Plaisir twari twahshitse kuri ETS...aho Chris avuze ngo Plaisir twararyohewe...ariko kubera ubwinshi bwabantu sinakubonye ariko U Burundi bugiye kuba itara, a big light
Je remercie le seigneur Jésus Christ d'avoir permis que ce soit grande a été ma de suivre cette croisade le lendemain tout ce que je voudrais demander à Dieu que ces promesses puissent s accomplir dans ma vie et que je puisse comptempler la Joie qu il m'a promis amen
Plaisir turagukunda karibu Kandi iwacu nokabay mugihugu cacu narikukuraamutsa ariko Yesu agukomez turagukund❤🇧🇮ngaha 🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦 munkandire like
Merci seigneur Jesus christ pour tout te merveilles ta grandeur est vraiment grandeur Merci énormént ❤🎉😊
Aminaaaaa❤🇧🇮
Murwanda turaguhaye ikaze Kris Ndikumana uzaze uduheshe umugisha turagukunda. Imbaraga n'amavuta bikomeho iteka ryose👏👏
T
yes,umwami araganje.mukozi w,Imana hezagirwa kandi
Yoshuwa ganza🙏🙏🙏
Yesu arakora,nubu aracakora
Ijambo watanze niryiza cane yesu aguhezagire abaririmvyi bambaye neza muraba Christo pe
Imani shimwe cyane igihugu cacu ciburundi nigihimbagwe cyane umunsi imana yahezagiye numunsi ibihungu bitandukanye bizotangara❤❤❤❤
Nyuma yiyinyigisho Uhoraho ijambo ryawe riherekezwe nibitangaza nibimenyetso nibitangaza Mana ndavyizeye Yesu Kristo wanazaleti ndaziko iyodusaba ntidusarara kuk vyose ubiduhera ubuntu nimbabazi urunyenyeri rwanje gwake rwumugisha nivyo ngusavye Uhoraho Mana Yanje
Imana ishimwe.igihe cikanguro cashitse mu Burundi
Yeshuwa ashimwe kubwigiterane cya kanguka imana ishimwe kubwumurimo wayo
Amen turabyacyiriye murwanda mwizina rya yeshua
Rwanda Burundi aka n’akanya kacu kokwirengagiza ibidutadukanya biva kwa satani tukaba umuntumwe wa Yesu kristo w’i Nazaleth
🇧🇮🇧🇮🇧🇮♥️💕💞💞 Mana icubahiro nicawe ngushimiye kutabesha ivyowavuze kuburundi biriko biraba kwaririba icubahiro nicawa ibihevyose ❤❤❤❤
Plaisir twari twahshitse kuri ETS...aho Chris avuze ngo Plaisir twararyohewe...ariko kubera ubwinshi bwabantu sinakubonye ariko U Burundi bugiye kuba itara, a big light
LNibyiza cyane
Amen Amen
Amen amen ,nukuri muhezagirwe natwe ahoturi hose turatabarwa rwose
Amen"amen!....turahezagiwe cane imana ikwongere umugisha naje ndizeye konkize ingwara yokuyinga musengere nzoshingintahe
cris ndikumana imana iguhe umugisha ariko ukomeze kudusengera turarwaye.
Hallelujah 🙌 yesu yesu yesu kristo mwami wanje uruwera kandi urangororotse urimana nyaman uri ndiho uri arufa❤❤❤❤❤
Mwami nanje ndashaka ungendere nisunze iyi vidéo yigikorane cabaye nditeze ubutabazi gloire à Dieu
BURUNDI BWACU Imana yakuduhaye ikudutungire!
