Mwiriwe neza bakunzi ba girlfriend 😍🥰 twizere ko muriko muraryoherwa n’iki kiganiro twakoranye na Keke na Gege❤️ Abifuza nabo ko tubatumira muri girlfriend mwoturondera kuri whatsapp business yacu 76711802 mukadusangiza ubucuti bwanyu❤️🥰🥰
All I see is 2 strong queens who's gonna make it no matter how hard this shitty life is,keep your head up,love y'all ❤️❤️❤️it cannot always be night,things gonna be okay❤️
Mwiriwe neza bakunzi ba girlfriend 😍🥰 twizere ko muriko muraryoherwa n’iki kiganiro twakoranye na Keke na Gege❤️
Abifuza nabo ko tubatumira muri girlfriend mwoturondera kuri whatsapp business yacu 76711802 mukadusangiza ubucuti bwanyu❤️🥰🥰
Keep Moving forward
Çcç
Fcç
Çc
Cç
Abo bana ivyo bababwiye ntibabesha. jew ndi umuvyeyi wabo.
Wow n'abana bezaaa baratesa que Dieu vous bénisse
Twomeny gt kur nyina wabo😂😂😂😂😂😂😂
Hello twins !so happy to ear my team! Vos témoignages me rappellent la grâce que j'ai d'avoir une jumelle aussi dans ma vie! Merci Hosy
Olalaaaa🥰🥰🥰😍😍😍
Uzobazan nabo mukiganiro Rosy mutuzanir aband shan
Nahora nrwaye amahasa ubu bibaye too much😥😥vs êtes adorables ❣❣
Mpise mbona jewe na grande sr wanje malgré kotutaramahasa ariko ukomubayeho umenga nitwebwe.keke na Gege Imana ibakomereze urukundo 🙏🏻
Thank you dear baby sister @ hosy for hosting, those sweet twins much love...you're an inspirational human being keep up a job
Nar ndabazi arik barandijij shahu...hosy mrcii sana
Ndaryohewe kubona abo ba twins ,ndabazi cane ariko bo ntibanyibuka kuko igihe nikirekire ariko twarakuranye mur génération depuis kuva l'an 2000-2009 barabanaa bateye igimomwe ,barakunda cane ndibuka bari bafise mukuru wabo Thibault hamw nuwitwa gretta ariko yitavye imana hakiri kare sinzi bobo KO babashe kumwibuk kuko bari bakiri bato,so ndaryohew kubabona,
Ooh... bcp d'émotions nukuri. Muhezagirwe cane abategura iki kiganiro (Osy 👌)utavuze aba batumire banyu. Imana ibahezagire cane naho mwamaze guhezagirwa. Nkwirikirwa n'aba jumelles nkamwe biranyishe combien vs êtes comme elles (bogira nkiyo témoignage yanyu😁) en plus étape ya mariage bobo barayishitsemwo😅
Ooh my god basha muranezereje nanj ndakunda kurira nkamwe vya vrai nariz kurugo rukundo rwanyu🥰hosy thnx sana love you so much
Olalaaaaaah nciye ndabibuka mes colleagues kur mungala 2014 - 2015. Ndabaramukije cane vrt muhezagirwe Imana ibarinde mwamane uwo mutima kndi ibi mukoze vyigishije benshi bzouuu😘
Biraryosh kuber mwihuriz Imana ibakomerez mwurw rukund 🥰🥰
Ndabakunze cyanee bakobwa beza💞 , nanjye njya mbaza Imana kuki ntavutse ndi twins kweli
Nukuri nabakunze kabisa usa uwo bukuru afise Extreme love ntaco yisigariza
Yooòo benga byiza nanjye mfise amahasa yabahungu ariko nibato bamfise inyaka itanu ariko bararwana cane hhhh bese haribimwe bahurizaho nibindi bindakunda amahasa ndayakunda cane rwose ❤
Non umwana wanyu arashobora kubatandukanya canke ntamenye mama wew ❤️❤️❤️❤️💪
Abo bana ndabakunda cane kubera ukuntu baremye...barakundana kdi burya sivyabose ko amahasa ategerezwa kwiyumvanamwo nkuko. Imana ibandanye ibaje imbere kdi yame ibitaho
Keke e Gege niko mwamye sha bzuu🥰🥰🥰 urukundo ruzokwameho ibihe vyos
Nabakunze kuburyo nisanze ndikondarira kubwiyo histoire ya enceinte.uwutaravyara ntashobora kwumva ukuntu umuntu akubahafi uri enceinte abagukunda
Hosy merci beaucoup kutuzanira amahasa meza.ariko ndasha fone zabo,kandi ndakeneye kumenya mbega bébé arashobora kubatandukanya???????
