atambura ageze mu zabukuru, apfa yisaziye neza; ahamvya ababo. Isaka na Ishimayeli abana biwe bamuhamba mw isenga y'i Makipela, iri mw itongo ryar' irya Efuroni mwene Sohari Umuheti, aharabana n'i Mamure; "
Itanguriro 25:8-9
Ivyo uvuga ntibijanye n Inyigisho tuba turimwo. Ufise intumbero yo kuzimiza abantu b Imana ariko satani igukoresha yaratsinzwe mw Izina rya Yesu, nta ntsinzi igifise. Satani n agukoreshe ijoro n umurango mugwanye ubutumwa bwiza bw ukuri bwa Kristo Yesu,. ariko muzokwama mukorera muri Zed -Moins
Yesu uzompe ijuru.nahutompa ubutunzi bwaha kwisi.amennnnn
Amen
Umu past nemera niwowe Chris kwisi hose ndagukunda pe 💞🙏
Amen Amen 🙏 papa twaraguhawe IMANA ihabwe icubahiro uraturemesha
Amen Amen izina ry ' Imana rihabwe icyubahiro mwisi no mwijuri Kandi Imana ijye ikomeze kuguha umugisha 🙏🙏🙏🙏🙏
Ndiho abashe kuguha inkomezi Mwana w'Imana sishimye kukwita mukozi w'Imana kubera umwana ntiwigera umwirukana ariko umukozi ushobora kumwirukana urumwana agamburukira se agakora neza ic yamutumye uzogire iherezo ryiza
Ibyo wigisha binyuranye nibyo abitwa abakozi b'Imana benshi tubona kuri youtube uyumunsi; ntabwo begera abakene ahubwo bifotoza nabamaze kumera neza, bahana impano.... iyo mbireba mburamo ikigisho ahubwo barihimba. ARIKO nubwo bimeze bityo Yesu azi abe
Umwami Imana ikwishimire iteka Mukozi w’Imana Chris. Inyigisho zawe zigaragaza ko imbaraga z’Imana arizo zigukoreramo. Kuzumva numva ngenda ntera agatambwe mu rugendo runganisha aheza ho mu’ijuru.Imana ikomeze ikurinde imiyaga yose y’umwanzi ihutaza benshi . Amen Amen
Ameeeeeeen
Nibyo rwose, Imana ikomeze kumunezererwa kd natwe iduhe kugira intsinzi muri byose muri YEZU KRISTU 🙏 Amen
Amen amen .
No mu gutanga nibuke uko Yesu agomba ko ndabitanga.
Natwe mudufashe gusenga imAna natwe tukore ibyimana indushakaho amen ❤
Amen amen. Nyuzuza imbaraga zo kugenda uko ushaka Mwami Imana kandi nkore ibiguhesha icubahiro
Imana Ijye Ikumera umugisha utagabanize ndumwemubagukurikira cyanepe ndi Zambia ark nkunda amagambo ukoresha akumbuza Ijuru no kwihana utandukanye nabikigihe bigisha ibyubutunzi bwisi
No mu gusenga Ndagukeneye Yesu kugira nsenge uko wabinyigishije
🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤ NDIHO AKongereze IMISI yokubaho uzurinde ugendera kukabando uvuga ubutumwa bwiza mwizina rya YESU🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Amina cane
Amen Amen Amen Amen imana yarakoze kuduha umuvugabutumwa nkawe muburundi imana ishimwe cane
Chris pastor hari impwemu izakubuza ijuru.umaye kugwananayo.ntunzi najew sindakuzi.sukugusevya oya,ndazi yukwo ijambory'Imana rivugati Guhanira ahibonekeza bisumba urukundo rudaseruka.iyambere:kwishira hejuru,2)Gukengerana.kutihangana.Imana igufashe kubinesha
Amen amen
Moise yakoreshwa n ijuru mu kuduza amaboko
Amena baba
Midusengere natwe tugure iyerekwa ryi vyi juru imana idukangurire kugira umwete wokwitondera ijambo ry'uhoraho
Amen amen
Gutumgwa no kubumbwa n ivy ufise.
Halleluaaah Imana idushoboze kwifuza ivy'ijuru.
Nshoboza MWAMI kuba uwo ushaka komba mube nkure amaso kubyisi nerekeze amaso yanjye ndetse n’umutima wanjye kubyijuru 🙏 habwa umugisha mukozi w’IMANA 🙏
God bless you! Nshimye Imana kubwo ino nyigisho.
Shalom Pasteur Je vous suis depuis la France soyez bénis abondamment 🙏🙏🙏🙏
Amen Amen naje munsengere UMWAMI YESU Angirire neza
jewe nipfuza kumenya aho urusengero rwanyu ruherereye ,Imana ibahezagire
Urakoze Mana ko mfashijwe
Niyi nyigisho habwa icubahiro
More blessing kko isi yose izarokoka kubwa kanguka❤
Alléluia , ni ukuri mw ijuru tubandanire kuja yo ,
Yesu yaratwubakiye amazu
Amen bcq,Bwana apewe sifa God nipe nguvu zaku kanyaga nyoka na scorpion and demon
Nyoka na ngee
Mwijuru niho iwacu twese
Hama mwibuke ko ijuru rir hose, twahaw ijuru
Aaamen icubahiro kibe ica Ndiho ibihe vyose
Icyubahiro cyose kibe iki iyakuremye
Ikagukoresha maze nawe ukayemerera ,uhezagirwe .
