Amafaranga kw’ISOKO NKURU ya Bujumbura uko azotangwa..|Fablice MANIRAKIZA ||ama Banki azotunganya...
HTML-код
- Опубликовано: 15 сен 2024
- Ng’iyi ISOKO NKURU ya #BUJUMBURA #Fablice na UbakaNationGroup Agiye Kwubaka ngo Isubirire iyahiye.
#Diaspora n’Umwenegihugu muto bose bazoshikirwa
#indundinews #indundi_tv #Fablice_ Manirakiza
Waouh Icigwa ciza caane gusa nosaba ko hokorwa Application (App) izoshobora kwereka capital movement canke Igafasha nomugihe ukeneye kuba umunywanyi bidakenewe gushika muri bank. Fabrice ndakwemera caane iyo application nuyigeko kuburyo na Diaspora bitworohera kwiyandikisha canke kwongereza umutahe tutarinze kugorana kumaterefone Merci beaucoup
Iciyumviro ciza cane
Share holders rights need to be made clear as well as what happens and the promoter what percent profit is he taking?? and the bank as well??
Le promoteur peut-être défaillant à court ou à long terme azokurwa azokosorwa,azokwemera guha abanyamitahe uburenganzira bwo gutora uyundi yohagarikira inyungu......
Haracarimwo vyinshi vyoguhinyanura
A souligné que le projet ari nziza kandi cane ariko abarundi turazinanye Kenshi haragera igihe le promoteur igikorwa akigira rwiwe gusa alors que le projet est devenu nationale
Nukuraba ivyo vyose monsieur Fabrice si non ndaguteye intege
Reka dérangement basha Amajambo yanyu Ageze ahantu gabanya mugwize ibikogwa
Borasaba ko dusigurirwa neza urwo rupapuro ruha umuntu uburenganzira bwokwinjira mwico kigega,,kuko numva izo bank zibiri, arizo zari zikwiye kwica kwiyo document ukuntu yoba imeze hama umuntu aje gushira ayo mahera kurirya compte batanze,,bank ikamenyako icimuha urwo rupapuro akagenda arushizeko umukono..bakamuha copie atwara niyo basigarana nkuko babikora kuri bordereau de versement
Uyo mugambi uratomoye pe.
Uwo muvuduko muriko urarenze kabisa,Gusa Fablice acungerwe gooose kuko abansi b iterambere ntibamwerekwa kuko barabona ko uburundi buciye kuri we buzotera imbere kubera ivyiyumviro vyiza vyiwe bigatuma abarwanya ubutegetsi babura aho baca murazi ko banatanguye kumuvuga nabi .
None hokorwa iki kugira bumve ivyo muvuga?
Bibwire abarundi.nimureke ubwobujuju mukoresha mugushikiriza I jambo abarundi
Nasanze amajambo muvuga ashika kubanyamahanga gusa ariko abarundi atanakimwe bumva kubibera mugihugu
Banza mworoshe, murose RUclips, Facebook, x,...bizimbutse kugira muvuge mwumvikane kubarundi.
Turasavye Bancobu iduhe no Compte murakoze bishobotse kuri +260979352427
None hokorwa iki kugira bumve ivyo muvuga?