Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Uwabonye😂😂😂😂ko Peshy akunda umuceri ariwo aguma afungura wonyene ampe like😂😂😂😂❤
Joyeux anniversaire peshy,urinkumi iciye ubwenge ,Rosy ufise umukobwa mwiza hama abana moins de 12ans bicara inyuma❤🎉
Happy birthday kibondo na maman mwiza cane très courageuse Hosy. Agahinda umwana w'umukobwa atari kumwe na se ntiyokabura ariko abana nk'abo bakura badashaka kubabaza aba maman babo iyo babaha à la fois urukundo double Papa+Maman. Nizere ko papa wiwe n'aho batabana babonana akamuha urukundo akamuvugisha. Ni vyaba atari ko bimeze umwana ntibizobura kumugirako ingaruka ariko bizovana n'ingene na we yitahuye agatahura n'ingene ubuzima bw'abavyeyi butoroshe ni yakura. Ino i Burayi hariho ico bita "garde alterné" abavyeyi bose n'aho batabana baronka umwana igihe runaka bakaronka umwanya wo kubana na we bamuhererekanya. Ntivyoroshe ariko birafasha kurera abana mu rukundo rw'abavyeyi bose. Abavyeyi bagakomeza ubuzima bwabo kandi ntihagire uwikorera umutwaro w'abana wenyene.. Iyindi mpanuro n'uko umwana mutoca mumushiramwo umutima wo gukunda cane ibintu matériels (ama cadeaux) ngo bibe ari vyo biba ibimenyetso vy'urukundo yohava akurana umutima wo kwipfuza ibintu kandi bitari ngombwa. Ndumva ko wewe wamwigishije ko abanza kuvuga ngo "ni waronka amahera" ...ni vyiza cane. Ariko wonamubwira ko ushobora kuba uyafise ariko bitari ngombwa ko ico kintu akironka iyo ata kamaro kaboneka gifise kugira amenye ko amahera uyategekaniriza ibindi bintu biba na vyo bimufitiye akamaro muri kazoza ❤❤❤❤🎉🎉
Love you from 🇷🇼 Abajo twins showwwwww 💪
😅😅😅neza ❤
Umu jooo
Ninde yumvise ngo " ndaba invité ejo muri marriage kwel" ewe mwana mwiza😅😅😅😅😅😅. Joyeux anniversaire ma belle
Courage sha Hosy uri intwari cane
Happy birthday beautiful girl ❤❤❤
Hosy na Peshy muratesa,Umwana Na Maman muraturyohereza umusi kwel ndanezegwa iyo ndiko ndabaraba,hama Peshy isabukuru nziza kure cane niho nkwifurije kugera
Isabukuru nziza kibondo Turagukunda kure cane niho nkwipfurije kugera Imana ibandanye ikuja imbere muri vyose❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
HBD kumwana merci aussi Hosy kuri Temoignage❤❤❤❤
Hbd Peshy🥳 uratesaa vya gravee😍, ukuntu avuga muri vidéo rero 10/10👌😂.Ur'umugisha Hosy❤❤
Nukur ndamukunda Cane naho atacofinse ndamuha Nkakunda namama w❤❤❤Ukuntu utera,inguvu abandi ba mam🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💘💘💘💘💘💘💘🎂
Turabakunda cyane from Rwanda 🇷🇼 and happy happy birthday 🎈🎂 Hama mukande kwifoto yanjye munteze imbere❤
Hahahahahaha pechi joyeux anniversaire kabajouuu trop, tuzozaaa muri anif 😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉
Joyeux anniversaire mukobwa mwiza❤
Annif ya Peshy yariii iryosheee vrt🤩🥰 Nnjee ninakura ndipfuza kuba nkawe mbay umu maman☺️ndakunda ukuntu uha urukundo ukitahooo abanaaa baweee biratesaaa❤😊 Uhezagirwee caneeee avec ta famille 🙌
Joyeux anniversaire ma fille PechyAri KO mwikoranye Kaïs ntiyaje wallah.
Gateau wayikoreshejehe hosy
Pech mwiza hbd to you ozi warahezagiwe vrt
Les amies ba Peshy🤣😂ibintu birashushe🤣happy belated birthday ka Jewel❤🎉
Happy birthday to you mukobwa mwiza🎂🎂🎂
Isabukuru nziza ki bondo❤❤❤
Love youuu peshy et heureux anniversaire ma petite 🥳🎂🎂🎂que dieu continue à te bénir ma chérieeeee bien aimée
Noe urya yariko Arya i carotte kumeng numwana ???urya yambay ibirato akab akuzr???
Happy b🍾🥂🎂
Warakoze CNE kumuha affection ubundi umwana atabana n'a se kdi amufis ntibiba biryoshe cane ariko Imana ishimw KO muriw akunzwe ukwashaka Imana igukurize🙏
Ama invitations yo muri mariage ❤❤❤😂😂😂😂
Bury nama nibaza k hosy afise babiri
Grand félicitations à sa maman
Happy birthday Pouchoune🎉🎉🎉❤❤❤❤
Eg kl aratekereza cane
Happy birthday to her🎉💖
Hppy brn day pesh wetu🥰🎂😊
Isabukuru nzinz kibondo merc Hsy
Joyeux anniversaire à elle 🎉🎉
Penshy turamukunda cn shn harinkajew ❤❤
Turamukunda happy birthday to her
Wampay nimero yawe chouchou
Osy uzakoreshe ikiganiro muba sister bawe plz
Happy birthday to you baby 🎂
None cadeau ya Pechy imushikira gute?
