Hosy ndakwinginze mumfashe nime ya b face uzobukoze cane hama courage ma cherie waruberewe mwe na brother❤ imana ibampere umugisha nukuri basha mwarantwayumutima❤❤ ndabakunda caaane vrt
B face my brother wampayiki vrt hosy mumbarize i love him so much ❤❤😊ariko aha naho mwanyishe vrt so jewe narasomye nturi kubikogwa vyanyu and then muri kumushaha so reka nsubire ndayumvirize hama ndyame bn8 mudyohegwe
Nanje ndumu mama ariko nakuze acting yawe Hosy, hama umu fana yakugwaniriye agakubita agakofe please ndasavye umushake umukoreshe interview 😂ntagwanko nibaza ko l'autre yomugirira ni entertainment 😅. Love you both❤
muga rero B naho atari romantique na ka Hosy n'agasilikare😀ariko abagore batari romantic ngo ni aba grave sha Hosy. ndasavy nanj ntimunkubite ikofe naj ndumu fan🤣
Vyabintu bibabikomeye😂😂😂😂😂ndabona muhora mugira nutundi tuntu inyuma ya Camera karabaye noneho B-Face arabivuze ngo Hosy uri cheri wiwe.Ni Hit vrt ahubwo iyo titre mwandikako B-Face ft Hosy
Umviriza Hit ya B face na Hosy Ku mushaka😂😍👇🏽👇🏽
ruclips.net/video/UGH9HpWNyNs/видео.htmlsi=yJCogpfD1b0Vbe2_
Nayibuze 😂kumushakaa 😂😅mwihuse mukwandika
Hosy, wanditse ngo kumushaka😂😂
Hit yanyu irakazee kuel
😂😂😂Ewe Hosy wanje nukri ndagkunda peee
Ni kumushaha😂😂 hosy vyamucanze
Ibi Chch vyanje sha nubw B Face atabizi ameny ko ndamufana saaaaana ndabakunda Hosy urabizi naw sh ko ndabapfa❤❤❤❤
je vous aimes vrmt bcp😍❤😍 j'espère que vous continuerez à nous donné bcp d'autres chansons qui sont très👌en tout cas ndabipfurij 1 millions +
Mwigumure mu bujama gusa, ivyurukundo ni mubijemwo kuko vyoshika mu gashwana mwoca mwankana kandi mwarabagenzi beza .kubwanje nda kunda ubugenzi bwanyu❤❤❤
Ego umvuzukur nanje Shaka bigumanire arabajama
Ukuri kwa hehe!!!!
Ntimubeshane kundana
Naje nari kumukubita kabisa iyo ngeso yoku jugea umuntu kuri décision yifatiye siyo.nibabe bavuga ivyob
@@Fatuf4951❤
Nukur vrt hosy uri mwiza cne imana izogushikane kur na B face courage vrt❤❤❤
Uyu muhungu ntari romantic nagato😂😂😂😂 mu kyanza iwacu ntavyinshiii😂😂😂 love uuu Hosy&Bface❤❤❤❤🎉🎉
Sha B face ntari romantique vrt wapi umu chrie wiwe ngira ntahor amubwira twa tujambo abandi bavuga turyohey amatwi😁😁😁😁😁😁😁😁
Ndabakund cn. Mutama B face wubahwe kbx aho nkubonye hose ntegerezwa kugukurikirana ❤
😂😂😂Rozi aranyishe ngo yatwabitse impunzu zitabutse nanje ndanye iki kiganiro canja kuyiraba niziza cane❤❤❤😂😂😂 mwese mbakunda kubi
Le clip est frais, indirimbo iraryoshe ! Vous avez dead çaaaaa 👌🏾🔥❤️
King wa dance hall 🇧🇮❤️ b face ndumu fan wiwee hosy wewee mwemera f 🌹
Hosy iyi vidéo warayikoze neza kabisa ,aba single mama ,turi abambere ❤
Hahahaha
Vyiza cane hosy na b face mwabikoz bien kbx❤❤❤❤❤
Oooh nindirimbo nakunze kwa Kidumu sha RK nsimbire kwa B face na Hosy numve ivyomwadukoreye sha❤ngo babahay impuzu zitabutse😂😂😂😂😂😂
Wawooo!!!! Mbakunda kaniniya indirimb sinsib kuyireba mwarakoze caane 💗💗💗💗💗💗
Hosy ndakwinginze mumfashe nime ya b face uzobukoze cane hama courage ma cherie waruberewe mwe na brother❤ imana ibampere umugisha nukuri basha mwarantwayumutima❤❤ ndabakunda caaane vrt
Irya ndirimbo sha iratesa sha Hossy mwari muberewe caaane❤❤❤❤
