KANGUKA YO KU WA GATANDATU 25/05/2024 par Chris NDIKUMANA
HTML-код
- Опубликовано: 3 окт 2024
- ITANGAZO
Hari abahora bakoresha izina ryanje mugusaba amafranga canke kubesha kugira mubahe amafranga. Uwuzobandikira akoresheje izina ryanje ashaka kubasaba amafranga ntimuzomwishure.
Chris Ndikumana
Mana yajye ndasaba Imana ngo inkureho igisuzuguriro ihindure a mateka yohova ndabizi wabikora Amen
Ndiho IMaNA nkuru ninkize indoto mbi Mwizina Rya Yesu Christ Amen❤❤❤
Mana nziza nguhimiye kubwo kunkora ku mwingo ndwaye ndizeye mu kuwukiza mu izina lya YEZU kristu.Amen.
Nanje Yesuu ncira inzira unkorere ubukwe nkabandi bakobwa umpe wamugabo nagusaba ndaziko ubishoboye Ameen
Nanje Yesuu ncira inzira unkorere ubukwe nkabandi bakobwa umpe wamugabo nagusaba ndaziko ubishoboye Ameen
Nanje Yesuu ncira inzira unkorere ubukwe nkabandi bakobwa umpe wamugabo nagusaba ndaziko ubishoboye Ameen
Nanje Yesuu ncira inzira unkorere ubukwe nkabandi bakobwa umpe wamugabo nagusaba ndaziko ubishoboye Ameen
Nanje Yesuu ncira inzira unkorere ubukwe nkabandi bakobwa umpe wamugabo nagusaba ndaziko ubishoboye Ameen.
Nanje Yesuu ncira inzira unkorere ubukwe nkabandi bakobwa umpe wamugabo nagusaba ndaziko ubishoboye Ameen.
Uyu munsi bimenyekaneko ur'Imana kubiteze nokubizera bose ndakiriye gukira nokubohoka mw'Izina rya yesu Amen
UHORAHO imana yabazima imana ishoboye vyose NDIHO niwe yankijije ndagushiye Mana nziza icubahiro kibe ica NDIHO ibihe vyose Âmen Amen 🙏🏼🙏🏼🙏🏼
Imana ni nziza ibihe byose
Imana imbabarire inkize ibyaha bibase ubugingo bwange
Imana inkore ku ibere ryibumoso rindya imisonga ijya izamo Imana iyikureho mu izina rya Yesu amen amen amen ndizeye rwose ko nzakira🙏🙏
Shalom Bakozi B'Imana
Ndabasabye munsengere mfitumwana Urwaye afitikibazo kubwonko bazamubaga Ndabasabye Munsengere Imana Ibahe Umugisha
Amen Amen ,ngushimiye data uburyo ugenda unyorohereza ngushimiye kuvyakoretse ,nkuragije nibisigaye
Uhoraho Mana nziza ndizerako unkiriza umwana🙏🏼🙇🙇
Nanje Yesuu ncira inzira unkorer ubukwe bwa surprise umpe wamugabo nagusaba ndazik ubishoboye Ameen
Urakoze MANA ukomeza Kutugendera dukomez e kubohoka muribyose Mwizina RYA YESU kristo amén Amém 🙏🙏
Imana inshimwe cyane kuko izi ibyo twibwira Imana ihoraho none nibihe bitarondoreka
Mana ndagushimiye kubitangaza ukora kungwara nyishi ukiza nanje ndizeye kuzankiza kuko urimana ukiza amen
Amen 🙏🙏🙏 muhezagigwe cane ❤❤❤
Mana wumva KD wishura ndakwinginze nanj ungenderere unyibuke mwami umfashe nje mukwezi uzobukoze cne ndaziko uwukwizeye ntamaramara ndakwinginze umfashe uzobukoze cne mwizina rya yesu amen
Imana itwibuke nanj nuko ndarushe nabuze imihango nkabandi bakobwa imana itwibuke
Amen 🙏 nakiriye igitangaza cy Indwara cyuko nkize Indwara so kuruhu abarozi banteje nakarande numusonga mwizina rya Yesu icyubahiro nicyawe iteka ryase muremyi wijuru nisi Amina kdi namwe Imana ibahe umugisha 🙏😊
Imana nihabwe Icubahiro 🙌🙌 ikorera ku mwanya wayo kandi ntibesha Amen👏👏
Mana y,Ubuntu niwee nkinzo yanjee ,wewe bubasha bwanje uhindura ivyanse guhinda Amen
Mana yanjye yo mwijuru ndakwingize unkize Unkureho Ingoyi zose z'umwijima mu izina rya Yesu Ingwara zose zingose uzinkize Mana 👏
Imana ihimbazw imyaka yose kuk ikor ibikomey biciy mukiganiro kanguka