Mana yanje ndaryohewe ingene bakundana kandi nsanzwe nkunda amahasa .Imana ibakomeze.
Hello nakunze iki kiganiro ca Gretta and Kleria Cari kiganiro kiryoshee cane twamenye ubuzima bwab twins... Thxx u.. And stay blessed
Mbegivyiza ndakunda amahasa Iman ize ibampe Kandi bakundana cae
Hosy uzoze urashiraho utu mouchoirs kugira abarira bihanagure🤣🤣 kandi keep it up, tes émissions ziramara. 🇹🇷🇹🇷
Egoo🥺 nuko tutaba tuvyiteze
@@sirenvibestv oya bishire mumutwe kubera harigihe ukiresha abahuye nibibazo bategerezwa gukorora amarira 😥😥😥
@@sirenvibestv ni
ukwama muzitegekanije kko hari naho umuntu aryoherwa akarira
Nukuri 😂😂😂
@@sosomh5430 nka jew ntwenze ndarira😅😅😅😅
Waoooooo cari kiryoshee 🥲ukuntu yavuze ngo ngw afis inda na keke wamengo arayifise 💋❤️
yoooo ndarizeee nanjee Imana ibahezagire canee gege et keke rwa RUKUNDO IMANA idusaba nugoooo🥰🥰🥰
❤
It is amazing May God bless u Hosy,keke and Gege.muraryoshe caaane
Yesuuuwe Rosie uziko unkoreyumuti nkunda amahasa akundana kubi Rosie iyivideo uzoyigumizeho nzoyiraba ninagira marriage kugiranzendabeko no vyara amahasa asa akundana ndabakunze
Wow ariko biri bizarre jewe ndafise umu petite soeur turasa tellement ko abantubibaza ko turi amahasa nabandi tuvukana birashika bakatwitiranya
Naryohewe caneee rwoseee Imana ibahe gukomeza ugwo rukundooo! Nabakunze cyaneee muri akarorero keza k’abavansimwe bakundana♥️!!!
Waouw muranryohera sha gsa nyen mwarakuze j ndabazi kwel😍😍😍😍
Mes voisines de moi je Vous aime muri ntore ga basha murakaramba mururwo rukundo la Keke et gege much love 💕😘😘
Courage twin Muri beza imana izomp kuvyara amahasa kbs muraryoshe kubona nukumv
🙏❤
Muhezagrwe ba Chchu ndabkunz d plus,Hosy uz ukmez kutuzanir ibganiro birysh ndagufana
Ma mère est une jumelle, quel bonheur 🥹
Waoooo lmana ikomeze urwo rukundo rwanyu .
