Hosy est une femme forte et battante ndabihamyaa🥰, t'es une source d'inspiration kuriii bnshiiii,ndibukaa ugitanguza Siren naragukurikirana kugeza n'ubuuu ndacakunda ibiganiroo vyawee❤Ngusabiyee ku Mana ibandanyee ihezagiraa ibikorwaa vyawee ugushikane kundoto wipfuza,je t'aime tellement Hosy❤️
Wooow❤ nkunda ibiganiro birimwo témoignages zifasha abandi kuko hari abaziko uvyaye uca uta tes valeurs or que nooooooonnn.....c'est une bénédiction ❤ prck le hasard n'existe pas ds le royaume de Dieu.Hosy na équipe yawe Imana igume ihezagira. Ndabakunda kaniniiiiiiiii........❤
Me too I love u so much @Hosy Irakoze 🫶🫶🫶🫶,narabikubwiye yuko uzoshika kure cane ,gusa iyo iracari intango ,don’t give up mu bintu uzocamwo canke bazogushiramwo kugira bakumanure ,keep going on @Hosy Irakoze 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾,Cadeau from Sweden 🇸🇪
Hosy rekana namacungu yama passé vive le présent ubu turi Kumushaha kuriko turi enjoyinga Kumushaha vrt Mwaradukoreye umuti mwena B-Face kabisa en tout cas vrt tulifulaha sana kwa ile song.
nkunda show biz yiburundi naba youtubers biburundi nabantu bize bari smart (apana babandi birirwa baratukana) murwanda twabihebeheye abantu batize ibijuju injiji abantu badafite education de base isanzwe nkaba brianne etc bikwiye guhinduka nukuri we need more educated people, and sober to own channels nkaba bana basa neza bari educated mwishule no muri famille societe yabemera easily.
Nk'ubu ntuzi ingene unteye ama émotions😢😢😢. Naho mwoba mutarigera musoma cmtaires zanje nzoguma ndabakunda kdi ndabatera intege kuko murafasha notre société kwiyubaka. I ❤ so much Siren Vibes. Muranyubaka mukongera mukanduhura . Imana igume ibahunda imigisha
Gretta na Hosy nukuli muzohore mutugirira Vlog basi rimwe mundwi Abo tuvyumva kumwe mwiyerekane pls🥰🥰🥰
✋✋🙌
@@pamphileniyurukundo5284 nawe uranshigikiye waouh 👏👏
I'm agree with you,nukuri babidukorere kbx nkatwe tuba ino hanze biratugabaniriza stress, God bless you my sister ❤❤❤
@@yvangrassi8359 nukuli pe!nkabantu Bari hanze iyo ubonye ahantu warukumbuye ukabona Ama Quartier ukuntu yahindutse nyene wumva uryohewe ukuntu kandi Ama Vlog ntarambirana nibazeko Hosy izi comment yazibonye🥰🥰
Ndabakunda cne Hosy et Gretha
Nanje ndakunda icokiganiro un jour nanje ndashaka kuza murico kiganiro intahe yanje nindede imeze nkiyo ya Hosy
Hosy est une femme forte et battante ndabihamyaa🥰, t'es une source d'inspiration kuriii bnshiiii,ndibukaa ugitanguza Siren naragukurikirana kugeza n'ubuuu ndacakunda ibiganiroo vyawee❤Ngusabiyee ku Mana ibandanyee ihezagiraa ibikorwaa vyawee ugushikane kundoto wipfuza,je t'aime tellement Hosy❤️
Hosy ndagukunda cane gose utera ujimbere kandi hejuru uri umugisha kandi uri umuco wa mahanga
Courage sh Hosy urantera intege Sana mumutima ufise wugukora uzoshika Kure .Yesu ahaze umutima wawe
Umuntu ashaka kumenya uko RUclips y'umuntu ikora, expérience ufise, wogira vidéo ubivugako? Merci c'était une vidéo intéressante 😊
Uratesa snaa Hosy ❤️uri courageuse cnee knd urihangana gose 💪🏽. Si je me le permet le jaune te va super bien 🤩🥰 Level-up
Waouh, ikiganiro ciza vrt wabaye intwari vrt knd tu es influenceuse knd courage imbere haracari vyinshi tukikwitezeko birusha ngaho
We love you
Oh merci Greta. Ndabakunda ntabazi.
Merci beaucoup.
Bises depuis la suisse❤❤❤❤
Sandra
Kure cane Hosy❤
Maman Lao nawe Vuba muduhe bishasha kwirya Chanel yamwe Na chr wawe😂😂😂😂😂
Fanny wacu❤️❤️
❤❤❤
Hosy ubundi urumunt wacu shn gus turakumbuy wi love musika urab ubatuzanire vuba wobukoze
Hosy
Bravo
Tu es une grande femme inspirante.🩵
Tu es une maman et une femme battante.