Ubundi je profane sindayifana ariko B_Face wacu ndamukunda nkisanga naziravye Hosy nawe ❤
Nukuri jew ndabakunda cane imana ibaje imbere ❤❤❤
Nice song Hosy congratulation urashoboye vrmt muzongere Kandi
Hosy numwana mwiza vrt kwemera akaba Queen vidéo 😮😮❤
Basha neza ndatwenze nampaka behind the scene kumbe iratesa saaana. Thanks sana kuri song iratesa
Minasoma comment wallah 😂😂😂😂 mahna nimecheka mpaka basi😂😂😂
👌waaaangwaaaanaaaa my people🥊🚨🥇💖
Mwaradukoreye umuti hosy nagukunze kurwiza 2 ,,🙏🙏😍😍
Hosy la charmante disii, bface ntarii romantique reo😅
Waoo nukuri ukuntu muberanye je mbona mwobikorerako🎉
B face my brother wampayiki vrt hosy mumbarize i love him so much ❤❤😊ariko aha naho mwanyishe vrt so jewe narasomye nturi kubikogwa vyanyu and then muri kumushaha so reka nsubire ndayumvirize hama ndyame bn8 mudyohegwe
Hosy ndamukund umukobwa wacu kumutakura kur 10 terimbere ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ nanj nokuvugira❤❤❤❤❤
Aba kumutakura amaboko hejuru ndagukunda maze uwukwaka ndamwanka b- face hejuru❤❤❤❤
Mrs wacuuu turagushimiy caneeeee disi ukuntu wagamburukiye Mr Mutama wacuuu B-face ukaja mur clip ye verema❤❤❤ Muterimbere nkumuzinga turabakunda❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
New banger❤❤❤ u look so sweet together
Courage Hosy❤
all my congratulations to you, you wish a happy life
Ego sha hosy keep going mamy ✊ you're my lol model 😊❤❤
Bavuga role model.
@@stansiyomana1239 thanks 🌝
@@hamidahamida4116 It was my pleasure.
Sha wabikoze neza vyoba vyiza tugeze kuri 1million of views. Karya gasong mwagakoze neza
Nukuri nuwanka urukwavu araziko ruzi kwiruka 'mwakoze vidéo nzinza ❤❤❤❤❤❤
Hosy irakoze and b face I love you so much Basi 😅murantwengeje ndanarira Basi
🎉🎉🎉Yake #Hosy weuweeee❤❤❤❤
Iryandirimbo iraryoshe kuraba hosy Rero yarayitokeshej uraberey ubu Queen video urikibajou
Muraberanye vrt ahubwo couple yanyu muyigire hit kuko mu🇧🇮 nta couple iri hit mur music yacu please
Uwubanka sinzi icakunda Imana ibarinde maze❤❤❤❤❤
B face uramarameje umukobwa arakwiha ariko Kuba ROMANTIC wapi😂😂
Ariko hosy vrmt atii"woe urajeba urajeba😂😂😂😂😂❤❤❤❤
Wooooa mbega ivyiza hejuru cyane barabure ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪
Mwubahwe maze.ndabakunda
👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏amashi menshi cane kubantu bacu Hosy na B Face
Iyo ndirimbo yariryoshe kwel ❤🇸🇦🇧🇮🔥
B face tu es la fierte de notre pays turagukunda kand turakwubaha
Hosy amour yanje kur ww iriyongerey kubw b face 🔥
Hit song irakoze mazina boniface wakoze neza kurata ubwiza bwigihugu
Congratulations Hosy ❤❤❤❤❤💃💃💃💃💃🕺🕺🕺🕺🕺🕺💞💞💞💞💞💞💞💞
Nanje ndumu mama ariko nakuze acting yawe Hosy, hama umu fana yakugwaniriye agakubita agakofe please ndasavye umushake umukoreshe interview 😂ntagwanko nibaza ko l'autre yomugirira ni entertainment 😅. Love you both❤
Toutes mes félicitations a vous
Olalalaaaah Hosy ja mu ma clip vidéo sh kk uzob urik uratezimbere umuzik 😅😅,Hama B-face urakunzw vrt car ukwitond,ubukerebuts, ninyifato
Hosy uyo munyakayanza wiwacu muberanye gute yoba vyokunda ahubwo mwobana gusumugabo wawe nawe😂😂yokwereka😂
Mwanka amanyama murakundana kabisa !! Harimwo urukundo pe kandi nivyiza cane .