Keke et Gege turabakunda. Muraryoshe,Imana igume ibahezagira mu buryo bwose💗
❤
Je vs aime bcp mes chouchoutes
Nipfuza guhura namw
Hosy ntako utagira
Vrm nanj ndaruhuts kuva ikiganiro gitangura ndira kirinze gihera
Waaooh💕💕kel amour entre ls jumelles❤️I wish myself
nkunda amahasa kubi imana izobandose mwirambire les filles 🥰
Nnj vrt
Mazina,Imana uduhe uwo mugisha
Kabsa najewe Kweri 🥰🥰🥰
Annnwww 🥺🥺😭iki kiganiroo nicamber 😻baratesaa shn❤️
Keke love and gege love niko ndabita jew, murabantu banjeu murabizi🥺😍🥰much love
🥺🥺❤❤
Twaryohew cneee birenz🥰🥰🥰 ndagukund cne amahasa ham muhezagirw namw
Amen🙏❤uhezagigwe nawe
Waaaaoh ndakunze ico kiganiro abo bana ndabaz cne kuva kera bamye bakundnan
🥰
Gege numwan mwiza nanj ndag❤️ ndibuk twigan ukuntu wakunda kuturmutsa 😘 Yesu abampezagirir beza
😊🙏🙏
Hosy natwe uze udutumire jewe na @axel mugabo 😂😂😍 Gege na Keke 🥹❤️
❤
Namwe karibu mutubwire
Disi nzoba nabaherekej mwebw
ruclips.net/video/2H7qrULb3qk/видео.html go i o yo o
Yooo amahasa araryoshe mna weee mana ndasavy nzovyre amahasa mur beza shahuuuu courage
❤
Yoo aka Émission sh kar karyoshe knd umnga bati sincer sh hiiihii..bararyosh sh
Longtime kbsa nanj sinigez ndabatandukanya
Yoooo keke azob umunyamugish nukur Naje ndamukunz🩷
Guys ndumva neza ko nryohew knd cn kubw iki kiganiro bimwe ntosigura narinsanzw nkunda amahasa nciy ndayakunda de plus naho agoye kurera knd aruhisha ariko nciy ndayashaka gusumba uko nahorandavyipfuza Imana ibahe kuramba nokuguma mukunda cane🥺🥺🥺🥺❤❤❤❤❤
kino kiganiro kiraryosh can😍vrt kiranduhuye Gege&Keke nabakunze trop😁😇 mrcii Hosy🙏
ruclips.net/video/2H7qrULb3qk/видео.html too
Whaou 🥰
Ndabakunze 😍c'est tout. Imana Ibahe kurambana nukur
Ba Ngagara Utwo Twana Disii ndatuzii kur LMC yyooo M twiza Shaa
LMC ?cnk LMN ?😊
😍😍😭ico kiganiro cari kirenzeuu kirarizaaa muga Rosy yarashishwe ntana 😭🤣
Congratulation my sister ukora interview zubaka kandi zigisha imana ikuje imbere ♥️♥️♥️
Mana weee! Uzompe amahasa kuk araryoshe
Waaaooooh mbega abakobwa beza😘😘Keke&Gege ndabakunze vmt knd ndakunda amahasa cane 👌🏽murambane beza mugumane urworukundo mufitaniye
Ndabakunda cane nitwa Nadjati from Rwanda 🇷🇼
Mbakunda uko vrt jumelles ❤️😘
Ndipfuza nanje kumenyana nabo ba jumelles 🤗😍😫
Nawe uri umu Jumeau twabibonye😍
😂😂😂😂
Les sœurs de Thibaut shaaaa😍😍😍abo ba twins bararenze
Gege vraiment ntumubesheye arakunda kuryama trop no mwishure
😂😂😂😂😂
Mbeg ikiganir ciza ❤️💃🏼💃🏼💃🏼💃🏼
Imana ibahe kuramba murambane diii🥰🥰🙌🙌
Turabakunda murandijije🥰🥰🥰 merci hosy kubiganiro biryoshe 💗💗
Ndajunda vr jumelles kbs🥰🥰
Ndaryohewe gose muhezagirwe hosy
Jew ntahasa mfis disi😭😭😭Nshak arik kubavyara kubera baranryohey caaanee
Iki kiganiro nguma ngisubiramwo kendhi uzabagarure utumire naba doro twins😂😂 nkunda amahasa cznee❤
Natwe turabakunda cane amahasa love you
Biraryoshe kweri
Waooo nkunda Amahasa disi Imana izabampe yobikoze🙏waooo ndabishimiye cane murasa Yesu abakomeze😍😍
Amen🙏thank you❤
Bakiri bato baragoye cane (amahasa)....
Imana izobaguhe 🤗🤗🤗
Très sympathique. Ni beza mana yanje.