Tu es exemplaire.
Hosy uricitegererezo canje😭🙌uranyubaka💪donc sinumva ngne nobisobanura
Bravo hosy ndagukunda cane kuri history yawe uduha cane cane twebwe abantu baba diaspora biraturuhura
Hosy Ta façon de Vivre m'inspire bcp🥺❤️❤️❤️
Hosy Irakoze Love you so mach🥰
Gretta naw ubikor nez 👌
Imana ibampere imigisha🙌
Gretta wew kabisa uri très intelligente et sage aussi.nomu bibazo ubaza biravyerekana
Wauummmh ndab1kunda cane simbon1 ningen nobisob1nura ndabigirako vyinshi
Gretta yabay mwiza cane,aravyibushe neza❤
Hosy uranezera cne uri mwiza uri bn uri courageuse cn nukuri Imana igukomeze cne nabana bawe nkunda cne ibiganiro vyawe cne .❤nitwa Kaneza Annick
Hosy t'es une meilleure maman vrt💖💝
Hosy ndagukunda cane ntusanzwe courage ,urazi kurondera ubuzima
Courage Ndabakunda iyo muri babiri Bica bitesa Özi uricetegererezo Murwaruka ukomere
Ndakunze ukuntu uri courageuse Hosy imbere ni heza caneee❤
Nanje nivyo nagukundiye,t,es intelligente,beautiful, et courageuse with 2kids(blessings)❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Wooow❤ nkunda ibiganiro birimwo témoignages zifasha abandi kuko hari abaziko uvyaye uca uta tes valeurs or que nooooooonnn.....c'est une bénédiction ❤ prck le hasard n'existe pas ds le royaume de Dieu.Hosy na équipe yawe Imana igume ihezagira. Ndabakunda kaniniiiiiiiii........❤
C vr nduwo kubihamya
Courage hosy imbere niheza kd Imana ikujimbere
Hosy uri une source d'inspiration kuri benshi na jewe ndimwo 💯Go ahead ❤️
Shalom Hosy nahora ndagukwirikirana none uyumusi ndagukunze sana
Mwese muri nezaa kand ndabakunda Gretta ufise izosi ryiza
Urandaje nicaye kweli. Sinari kurara ntakwumvirije. 🎉🎉🎉
Jew shak uzogir ikiganiro urikumw numukobwa waw hosy ndumukund cneee❤❤
kutamubajije kwaplanifia kugira Mariage?quand?kwasanzwe ari la boss afis nubwiza.
Hosy Irakoze courage caane Imana igukomeze muri vyose tubasabiye Imigisha n’umuryango wawe ✅✅❤️❤️
Me too I love u so much @Hosy Irakoze 🫶🫶🫶🫶,narabikubwiye yuko uzoshika kure cane ,gusa iyo iracari intango ,don’t give up mu bintu uzocamwo canke bazogushiramwo kugira bakumanure ,keep going on @Hosy Irakoze 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾,Cadeau from Sweden 🇸🇪
Entre temps, je t'aime vraiment et tu es trop courage ✌️✌️✌️✌️
Je numva umengo wanyibagiwe muri team...🤷♂️ wampoy iki?
Courage hos ibiganiro vyawe ibiradufasha cane biratwigisha
Mpore none Hosy wanje nyene ubuzima buba butoroshe sha gus nukwihangana too❤❤❤
Imana igukomeze cane mwana wumwete Imana izogume kuba muruhande gwawe nawe ugume muruhande gwayo , ndaakwifuri kubabdanya uterimbere cane ndagukunda ndu mumaman ❤
Da Hosy courage nukuri ndakunda cyane ibiganiro vyawe komeza utsinde .
Courage hosy tu es une femme courageuse ❤Hosy mwompa numéro yawe numva histoire yawe inkozeko
Ndagukunda Hosy ndakunda ibiganiro ubaza ntarusaku ubaza knd nawe bakubajije urishura ntacuhisha intahe iramfashije ingene ukora nturumunebwe chr na Gretta ndamukunda mufise urukunda kbs bzuu
Très bonne émission
Hosy ❤❤❤❤❤❤gege Gretta ❤❤❤❤bcp hari umuntu yabwiy ngo turasa gege❤
Mwigisha arabaza : Ninde yazanye amavuta ngaha??
Abanyeshure : Ni Hosiannaa😂😂😂😂
😂😂😂
Nukuri ndabakunda caneee muvyumveee❤❤
Hosy rekana namacungu yama passé vive le présent ubu turi Kumushaha kuriko turi enjoyinga Kumushaha vrt Mwaradukoreye umuti mwena B-Face kabisa en tout cas vrt tulifulaha sana kwa ile song.
