Ico kibazo naco ni ciza kandi uko mbona uwo mu jeune atari igito. Nta nakimwe atishura. Gusa restons dans l’atmosphère de la foi et dans la perspective de changement des mentalités pour le développement.
Genda muri Google ubaze One Afrika investment funds barakwereka i number zabo zose canke ugende kuri Banki ubabwire ko ugiye gutanga umutahe baragufasha.
Ababonako Fabrice abaye président koyokosora igihugu tumenyane.I love 💕 him
Kitamuvunye ntakorako 😂 😂 😂 😂
Gob Bless Burundi 🇧🇮🔝🙏
Naw nukuz muta ukagr ic ukoz ndakwemer sana kur channel yae
Fablice intumwa y'Imana kuburundi🎉🎉🎉 imana ikurinde RPA nakwagwi bakorana !!! Fablice hejuru cane🎉🎉🎉
Amena😂😅
Ikiganiro ciza cane. Vyari ibibazo hamwe n'inyishu nziza bizofasha benshi guhindura ivyiyumviro, mu nzira nziza.
Merci Fablice.
Merci tous les deux.
Mweye uwambere nukuri fabrice turakurikirana ibikogwa muriko mukora ahomugihugu turabibona nivyiza cane
Fabrice Imana iguhezagire ,Burundi ntituba dukeny, nuko bacuvya,mugihe umuntu yifitiye indoro ziw ,bakanamutoreza ,Baringira akarorero kuba Zambian
Imanininahazwe kubwafabirisi. Ingabire yuburundi🌹💐💐💐🌹💐💐💐👏👏
You are my best Fablice.courage.Ni ukuri uri uwambere
Namamvugati IMANA Imuhezagire Fabrice ibiganiro vyiwe ndabikunda kuko harimwo nubutumwa bibwigwabeshi bikumva benevyo Uwiteka aguhe kuramba urimboneza yuburundi❤
Mwubahwe ndagukunda cane kwiteramber uriko uraduh Imana ibandanye ikuzigama
Imana iguhezagire cane muhungu wacu ikurinde icitwinabi cose
Ndabona ariwe wambere atwaye igihugu mur 2040 2060 abasigaye twese tumujinyuma God bless him so much.
Ahobonye fabric ariko atanga ikiganiro sindegana ntunvirije kuko ayaga ivyubaka imitima irambire❤❤❤
Ahubwo cutanga like👍
Fabrice Karorero keza muri Africa Imana ikwongere ubumenyi nubwitonzi
Fablice abantu ntibaze baguteranye na leta ww wifashirize igihugu n abarundi wigumire muri business mon frère politique itarike bataguteranya ngo baronke aho bari.buhere courage komera kukivi
Je ndavye émission yawe birandenga nkarira ntakindi ❤❤❤
Imana iguhezagire cane 👏👏👏👏❤❤❤❤❤
Komera komera turakwemera❤💪🙌
Ama radio n'ama télévision yose y'igihugu narabe ashireko umwanya wahariw amajambo y'uno mujama kuko ni amajambo arema umuntu mushasha kbx
Imana wayishize imbere vyose izobikora.
Ibikorwa invugo ningiro nivyo bimuranga Urakoze cane gose Fablice Manirakiza / FLYBZ umbabarire nkunze kukwita #Mypresident
Iryo zina riramukwiye mbere nohanura abarundi k hagez mu matora bomutora naho atoba yitoje ugira babony abarundi bamutoye nka bose amajwi yoba annulés ndakurahiye batogikorerako akaba président
We're proud of you Fabrice.
Fabrice Imana ikuturindire kuko ivyo ukora turabishima bitubera akarorero keza
Very humble ❤
Umuhanuzi yavuze ko uburundi buzoba pradizo ndabona Kandi igihugu cImana ntiyabeshe ndavye apôtre Chriss uko bariko bamwita yesu nkabona Fabrice mbambona ejo Ari heza
Ndakunda ukuntu abakozi bawe,avant yuko mukora projet Habanza Kuba inama
Hezagigwa Fabrice comment from 🇺🇸
Kuba uyulunsi ndikurutonde rwabafise umutahe muri one afrika numva ntesa😂😂❤
Indundi tubasabe muze muturonderer GASAPE nawe atibarire kuri ya internet yiw kubera ivya starlink vyovyo nivy,abifise ntaco vyaj guhindura kumwenegihugu muto ahubwo iyo starlink sinzi ico yaj gukora kuko connexion zimez neza muga zizimvye mu Burundi zari zihari.
Muzoturonderer GASAPE vrt kirya gikogwa cari ciza caaane kubera yari yiyumviriy ko hoza connexion internet yorohereza umuntu muto niryo ryitwa iterambere kubera igihe hari akagwi kabantu bakeya bamez neza abandi benshi turemvye iryo ntateramber nicogituma uca uguma wumva havugwa ko dukeny kandi nivyo p
❤❤❤😂aho ndagufanaa
Komera cane fabrice turakwemera
komera bwana fablice
Mube mube kweli 💯👋🏿
Ico kibazo naco ni ciza kandi uko mbona uwo mu jeune atari igito. Nta nakimwe atishura. Gusa restons dans l’atmosphère de la foi et dans la perspective de changement des mentalités pour le développement.
