KANGUKA YO KU WA GATANDATU 28/09/2024 par Chris NDIKUMANA

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 28 сен 2024
  • Mushaka kumenya ivyerekeye Kanguka, mwoja kuri www.kanguka.com muce kuri "KI" hejuru i buryo.
    Mushobora kuturungikira intahe (ubuhamya) muciye kuri WhatsApp: +257 71 11 11 32

Комментарии • 133

  • @bucyensengedaphrose5355
    @bucyensengedaphrose5355 21 час назад +13

    Ndabasaba gusengera my friend witwa Rosa amaze imyaka 16 yarabuze urubyaro,akeneye kwibaruka.we ntabwo abona uburyo bwo gukurikira kanguka,ariko ngewe ndayikurikira,ndizera mu mwanya wiwe ngo Imana izamwibuke imuhe umubebe.Ndabyizeye cyane mudufashe

  • @AriellaRukundorwimana
    @AriellaRukundorwimana 19 часов назад +2

    Ndakwinginze mwami wanje mubo ugendera nanjye ntuntambuke ndakiriye mwizina ry yesu🙏🙏🙏🙏

  • @UwaseYvette-wj4js
    @UwaseYvette-wj4js 22 часа назад +2

    Nukuri shimwa yesu woe.wahaye Chris iyimpano yo kudusenjyera nukuri shimwa nyagasani mbikuye kumutima🎉

  • @DieudonneITERITEKA-y2t
    @DieudonneITERITEKA-y2t 22 часа назад +2

    Chalom❤❤❤ imana ninziza 😂😂😂 ikomez kukuzigama uzuratubwir ubutumw bwiz

  • @dusengechristine2080
    @dusengechristine2080 12 часов назад +2

    Ndabasaba munsengere njye numutware wanjye imana iduhe urubyaro🤲

  • @NYABENDAPascal-s5f
    @NYABENDAPascal-s5f 21 час назад +3

    urakoze yezu kumbohoye shetani inigira abana..ndakiriye gusama abana bazima mwizina rya yezu.....nije wabuze mwami maze gukorora inda zine dakiriye gukira mwizina rya yezu....udukize penina....

    • @JanetQueen-j6l
      @JanetQueen-j6l 9 часов назад +1

      Imana irakoze kuguteturura nanje izanteturura Impe gusama Amen

    • @JanetQueen-j6l
      @JanetQueen-j6l 20 минут назад

      Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen

  • @NgombwaJames
    @NgombwaJames 15 часов назад +1

    Amen amen ndabakunda cyane pastor musengere rwose imana induhe umwana nakazi amen ndabakunda cyane

  • @chanelleButoyi
    @chanelleButoyi 21 час назад +1

    Ibibazo mfise birandengera ukatwigisha kwemera ubugombe bwawe ndakwinginze unyibuke ninyuma ya Zero urakora nkuraba mukibanza canje mfise

  • @mukabuzizirose4981
    @mukabuzizirose4981 21 час назад +1

    Twabonye Imana mubihe bikomeye twabonye urukundo rwi mana bene data mukomere kuri Yesu arakora aratanga arakiza ni mana ibera hose icyarimwe 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌

  • @AlexiaUWAMAHORO
    @AlexiaUWAMAHORO 18 часов назад +1

    Amen amen 🙏 mana ushimwe ko uciye umugozi wa karande mumuryango wo kudashaka ngo natwe tugire mariage Urakoze mana icyubahiro nicyawe iteka ryose 🙏🙏🙏🙏

  • @AnjeloKaneza
    @AnjeloKaneza 17 часов назад +1

    Mwami wanje ndakweretse urugo rushasha ndimwo ndagusavye inkomezi zugushinga urugo kuk ariwew warumpay ❤❤❤ndaguherej nikibond nibugenze ukirinde abadayimoni mwizina rya yesu ukinzigamire ndaguherej numugabo wanj ahinduke akumeny kurimana nzima imanikiza avavanure ingesombi zose zimukwegera mubibazo bidahera ndabigusavye ndakwizeye mwami wanj amen

  • @MyHxdj
    @MyHxdj 21 час назад +1

    ❤❤❤❤❤.ameen.ameeen.urakoz.yesuuu.

