Mbega interview iryoshye!!! B face azi ubwenge rwose njye ndi umunyarwanda ariko nkunze Uburyo B face avugisha ukuri uburundi mufite impano pe!! Bantu bwoy for life
I prefer to download all the programs that B-FACE has been a guest just to watch them when I'm at home like telenovelas cause he speaks wisely but also honestly
Kwiyita amazina kubaririmvyi na kera vyarabaho -Canjo Hamissi ( Husseini Hamissi) - Africa Nova ( Antoine Marie Rugerinyange) -Niki Dev ( Nikiza David) -Bangi ( Bangiricenge Cédric) .... Nice and very nice song by the way. 👍🏾👌
Shaaa b face nuwokwanka urukwavu yovugisha ukuri ko ruzi kwiruka b face ndakunda kumwumviriza ibiganiro vyiwe vraiment uri hit muri buja fleva 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥 Hama je ndasaba muze muduhe ingoma ya hip hop irimwo abantu babizi apana kwama uriko urakorana nabo bataraduga
B face big up turagukurikirana cyaane wakoze vraiment gufasha abagenzi bawe kugarukana akaranga kuburundi mwindirimbo ..kuko nukuri indirimbo zubu nta message zirimwi numundiho gusa....Hosy en tout cas tunafurai saana na TV yawe turabakunda cyaane..🥰🥰🥰
Hosy nuyomwigeme murikumw muribez saan vrt;ham B face naw félicitation vrt kukaz kez ukor ndakund can interview zaw niyindirimb irimw ivyiyumvir bizim big up saan vrt
Je salue profondement le grand star burundais B face,ns reclamons le changement dans l'industrie music bcp de musiciens chantent ce qui ne savent pas,qu'ils refrechissent avant de sortir leurs musiques
i like them please boniface and merveille big up sana barundi bacu muraririmba neza gwose gusa umuziki ndundi uraryoshe kandi cane ariko sinzicabaye uko wakirwa na benewo ntibitahuritse -pe ariko focus
Hosy B.face n'umwanditsi mwiza Rap s'ukuririmba ariko nukwandika, iyo avuze ko muri rap aruwamber jew ndavyumva kenshi uyo mu tipe ari créatif, big up #Siren_Vibes_Tv nkunda uko Hosy utera blague mubiganiro, natwe abo muri kumbagara utwibuke Hosy Camera yawe yotubera🤣 75 185 825 Wtsp
Peace up buja music kbsa b face before i didn t like your music but rigth now i know you aim I start to got you by your taget big up bro I like too much your song ndabe very nice song bro 🤞
Dangote kama dangote nakubali sana huo hawezi tunga nyimbo kwaajili yamtu mmoja anawaweka chini wote wahusika kubali SNA bro kazi yako tumeipokea kwakishindo
Be face mrc bcp pour son message vrt i love you so much bro lap yaw irarenze impanur ukunda guh Abantu Bose Mur rusangi.i'm sorry kub iragurwa imodoka arko ic'uvuze kuzoyigura Nivyo "inkono ihir igihe ntihira inzara"courage vrt, Respect
Hosy B face arazi kwiyumvira profondement kndi ukuri kuzuye, B face ngize nti big up sana
B face tu es un artiste intelligence ❤️..un artiste talenteux
Mbega interview iryoshye!!! B face azi ubwenge rwose njye ndi umunyarwanda ariko nkunze Uburyo B face avugisha ukuri uburundi mufite impano pe!! Bantu bwoy for life
Yagaaaa🇧🇮🔥
Big up b-face iyi song niya bien sana LOVE from YANJE TV ; Hosy keep doing ibikorwa vya bien👍
B.face nomugereranya coe super manager from Rwanda bari intelligence
Bavuga"intelligent"apana intelkigence
Reka bararenze na Super manager💕💕💕
B.face mutama urashoboye
@@christianniyokwizera6148 ngo ngwiki? 🤣
Ego vrmt
Félicitations B face wavuga nukur ubutumwa bwashitse kubumva
Abakunzi ba B face mumpe like ngaha tumenyane🥰🥰🥰umusi mwiza mwese🤗
❤❤
B face vrt song ni nomaaaaa wallh bgr meilli vrt ufis ijwi ryizaaa sn 😍😘hosy bandany uduh bishashaaaa
Saluti b face🇧🇮💯👏🏿 big up Burundi 🇧🇮 from UK 🇬🇧 👊🏿🇧🇮🇨🇩🇹🇿👊🏿
I prefer to download all the programs that B-FACE has been a guest just to watch them when I'm at home like telenovelas cause he speaks wisely but also honestly
B face nibakureke abubwenge bakwigireko ✌️ much respect
je suis fier de savoir qu'on a des chanteurs intelligents et talentueux comme B face
Kwiyita amazina kubaririmvyi na kera vyarabaho
-Canjo Hamissi ( Husseini Hamissi)
- Africa Nova ( Antoine Marie Rugerinyange)
-Niki Dev ( Nikiza David)
-Bangi ( Bangiricenge Cédric)
....
