- Видео 28
- Просмотров 369 685
Hosy IRAKOZE
Германия
Добавлен 9 мар 2020
Welcome to my very own RUclips channel where you can discover more about my every day’s content and journey
Navyawe n’URUKUNDO RW’UMURUNDI N’UMUNYARWANDAKAZI❤️ INTAMBARA MUZIGUMIZE IWANYU NDABIYAMYE
#hosyirakoze #burundi #rwanda
Просмотров: 26 307
Видео
nabateye ama SURPRISE bose😂/Ni AMA SUJET TABOU GUSA batanze?😳?We Niyihe sujet Wari gutanga?
Просмотров 4,3 тыс.4 месяца назад
#tubivugeko #influencers #africa
VLOG:House of Influencers In KIGOMA Tanzania 🇹🇿/Enjoyment na good energy gusa🥰/Visit ya Musée Kigoma
Просмотров 13 тыс.4 месяца назад
#travel #houseofinfluencers #africa #Yaga
TWAVUMBUYE « IBENGA N’AMASHUHA» I BURURI benshi Batazi/BURUNDI 🇧🇮BUHIRE DISCOVERY😍
Просмотров 26 тыс.5 месяцев назад
#tourism #burunditourism #visitburundi
Vlog:TWAGIYE KURABA IBIKOKO MURI PARK DE LA RUVUBU (mu Cankuzo)😍🇧🇮/Karera Water Falls are beautiful😍
Просмотров 23 тыс.6 месяцев назад
#hosyirakoze #vlog #burunditourism #animals
Twavumbuye “Ikigwa” mu Kiyaga RWERU benshi batazi mu Burundi😍/Mu Kirundo ni Heza cane Twararyohewe🤩
Просмотров 47 тыс.6 месяцев назад
#vlog #burunditourism #hosyirakoze
VLOG:Come and Visit Burundi with us🇧🇮/The most beautiful Country in the world n’Uburundi bwacu😍
Просмотров 16 тыс.7 месяцев назад
#burundi #vlog
STORY TIME Y’ALL🔥: L’histoire de ma vie😍/Ndashima Imana ko nakuze si non mba nirirwa ndatukana😂
Просмотров 8 тыс.7 месяцев назад
#storytime #storyofmylife #hosyirakoze
Vlog:MY BIRTHDAY WEEK RECAP||The best and the worst birthday week ever|my DAD being in the Hospital
Просмотров 18 тыс.8 месяцев назад
#birthday #birthdaycelebration #birthdaycake #burundi
VLOG+STORY TIME: Peshy’s 7th birthday preparations and celebrations 🎉🤩
Просмотров 19 тыс.8 месяцев назад
#hosyirakoze #peshy
WHY BURUNDIAN CONTENT CREATORS SHOULD USE YOUTUBE||HOW YOUTUBE PAYS $€ IN BURUNDI
Просмотров 19 тыс.8 месяцев назад
#youtube #youtuber #hosyirakoze #burundi
FULL MAKE UP TUTORIAL WITH AFFORDABLE PRODUCTS IN BURUNDI 🇧🇮 ||Girls let’s learn together 💄😍
Просмотров 7 тыс.8 месяцев назад
#hosyirakoze #burundi #makeup
A BEAUTIFUL DAY IS WHEN I SPEND IT WITH MY CHILDREN 😍❤️🔥||A Day in my life
Просмотров 13 тыс.9 месяцев назад
#burundi
VLOG:Match Day of BURUNDIAN STARS AND ABA COMMISSIONNAIRES😂/VICTIMXXX Snapchat😒/New Song launch😍
Просмотров 19 тыс.9 месяцев назад
#hosyirakoze #vlog #burundi
MAKE UP+CONVERSATION WITH MY DAUGHTER❤️😍/Abantu twize muri KAKI turafashwe nabi😂MUST WATCH🔥
Просмотров 24 тыс.9 месяцев назад
MAKE UP CONVERSATION WITH MY DAUGHTER❤️😍/Abantu twize muri KAKI turafashwe nabi😂MUST WATCH🔥
Vlog:This how I spent Aïd al-fitr day with my friends ku MUTAKURA iwacu 😍turarya shahuuu😂