  • @sandirene
    @sandirene 14 часов назад +1

    Ameena amena🙏🙏🙏❤❤

  • @twahirwavedaste489
    @twahirwavedaste489 23 часа назад +1

    Amen Amen Amen Amen

  • @nzisabiragabriel
    @nzisabiragabriel 22 часа назад +1

    Esprit Invisible,CE que TU as fait à Sarah,à Lazare,Anna,...fait la même chose pour moi.

  • @leamuhawenimana5223
    @leamuhawenimana5223 20 часов назад +1

    ❤❤❤❤

  • @mariegraceuwamahoro2018
    @mariegraceuwamahoro2018 23 часа назад +1

    Munsengere mfite inkorora maranye imyaka 7 Kandi narivije ahantu hose babuze indwara

    • @6638-j2i
      @6638-j2i 21 час назад

      Usenge wirukana umwuka mubi,harigihe bayikuroga.nyogokuru barayimuroze ayimarana imyaka 47kugeza apfuye

  • @vanessanzeyimana6662
    @vanessanzeyimana6662 6 часов назад

    Amen Caneee Uyumusi Nanje Wangendereyee Kandi Nizeyeko Imigozi Yakarandee Wayicagaguyee Mwizina Ry Yezuuuu

  • @stitore2388
    @stitore2388 21 час назад

    Imana ninziza amen amen amen 🧚‍♂️🧚‍♂️🧚‍♂️🧚‍♂️🧚‍♂️🧚‍♂️🧚‍♂️🧚‍♂️🧚‍♂️🧚‍♂️🧚‍♂️🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉⚘🌹🥀💐🌺🌷

  • @JeanineNihezagirz
    @JeanineNihezagirz 31 минуту назад

    Warakozee Mana ,wew ungirira nezaa wandinze abasuma Bari banjengereje,none Mana yanje nkiza ibindii vyago

  • @SandrineNiyomuco
    @SandrineNiyomuco 41 минуту назад

    Amen , mukama ubishatse nanje wonkiza abarozi bashaka kumira jewe n'umukunzi wanje.

  • @NdikumanaClaver
    @NdikumanaClaver 7 часов назад

    Ndagushima mana yomwijuru nanj nakiriye urugo mwizina rya yesu Christ ❤❤

  • @umunyana-v8o
    @umunyana-v8o 5 часов назад

    Miami nkwererse ijisho Ryan ibumoso bagiye kubaga Kane ntabara yezu rikire

  • @jdjwhwbhwjw7231
    @jdjwhwbhwjw7231 17 часов назад

    KWIZERA Adélaïde Amene ndagushima yesu ndakwinginze nanje nkire tension na anemi yo mumaraso hamwe na maso

  • @jeanneniyigena8222
    @jeanneniyigena8222 19 часов назад

    Mutrakoze Chris Ndikumana

  • @AnnichouMungunimungutu-yk6fi
    @AnnichouMungunimungutu-yk6fi 19 часов назад

    Amen Amen Ndakiriye ugukira Mwizina Ryayestu Kristu

  • @gracecyasimire9970
    @gracecyasimire9970 23 часа назад

    Imana Ishimwe Cyane kubwimirimo ikomeje gukora Amen Amen❤❤❤❤

  • @VianneyNshimirimana-x7t
    @VianneyNshimirimana-x7t 20 часов назад

    Ameeeen 🙏🙏🙏🙏🙏

  • @NadineNdacayisaba-q6u
    @NadineNdacayisaba-q6u 12 часов назад

    Muri yesu vyose biremera ,niyompamvu negerey imbere yiwe ndamwihaye abariwe anyobora munzira ziwe nomuvyo nkeney vyose

  • @nono.Muyinga-Burundi
    @nono.Muyinga-Burundi 8 часов назад

    Imana yacu ni yaaaa igira neza yita kubayo niyo mpamvu tuyishima🥳🥳🥳🥳🥳tegeka Mana🙌🙌

  • @UwamweziAline-b3o
    @UwamweziAline-b3o 23 часа назад

    Mwaramutse Chris musegere uburwayi mfite nkire Ndiho ankoreho niteze gukira mw'izina rya Yesu.

