Umupfumu w'umurundi yiyitirira Imana yeza : Imikoshi canke inyatsi bimeze gute bivugwa gute?

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 12 дек 2024

Комментарии • 13

  • @JesusNiyonkuru
    @JesusNiyonkuru 4 дня назад

    Ivyabapfu biribwa n'abapfumu dufise Imana twizeye yo yaremye Ijuru n'isi icaremwe cose caremwe nayo n'Imana Ifise Ubushobozi bumira ubundi bushobozi bwose ndagutumiriye nawe kuza kuri Yesu Umwakire nk'Umwami n'Umukukiza mubugingo bwawe kandi aragukunda cane arakurindiriye Karibu cane kuri Yesu Umwami Atanga amahoro n'umunezero Udashira utagiramwo ukwicuza Ugubwe neza mumwami Wacu Yesu kristo

  • @SylvestreNiyonkuru-w1y
    @SylvestreNiyonkuru-w1y 6 дней назад

    Isi igezekumusozo Yesu agiye kuza

  • @FrankeIgiraneza
    @FrankeIgiraneza 6 дней назад +1

    Mukomere cane

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 5 дней назад

    Reka guhenda abantu abo bakurambere avuga sibo barinda abantu umuntu arindwa n'Imana apana abo bapfumu.

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 5 дней назад

    Ivyo vyose Yesu yarabikuyeho yabihanaguje amaraso yiwe kandi amahoro yukuri ni Yesu ayatanga wenyene ibisigaye vyose nugupapira.ni mwakire agakiza mwakire Yesu nkumwami n'umukiza wubugingo bwanyu vyose bizogenda neza mubuzima bwawe no mumuryango wawe.iyo niyo nyishu iri Vrai yonyene.ibisigaye vyose nukuzimira.

  • @suavisndihokubwayo-cc3id
    @suavisndihokubwayo-cc3id 5 дней назад

    mugiye guhinyuka basha kweri? nibara kugasozi lmana irababona nimurindire

  • @cheriewanje5415
    @cheriewanje5415 4 дня назад

    😂😂😂

    • @cheriewanje5415
      @cheriewanje5415 4 дня назад

      Mbega uwamenye Yesu kumukiza wiwe, bigenda gute??😅😅

  • @NdayishimiyePrince-gf4ir
    @NdayishimiyePrince-gf4ir 5 дней назад

    Ari mukiri

  • @Vivijournaliste
    @Vivijournaliste 5 дней назад

    Ariko yemwe,Aho hantu nikuhakubitira

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 5 дней назад

    Uwu ni salongo wo mu Burundi😂Salongo wo mu Rwanda wewe ubu arafunzwe.Hama twebwe ubu turiko twumviriza ubutumwa bwiza bwa Chris Ndikumana none namwe muriko muzana abapfumu vrt

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 5 дней назад

    Mumumbarize abo bakurambere avuga ni bande?bafise ubushobozi nyabaki bwo kugira abe aribo bakiza abantu ivyo cank barinda abantu ivyo bibazo yavuze abo bakurambere avuga bo nibande?bafise ubushobozi ki?babuhawe nande?barihe?