Nice and very nice song by the way. 👍🏾👌
this guy is very smart.Hosy, video and sound are perfect!!
So meili you have Beautiful Voice big up👍👍👍❤❤
Shaaa b face nuwokwanka urukwavu yovugisha ukuri ko ruzi kwiruka b face ndakunda kumwumviriza ibiganiro vyiwe vraiment uri hit muri buja fleva 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Hama je ndasaba muze muduhe ingoma ya hip hop irimwo abantu babizi apana kwama uriko urakorana nabo bataraduga
Vraiment @Bface iy’indirimbo ndahikunze big up sana 🇧🇮👌🏿
Jewe ndumu fan muga nakunze uyo meili
B face big up turagukurikirana cyaane wakoze vraiment gufasha abagenzi bawe kugarukana akaranga kuburundi mwindirimbo ..kuko nukuri indirimbo zubu nta message zirimwi numundiho gusa....Hosy en tout cas tunafurai saana na TV yawe turabakunda cyaane..🥰🥰🥰
hosy ndagukunda urabikora neza😀😀😁😁😁😀😀😀ngo B face arasekukuvugira azobivuga reka avyigeko
b face ndakwemera saaaaaana asha abamwera nkanj mumpe ama like avuga ukuri
Kbs nico nda ngukundira B face umvungukuri kbs big up uyu mu sister afite ijwi rya bien
Mbooooo iki kiganiro ndarizeeee oft😂😂😂hm hosy jwe igitumaaa nguma ndaba ibiganiro vyaee iyo ntwengo vrm yawe goshhhhhh🥵byeeee reo mrciiii kwamaaa uturyoherezaaa imisi😌❤️
Hosy nuyomwigeme murikumw muribez saan vrt;ham B face naw félicitation vrt kukaz kez ukor ndakund can interview zaw niyindirimb irimw ivyiyumvir bizim big up saan vrt
Ingoma ziwacu is my Favorite. Courage Boniface💙
MEILI VRAIMMENT URASHOBOY UFISE IJWIRYIZA NDAKWIKUNDIYE💞💞HAMA SONG. IRAMARA KBX✊💣💣
Waooo wa 8 ndazindutse icakoze B-Face uru🔥🔥🔥nibakumve ntiwabatutse warahanuye kweli uwubibana nkanj like iryandirimbo nubu Nariko ndayumviriza peee
Je salue profondement le grand star burundais B face,ns reclamons le changement dans l'industrie music bcp de musiciens chantent ce qui ne savent pas,qu'ils refrechissent avant de sortir leurs musiques
Ngo najye baramvuze B.F uranyicya kbx🤣but iramara pee irya song 🔥🔥
BFace ndamwemera kbx kuko avugisha ukuri kand ntiyiyemera
I like Siren Vibes TV. Boniface iyo ndirimbo iri bon kabisa. Big up
Tu es très fort p'tit yangu,courage 💪🏾
Meili; you are so beautiful like your voice!
Style nice too!
So, courage sis.
For B Face no comments....
Hozy courage!
Burundi more Blessings!
