Kuba yarabivuyemwo nivyiza agahindukirira Umwami Yesu ariko haracari agahaze kuri utwo tugenegene yambaye ku matwi, ivyo yisiga mu maso no ku munwa.Ivyo nivyo abadayimoni buririrako mu gukurura abagabo n'imisore.Nashishikare kuko gukizwa ni uguhozako gushika kugutungana rwose.
mishima YESU CHRISTO wewatuzaniye agakiza❤🙏🙏🙏
Imana ikura kure nukuri,courage ma gde,harivyinshi nubu ikubikiye vyiza,n'ubuntu wagiriwe nukuyikorera mpaka kuko yarakwikundiye igukura muri benshi,papa Apôtre mwarahezagiwe
Amen amen, CLAUDINE Imana ikumpezagirire, wumire kuri Yesu Kristo yakubohoye, muri Yesu imbere hacu ni Heza.
Ndakunda Imana ingene Yera imariko ikatwegera turi babi ikatubohora.
Imana ishimwe mama ko wahisemwo Yesu Kristo abohora agatanga umwidegemvyo.
Hallelujah hallelujah 🙌🙌 Imana yacu nihabwe icubahiro ibihe vyose 🙌🙌🙏🙏🙏🙏❤️
C'est une femme de foi
Que le bon DIEU la bénisse cane elle est vraiment très forte😭😭😭😭❤
Dieu est bon; sa vie a totalement changé et elle n'a pas honte de témoigner partout ce que Dieu a fait dans sa vie.
@@ubugingobusagutsetv9016 elle n'a pas vraiment honte💯On attend la 2ème partie et soyez béni Apôtre Kévin SIBOMANA
Ndakunda Imana🙏
Apotre Kevin my God bless u so much .
Claudine ndakwibutse uba kuwakibuye kwer warubayeho nabi pe
Imana ihabwe icubahiro
Nukuli yesu agukomeze ndakuzi ukara caaaane mugitaramuka
Kuba yarabivuyemwo nivyiza agahindukirira Umwami Yesu ariko haracari agahaze kuri utwo tugenegene yambaye ku matwi, ivyo yisiga mu maso no ku munwa.Ivyo nivyo abadayimoni buririrako mu gukurura abagabo n'imisore.Nashishikare kuko gukizwa ni uguhozako gushika kugutungana rwose.
Iratabara ntuzoyivinyuma, Ihabwe icubahiro
Imana ikura Kure ntacayinaniye 👏🙏🙏🙏🙏
N' ukuri Imana yacu ishoboye vyose.
Ivyo abantu bibaza ko bitagishoboka iramenya uko ibitunganya.
Aragutwengeje cloudine Kevin
IMANA ihezagire Apotre🙏🙏
Imana igiraneza🙏🙏🙏 nihabwe icubahiro
Turarindirany igishika part 2
Yesu aratabara nukuri yarakoze kukubohora satani yaratsinzwe
🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Nibyiza rwose uzagerageze Ni uko umeze uzabihindure into kumatwi no ukowisiga kugirango uyandukane nabamaraya basigayeyo.
Hashimwe YESU yatsinze satani.
Imana iracakora nanubu iriko irakora n'abandi baracaza kuri Yesu niho hari kuruhuka
Umengo rero uwo Kevin suwo nyene😂😂😂
🤔
Satani ni umuja, ariko Mana uzi kukura ku cavu. Yesu weeeee, ariko Mana
Uko ni ukuri satani yonona ubuzima bwa benshi, Imana imuhane! Kandi natwe biduhe inguvu zo kuvuga ubutumwa bwiza hose kuko nibwo bushobozi bushobora kubahindura.
Imana igukomeze Claudine, urakoze kuri iyo ntahe yawe
Amen.
Ubuntu bw'Imana buramushoboza; uyu munsi Claudine arashikamye muri Kristo Yesu.
Ariko nubwo biruko uzosenge lmana ayo mahereni nuko gukora iyominwa navyonyene uzobihebe kuko ntajuru ririho ryoguheba icaha kimwe ariko ibindi ukiri murivyo
Mana we ndumiwe kwer
Mana yanje urabohora 🙏🙏🙏
Yarakoze
Imana.ninziza
Amaherena kumwa ingoho rouge aleve guhinduka birihe