Nanje Yesuu ncira inzira unkorere ubukwe nkabandi bakobwa umpe wamugabo nagusaba ndaziko ubishoboye Ameen
Ihangane iwawe Azoza
Imana Ishimwe cyane kandi Ihabwe icyubahiro cyayo👏👏❤
Uwiteka Mana ihoraho nanjye ungenderere n'umuryango wanjye ,ndakiriye ubuhamya bushya mw'Izina ry'Umwami wacu YESU Christo.Amen
Mana ubwo ugenderera abandi nangentunsige Amen Amen Amen Amen❤❤❤❤
Uwiteka yumve gusenga kwajye
anyishyurire ,ankirize urugo ,ampere ubwenge abana ,ampere umugisha umuryango wajye
Nukuri nabikore
Amen.mana ndaziko umunsiwanje utarashika
Nushika nzokira
❤❤ndakiriye mwizina rya Yesu
Yesu nanj ntaconokwishoboza urafatukuboko kubugingibwanj ndabuguhaye ukomezekumberumuco amena niww duhanzamasoyesu
Amen thank you lord and thank Jesus Christ amen 🙏
Amen Amen Amen 🙏🙏🙏 Hallelujah Hallelujah Hallelujah 🙌🙌🙌
Amen
Nanje ndimubant bamye kangukaa ariko nashak gushinga intahe nanje kuvyo Iman yanguriy
Amen 🙏🙏🙏
Nyagasane Yezu , nzi kuri Muzima Kandi ukunda nkaba Bose barigutanga intahe , ndakwingize Mana ihoraho ngo nanjye ukuboko kwawe kukoreho hamwe numugabo wanjye maze dukire uburwayi buduzengereje , turakwizeye Yezu mukiza 🙏🙏🙏
Ni mump inimero yogushingako intahe
Imana ibandanye ibahezagire
Nukuri Mana Nanjye uyumunsi ndagutegereje
Uwiteka manayanjye nanjye nabuze urubyaro maze imyaka cu12 narabuze umwana mpa umwana
Akira uruvyaro mwizina rya Yezu Kristu
Mana yanjye ndakwinginze uyumutsi umanukire kuntabara nanjye mbisabye nizeye mwizina ryayesu Amen🙏🙏🙏🙏
Mwami mana ndashaka uncire inzira nkire ingwara yamaso arandembeje ndabishizr mubiganza vyawe mwami
Hallelujah 🙌🙌 Hallelujah Hallelujah Hallelujah
Nange kanguka narayikunze umwaniyesu anjyapfasha nyunve nanjye nkeneye gukira umugongo
Alleluiaaaaa!!!!!!!❤Uri Imana ikiza. Amen🙏
Nukuri manukira kwigaragaza muruyu mwaka
Mana nanje ungendere Aho ugendera abandi ntusige mwami wanje Amen Amen
Mwaminizeye KO nagendewe amen
Mana uyumus ahugenderer abandi nanje unkoreko
Nakiriye igitangaza mwizina rya YESU
Imana ibahezajyire imanani ishimwe
Ndagushimiye Mana yomw'ijuru wewe ukiza ingwara zananiranye wewe docteur usumba aba docteur bose bokwisi Mana wakijije ababantu bose ndagusavye nanje unkize iribere mazegukoregwa operation incuro2 mw'ibere ariko nubu sindakira ndabasaba mumfashe gusenga nanje Imana inkoreko inkize muzobamukoze nanje ndashaka ko umusumwe nzohaguruka nkabashingirintahe ko nakize Kandi ndizerako Imana izobikora Amen.
Shalom Shalom Amen
Shalom shalom umwam abahezagir can ham nanj nkabanashajak mwonsenger kk namanadashw nibivyimb mus yumukind nezananez hejur yamagar ndabikanyh hakazanan amashir nkabanashahak mwomfash cn umwan abahezagir Amen Amen 🙏🙏🙏
mana yanje nzikuchoboyevyose kuvankirumwanamuto sinigeze mboba mama anezerewe yamakubitwa guchika aheramenyo nn rero ndazikuchoboyevyose ngusavye uhindurepapa aharimuritanzaniya yaradutaye ariko niwuchoboye vyose niwewokumuhindura ukamugarukana yarahinduste senzenizeye kugiyekubikora ame
charome imani bahezagire kukuntu mudusengera mutatuzi iman zabahiherezoryiz
Amen nanj nizeye ko nzokira hypertension 🙏
Uhoraho Mana yanje ungenderere numuryango wanje niwe twizeye muri vyose ndakiriye gukira nugutabagwa mwizina ry'umwami wacu Yesu kristo Amen
Amina cane!
