Intahe yiwe iraryoshe cane😍/impamvu aba Bossladies batarongorwa/ikintu gitangaje yakoze🥹

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 7 окт 2024
  • #sirenvibestv #myjourney

Комментарии • 45

  • @jeanclaudenibaruta171
    @jeanclaudenibaruta171 6 месяцев назад +7

    Emission très instructive et inspirante!!, Hosy faudrait multiplier de telles émissions vraiment

  • @gynka5374
    @gynka5374 6 месяцев назад +2

    Ndakeje cane Umupfasoni Sandrine (Ntimurabona kohari abantu baryoshe kwita abapfasoni), Courage encore, Imana Iguhezagire Cane !!!! Ubwitonze numvise, ubukerebutsi ufise, atanduru birankoze ku mutima cane. Biranyubatse. Merci bcp à Hosy aguma atwubaka kurugero nawe nyene ngira atazi. Proud of you, jeune dame !!!

  • @nadineigirivyiza3146
    @nadineigirivyiza3146 6 месяцев назад +1

    Courage ancienne camarade de classe..❤

  • @Elshaddai2023
    @Elshaddai2023 5 месяцев назад +1

    Sandrine ndamuzi yiga mu Ruyigi ntiyahindutse.Tera imbere mukobwa wa mugabekazi mweranda.Abize kuri la Joie Like ngaha

  • @vanessagateka-nb7dm
    @vanessagateka-nb7dm 6 месяцев назад +4

    Umu Boss wanje Yubahwe🙌🙌🙌😍😍😍

  • @MilieloxaneKimigisha-ri6pv
    @MilieloxaneKimigisha-ri6pv 6 месяцев назад +1

    Merci bcp Hosy vous nous inspirez à être indépendante

  • @yvettenzeyimana9548
    @yvettenzeyimana9548 6 месяцев назад +1

    Waouh félicitation Sandrine, Dieu est bon. Thx Hosy

  • @bsninja3889
    @bsninja3889 6 месяцев назад +2

    Coucou, nta motivation itava m' ubuzima utaciyemwo. La vie c'est la seule école.
    Bien à vous toutes et tous

  • @julesspencer517
    @julesspencer517 6 месяцев назад +3

    Tuba dukeneye intahe nkizi ❤❤❤ zitwubaka. Keep it up

  • @bsbizabishaka6224
    @bsbizabishaka6224 6 месяцев назад +1

    Ndakeje abantu bashoboye kuronka ukwo bovuga @SandrineKezimana kuko jewe sinoronka amajambo nkoresha mukuvuga uburanga n'ubutwari bwiwe. Imana imuhe kuramba no gushika kuri vyinshi.

  • @arianekanyamuneza5750
    @arianekanyamuneza5750 6 месяцев назад +1

    Courage Hosy utuzanira abantu baduh intahe zidufash

  • @kabirorigynette4341
    @kabirorigynette4341 6 месяцев назад +1

    Merci pour le Témoignage.

  • @josetteihuwizeye8966
    @josetteihuwizeye8966 6 месяцев назад +1

    Biraboneka ko uvuga ukuri... Courage et merciiii pour la motivation...turinyuma yawe

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 6 месяцев назад

    Vraiment Elle est très intelligente Courage Sandrine hejuru cane sh💕💕💞💞💞

  • @dondirce
    @dondirce 6 месяцев назад +1

    Ntituzoshigikigwa tutabishize ahabona
    Tku Siren🎉❤

  • @jeanmarievianneynsabimana2544
    @jeanmarievianneynsabimana2544 6 месяцев назад

    Twakiravye Hosy. I encourage Sandrine to continue moving forward.

  • @kikikiki579
    @kikikiki579 6 месяцев назад +2

    The lipstick is giving😍🔥🔥

  • @TheddyOrnellaGATEKA-qe3wm
    @TheddyOrnellaGATEKA-qe3wm 6 месяцев назад +1

    Merci pour l Témoignage Sandrine 🫂✨️

  • @niyomwungerepatrick5551
    @niyomwungerepatrick5551 6 месяцев назад

    Courage Sandrine, ndaguhimbariw cane ur'umuntu wubuntu imvugo, inyifato vyaw vyonyen vyererekana icuri kumutima. Hanyuma Hosy ikintu tudahurizako suko abakobwa canke abagore bafatwa nabi kubera badafise amahera!!!! Oyaaaaaaaa!!! Turabona abantu bifise bikwiye ariko aribo bama muri zuguruzuguru. Ugufatana nabi mubagabo n'abagore biva kububegito bw'umuntu. Kandi biri kumpande zose.

