MyJourney na B Face:bampaye isumu mpakwa gupfa/umuryango wose waramvuyeko kubera imiziki/intahe yiwe

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 5 сен 2024
  • #sirenvibestv #myjourney

Комментарии • 91

  • @ntirenganyasimiyoni753
    @ntirenganyasimiyoni753 Год назад +1

    Ndashimira Imana kubwa Daddy Apostle Niyibizi Ferdinand Bright
    Wahawe Ubuntu bwokumenya neza ikigombs kibe kumu ririmvyi wacu B face hamwe abandi ba mukengera still kuri spirit garden church ntibakenger abantu kuko twahaw Ijambo ryubushobozi bw'Imana buhesha umuntu wese gukira 🙏🙏🙏

  • @AbdulSalim-wu8wo
    @AbdulSalim-wu8wo Год назад +2

    Burundi number one from Kayanza Matongo commune B face

  • @bizindavyidavid3596
    @bizindavyidavid3596 Год назад +4

    Imana ishimwe B Face. Ubu wew uri icône w'Uburundi. Imana ikudutungire. Ikurinde.

  • @josuekhalifa8745
    @josuekhalifa8745 Год назад +2

    #B face On flo Be Blessed brooooo 🔥🔥🔥🔥🔥knd Imanaaaaaa ishimweeeeeee ko mwakizeeeee vrt🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @garythebeast3056
    @garythebeast3056 Год назад +8

    Hama bakaguma bakubaza ngo kuberiki utarongora kumbe warongowe nisumu imyaka ine yose pole sana 🤭ahubwo IMANA igufiseho umugambi nibakubahe

  • @mugishfernand7200
    @mugishfernand7200 Год назад +1

    B face nibisigaye Imana izobigukiza mpore cane vyukuri bro MUNGU MBELE SISI NYUMA

  • @itekachristadivine8993
    @itekachristadivine8993 Год назад +2

    Abantu batanga ishano cnk isumu nukuriiii Imana ibabarire 😢😢😢😢😢mpore B-Face Imana yarahabaye,Hosy merci beaucoup kumutumire❤❤❤❤

  • @anicetniyonkuru5373
    @anicetniyonkuru5373 Год назад +2

    Iki kiganiro ndakiravye cose ndakimaze amosozi ari mugukoroka.sha B pol sana isi n'uko tuyibayeko yuzuye ibibazo gusa.iyi ntahe yaribabaje ariko yarimwo inyigisho nyishiii caaane.mw'ijambo rimw gusa

  • @lysaltessa1153
    @lysaltessa1153 Год назад +2

    Glory be to God kuri etat de santé ubu uriko kandi bizoguma bimera neza cane gusumba 🥰🥰....je suis très contente pour toi big love B face ❤❤

  • @janetyuyu2492
    @janetyuyu2492 Год назад +1

    Pole sana,lmana yaragukijije bfc

  • @vanessa-vavandikumwenayo2757
    @vanessa-vavandikumwenayo2757 Год назад +4

    Buri muntu wese afise ubuzima bw,ibanga🤐 abantu batazi yaciyemwo🤐 kugira agere aho ageze🤐
    Ugacubona abantu baza bashaka gusambura amazina batubatse batazi beneyo aho bayubakiye nivyo baciyemwo kugira bagere Aho bageze ningene vyabavunye mukuyubaka ark ntaco mw,ijuru hari IMANA iduhozako amao
    Aho rero abantu bitubere icirwa nokuza turatahura ko kurya natwe twumva umubiri utameze neza nokuba star bibabako
    Hama B face komera💪💪💪 mu komeze gupambana muzogera Kure🗣️🗣️
    Iciza nuko utibagiye umunyota ngo nuko wabonye inyama komera Musaza🤞🤞🤞

  • @radiologueabelard135
    @radiologueabelard135 Год назад +1

    Sois fort B-Face ibidashobokera abantu Ku Mana birashoboka

  • @Shafouincheb
    @Shafouincheb Год назад +2

    Ap Ferdinand Bright ... SGC...... Where the super naturel is naturel...... ijambo n ubuzima ....