Za murapunguz mugira ikiganiro kigufi kigufi mugira part 2 kugira umuntu ntarambirwe kk 1h nini cane ariko ugez 30min ham iyindi 30min niho saw
Bn idée mec
Ndakunda❤️🇧🇮 b face vrt wubahwe❤️ vrt ❤️
Ikiganiro ciza cane. Uyu mu star wacu turamukunda vyinshi avugisha ukuri. 😂😂😂 banyotewe uzoze urabagurira aka Jus banwa bigira aka Image keza narirya usigaye ufise aho ukorera. Naho yoba amazi ukayashira mubirahure vyiza bitanga Agasura keza . Le reste courage mukobwa mwiza ukora ibiganiro vyiza bitarimwo ubujajwa! Hanyuma ikiganiro kiryoshe nkiki ubonye kirengeje 30min. Uzoce ugicamwo kubiri bituma nawe bigira ico bikunguyeko aha kuri RUclips. Waravye part 1 uca uja kuraba part2. Turabakunda.
Harya kuri isimbi ntabwo muhora mubiraba mukabiheza? Anwy hariho abakunda birebire kandi ikiganiro kiryoshe ntikirambira
@@sirenvibestv emwe niyaba amasaha abiri ibiganiro vyawe ndabiheza gusa c'est pour toi RUclips ukwo ikora plus ibiganiro biba vyinshi kandi bakabiraba bakabiheza....akarusho urakazi. Isimbi nayo uciye uja kure kuko sabin ni journaliste kuva 2006, isimbi nayo yatanguye 2014, les s'abonner biwe. Barenga 300mille murunva ko utoca ugira comparaison gutyo. Mais ndaguteye intege nawe iriya ntambwe uzonayirengana
@@sirenvibestv Hosy buhanurwa ivyo bintu vyogupinga ikintu ukicumva izo ni insolite muzindi jew nkah cambona kudahanurwa
Hama 1heure kabisa irarambira sana uyiciyemwo kabiri nineza Hama Hosy ubikora neza🔥🇧🇮
We love y’all. From USA 🇺🇸
B Face est intelligent, ukuri kurababaza barya batakivuza insolite nuko bakozweko mais nawene yarivuze ....Big up sana B Face
i like them please boniface and merveille big up sana barundi bacu muraririmba neza gwose gusa umuziki ndundi uraryoshe kandi cane ariko sinzicabaye uko wakirwa na benewo ntibitahuritse -pe ariko focus
Nice work Hosy uwomukobwa nuwo gushigikira arazi kuririmba
Ibintu bimeze neza cane, good interview full of wisdom and intelligence 👍🏻
Hosy reka ndaguhe aka idea ujye ushak umuririmbyi ufite indirimbo nshya itarasohoka ubund uyi premiering kuri siren vibe mbere yuko ijy kum platform byab ari bon😍
Meili aramuhinduts bface knd yaramufatiy refrain🤣🤣🤣
Meiliä ateye neeza cyaane kbs abarundakazi nibeeza gooose.
I will come to visit burundi one day 🇫🇮❤️💪🇧🇮
Hosy B.face n'umwanditsi mwiza Rap s'ukuririmba ariko nukwandika, iyo avuze ko muri rap aruwamber jew ndavyumva kenshi uyo mu tipe ari créatif, big up #Siren_Vibes_Tv nkunda uko Hosy utera blague mubiganiro, natwe abo muri kumbagara utwibuke Hosy Camera yawe yotubera🤣 75 185 825 Wtsp
B Face ufise ivyiyunviro birashe cane vrt uri umushingante akwiye. Big up bro
Meili ufise ijwi ryiza caane komerezaho
Kbs imag zimez flesh hm B face big up san bro hm uy mu sister arazikurimb vrmnt nakomerezaho
Peace up buja music kbsa b face before i didn t like your music but rigth now i know you aim
I start to got you by your taget big up bro
I like too much your song ndabe very nice song bro 🤞
Entoucas vrmt nimefurahi sana bonifase😅 hamwe na merveille mwakoze ikiganiro ciza mwavuze ibintu vyubaka kandi vyiza murushije abandi bakobwa n'abahungu bazanana ngaho kwa Hosy
B-face 👊👊👊nakubali kaka ivyowaririmvye nivyo nabubeshi washizemwo
Dangote kama dangote nakubali sana huo hawezi tunga nyimbo kwaajili yamtu mmoja anawaweka chini wote wahusika kubali SNA bro kazi yako tumeipokea kwakishindo
Kbx
Hhh ikiganir kiraryosh
,harimw ambiance ! Keep it up Hosy
So nice brod B face
Hosy Our Sister za uragerageza guhereza uwundi mutumirwa ijambo kuko acaba insole nkuko umenga yoba yibagiwe
U are so intelligent in speaking
Iki kiganiro wa decogne kugishira kur RUclips cose wari kugira ama partie 2
Whaoouh iki nico nkundira #SirenVibesTv kuko imeze nkumuvyeyi amenya ico umwana wiwe ashaka!