  • @HsmusaMutuyimana
    @HsmusaMutuyimana 15 часов назад

    Nyeneye kubohokap nkakorera yesu Kandi iMANA I bahe, umugisha

  • @FannySerge
    @FannySerge 22 часа назад

    Merci seigneur Jésus Christ pour le souffle renouveller se matin seigneur souve mon fils Düren j'ai fait un rêve il fait un accident et il est mort seigneur Jésus Christ seul toi à le denier not dans vie merci pour t'es bien fait Amen Amen 🙏🇬🇦

  • @NsengiyumvaGerard-f4h
    @NsengiyumvaGerard-f4h 15 часов назад

    Nanje nizeye kwimana ikijije narigwaye kaser yomumaraso imana nihabwe icubahiro

  • @naomendayishimiye2214
    @naomendayishimiye2214 23 часа назад

    Amina cane
    Tugire ukwizera nukuri , muri Kanguka hari umuriro w Imana uturira ,utongora ibituboshe vyose.
    Urakoze cane kudusengera muvyeyi wacu Chris , Yesu Kristo nukuri Akutwongerere umugisha n urukundo

  • @uwaseteddy3297
    @uwaseteddy3297 9 часов назад

    mana ungenderere nanjye unkoreho ndashaka gushingintahe mana

  • @KayijukaBell
    @KayijukaBell 18 часов назад

    Twebwe abemeye kuyoborwa na Yesu kristo, Uwiteka imbere yiyimgaba ndabihamije ko ntacyikunanira ntanicyaha utababarira mungo ebyiri zari zigiye gusenyuka nizeyeko urwanjye rurimo ugiye kurwubaka kdi urukomeze undinde divorce in the name of almighty God amen🙏🙏

  • @AimableNduwayezu-m4n
    @AimableNduwayezu-m4n 18 часов назад

    Mana Yanje najewe mubazicara iburyo bwawe nshira murutonde nabandi Bose babigusaba.

  • @NisubireLiberate
    @NisubireLiberate 21 час назад

    Allelua,ndasuma Imana cane kubera inyigisho mudduha,ndigusengera umukobwa wanje yujue imyaka 34 atarabona uwo bubakana,kubera imigozi yo mumuryango no kubera abagenzi biwe babi bamurogaintahe numvise uno munsi nafashe nizeye,Nsengera kandi umugabo wanje yarwye cancer ya prostate ,yari yashizwe no kw ,itariki.yo kubagwa agira ubwaba yanka kubagwa ,mw,izina ry,Umwami Imana mumfashe kubasengera,umuryango wanje ubohoke twamana ibitero mw,ijoro indoto mbi ,ndiruka mpunga ibintera mw,ijoro n,abana banje.nabo bagira indo mbi z,ibitero. Mana ntabara utabare umuryango wanje.Intahe zuyu munsi zinkoze ku mutima cane.Amen kuva mri 2020 ndasengera muri Kanguka narize nkiri kwidodomba no kwakira ubugomba bw,Imana no gusenga..Allwlua amen Shimwa Mana ,Warakoze

  • @umunyana-v8o
    @umunyana-v8o 5 часов назад

    Ndasabira umwana wanjye ngo abone umwana ndizeye

  • @BUKURUInnocente
    @BUKURUInnocente 20 часов назад

    Urakoze ko umbohoye imigozi yakande ituma muri famille yacu tutahira mariage nizeye iyu mwaka utarahera ko mbone igisubizo

  • @chellairakoze197
    @chellairakoze197 11 часов назад

    Mana nzima ndkwinginze unyibuk uyu musi mpagusama mana nzima ndizeye kump kwizera

  • @UwitonzeAdeline-rc3sn
    @UwitonzeAdeline-rc3sn 22 часа назад

    Manukuge nderera abandi narye ntunsige ndizeyeko uzakunkizamana niwowe uzibidukwiriye Kandi niwowe uzibyodukeneye ukumubyey ameny a ibigirira. Umwanawe akamaro natwe Uzi ibyatugirira akamaro

  • @gracecyasimire9970
    @gracecyasimire9970 23 часа назад

    MANA ubwo ugenderera abandi nange ntunsige Amen Amen ❤❤❤❤❤❤❤

  • @nono.Muyinga-Burundi
    @nono.Muyinga-Burundi 9 часов назад

    Amen amen 🙌🙌 Mana mpa bimwe nagusaba nanje nze nshinge intahe maramaze satani mw'izina rya Yesu Amen 👏👏