  • @doradensabimana2288
    @doradensabimana2288 Год назад +2

    Imana yarahabay shn Biii....💪Iri kumw naw gushik kw'iherezoo ubandany uter imberee

  • @fernandminan1126
    @fernandminan1126 Год назад +1

    Hosy wakoz kinzanir umu star wanjy ndamukunda Iman yarakoz kumukiz nibind izobikor ndabiz🤌🤌

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 Год назад +4

    B Face nibaza ko muba Star bafise urupfasoni vrm aza mubambere pe ikind vrm Afise amajambo aryoshe sana

    • @ChachaChany
      @ChachaChany Год назад +1

      Urupfasoni ararufise vrt ereg yavutse mu muryango w'abachristo

  • @anickkanyamuneza9601
    @anickkanyamuneza9601 Год назад +2

    COURAGE B-FEC IMANA IKOMEZE IKURINDEE IMINSI YOSE❤❤❤❤

  • @clarissendikumwenayo1255
    @clarissendikumwenayo1255 Год назад +1

    Mana wee!!Imana ishimw yakurokoye

  • @rafarukundo4036
    @rafarukundo4036 Год назад +1

    Oooh,pole sana BF,iyo nda ndayizi narayiraye....

  • @francoisengendakuriyo7010
    @francoisengendakuriyo7010 Год назад +4

    Tu es très courageux et tu es sérieux mur wewe nyen.Dieu te fera grâce

  • @mutamagerrardofficial
    @mutamagerrardofficial Год назад +2

    umusi wasubiye kumutumako uze umbwire nanje mfise ibintu nshaka kuvuga kuriwe kandi numva uyo musi nogira nico ndamuha nka gift ivuye kwa Mutama gerrard HOSY ndakwingize uze ubikore

  • @curugwegipfizi3031
    @curugwegipfizi3031 Год назад +1

    Pole Sana nduguyangu

  • @FideliteNininahazwe-cg1iz
    @FideliteNininahazwe-cg1iz Год назад +2

    Pol Sana B warahuye nikibazo kwel !Gus ❤️❤️!

  • @micomeshack7024
    @micomeshack7024 Год назад +3

    Birababaje cane ik kiganiro nisanze ndakimaze,b face urintwari lmana igufashe

  • @christuyisabe2005
    @christuyisabe2005 Год назад +2

    Ishano unwa imiti myinshi ariko ntumenya uwagukuijije to,k1 gsa uyifta yose,najew vrt naragez kur

  • @christuyisabe2005
    @christuyisabe2005 Год назад +2

    Nguravyiyumvisha kwibishe,arko b fc

  • @EpiSinBu
    @EpiSinBu Год назад +3

    Ikiganiro nanje ndacumviriye maze iminsi nahagaritse akazi kubera ishano nubwo B face yavuze isumu

  • @Mr_KORI
    @Mr_KORI Год назад +2

    #Hosy Niyo témoignage yo muri #spirit_garden vyobaye vyiza mugiyeyo mukayidusangiza plus🙏🙏🙏

  • @owanaishimwe
    @owanaishimwe Год назад +4

    Hejuru caane💯

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 2 месяца назад

    Wahangane harya Imana yaragukurikirana

  • @calmellamugisha8823
    @calmellamugisha8823 Год назад +2

    Imana ishimw kubw B face

  • @christuyisabe2005
    @christuyisabe2005 Год назад +2

    Mubabarire b fc plz,ndakwinginz 2,kuko bibaho ds la vie,najew vyambayeho

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 Год назад +1

    B face you remind me a lot much love ❤ 🇺🇸 🇺🇸 🇧🇮🇧🇮 everything you stated was like my previous life

  • @macjoy4897
    @macjoy4897 Год назад +3

    Ico nkundira B-face he states the facts. Ntabesha kuko n’amazina arashirako 😂 bisubireko abo bantu baca intege abandi.

