Léonce Ngendakumana abaza nimba abo Umukuru w'igihugu yavuze mu ma dossier y'ubonyonyezi bahanwa

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 17 янв 2025

Комментарии • 15

  • @nduwayom31
    @nduwayom31 Месяц назад +3

    Muburundi; harabanyeporitiki bataribake; botwara batotwara; borongoora batorongoora; muribo; ndakunda Léonce NGENDAKUMANA pe. Kukw'avuga vy'Ubwenge sana mno.

  • @HajiKelly
    @HajiKelly Месяц назад +2

    Leta nyonyezi ntotezi ngarika nyuruzi nyuruzi ivyayo nikibazo pe😊

  • @Elemento-dn8wj
    @Elemento-dn8wj Месяц назад

    Parcem nabonnyene ntibakora neza akazi kabo . Bavuga muri rusangi nk'abandi kandi bategerezwa gukora aladosye bakayatohoza

  • @peace7313
    @peace7313 Месяц назад

    Mutubwire tubashire hanze abasuma bose. Duhereye hejuru bose bagomba kuja ahabona. Birateye isoni.

  • @Surprises3558
    @Surprises3558 Месяц назад +1

    Hakwiye ko habaho president wumudamu.
    Abagabo vyabananiye 😂

  • @Prime-f9r
    @Prime-f9r Месяц назад

    Amajambo turayahaze,dukeneyibikorwa

  • @valerebisama6483
    @valerebisama6483 Месяц назад

    Ivya parceme biragoye,uwuyitwara kurongora vyaramwubitse arinzasaza uwo yayiserukiye nawe yahukanye avyaye rimwe none ivyubutunzi babisigura gute??narengana

  • @SindayigayaDeo-ox8bx
    @SindayigayaDeo-ox8bx Месяц назад

    Batama nimba mushakako twebwe urwaruka tuzokwama tubibuka nimutwereke akarorero keza nkubu umuntu wese yahawe umwanya mugihugu awukoramo kunyungu ziwe ivyajejwe gukora kunyungu zabene guhugu abikora nka service service nayo ntiyijana urumva bafise inyifatombi can tuma mugirana ibiganiro nabajejwe guhana bahane kk ibintu vyarabaye nabi p

  • @MaryBanda-w1i
    @MaryBanda-w1i Месяц назад +1

    Bagomb imyiyerekano

  • @AlexisUwizeyimana-l6o
    @AlexisUwizeyimana-l6o Месяц назад

    Tuza abasuma canecane mubutungane,nkomukirundo procureur aragisibije,never wacu ubu nukumufasha kuko ntakadakora

    • @Elemento-dn8wj
      @Elemento-dn8wj Месяц назад +3

      Hubwo niwe wambere akwiye guhanwa kuko ntaco akora. Ninde azomufasha KO ariwe afise ubutegetsi? Kuvuga ngo abanyagihugu bagufashe ni imvugo ya politike yuzuyemwo ubwiyorobetsi. Abasuma arabizi ni abagenzi biwe kndi abagumiza mu vyicaro

    • @SindayigayaDeo-ox8bx
      @SindayigayaDeo-ox8bx Месяц назад

      @@Elemento-dn8wjuri mukuri basi akwiye kubata hanze kk ntiboguma biba ababona bagumeko ham ngo tumutandukanye nabo niwe abaturekurirako baza bartwiba

  • @MaryBanda-w1i
    @MaryBanda-w1i Месяц назад

    Turakwiy kuronk umuco guk ibint badukorer nakamahanga kumeny inkoz yikib arik ntihanw ni reta nyabaki ???

  • @ClaudeNdayishimiye-im8oe
    @ClaudeNdayishimiye-im8oe Месяц назад

    Ningorane

  • @MaryBanda-w1i
    @MaryBanda-w1i Месяц назад

    Gabany inzego