  • @Mubicu257
    @Mubicu257 6 месяцев назад +1

    Imana izomuhezagire muri vyose

  • @IrakozeEstella-ry3zq
    @IrakozeEstella-ry3zq 6 месяцев назад +1

    Mbaye uw mbere❤❤❤🎉rek nicare niyumvire

  • @kennyinesinamahoro
    @kennyinesinamahoro 6 месяцев назад +1

    Courage Sandrine 🎉🎉

  • @linda_ma
    @linda_ma 6 месяцев назад +1

    Ibintu vyo kuriha muri restaurant kuri date numuhungu 👀👀 i rebuke it in the name of jesus🙌🏾🙌🏾

  • @bibikiki8437
    @bibikiki8437 6 месяцев назад +1

    Sandrine you are beautiful and intelligent 👍🇧🇮🇧🇮❤️

  • @cappucinella9120
    @cappucinella9120 6 месяцев назад +1

    Brilliant 👏🏾

  • @michelinemiche442
    @michelinemiche442 6 месяцев назад +1

    Nivyiza cane

  • @denisensabumukiza
    @denisensabumukiza 6 месяцев назад +1

    Sandrine ukorerahe?courage

  • @mwatumbachirahishakiye1397
    @mwatumbachirahishakiye1397 23 дня назад +1

    ❤❤❤❤

  • @itangishakaedouard5358
    @itangishakaedouard5358 6 месяцев назад +1

    Mwubahwe

  • @sindayikengeracelestin5444
    @sindayikengeracelestin5444 6 месяцев назад +1

    Est ce que // ni: ndibaza; none; burya; kumbure;.. igifaransa gike bagenzi!!!

  • @lydia_wamaana
    @lydia_wamaana 6 месяцев назад +1

    Interested 💯

  • @thierryiradukunda6474
    @thierryiradukunda6474 6 месяцев назад +1

    vremt top

  • @lareinegaga
    @lareinegaga 6 месяцев назад +2

    🥰🥰💐💐💐 quelle Belle intro❤ Ndyohewe ntarumviriza

    • @niragiradiegomane9559
      @niragiradiegomane9559 6 месяцев назад

      Jew twariganye kndi twaricarana ariko ngira vyarivyubwana yarafise umutima mubi ariko vyarivyubwana courage cane terimbere mugenzi

    • @lareinegaga
      @lareinegaga 6 месяцев назад

      🫣Tout change tout évolue😂 Tukiri abana twagira uduchallanges twinshi bamwe babonako ar’umutima mubi, even now ntihabuze abavugako afise umutima mubi. People will always have something to say.I liked that testimony of humility as a leader. That is all we need to make a change❤️

    • @Zian3103
      @Zian3103 6 месяцев назад

      @@niragiradiegomane9559 😂😂😂😂😂😂😂😂 ngo yarafise umutima mubi

    • @clarissabellaterimbere6073
      @clarissabellaterimbere6073 6 месяцев назад

      ​@@niragiradiegomane9559😂😂noe gash mu kiganiro kobatar kuza bavug ko afise umutima mubi mug tu nanj niko ndamuzi😒ko awufise

  • @princianingumirize5062
    @princianingumirize5062 6 месяцев назад +1

    Numero yiwee twoshobora kuyironk

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 6 месяцев назад +1

    wooooa ❤❤❤❤❤❤❤

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 6 месяцев назад +1

    Amahoro. Ikiganiro canyu ni ciza ariko muri amerika seka nawe zirazimvye kandi ntaho bazitanga kuri gusa vyitwa ko gikize.

  • @James-e7h3h
    @James-e7h3h 6 месяцев назад

    Kurongorwa ntibimubuza gukora ivyo vyose akora mugihe yaronse uwumutahura kandi kugira urugo n'iteka aho muriko muvuga ibiki nagume uko nyene turabe shenzi sana

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 6 месяцев назад

    Gutanga amakori niryo terambere ry'igihugu abarundi bashaka ivya gusa batavunitse ,sandrine yateye imbere kuko yemeye KUVUNIKA. Nkasaba abarundi ko bokurikira impanuro za prezida Evariste Ndayishimiye

  • @NadiaIrakoze-u9e
    @NadiaIrakoze-u9e 6 месяцев назад

    😂😂😂😂😂😂

  • @NiyondikoAnnickBella
    @NiyondikoAnnickBella 6 месяцев назад

    ❤❤

  • @DivineUwimbabazi-jd6kb
    @DivineUwimbabazi-jd6kb 6 месяцев назад

    ❤❤❤❤❤