  • @user-zt9lp8tq3y
    @user-zt9lp8tq3y Год назад +2

    BFace afis ijwi ryiza,courage mon frère!

  • @donatienhavyarimana8581
    @donatienhavyarimana8581 Год назад +1

    b face wubahwe ubw buzima bubona bensh kand burya umuntu wese afise srago zubuzima acamwo bro nakubari sana kabisa

  • @christinechristine-5619
    @christinechristine-5619 Год назад +1

    Hosy kamwe gs ❤ kuko ukoze aho nashaka kwunva kuri B face

  • @samybizzy2559
    @samybizzy2559 Год назад +1

    Uzozan Alvin nawe b face turamwemer vrt

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp Год назад +3

    Pol sana B FACE🔥🔥🔥🔥🔥🔥🎤🥰🥰🥰🥰💞💞💞❤🇧🇮❤🎼🎼🎧🎧🎤🎤💯✅👊👊👍

  • @hortenseiradukunda6226
    @hortenseiradukunda6226 Год назад +1

    B-Face❤️❤️❤️

  • @mukeratabaroaimable9367
    @mukeratabaroaimable9367 Год назад +1

    Salut hosy, j nitwa Galaxy, je suis marié,ndakunda B face cane ndasha uzoduze un jour

  • @ChristopherDoto-db6kr
    @ChristopherDoto-db6kr Год назад

    Kabisa iyi interviews ndayiryoherewe

  • @boboyann
    @boboyann Год назад +2

    Pagio ni mtiaji de nature

  • @iranzifanny9008
    @iranzifanny9008 Год назад +1

    Birababaje numv norira ark iman ninziza kub yarakurokoye❤

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl 5 месяцев назад

    Pol Bi ndumva kugira ugere ahugeze ubu warahuye nibibazo vyinshi ark Kristo ashimwe kowakize Sumu.sanzwe nkunda nibiganiro vyawe na Hosy ndabikundira tu.hama Yesu agira neza Ntaho adakura umuntu knd ntaho atamushikana So hejuru cane niho ndakwifurije Bi

  • @justemugisha1413
    @justemugisha1413 Год назад +1

    Thiiiiz maan👏👏👏👋👋 courage bro

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 Год назад +2

    Terimbere sh B Face ndakwemera saaan vrm

  • @Agachrin
    @Agachrin Год назад +1

    Impressive

  • @thierrynihorimbere-rm7ir
    @thierrynihorimbere-rm7ir Год назад +2

    Pol sana b face.uwomuntu nawe urapfa kumubabarira azogwa imbere

  • @chanykeys6832
    @chanykeys6832 Год назад +2

    Wooow😥 🙌❤️

  • @aminabintisaid9113
    @aminabintisaid9113 Год назад +2

    Mbaye uwamber mump link zanj hos ndabakund Ata buryary❤🧡 tugez kur b face ucansar kuber we urukund mukund rurareenz🙈

  • @fleurydusabe1228
    @fleurydusabe1228 Год назад +1

    Ndibuka KO indirimbo yi Shure kuri Etg nyakabiga urimwo mubayandits ntihenz

  • @RwaniraUbwizigirwa
    @RwaniraUbwizigirwa Год назад +1

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ivya ruguru ni danger, nkunze cane historique yawe

  • @lepresi6673
    @lepresi6673 Год назад +3

    🎉Nagiz ubwoba gato, narinzi ngo Hosy amugiriy suprise ya wa muntu yamuroze 😂😂😂

  • @ndihokubwayoherman2473
    @ndihokubwayoherman2473 10 месяцев назад

    Pole bro

  • @djeazy257
    @djeazy257 Год назад +1

    Bagenzi mugire ico mwiza Kuriyo ntahe B face imana iguhe kuramba wavuy kure

  • @annymugisha3673
    @annymugisha3673 Год назад +1

    👏👏

  • @richardburundi3090
    @richardburundi3090 Год назад +2

    Eeeh wrakuvunyekweri ariko nuryamunyamwema waramuvunyekweri uzomufashe kukivyibuka kabs kuko umuzikiwiwe sindawubona