  • @BarbieAaria-pk3en
    @BarbieAaria-pk3en 22 часа назад

    Amen and Amen Papa 🙏🏿🙌🏽🙌🏽🙌🏽

  • @ChristelleMapendo-k9b
    @ChristelleMapendo-k9b 19 часов назад

    Imana yomwijuru ibane nanj yivange muvyanje mana ahugender mubandi nanj ntunsige

  • @ManaLindia
    @ManaLindia 21 час назад

    Mwaramutse nanjye mufashe gusenga mfite umwana Wananiye Imana imuhindure pe

  • @NisubireLiberate
    @NisubireLiberate 20 часов назад

    ALLELUA,ndashima Imana ku ntahe ,nsengera nanje mbohoke

  • @jackyakingeneye6454
    @jackyakingeneye6454 22 часа назад

    Mana uri Imana nziza ushimwe kandi uhimbazwe icyubahiro ni icyaweee iteka ryose Amen

  • @KabagabireAline
    @KabagabireAline 20 часов назад

    yesu nashimwe nanj shak musenger ngway mumagur aravyimy ntaz ico nabay namabok arary harah ukubok kumwe kunavyimb mund ndakund kubabar ndizey iman kintabar

  • @6638-j2i
    @6638-j2i 21 час назад

    Mana najye uzampe gushimana nabandi dufatantije gusengera kuri kanguka

  • @mukabuzizirose4981
    @mukabuzizirose4981 22 часа назад

    Mana uko ugenderera abandi nanjye ntusige 🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌

  • @mariegraceuwamahoro2018
    @mariegraceuwamahoro2018 23 часа назад

    Mana najye ntunsige numuryango wanjye uko ugenderera abandi natwe utugenderere

  • @Akimana-ky8qk
    @Akimana-ky8qk 21 час назад

    Dufate twizeye natwe tuzashyikirwa shalom

  • @bigirimanapatrick6515
    @bigirimanapatrick6515 23 часа назад

    I testify your goodness Jesus

  • @philomenerubayiza2744
    @philomenerubayiza2744 20 часов назад

    Yezu nkuko ujyenderera abandi najye ntusige, ndizeye Amen 🙏

  • @emmanuel_petit1772
    @emmanuel_petit1772 21 час назад

    Ndagusabye Mana usohoze Amasezerano yange wanyemereye Amen

  • @IsaieHavyarimana
    @IsaieHavyarimana 20 часов назад

    Urinteturuye urumugira neza ndizeye kungiriye neza ameni

  • @Jozemukaman
    @Jozemukaman 19 часов назад

    Ndabasaba kunsegera fite uburwayi Kandi babuze uburway

  • @GeorgetteNshimirimana
    @GeorgetteNshimirimana 22 часа назад

    Mana ndakwinginze ahugenderera abandi nanje ungendere n,umuryango wanje.amen.