Imana ihabwe icubahiro kubwo kuduha ikanguro mugihugu cacu cuburundi Kris urumugisha kwisi nzima kuba imana yaraguhagurukije mugihe nkiki abantu turuhijwe nivyaha ndavuganti yesu numwami twari twarasanzaye twarabuze ukuri imana irakuzana dusubizwamwo imbaraga haleluyaaaaaaaaaa
Imana ishimwe cane ndashimye Imana yarankijije kwisambanya ndashmwe cane
Imana iguhe Umugisha Mukozi w'Imana
Imana ishimwe nanjye nizeye kubohoka hamwe numujyango wanje❤
Igihugu canje ndagikunda uko kiri kwose🇧🇮🥰🥰🥰🥰ariko igihe niki Imana ikakizamura nkuko yabisezeranye kenshi💃💃💃💃💃
Kiri bien ❤😂
Yoshuwaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaa🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
MANA urimwijuru ndakwingize unkirize mwirishengesho unkize ibimboshe byose mwizina rya yesu Cristo nditeze ubushobozi bwawe MANA ushoboye byose ndizeyeko mbona ugutabagwa nawe mwi izina rya yesu Cristo amém 🙏 Amém
Merci plaisir kandi narishimye kubanawe wariwaje iwacu iburundi
Imanishimwe cyane kandihabwicubahiro nanje ndavyizeye nanje imana izontabara igwara yamenyo irambangamiye ndideye kongiye gukira
Merci seigneur 🙏 merci mon frère Pour l'interprétation merci pasteur 🙏💪👍🤲
Muzohore mutangura kare 14h vraiment kuko harivyinshi twari dukeneye kwumva nkurya muzungu yaturyoheyepe
Ameneeeeee ameneeeeee imana yatwibutse ikanguro yararivuze kuvakera kuburundi buzozamurwa plaisir imana iguhumugisha ndagukunda ntarakubona live burundi bwacu oyeeeeee❤❤❤❤❤
Vyiza cane Imana ibandanye ihezagira
Imana iguhezagire muvyeyi🇧🇮🇧🇮❤😘🙌🙌🫶🫶🫶
Merci seigneur 🙏💪👍 le voile est déchiré tout est accompli merci Jésus 🙏 merci groupe kanguka Merci pour ta bonté ton amour ❤️🙏
Imana ibahezagire musengere abatari hafi ameneeeeeeeee 🎉🎉
Ubwiza bw'Imana natwe twabirabiye kuri you tube bwaradushikiriye Mukozi w'Imana ugume mumavuta ya Mpwemu w'Imana nzima
Mana. Nkiza icicaha cububeshi mwizina rya yesu ukwidodomba ishavu inzigo kwiganyira ndetse karande zose zumugwanizi zitsindwe mwi zina rya yesu Cristo amém mana nditeze ubugombe bwawe yesu 🙏 Amém umpe ikanguro murije mwami nganzwe nawe ibihe bidashira Amém 🙏 Amém
Uwampa nimero yuyu mu paster Imana yamumpera umugisha pe
Seigneur comme je regarde cette croisade guéri moi aussi de cette maladie qui tourmente mon corps
Imana ishishikar kukwitah mukoz wimana warahezagiw cn
Iman iguhezagir
Imana iguhe umugisha mukozi w imana🧎🏾🧎🏾🙏🙏🙏🙏🙏🙏🤲🤲
Habw’Icubahiro Mana yacu.
Burundi bwacu shingicumu mamashinga❤❤❤❤
Mumashinga
Amen,Amen🙏🙏🙏🙌🙌🙌
Burundi bwacu💪💪💪💪💪💪❤❤❤
Hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua
Amen
I’m blessed with this man of God. May God bless him with more revelations toward His nation. Give me likes if you feel the same too
🎉😮😮😮
Amen amen amen himbazwa mwami
z😊😊😊
Oooooooo
Amen
Amen❤
Haleluya Haleluya Haleluya amen
Imana ishishikare kukuba hafi urakunzwe
Imana izikwambike amakamba yibikogwa uyikorera❤
Yoshuwa ganzaaaa🙌🙌🙌🙏🙏🙏🙏
Yesu Cristo aguhumugisha mukozi wimana
Karibu plaisir turakwishimiye iwacu turanagukunda❤
Seigneur Jésus Thris delivre moi tout émission kanguka que je suis sur youtube
Merci pour ta présence a Burundi Plaisir imigisha mwinshi
Ikintu catanguye guhinduka igitoro tayari cabonetse💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃nibindi turabirindiriye
Alléluia Amen 🙏 merci seigneur
❤❤❤❤❤❤mwarahezagiwe
Imana ishimwe
Plaisir karibu kandi iwacu Muburundi
Ameeeeen
Je remercie le seigneur Jésus Christ d'avoir permis que ce soit grande a été ma de suivre cette croisade le lendemain tout ce que je voudrais demander à Dieu que ces promesses puissent s accomplir dans ma vie et que je puisse comptempler la
Joie qu il m'a promis amen
Amena Amen Asante san Jesus.