Просмотров 30 тыс.9 месяцев назад
Vlog:This how I spent Aïd al-fitr day with my friends ku MUTAKURA iwacu 😍turarya shahuuu😂
STORY TIME+ MAKE UP💄 HOW INTROVERT I AM🙈 BIRAKABIJE NDABABWIYE😒
Просмотров 12 тыс.10 месяцев назад
STORY TIME MAKE UP💄 HOW INTROVERT I AM🙈 BIRAKABIJE NDABABWIYE😒
VLOG:How was my Week|Gala’s night with the Girls (Burundian female influencers)|Behinds the scene😂
Просмотров 11 тыс.10 месяцев назад
VLOG:How was my Week|Gala’s night with the Girls (Burundian female influencers)|Behinds the scene😂
My Very first VLOG on my YouTube Channel/how I interact with my Babies before going out🥹😍
Просмотров 15 тыс.11 месяцев назад
My Very first VLOG on my RUclips Channel/how I interact with my Babies before going out🥹😍
Welcome to YouTube channel Les besties😍 please bless me with your subscribe and share🥹🙏🏽
Просмотров 75511 месяцев назад
Welcome to RUclips channel Les besties😍 please bless me with your subscribe and share🥹🙏🏽
Welcome to my 2nd YouTube Channel🤭Subscribe to not miss my contents😍
Просмотров 1,6 тыс.11 месяцев назад
Welcome to my 2nd RUclips Channel🤭Subscribe to not miss my contents😍
VLOG: I spent a night with @mvpvania ,Rasko Zenobino in @bfaceofficial ‘s Concert🤩 mu Kamenge
Просмотров 5 тыс.11 месяцев назад
VLOG: I spent a night with @mvpvania ,Rasko Zenobino in @bfaceofficial ‘s Concert🤩 mu Kamenge
None uvanze wenyene? Hariho n'abanyarwanda baba ngaha mu burundi kandi baratekanye. Mbona wari kwitwarira uwo muntu au lieu yo kurinda kubizana hano kuri social média. Kuba umu spy siwewe bovyikeka, abavuka kubavyeyi babarundi n'abanyarwanda ni beshiiiiii cane kuko twahoze turi igihugu kimwe.
Turagukunda kandi cane gusa nawe wirinde ntuzewigere uhengama nagato hama courage nakazi kawe
Nukur wataye umwanya wo kuza kuvuga ivyo bintu ntivyar bikenewe vrt 🚶🏽♀️ nirenganira
Komera mushiki wanjye nanjye ndi umunyakarama bambe w'iRwanda . Abantu bagwize ubumuntu kurusha politique pe Abarundi n'abanyarwanda turi abavandimwe rwose ntitukishimire ibidutandukanya
Sha jew unezera utisize ivyo bintu nkubu ndahwihwisha namenye izina😂😂😂
Ngira wa muri wa mugambwe
🎉❤ komera turikumwe umurundikazi ndi mubu Holland
Mu BURUNDI Aho batanguye kuvuga ibintu nk'ivyo Aho vyamaze kukurangirana Mukobwa. Abarundi turi babaya sana
Abategetsi bacu barazi ubwenge humura barabibona kandi ndizera ko abantu nkabo bobafatira ibihano kuko ni abicanyi ariko humura bakora ivyo batazi kandi mw 'ijuru hari Imana
Courage hosy,rabana nakazi kawe uronderere abana bawe
Noguhanura gukora akazi kawe uje kuri caméra uvuga uko wavutse aho uriko ubaha inguvu zokuvuga nibindi
Hosy burya muri kino gihugu cacu ciza niwewe gusa uvanze?
