Bonsoir.Indundi TV, murakoze Ku makuru muduha.Muramutubariza KO minsi yose umuntu azanye mutahe,ni ngombwa KO umuntu arinda gusinya engament !?Nabona umuntu ABA afise bordereau de versement ikwiye comme engagement !!! D'ailleurs n'a banque batubwiye KO iyo acte d'engagement ngo tuzigira kuri bureau ya 1AIF.Rero mu ntumbero yo kworohereza abataba Buja yorukuraho,hagakora bordereau.Guko n'aho yotakara, BANCOBU IBA ibifise mu ma machines yayo!!🤷 Murakoze
Mu plaça amahera kuko mutazi ryari muzotangura parce que ton entreprise n’a pas montré de capital. Kandi kwerekana ko ukunda abarundi iyo taux iri annuel gutanga 100 000 Fbu ukaronka 7000 Fbu ntaco mbona
Woba wipfuza kugura imitahe mukigega ca “ONE AFRICA INVESTMENT FUND” Kizotanga amafaranga yo kwubaka isoko rikuru rya Bujumbura.! Kaze. Kuba umunyamitahe usabwe Kurihira imitahe yawe ahuriho hose mu Burundi canke hanze y Uburundi. Umutahe 1 mu marundi ni 103,000BIF / 1 muma dorari ni $103USD, Uko ugura myishi niko uzokwunguka byinshi.
🔷BANCOBU:Izina rya konte: ONE AFRICA INVESTMENT FUND / BIF: 19742320101-67 / USD: 19742320201-83 / SWIFT CODE: BCBUBIBI
🔷CRDB: Izina rya konte: ONE AFRICA INVESTMENT FUND / BIF: 0150802302900 / USD: 0252802302900 / SWIFT CODE: CORUBIBU
Ushobora kuronka canke kurungika urwandiko rwo kwiyemeza kuba umunyamitahe uciye kuri: www.imitaheyacu.com / oneafricainvestment.info@gmail.com / (+257)76968705 / (+257)66665979
🏡 Wipfuza kugura canke kwubakisha inzu, Kaze tuguhe inzu y’indoto zawe: (+257)68814704 / (+257)76074777
Imana ihezagire abarundi bafise umutima wogutez' imbere igihugu c' Uburundi.
🎉🎉🎉❤❤ tuko pamoje my brother🎉🎉🎉 bikunze ndazana nuwundi mutahe bikunze ngure nka 3capitaux!!
Ndashimira Imana cane gooose,kungabire yaguhayeeer
Imana iguhezagire Fabric kuruyo mutima woguteza imbere igihugu cacu Mach respect ❤❤ mugabo dusavye inimero zanyu muziduhe tubasobanize neza murakoze 🙏🙏
Imana ibahezagire mana wu Burundi
Hezagirwa hezagirwa Fabrice turashima ingene uriko urabikora neza 👏👏👏❤️❤️❤️💒💒💒💒
Courage,mon frère,Imana igukomeze ikongere inkomezi hezagirwa
Fabrice lmana igushireko uburinzi bwayo ikomeze kukwongera ubumenyi fura yuburundi ❤
Nivyoza ko ibikorwa birikugenda neza. Biraduha inkufu❤
Imanimbere Fabrice kubibikirwa vyiza
Imana iguhezagire fabrice uraduteturuye🎉🎉🎉🎉
Abanyarwanda ubu ntibakidyogora😂
Fabrice ndagukunze kandi uri imwe munkingi yiterambere ry'igihugu cacu . imana ikurinde mu mpande zose .kandi ubwo butwari nivyiyumviro uze ubisangiza abandi kugirango tugire uruhome rudahenuka . merci
Que Dieu vous benisse encore
TOUS NOS ENCOURAGEMENTS CHAMPION...!!!💪💪💪.
Ayaga neza manirakiza Fabrice kwl ndiko ndaraba ko noranka akanoti ngonongereze ayo nasizemwo❤
Fablice afice impano azokora ibintuvyinshi wumvise uko avuga honyene bitanga icizere.
Fablice Imana Ikutuzigamire kuruwo mutima mwiza.
Imanimbere Fabrice kubibikirwa vyiza jemuga sindatahura umuntu nogura umutahe ntaribirundi
Ntimwokora application KUGIRA vyose kugura no kuraba etat yumutahe UMUNTU abikorera kwifone?