  • @owanaishimwe
    @owanaishimwe Год назад +2

    14:32 iyo ni move ariko 😂 ati sinzogutwara muri chine 😂

  • @donbrunodushime1069
    @donbrunodushime1069 Год назад +2

    #Boniface💚🤍❤️📍

  • @T-Fellow
    @T-Fellow Год назад

    Be-Face,
    Turagukunda man

  • @Chreambard1684
    @Chreambard1684 Год назад +4

    Iyo camera ifise abamaba😂😂😂 cnk mwakoresheje Drone

  • @doucenoellaishimwe1951
    @doucenoellaishimwe1951 Год назад +2

    Ako ka good jus kadandarizwa hh?

  • @raoulherve
    @raoulherve Год назад +1

    Shn Editor buza urarab ikignir avant ykuca approding muta

  • @Chreambard1684
    @Chreambard1684 Год назад +2

  • @tuyizereclaude8546
    @tuyizereclaude8546 Год назад +1

    Courage brother

  • @bellardnijimbere1423
    @bellardnijimbere1423 Год назад +4

    Hosy b face uze umundamukirize

  • @user-pk1kr4rb4z
    @user-pk1kr4rb4z 11 месяцев назад

    ❤❤❤

  • @lepresi6673
    @lepresi6673 Год назад +1

    👋🏾 Gasa na Noir 😏

  • @user-xh8du4nw2s
    @user-xh8du4nw2s 7 месяцев назад

    Por san barihend imana irikumw naw

  • @user-nd2kb8pu9k
    @user-nd2kb8pu9k 5 месяцев назад

    Nokwita mvuyekure kl

  • @nininahazwedonavine3349
    @nininahazwedonavine3349 Год назад +2

    Manawe none nkaha narihe vrt 😮😮ibaze kuba Boniface yaje kwa Hosy hamwe na Kelly nkacererwa kuza kwiyuzurira umunezero nibitwenge 😂😂😂❤❤❤❤❤

    • @fafanifa4509
      @fafanifa4509 Год назад

      Ibaze nukuri ukuntu nanj nacerewe

  • @bizimungumbappe8208
    @bizimungumbappe8208 Год назад

    B face show waduhay Gtg,warumerew nab nkuko !!unyigishij vyinsh .

  • @manirihojutsn8448
    @manirihojutsn8448 Год назад +1

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl 5 месяцев назад

    Bi zurumviriza kanguka nayo kugira ukire Estoma cnk Ayo mara knd vyavuye kuriyo miti myishi wafashe

  • @karangwa2315
    @karangwa2315 Год назад

    iburundi mufite uburwayi bukomeye cane rwose donc umuntu avuye muri province ni 1/2 a human being biteye complex etc mbona ari defaut mufite pe

  • @user-xj8in3cp2u
    @user-xj8in3cp2u 6 месяцев назад

    😅😅

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 Год назад +1

    😂😂😂😂

  • @kenthlaurenininahazwe2482
    @kenthlaurenininahazwe2482 Год назад

    𝕋𝕙𝕒𝕟𝕜𝕤 𝔾𝕠𝕕𝕕 𝕜𝕠 𝕦𝕜𝕠𝕞𝕖𝕪𝕖𝕖 𝕟𝕠𝕨𝕨

  • @melissaakimana8986
    @melissaakimana8986 Год назад +1

    @bface257 🥺🥺Know that everything intended for you will always be yours and that you will have 4 years times 10 to live being very very happy 🥰🥰 Courage the best is yet to come and good luck 🍀🤗

  • @lubindamukamwa1205
    @lubindamukamwa1205 5 месяцев назад

  • @benithaitangiteka2106
    @benithaitangiteka2106 Год назад +1

    💓💓💓💓

  • @elysefuraha4588
    @elysefuraha4588 Год назад +1

    ❤❤❤