Courage sha Hosy....nd umu fans wa Siren Vibes....ibganiro vyanyu ntanakimwe nsimba kuk vyos biba biryosha harmw nibi 😢😢😢ark vyos Mungu mbele
Mr6 baucoups,umpaye ivyizigiro bishasha kuburyo numvise nifuza kuganira nawe amaso ku maso
Ndabakunda cyane pe..... Ariko ubanza ndikuvangamo nububeshu kuko nikundira abarundikazi, numva muvuga neza cyane.
Ububeshu 😅😅😅
Hosy nanje ndagukund can ndanagukurikirana tv yaw niyivug ukuri
nkunda show biz yiburundi naba youtubers biburundi nabantu bize bari smart (apana babandi birirwa baratukana) murwanda twabihebeheye abantu batize ibijuju injiji abantu badafite education de base isanzwe nkaba brianne etc bikwiye guhinduka nukuri we need more educated people, and sober to own channels nkaba bana basa neza bari educated mwishule no muri famille societe yabemera easily.
Hosy courage cane knd ndagkunda🙏
Sha Hosy ukora ibiganiro nkunda vrmt👌 Uri intwari, kubera ibintu ukora ni binini. Ego uzogera kure cane, courage ❤
Respect à la vie privée en particulier les enfants n’ababatuvyariye. Tera imbere nk’umuzinga👍👍👍
Love yu Hosy onday tuzahuri ndifuza kukuramutsa
Pole sana Hozi for lost your mother 😢
Hosy nukuri ur’umubyeyi mwiza cyane.komerezaho kandi uzagera kure.
Hasy ndagusabe uzoduhe ikiganire cerekanye nkukuntu twoshobora kwihangana kubagore twasize muburundi cnk aba grill friend kk duhura ningorane nyishi so ndagukunda cane
Twandikire kuri 61899583
Umuvyeyi vyukuri❤❤❤❤ ndagukunda mwiza
Yitwa nde hosy uyo mwigisha?Naj niho nize primaire
Bonsoir,nakumvurije kandi naryohewe,nagukunze kuva numva ingene wumviriza abantu bagize ingorane,nari mpejeje kumviriza umuntu asenga canne yitwa Sandra yafashwe Ku nguvu agwaye,ndagusavye uzame ukunda akazi
Ariko sha Gleuuu 😂😂ikiganiro citwa "My juna" nyene😂😂😂😂
Nanj ndabaknda cneee hosy et gretta 💋
Courage hosy ndagukunda
Girls iratesa niho nkiyibona. Uri top
Waouu nari narabisavy mugire girl friend yanyu muri 2
Bravo Hosy t'es une femme courageuse❤Keep growing mama🎉
Courage❤️✌️✌️
What a great testimony ❤
Story yawe isa niyanje!!ntivyari vyoroshe
Nahora nifuza kumenya kahise kawe none uri 👌
T'es une femme courageuse🙏👌😍
Hosy na Gretha hejuru caaane❤❤❤❤❤❤
Hosy urumugore mwiza yirwanira ❤❤❤❤❤❤❤
Gretta kuber'iki utamubajij ingen yavyifashemwo uwamutey inda igihe yagenda kubimubwira?
Nanj iki nacibajije,ck abibwira abavyeyi ingen bavyakiriy😊
❤❤❤ j t'adore ❤ et ton émission .inkoz ahant
Entre tps on a la même date d'annif😍😍
Ahubwo ndanagutera iyindi ivyowivugisha
Kuberk wangize abakobwa benshi abahungu ukangr bake?
Komeza utsinde🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nzokwicapako hosy ubyumve kuko ndagukunda
Sabantu. Bubunihatari. Korawewe. Ntuzewumvirize. Ivyobakuvuga. Komezuterimberi
Hosy ndi dubai ariko ndiko ndagaruka buja ndipyuza gusagira inkuru yanje ariko kurihwa kwanza😅😅😅😅
Courage Osy! Natwe turagushimiye.
Hossy nipfuza ko twohura dukore nikiganiro gto kuk nisanz nkukunda bilenze
Courage cane vrt muratesa
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
NDAGUKUNDA
NDAKUNDA COURAGE YAWE PLEASE❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mwoduha numero ya Hosy
Turabakunda kuri The voice of women TV ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Hosy🎉🎉 ndamukunda❤ bcp
felicitation hosy akwije 128K
Warukuze muga!gusa ngira nuko bwarubwambere,ahubw uwakabiri nik kabi utarubaka
Hosy ndashk kubon afs umugboo😢
Hosy merci ku ntahe yawe
Songa mbere. God is good all the time ❤❤❤
Yees
Love u so much❤Gretta and Hosy❤❤