Nuko ataburengazira ufise bwokwitoza wotowe 99% ntuyaga amasigara cicaro
Reka kwiba amatongo yabandi ...hama tuzoshiramwo amahera, ibintu ukora sivyiza. Iterambera riba aruko wivye amatongo yabandi mwena Neva , ntaco bizokumarira😢
Uko nukuri❤komora
Naze mukayanza n' ingozi kumavuko
Niyitoze nubu nyene mu ntara iwacu nzomwiyamamariza kuko uburundi bukeneye abantu bakora apana abatwicisha amajambo y imigambi bazokora bikarangira atavyo bakoze
Fablice reta nimuhe abamurindira umutekano kuko inyankaburundi zizohava zimugirira nabi Kandi abarundi tumwitezeko vyinshi
Yezu azomurinda muri vyose,Ubu i Burundi haramahoro.
None inyankaburundi si abarundi cank ni aba Nigeria
Nanje kuri radio na télévison vyigihugu
Good job
Fabrice komera.impungenge mfise nuko abakunda igihugu cacu bakunda kubagirira nabi.unyihanganire sinkwipfuriz inabi.kmr
Wokwanka woreka ukomez kugamburukira nuhoraho knd umenye inyifato yaw nimboneka rimw ah kuburund. Abarundi bagusengera can uzaba umwiza kuburundi afrika
Ariko fablice nguhanure ugabanye gukoresha ibiti gura inyuma uzoza urakoresha dukingire nibidukikije kuko ndabona ibiti mukoresha ari vyishi cane
Imana ikurinde aba MSD na RPA amen❤❤❤❤
😂😂😊😊 Amen!!!!
😂😂😂😂😂😂😂
Komera ncuti yanje Uhoraho ukuje imbere
Fabrice imana iguhe kuramba ntibaze bagutobere izo ntovyi zije kuruhande wikorere
Vyiza sana ariko zurandika Imana not imana
@EtienneSindayigaya-kl4tu nihenze sorry urudome rukuru
fabrice manirakiza twarabasavye number yanyu kugra tuyage uko two zana uryamutahe wibihuumbi ijana nabitatu number irihehee
Genda muri Google ubaze One Afrika investment funds barakwereka i number zabo zose canke ugende kuri Banki ubabwire ko ugiye gutanga umutahe baragufasha.
@ibrahimcongeram.806 nkatwebwe naho turi.mumahanga Zambia Lusaka
Nibaguhe utware igisagara umenyere hama bazokwongere ubuperezida
Fabrice =magufuri Burundi
Alan the real OG 🫡
Ndagukurikirana ndi Kenya imana ikugirire neza ikujimbere abasi biterambere ntibazakugirire nabi
❤ 56:39
👍🙏🏾👏🙌🤝🚁🚗🤛
Naringukumbuyee
Abarundi tubasabe ! Nti mumukwegere!! Kuba umukuru wigihugu cuburundi sugukina Kandi gukinisha mureke yubake igihugu kurwego ariwo setuuu
Igituma uburndi dukenyen ubutegetsi bubifisemwo uruhara runini kuko twebwe abarundi na barundi kazi turashoboye ariko ivyo dushoboye ntibifise ikibishigikira abategetsi baca baducinyiza😢
Umuntu wacu twemera
Binga oyo mazu numunyamahanga yongura?
Fabrise kuraje nanje ndumurundi ndimurwanda kuraje
Nitwa Vincent ndumutekeniciy mubya kicen
Nitwa Vincent ndumutekeniciy mubya kicen 33:09 have
Komera
Nimwubake ama appartent zabantu batobato bashoboye kuriha ayo ma villa nayabishoboye caane
jew mbona uyumujama yokwitoza kuba president akaduhindurira uburundi mukanya gato
Ni ibicapo gusa ariko ntanzu zuzuye tubina duheruka zimwe za mbere gusa
2040😂😂😂😂😂
Kutwenga?erega si kera muri 2040? Unu tuwinjiye 2025 ntubona ko muri 15 ans tuzobaduhashitse mugabo
Mwese murabaza ibibazo ariko harikintu gikomeye mutarabaza,muzomubaze ati mbega hamwe abarundi batovyitabira ngo bwshiremwo amafaranga,iyonyubakwa ntizubakwa?mumubaze Kandi niba afise plan B yaho amafaranga azova mugihe abarundi tutoyakwiza!!kuki mutabaza ikikibazo??
Abarundi abahe batazoyatanga?kora ugifise umwanya .usanga usa nuwurihano ngo cndd igitwara ntakintu nakimwe azokora muburundi.
@ElcaneNyabenda-fz3lr Ngira watahuye gato!!!dufatiye kuri 500milliards fbu yafatiyeko nkingereranyo,nta 10milliards fbu ziraboneka,kuki wumva kicokibazo kidakenewe?mbese utiyumviriye ico woba wiyumvira hagufi!!!nkumukunzi wigihugu canje nkeneye guhabwa garantie yuko iyo Projet itegerezwa kuja mungiro!!!Hama nogusaba kutabonamwo abantu abansi kuko nabonye uko washatse kubitahura,aha wosanga ntana action 1 ufiseyo naje ndenza 5 muma muma Devises,rero ndaguhanuye kuba mugira ubwenge mukwiyumvira!!
Yarakuvuze caneeee Kandi yama yagisubiyemwo yamara
@@alanthereal1365 Yavuze ko bizogenda gute Mugihe tutoyakwiza?
ndavye commentaire nibazako zakoze abakozi biwe gute umuntu ashobora kugira commentaire positif gusa numwana wimana baramutuka reka kuzifuta be mureka dusome vyose uko bimeze
❤ 56:39
❤ 56:39
❤ 56:39
❤ 56:39
❤ 56:39
❤ 56:39