Hosy urakunzwe sha, kandi uri mwiza cane. ❤️
Appreciate for hosy.Support our music
ngo kumengo ntushuhiye ntari romantic kweli yoo😅😅😅😅😅
😂😂😂😂
B face ndagukund mug hagiyemwo hosy hoho bica biba👌😘😘NDABAKUNDA
Murashoboye courage Di hosy ndakwikundira❤️❤️
Sha B Face ari posé vrm eka mbere n'a Hosy ari responsable ndabikundira bose
Basha muranyishe behind the scene ziraryoha😂
🤣🤣b face yapfuye gusamara gato cameraman aba araronse akanya nawe k'ukuvug akajambo😋ariko urimwiz wamu chch wacu hosy🥰🥰🥰🥰
Iraryoshe cane kuko wariwikwije ntusa nabamwe baririmba barigusa ng niho ivuma .ahiyo ntivumye kwr atambaye ubusa vyiza sh hosy mwabikoze neza
❤ibaze Ukuntu mwoba muberanye mubishire mungiro
Ndashaka kumemya umuntu yambika B fece !yambara neza caaaaaaane
I ndirimbo iraryosheee!
muga rero B naho atari romantique na ka Hosy n'agasilikare😀ariko abagore batari romantic ngo ni aba grave sha Hosy. ndasavy nanj ntimunkubite ikofe naj ndumu fan🤣
Warusa neza vrm entouk n vidéo y’umwaka vrm🎉❤❤❤❤
❤️❤️❤️❤️
❤️❤️❤️❤️
Courage Hosy kur clip kumushaha nc👌👏
Urikeza murirya video p❤❤❤
Hosy uratookaa sana muri vidéo ❤❤😍😍😍
Hosy ico kibanza ciza co muhira iwanyu caragize motivation Bro. Keep up.
Ndavuga muhira kwa B-FACE
Iry ndirimbo sha narayikunz kbr hosy😍 was bien waruberew😘
Vyza cn kubna Hosy aras umukunz yar yabnj kuraba nez umusor mwz cn arik rr Hosy kuvuz wmey kumukund kubra camera yaw yarimb iyiba nziz ntiwar kumukund🤔🤔utey amanyang uw mutam wac ntagar yubahw🙏🙏
ndatwenz nutuntu tw nyum😂😂 ndabakunda trop❤😘
Mushimir Imana irabakunda caaan kuja ahant 2 fois umudug ukanka nurukundo Imana ibakunda izobandany kubana namw muvyomukor surtout mwibuk Imana mur vyos
Rka rka hosy nimwiza cane ahubwo kuri video ntushobora kubibona neza urazi muhuye amaso kumaso
Aba choux🥰🥰🥰akalilimbo kararyoshe😘😘😘
Chrie wanje🫂❤️😍
Good job and nice couple
Waooooh ❤❤❤❤
Ndabakunda kubi bantu banje🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💓
Hosy kumb ni mwiza uko kwose🥰😍
Hosy tura amashii ariko muraberanye ntimukorumuti p🎉❤
Nashak Bface uzomubwir antumire nanj nzekuraba shooting clip nanj nukurii
God bless you
Nabonye rwegura❤❤u burundi bwacu ni bwiza cane❤
Atranspira kbra agukunda sna.
Hosy vrmnt elle est amoureuse de B Face sna.naho bitoba arivyo B face amenye k Hosy amulova sna.
Ndabakunda caaane mwese.
B face turazinanye.
Hosy non.
Ariko ndabakunda tu.
Nice couple 👌muraberanye kweri
wawuuuu big up sana
Hosy niwe yavyisabiye. Uribuka uko yakubajije igihe ushira Mona Walda muri love song? Yakubajije ati:" kuberiki utashizemwo jewe?" . Nawe uti urakozr kuri promesse.
Ego chaaa ham aha ntimwokundana bikagirinzira❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮
Hosy he suis ta fana arik reo sinz ibint waj uriy unomusi izo pronunciation ngo berry much ngo strrago😄
Vyabintu bibabikomeye😂😂😂😂😂ndabona muhora mugira nutundi tuntu inyuma ya Camera karabaye noneho B-Face arabivuze ngo Hosy uri cheri wiwe.Ni Hit vrt ahubwo iyo titre mwandikako B-Face ft Hosy
Iry ndirimb ifis ishusho nziz caan nukur ndabakund muraberewe❤
Abantu badaha valeur aba Artiste nabaririmvyi bacu rero tuvuze duhaguruke tubiyamirize baguma batumira abandi baririmvyi bohanze abo ngaha ntibabahamagare mwenabo bantu bafise iyo ngendo nukubiyamiriza cane.
❤😂
😀🤣🤣🤣🤣🤣 kumbe vyar bimez nkuko 😀😀😀😀😀 ndishwe nagatwengo. B face afise urutima rugumye
Hosy bzu❤❤❤❤,B-Face bzu❤❤❤❤❤muhezagirwe
Wow that was beautiful ❤❤❤