Uzi ukuntu nariniankiye #Interview ya #Meili😍😍😍 keep it up
Wow.please uzosubire kumurumira meile aturirimbire vrem arabizi knd cane
Ndagukunda B-FC uzi icukora nicakuzanye muri gems
Be face mrc bcp pour son message vrt i love you so much bro lap yaw irarenze impanur ukunda guh Abantu Bose Mur rusangi.i'm sorry kub iragurwa imodoka arko ic'uvuze kuzoyigura Nivyo "inkono ihir igihe ntihira inzara"courage vrt, Respect
Hama mubwire B-face ahindure style yimigani agaruk abandanirize kuri irya style ya #Ndabe
B face ndakwemera cane kk ushak ko umuziki wuburundi ko utera imbere
Uwo mu type, uri très intergent. Courage sha.
Vraiment ikiganiro niciza canee ivyiyumviro vy ubaka💥💥💯
Ndashaka kumenya aho B face akura imigani ngo ngusurana ishavu ukinya mwibarabara😂😂😂😂😂 mais je vs aime kabisa!!!! Hosy ❤❤❤
stunning Hozy🌸
B reka nkubwire plz uyo mwigeme urasubira umuremere yaririmvye neza cyane.
Musaxa ndakwemer sana urafise indero muvyo ukora vyose
Mbe B Face wew wabaye Pasteur? Uwuririmba Gosper n uwuririmba Sekila Bose ni Sawa Bose bazoja mwijuru Man
kandinda shaka nimiyiwe 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏 mufashe
Zurahanura kweri intumva zamaho uduhanurire nabo ba Dj batavuza indirimbo zuburundi mengo hahindutse Tanzania
hosy il faut corriger kuko ugira ibiganiro birebire canee
Jew nukur ndabakunda ❤️❤️❤️ mwes 💞💞🙏🙏🙏🇸🇦🇧🇮
B face ndagukunda 💓💓💓💓!!!
B-face yubahwe🤗
Am big fan for this TV
Nah carikinin kimberey nk 10 munit!ham big up kwl
ikiganiro ca b face carico cose ntegerezwa kukimara kuk ndamufana sannnnnna b face bro we na kubari sannnnnnnnna bro
very nice song bro ukuri nuko
Kabisa washa uvugishije ukuri kabisa
b fac jenukur iyondirimb ni fresh naje irankozeko ndak kand ndashaka kumenya ahant ugurira iyomipira nongerangiranti gumakwivor urashoboye
Nivyo abarundi dukunda I ndirimbo nziza
Maman siren vibes ❤❤❤❤
B_Face urashoboy bro I love you so much
Ndagiye ndagaruka gusoma ama commentaire🤣
b face courage vmt wakoze aho beshi bababara
B face nakubari sana bibwirwa benshi bikumva benevyo arabumva bumvise
Arakaze can umurapere wacu number one buja
ndabakunda cyane rwose mugira ibiganiro byiza kandi biryoshye
Meme ncingukumbura disi love u
Hosy respect for you
B face bisaba nubwo ndi ruguru twicare kabisa ndagushimire cane. rimwwe worimara? ndarikwemereye
Hosy niho nkimara ikiganiro gishitsa isaha but nkubwije ukuri B Face yatumyu nsubira kugaruka kwumv Rapp yuda vrmnt Insolite iriko ira vibla kbx
Wagwan b face,Hosy en tout cas tunafurahi xan
B-Face go ahead bro ndakwemeraa
Nakunze ikiganiro canyu 🤣🤣🤣❤️🇧🇮🇸🇦
B-face ndamwemey pee!!
Slang beaf❌beef✔️
Iyi interview ni ndende.
Muri ababono😂 Hosy za uraha amazi abatumire pls
Kazi nzuli b face naukubali mwaka mia
Hosy kbsa turaguteye intege urashoboye ariko rero wavyibushe kbsa😂😂😂
Irambire waw kwishirahejur nubund sivyiz Kbx ikikinganir niciza can kand so muraberew
Kugasozi ni ya JUSTIN BARANSANANIKIYE