  • @mireilleirakoze8833
    @mireilleirakoze8833 22 часа назад

    Mana yanje nanje nshaka uyu musi nakire igitangaza cawe ivyo nkeneye urabizi

  • @AllenMahoro-b1i
    @AllenMahoro-b1i 13 часов назад

    Mana ishoboye byose nangye ungenderere nkubone ko arimana

  • @AlineNzoyihera
    @AlineNzoyihera 21 час назад

    Mana yanje ahugenderera mubandi nanje ntusige unkize 🙏🙏

  • @TheodetteMbitondere
    @TheodetteMbitondere 18 часов назад

    Mana ndagushimiye kumbohoye ushimwe

  • @HirwaIneza
    @HirwaIneza 21 час назад

    Ndakiriye gukira mwizina ryayesu Amen Amen

  • @BoscoNzambimana-el9os
    @BoscoNzambimana-el9os 9 часов назад

    Amen Ewe yesu urimwuza uzompe iherezo ryiza

  • @NtakirutimanaFiacre
    @NtakirutimanaFiacre 8 часов назад

    Amen,Amen,Amena

  • @NtakirutimanaFiacre
    @NtakirutimanaFiacre 8 часов назад

    Amen,Amen nange ntunsige Mana yange kandi ndizeye

  • @Fezamyriam
    @Fezamyriam 22 часа назад

    Mana tebuka untabare dawe

  • @MuneAppo
    @MuneAppo 20 часов назад

    Nanje nyibuka mukama,ukugenderera abandi nanje ntunsige

  • @PadonBizindavyi
    @PadonBizindavyi 17 часов назад

    Mana ndakwingiz ugender umuryango wacu

  • @MashimweBrigitte
    @MashimweBrigitte 15 часов назад

    Ntabara nanj mwami mwibibibazo ndimwo vyingwara

  • @AngeleNiyonzima-n5f
    @AngeleNiyonzima-n5f 22 часа назад

    Amen Amen 🙏🙏🙏🙏👏👏👏

  • @violetteiradukunda7761
    @violetteiradukunda7761 9 часов назад

    Praise the Lord

  • @nicknick3651
    @nicknick3651 20 часов назад

    Amen Amen 🙌🏽🙌🏽🙌🏽

  • @pascalnyilibakwe3436
    @pascalnyilibakwe3436 8 часов назад

    Imana ishimwe ku buntu itugirira

  • @bakayisirelaetitia3555
    @bakayisirelaetitia3555 18 часов назад

    Amen abo ugenderera mwami nanjye ntunsige

  • @CeleusNingabiye
    @CeleusNingabiye 23 часа назад

    Mana nanj mbone ukuboko kiwawe nzotange intahe nanje

  • @UwizeyimanaJeannine-s1q
    @UwizeyimanaJeannine-s1q 22 часа назад

    Uko ugenderera abandi natwe ntudusige Mana

  • @NsengiyumvaGerard-f4h
    @NsengiyumvaGerard-f4h 15 часов назад

    NdKiriy gukira mwizina ryayesu

  • @ManirakizaFidelite
    @ManirakizaFidelite Час назад

    Haleluah haleluah❤❤❤❤❤

  • @JanetQueen-j6l
    @JanetQueen-j6l 17 часов назад

    Amen Mana ahugendera abandi nanje ntusige

  • @floreennikwigize4055
    @floreennikwigize4055 3 часа назад

    Amen

  • @patrickkwizera3096
    @patrickkwizera3096 23 часа назад

    Yesu ahugendera abandi nanje ntunsige!!

  • @eliusbizimana7646
    @eliusbizimana7646 23 часа назад

    Dutange intahe, kuko zirakiza Benedata

  • @PenineNdagijimana
    @PenineNdagijimana 22 часа назад

    Mana Aho ugendera abandi ñanje ntunsige

  • @NyiranezaEugenie-k8t
    @NyiranezaEugenie-k8t 18 часов назад

    Amen Imana ishimwe ku ntahe tumaze kumva

  • @TuyishimeLouise-ln3it
    @TuyishimeLouise-ln3it 21 час назад

    Mana nange ungenderere umpe ubuzima buzima

  • @FalaswaziFalaswazi
    @FalaswaziFalaswazi 7 часов назад

    Amen

  • @VincentHakizimana-zj6mt
    @VincentHakizimana-zj6mt 11 часов назад

    Man ungender unkize kumumutima

  • @AlexiaUWAMAHORO
    @AlexiaUWAMAHORO 19 часов назад

    Amen amen 🙏

  • @AlexiaUWAMAHORO
    @AlexiaUWAMAHORO 19 часов назад

    Amen amen 🙏

  • @nicknick3651
    @nicknick3651 20 часов назад

    Nizeye ukuboko kwawe Yesu 🙌🏽🙏🏽

  • @AlexiaUWAMAHORO
    @AlexiaUWAMAHORO 19 часов назад

    Amen 🙏🙏

  • @leauwineza-q5y
    @leauwineza-q5y 21 час назад

    Amen Amen

  • @Fifi-y2d
    @Fifi-y2d 12 часов назад

    Amen

  • @safarifred6079
    @safarifred6079 14 часов назад

    Amen

  • @ChannyNizzo-o7e
    @ChannyNizzo-o7e 14 часов назад

    Amen

  • @mbanzendoreegide4582
    @mbanzendoreegide4582 23 часа назад

    Amen Amen