IMANA IKOMEZE KUBAKORESHA IVYUBUHIZI MUKOZI W'IMANA.MURKOZE CAAN KUNYIGISHO NZIZA MUDUHAYE🙏.IMANA IHABWE ICUBAHIRO🙏
Amena. Imana ikwongere inkomezi. ❤❤❤
God bless you 🙏uratwubaka murugo rugendo
Amen 🙌🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽 nakupenda sana pastor shunjaa wafimiahaya Cristy ndikumana
Amen imana ikwongere amavuta ndashaka kubona nanje nicaragua numwami yesu arikomusengere
Imana yanje ikunda ko nkorera mw Ibanga.
Mube maso kandi musenge mutazasigara yesu aje gutwara Itorero rye ni amarira menshi kubazasigara
Amen Amen Amen yesu niwe nkomenzi
Ntahuye ko nagiriw Ubuntu nkab indogoba Yesu agenderako
Yesus I need you, every hour I need you, every time I need you
twaragiriw ubuntu kuba dufise umukozi w Imana nkaw mu Burundi🙏
Amen,Imana idufashe kubwirijambo iyerekwa ryo mu ijuru
Amen,Mwami wanje nshoboza gukura ivyiyunviro ku vyo mw'isi ndabishire kw'iyerekwa ryo mw'ijuru,Amen
Ameeen murakoz kutwigisha iyinyigisho nziza yampanuy amen, amen , amen Imana ibakomez
God bless you imana ikwitwararike
Amen ima ikonger imbaraga zokuyikorera niherezo ryiza
Amen Amen Hallelujah NDIHO ahabwe,icubahiro murivyose
Amen Amen ijambo ryimana ni rizima
Ko mu vyo nokwita imigisha ndabihabwa kubwa Yesu anfmgenderako
Oh hallelujah. Icubahiro cose kibe kuri Ndiho Amen. Yesu abahezagire cane
Amen nukuri rekatwiboheye kubyijuru.
Amen. Nkunda ingene utanga ingaburo ikwiye,uwuzoguma ari igikuri azovuga iyo yarya ashira!!!
Ntihabose tv 🇧🇮💕
Seigneur Jesus Christ tu es merveilleux donne la force à l’équipe de continuer leur épreuve 🙏🙏🙏🙏🌺🌺🌺🌺🎂🎂🎂🎂
Amen men IMANA iguhumugisha mwishi
Icyubahiro ni icy, Imana. Amen.
Mana we !!!
Udushirseyo dupfe ku bituma utatuganza muri vyose.
Yesuyaranesheje nashimwe aragahorakungoma
Ni twamize umutima ku vyiza vy'ijuru
Byose bituruka mu ijuru. Amena
Mpwemu andengere anyereke ivyagaciro kijuru
Amina
Mudusengere natwe tugure iyerekwa ryiryisi ❤❤❤❤❤
Icumbahiro cose nicandiho amen 🙏 🙌 👏 ❤
❤❤❤ ubarikiwe sana Mtumishii wa Ndiho uraduhezagira caane gose inyigisho muduha Uhoraho abahumugisha murakoze caane gose ❤❤❤👏👏👏🙏🙏🙏
Urakoze mukozi w'Imana harico unyigishije uhezagirwe caaane
Amen mwarahezagiwe
Be blessed dear pastor Chris Ndikumana
Amen
Be blessed servant of God
Shalom pasteur je vous suis depuis la France
Amen Amen Amen Amen murakoze cyane ndafashijwe cyane
Aminaa postor Imana ibongere amavuta muhezagigwee
Amen Amen nukuri ndahezagiwe
Amen amen 🇧🇮🙏 hezagirw cane
Amena amena hezagirw cane
Nukuri ntaco nshoboye sans JESUS,
Enseignement réconfortant.
Murakoze cane
Thank you Jesus
Amen Amen 🙏 🙌 👏 ❤ ndafashijwe
Amen Amen halelluja ndafashijwe
Amen amen mukozi wimana
Sigura muntu w'Imana
Amen je vous suis depuis Denmark!
Amen🙏🏾Glory to The Lord🙌🏾
Alléluia alléluia seigneur Jesus Christ aidez le pasteur et son équipe donnez-lui la force de continuer à nous aider 🎂🎂🎂🎂🎂🎂🌺🌺🌺🌺🌺🌺
Merci infiniment pour tout ce que tu as fait pour moi !A toi reviens la Gloire! Mon, Dieu, je suis persécutée dans mon travail injustement !
Mon Dieu viens à mon secours ! Demain je suis convoquée à l'inspection ! montre moi là où les mains qui tiennent l épée de la destruction ! Mon dieu active ton processus de retour à l'envoyeur!Rends moi justice !
QUE LE TOUT PUISSANT ENTENDE VOTRE PRIERE ET QU'IL INTERVIENNE POUR DEFENDRE VOTRE CAUSE SELON SA VOLONTE , ET QUE SES ANGES VOUS PROTEGENT PARTOUT OU VOUS IREZ.
@@j.c.maxima816 qnn
Ñi
Imana nduhe gutahura
Alleluia alléluia alléluia amen amen seigneur Jesus Christ 🎂🎂🎂🎂🌺🌺🌺🌺🌺❤️❤️
Ndakomejwe bidasanzwe!
AMEEEN AMEEEN AMEEENA 🙈🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Imana itubabarire
Imana iguhezagire haraho unkuye naho shitse . Imana ikuturindire mukozi w'imana .
Amen God bless all 🙏🏽🙏🏽👏🏽 😂😂😂😂😂
Barikiwa mtumishi wa Mungu