Moduhe
Inimero yanyu
Bonsoir.Indundi TV, murakoze Ku makuru muduha.Muramutubariza KO minsi yose umuntu azanye mutahe,ni ngombwa KO umuntu arinda gusinya engament !?Nabona umuntu ABA afise bordereau de versement ikwiye comme engagement !!! D'ailleurs n'a banque batubwiye KO iyo acte d'engagement ngo tuzigira kuri bureau ya 1AIF.Rero mu ntumbero yo kworohereza abataba Buja yorukuraho,hagakora bordereau.Guko n'aho yotakara, BANCOBU IBA ibifise mu ma machines yayo!!🤷 Murakoze
twse hamwe birakunda
Nivyiza cane
Fabrice warumazimisi mugacerere narinagukumbuye warah habuze gatondondere numeyawe ndakurondere ndagukunda ndakundibikorwa vyaweeeee
Very Good
bjr ham nkuko muri bancobu hose bagura imitahe , izo acte d'engagement zisinyirwe ahari bancobu hose
Twubake isoko yacu
Vyiza caane🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Ingo nigiharo
Mugulmye hiyo Bujumbura ntaco lmudufashije
Nivyiza cane tweturikure ya Bujumbura muzo dushikira ryari
Umviriza neza yavuze Ko vuba bagiye kuza hagati mugihugu
Urihehe wewe? kumenga kugura imitahe biroroshe jewe nabikoreye igitega kand icudatahura urabaza.
Vyiza my president sorry jew ndakubona nka president
Fabirisi imanikutuzigamire mumpandezose. Uwuramye azobona
GOOD
100/100
Waooooh
Kwerekana ko justice ikora neza pour un projet pareil igiyemwo abantu benshi aho rero Abarundi ntiruratera imbere gukorera mu muco
Korakazi mutama wewe urashoboye
Hahahah RPA nisubire! Ubu nibikorwa ntamqjambo akenewe
Fabrice ni Umuhanga akwiye kuba Minister wa Infrastructure kabisa
Kugira umuco entreprise ifise employes ibahemba ugatangura terrassement du terrain ntugire umuco iyo ayo mahera none abo banyamitahe batangana bataronka info ikwiye ari kubabwira ngo zana amahera gusa
Mukomerecaneturinyumatuza
Turikumwe twese birashoboka
Fyonda kwiyi Foto urabe n'ibindi
None ok jewe ntakuronka mpamagara none
Icambere fabrince nyakubahwa nari ngukumbuye wubahwe can gose hm ubu naronse uwundi mutahe vuba ndaza ngwize imitahe
Mwarahezagiwe igihugu nigwacu
nta rukoba rwera ruzotwubakira
Wewe ivyiwawe nivyakamaro tukurinyuma
Komera mutama abantu nkamwe nimwe mukenewe
0:44 nimbona likes 100 ndatanga umutahe nanje.
None abatanze imitahe bazomenyagute ko kugeza ubu imitahe yabo yashitse nubwo babikoreye mûri bank ntakuntu bogira affiche yabatanze imitahe kugirango biboneko imitaheyabo yashitse?ikindi kugeza Ubu inyunguyimitahe umuntu bazoyimushirirahehe kandi atacompte babugururiye?nimutubarize
Vyiza mwotuma mufata ideni muri BRB kugira mutangure kubaka nabandi bafise utungonongono babone ko muri sérieux muri kukivi
Yase indyane zanyu abayarabikoze
Komera
Komera🤍🏆
😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😢😅❤
Vyiza cane
Mu plaça amahera kuko mutazi ryari muzotangura parce que ton entreprise n’a pas montré de capital. Kandi kwerekana ko ukunda abarundi iyo taux iri annuel gutanga 100 000 Fbu ukaronka 7000 Fbu ntaco mbona
Jules wewe ivyo vyimitahe ya Association yiwe ntibikeneweko ubimenya wewe nimba umufitiye icizere shiramwo umutahe nimba ufise amakenga naho vamwo jakuruhande ubise abadafise amakenga.
Bikenew ko buri gihe werekana ayamaze kuboneka parce que uterekanye ton entreprise amahera itanguje comme capital
Ayaga neza manirakiza Fabrice kwl ndiko ndaraba ko noranka akanoti ngonongereze ayo nasizemwo❤