Happy birthday to her enjoy your day
HBD❤❤❤
Happy birthday peach may god bless you gift nzoyimuha ejo🎊🥳🥳
Son yagumye icika sha
Woooa 🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Happy birthday 🎂
Happiest birthday to our peshy
Anny wayzi
Isabukuru nziza kandi
Ndagushaka
Joyeux annif Pechy
Sweet baby girl ❤🤍
Son yanyitsee piiiiii😢😢😢
Hey Hosy nukuri abana yavutse muri may turakunzqw cane vrt kandi tugira ingabirano nyishi .
Hello nanj mon fils Dorian yavuts mur mai abant baramukund cane
Coe ma fille nawe yavutse muri Mai Sha Eka nukuri nabanyamugisha pe,hppy birthday to her💋❤️❤️
Hbd pechuu bebe
🥰🥰🥰🥰😍
Hbd peshy
I love you baddddddd hosy🫂🩵 Think am the best nopfaaaa ❤
Hbd pechie God bless you 🍾🥂🎂🔪🍽
🎂🎂🎂🎂🎂🎂🎉🎉🎉🎉🎉
Joyeux aniversaire mwana mwiza❤❤❤
HBD❤❤❤❤❤
Uwabonye😂😂😂😂ko Peshy akunda umuceri ariwo aguma afungura wonyene ampe like😂😂😂😂❤
Joyeux anniversaire peshy,urinkumi iciye ubwenge ,Rosy ufise umukobwa mwiza hama abana moins de 12ans bicara inyuma❤🎉
Happy birthday kibondo na maman mwiza cane très courageuse Hosy. Agahinda umwana w'umukobwa atari kumwe na se ntiyokabura ariko abana nk'abo bakura badashaka kubabaza aba maman babo iyo babaha à la fois urukundo double Papa+Maman. Nizere ko papa wiwe n'aho batabana babonana akamuha urukundo akamuvugisha. Ni vyaba atari ko bimeze umwana ntibizobura kumugirako ingaruka ariko bizovana n'ingene na we yitahuye agatahura n'ingene ubuzima bw'abavyeyi butoroshe ni yakura. Ino i Burayi hariho ico bita "garde alterné" abavyeyi bose n'aho batabana baronka umwana igihe runaka bakaronka umwanya wo kubana na we bamuhererekanya. Ntivyoroshe ariko birafasha kurera abana mu rukundo rw'abavyeyi bose. Abavyeyi bagakomeza ubuzima bwabo kandi ntihagire uwikorera umutwaro w'abana wenyene.. Iyindi mpanuro n'uko umwana mutoca mumushiramwo umutima wo gukunda cane ibintu matériels (ama cadeaux) ngo bibe ari vyo biba ibimenyetso vy'urukundo yohava akurana umutima wo kwipfuza ibintu kandi bitari ngombwa. Ndumva ko wewe wamwigishije ko abanza kuvuga ngo "ni waronka amahera" ...ni vyiza cane. Ariko wonamubwira ko ushobora kuba uyafise ariko bitari ngombwa ko ico kintu akironka iyo ata kamaro kaboneka gifise kugira amenye ko amahera uyategekaniriza ibindi bintu biba na vyo bimufitiye akamaro muri kazoza ❤❤❤❤🎉🎉
Love you from 🇷🇼
Abajo twins showwwwww 💪
😅😅😅neza ❤
Umu jooo
Ninde yumvise ngo " ndaba invité ejo muri marriage kwel" ewe mwana mwiza😅😅😅😅😅😅. Joyeux anniversaire ma belle
Courage sha Hosy uri intwari cane
Happy birthday beautiful girl ❤❤❤
Hosy na Peshy muratesa,Umwana Na Maman muraturyohereza umusi kwel ndanezegwa iyo ndiko ndabaraba,hama Peshy isabukuru nziza kure cane niho nkwifurije kugera
Isabukuru nziza kibondo Turagukunda kure cane niho nkwipfurije kugera Imana ibandanye ikuja imbere muri vyose❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
HBD kumwana merci aussi Hosy kuri Temoignage❤❤❤❤
Hbd Peshy🥳 uratesaa vya gravee😍, ukuntu avuga muri vidéo rero 10/10👌😂.
Ur'umugisha Hosy❤❤
Nukur ndamukunda
Cane naho atacofinse ndamuha
Nkakunda namama w
❤❤❤
Ukuntu utera,inguvu abandi ba mam🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💘💘💘💘💘💘💘🎂
Turabakunda cyane from Rwanda 🇷🇼 and happy happy birthday 🎈🎂 Hama mukande kwifoto yanjye munteze imbere❤
Hahahahahaha pechi joyeux anniversaire kabajouuu trop, tuzozaaa muri anif 😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉
Joyeux anniversaire mukobwa mwiza❤
Annif ya Peshy yariii iryosheee vrt🤩🥰 Nnjee ninakura ndipfuza kuba nkawe mbay umu maman☺️ndakunda ukuntu uha urukundo ukitahooo abanaaa baweee biratesaaa❤😊 Uhezagirwee caneeee avec ta famille 🙌
Joyeux anniversaire ma fille Pechy
Ari KO mwikoranye Kaïs ntiyaje wallah.