Ubu hoho iwanje birabuze.kuko nari nifuza kuvyara amahasa yabahungu none nciye nsaba Imana amahasa abiri.abahungu nabakobwa
Keke na Gege, muraryoshe gose ndabakundaa😍😍
❤
Anshwiiii much 💕 love
Nanje nzozanana namutoyi wanje ndamushimire nabantu babibone nibutse uko natwaye inda akaba ariwe aruha kundusha 😭😭😭😭 Osi uzomfashe umpe ikiganiro umusi nakurondeye
Ego turakikwemereye peee
Nahageze rwose courage
Muraryoshe kuraba Gege na keke🥹🥹🥹imana igume ibahezagira murambane❤️
ruclips.net/video/2H7qrULb3qk/видео.html full BLK
Nanje uzodutumire natwe Hosy numu besto wnjee sh #NIYONYISHUSOLANGE ❤❤❤
Karibu cane twatanze numero mwoturonkako
Q5 family ❤️😀 I miss u sisters 😢Keke & Gege
Iyi nkuru irarenze
Egoo kabisa nukonyene bameze 😅😅barakundana cane🥰
Wewe uratuzii😂😂😘😘
😅😅cane gose😍
Bash bararyosh kndi Ni beza can ndabakund ham babandany bakundan bafashany kko sibose barons ayo mahirwe boe journée
Mwarahezagiwe bakobwa beza Imana ibahe kuramba murere young agume abona aba maman babiri ndakunz kiganiro canyu ❤❤
Les filles c'est très jolies 💓💓hama nimuhumure kazima Imana yabarinze mukaba mwararwanye muranesha mushim Imana
Amen 🙏❤
ruclips.net/video/2H7qrULb3qk/видео.html G i
Nawe waciye ubaha na microphones zisa
👍👍👍👊👊👊❤️❤️❤️🧠🧠✍️ Hosy uranyishe nguciye ugomba kuvyara amahasa🤣🤣🙆♀️😂😂😂😂 nakubari 💫🏆
Waaaaooooo🌹🌹🌹🌹💞💞💞💃💃💃💃👸👸Muraryosh sanaaaaaa yudududweeeee💞💞💞💞
🥰🥰😘😘❤
Nibaza kweri beshi bameze nkaho,kuko ndabafise batoya banje namahasa aribo bahererezi nabakobwa,infura namahasa babahungu inkundo bakundanye nukuri amahasa arakundana binasesema,abagenzi barabasangira,ibibazo bakabisangira,umunezero bakawusangira nukuri Niko beeshiii bameze,akarorero ndakabona muhira iwacu
Mpore basi😂😂😂😂😂😂😂😂
Ooooh aba chr banjeee gros bzouu urukundo gwanje ruratesaa ndabaknda caane
Hossy nkunda ibiganiro vyanyu ikico kinkoze k'umutima
Nsabimana nanje izompezagize amahasa
Nciye nkumbura u Burundi 🇧🇮
Urakumbuwe😘
Waaaooi🤣🤣🤣biratesa Shaa aba twin shaa
Komer balasa koko knd bibabiryoshe💌💌💌
All I see is 2 strong queens who's gonna make it no matter how hard this shitty life is,keep your head up,love y'all ❤️❤️❤️it cannot always be night,things gonna be okay❤️
Bari trop mignon 🥺❤️
Merçi Tantine
Hahah un munsi kaguponyots samdii..turi dimanche hiihii
Ikiganiro gisanzwe gisohoka samedi ahubwo nitwe vyagoye casohotse giteba
Hosy wakoze cane kutuzanira ayomahasa ndagukunda cane ❤❤❤❤🙏🙏🙏🙏
Namahasa nn ??
@@الينابروندي-ج8ث Egome
@@niyonkuruconcolatteconsola4792 merci beaucoup kunyishura
Ivyo vyuki vyuka inyambo nanje nobikamagira nukuri kwose ! Ndakeje HOSY cane k'ukuntu baduha ibiganiro bisukuye !!
♥️bararyoshe😍am just in love vrt♥️♥️♥️