Ndagukunda Can imana ikuzigame.can tuzigire mwijuru Amahoro kandi.ndavyizeye tuzigira mwijuru Yesu kiristo yaratsinze:
Kiris ndagukunda pe
Hallelujah Hallelujah Hallelujah
Hallelujah.praise God😢😢
Merci Plaisir pour ta présence à la croisade. Burundi 🇧🇮🇧🇮💪💪💪
Avec plaisir
Plaisir urakoze cane kutwereka igikorane twebwe ntituri mugihugu💪💪💪💪💪💪
Merci plaisir pour ta présence à la croisade burundi❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉😢
Hallelujahhhhhhhhhhh.....Yeshuwaaaaaaaaaaaaa
Que de cet endroit s'élève un bâtiment de KANGUKA DANS LE KOM D3 JESUS. À partit de cette année 2023 Amen.
Amen Imana ibahumugisha plaisir ko mwahabaye
Amén Imana ishimwe cane
Imana nishimwe ibihe vyose.
Amen Amen ❤❤🙏🏾🙏🏾
Jewe nakize nakumva ububabare bwinshi kwizosi, wamaze kuvuga umuntu afise umusonga kwizosi arakize ubwo nyene yari tic tac, Amen Amen Amen
Amen imana irashaka muburundi duhinduka
Imana ihabwicubahiro imyaka yose
Yezu utugendere turakwizeye
Que Dieu soit loué pour toujours !!!¡!
Intahe zo kuwagatandatu
Yeshua wew Unisa sida ugàkiza cancer ibibirozi birimurijew bumusururu imbere yawe Yesu Kristo uko wagendeye abari muricogikorane bagakira najew papa ungenderer ikiganza cawe kinkoreko Uhoraho Mana imizimu imikuri ihunge isubire kwabeneyo umubiri wanje ningoro yampwemu Yera
2 Umpe kwibungenga nkabadi papa kuk ijambo ryaw riravugango abakwizeye ntibazokorwa nisoni kandi ngontibazomaramara
3 umugabo umuhezagire mukazi baze bararonk aba client benshi kandi umuhe nagakiza areke kuza arumviriza imiziki
4orene abone ibihe vyiwe ,Gloria umwugururire inzira. Nubwo igikorane caheze ariko ndizeyeko najew ngenderegwa kandi ndizeyeko guhera uyumusi nakize nogusama nasamye Meri seigneur
Amen lmana ishimwe
HAllelujh HAllelujh Amen amen ❤❤🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦💃💃💃💃
Amen amen thank you j god bless you
Amen hallelujah 🙌
Merci Plaisir Burundi 🇧🇮
Gloire soit rendu au Seigneur.
Yesu akongere amavuta
Merci Jésus Christ notre seigneur pour les merveilles que tu fais atravers ton serviteur ❤❤❤❤❤❤
Merci Seigneur Jésus Christ pour tout tes merveilles ta grandeur est vraiment grande merci énormément
May God healing me with this illness pleasee.
Kama ibahezagire
Merci Jesus Christ Amen 🙏💸⭐🌟🗝️
Yesu nashimwe
❤Nukuri imana iduhe umugisha😢😮