Turizeye vyukuri ko satani amaze gutsindwa kuko izi ntahe za bene Data hamwe n aya masengesho bimaze kutubohora twese abizeye, mw Izina rya Yesu Kristo
Hezagirwa iminsi yose muvyeyi wacu, urakoze cane kudusengera
Turasenga ngo Mpwemu Yera Akomeze kuba mu nteguro y Igikorane kizobera muri Gabon, kandi ngo Ikiganza c Imana Kize Kigaragare mu gukiza, mu kubohora imitima n imibiri y abantu bayo, mw Izina rya Yesu Kristo, Amina.
Amen ndizeye papa
Mukama Mana nzima nditeze igitanganza Can mwizi rya YEZU Kristu umunyanazareti Amen 🙇🙇🧘🧘
Mwarahezagiwe cane
Urakoze YEZU
God is Able 🙏
God give me mind i hope i win in school a i never be sick again
Amen 🙏🙏🙏❤
Mana yange nange ndagusaba umunezero wurubyaro
Pastor ndimurwanda umusengere😊
Hallelujah Hallelujah
Mana nanjye ndagutakambiye kugirango uyumunsi umberuwamateka nkire nzagushimahose amen 🙏
AMEN AMEN AMEN IMANA yo mwijuru ihabwe icubahiro kumirimo yayo yama idukorera
Amen❤❤❤
Urakoze papa urakoze mwami mana wew uvuga bigakunda wategeka bigakomera nanj kugiy kunkiza🙏🙏🙏🙏
Aleluyaaaas ndashimyeimanz imana imaze kumbohora ibintuvyakarande biciye munyigisho za christ ndikumana Imana imuhezagire imuzigame nfise numutwaro wukubona uruvyaro navyo ndavyize nanje ndayeye intege mwizere yesu arakora .amen amen.
Ndakeney irya nime barungikako intahe
Mana niwewe nizeye ushoborabyose ntamuganga urihejuruyawe ukiza izananiye abaganga rero mana ndikwisunze nanjye unkize undemere amashimwe undindire umuryango nizeye imbaragazawe❤
Mana yanj wakijij benshi nanj nkwerets umwana wanj umukoreko indyara zos zimuhung
Amen amen
Mana yanj uyumus nanj ungender amen
Amahoro cane!mumez neza? Mwoshobora kunshira muri groupe ya kanguka
Amahoro cane!mumez neza? Mwoshobora kunshira muri groupe ya kanguka
Nanjye ndabishaka @@EricNshimirimana-cj2eo
Amen amen
Ndakiriye kubohoka mu izina rya Yesu Amen
Amen amen icubahiro kibicimana ibihe vyose
Amen 🙏 ndakiriye mwizina rya Yesu kristo 🙏🙏🙏
Mukozi w'Imana Chris, jewe mfise ikibazo nagiye kwa muganga basanga prostate yanje yaravyimye gusoba birangora kandi iyo nsovye nsoba umukoyo urimo ifuro jyinshi caneee.
mpora nsenga kandi nanje nizeyeko Imana umunsi umwe izongenderera ika nkiza, ndakwinginze unzirikane nanje umfashe unsengere maze igihe mbisengera mugabo nta gihinduka kandi mfise n'ikindi kibazo imitsi yo mu mutwe wanje yatanguye kononekara nkunda kumva ikaka kumwe igiti gikaka iyo bari kugitema mugabo natangajwe nuko umuganga mukiganiro twagiranye yambwiye yuko ngo ntakibazo mfise co mu mutwe ngo n'ubwoba mfise ngo ndeke kugira ubwoba ngo ndeke kugira steress ambwirako yuko ikibazo mfise arico ca prostate gusa bitewe n'ibizame yankoreye mugabo iyo mitsi nayo iranteye ikibazo kuko bimbako iminsi yose nayo umfashe kuyisengera nizeyeko message yanje uzoyibona ukansengera mukozi w'Imana kuko ndahangayitse murakoze Imana iguhe umugisha hamwe n'abantu bose bakurikirana kanguka.
Muraho Chris none umuntu ushaka gusengana namwe kuwa gatandatu yabikora ute
Amen
Mana ukugenderera abandi natwe murugo rwacu uduhe urubyaro tumaze imyaka 22 kd udukize indwara zatubayeho karande namwe abagize umuryango wakanguka mudufashe Uhoraho azabitura
Amina mwami wanj ndizeye nanj kugiye kubohora umuryango wanj
Shalome nimeangaloya kanguka sana naomba muniombiye tumbo navitu vina tembe mwilini
Amen Amen 🙏🙏🙏🙏
Mana yanje wewe utanga atakiguzi kibayemwo,ivyongize imisi ndagusaba ndizeye kuno kwezi ko nzobibona.Amen
Amen Amen
Amen amen
Amen!
Ndiho kubamwiringira ari mukazi ! Imana nishimwe!
Mana yanjye nanjye ndizeye kuko ariwowe ujya ugira icyurema ukagikomeza
Amen