Abantu baragoye nanjye nanjye bamporango nd umututsikazi kubera mama . Grande sr bagomye kumwica munkambi y nduta iTanzanie ng ni umututsikazi . Abandi nabo ng turi abanyarwanda kuko twavukiyeyo gusa ikiryoshe nuko twese tuvuka ,tugapfa tukaba tuva amaraso atukura twese
Komera mukobwa wanje abakuvuga uko utari ntacobitwaye ico nzi ni uko abo bakuvuga ukwo batakurusha gukunda igihugu.Bime amatwi
Ituriz abafans baw turab big energy ntidutez kukureka
Nibakureke wipambanire .kandi abantu bica abandi baba barananiwe
Ahubwo nturumurundi uvuga gt KO atandongozi zigihugu Uzi kand urumwene wigihugu
Komera ku kivi sha Hosy abagutesha umutwe nabo bashaka ko usubira inyuma , abo bikunda bime ururimi wikomereze, abakuvogereye nabo bakorereko niho bogira ico bubaha.nakare kudahana imbwa birwiza imisega.
Komez uterimbere ubahumugongo bazebarakuraba muntege wabenuriye inzigo izobica kubwurukundo lmana igukunda nabantu bawe bukuri❤❤❤❤
Bikomeza kuba bibi
Bikomeza kuba bibi
Wewe bakurabe neza kuko sinovuga ko arukuronderamahera gusa bakurabire hafi
🇷🇼🇷🇼🇷🇼👋👋👋🇷🇼🇷🇼👋👋
nibarekan numusanz
Mpore ntaco bitwaye
Urikigorye twese turabafise ariko ntitugenda turabiririmba wakijujuwe ahubwo ugwo rutwe barukureho urunva ivyo bigufasha iki 😊
Nukuri ivyowisize ntibikubereye nagatoya
Hozy ntuzongere guhora wisobanura kuri ibi bigoryi byabaswe n'ubugome. IBI BIGORYI BYA BARUNFI BIMWE NA BIMWE.BIMEZEE NKACYIRIYA KIGORYI NGO PRESIDENT WABO. WAGIRA NGO BAFITE IBIKOMA MU MUTWE NKAWE. HOZZY IZI NGEGERA UZIHORERE NTUKOMEZE KWISOBANURA. UBA FIÈRE YO KUBA UWO URI WE. IBI NUKUKUGIRIRA ISHYARI.
Abarundi niterambere nibintu bibiri bitandukanye ikizira coco nukuryohererwa iterambere ryabandi
Mpise nkora subscribe for that reason. Nibwo bwa mbere nakubonye. Keep it up do your job.
BIRORERE Niko babaye abantu
Yeweee… turagukunda ariko: Urazi ko Abarundi bada caring at all, kukwica kandi ntibanabitnya kubera ni beshi bazira ikintu kitagira umutwr namaguru… when it comes kukwica, I don’t think you are so special kuri abicanyi…. Hari nabandi beshi bishe … so just be careful
Okay leave our country alone rero
Ikorere akazi kawe ubime amatwe. Vyababuriye
Ayo namashari Ntakindi kibadedembesha
Isi igeze habi pe ,abarundi abanyarwanda, aba zairwa,abatanzania,abanyafrika bose baravyarana, shetani aradusaza mpaka
Bakureke mukobwa mwiza,Abo nabafite ishyari ryiterambere ryawe ntakindi.
Sha wewe bayi nutanga kugenda aheza ! Ico kirengo nukiva imbere iyusenga izoba ikigushizeho ibiganza
Ni agashyari baba bagufitiye ark ntacyo bazagutwara. Woe jya uba woe wivugire ukuri ubareke . Batasema batacoka
Ntubandanye kwisigura kuko abo bamenja ntibanakwumviriza
Niwabona udatekanye urava mur’abo bicanyi wigire aho haruguru
Iyo ni karande;kora akazi wangu ureke ivyo bipfu bikuvugako ibitarivyo
Stop please!
Ati ndi umunyakarama!!!!
Amanyakaramakazi twubahwe gose
Abo bamenja nibakureke sha
Abavyeyi.bawe.beganon..uvyeyiwwe.sowwe.numunyarwnda.cnke.nturundi.nibaso.arumundi.nawe.urundi.niba.sowe.arunyarwanda.nawwe.urunyarwanda
Kari kurondera views mubidafite akamaro nosense
Bravo 👍 you are in correct way . Take your time Bravo
Bafite bibazo mu mitwe . Iyo ni PROJECTION bari kuhirutsa ku wowe.
Ivyo vyokwirerana abana navyo nyene ni defo nimba base bariho Batakiriho naho wihangane