Chaque personne partage son expérience, et merci ! Les gens qui sentent l’isolement ou la dépression, ils doivent chercher de l’aide SVP. L’intégration était importante au Canada pour mieux s’habituer au système canadien et il y a l’écosystème qui est là pour vous aider. Et bcp vivent bien aussi.
Exactement ntushobora gu compara canada nuburundi ntanaho bihuriye Canada harateye imbere kandi si bose babayeho ubuzima bugoye nkuko no muburundi har ababayeho nabi bataronka nico bafungura niko no hanze bimera ndi sur har abarundi benshi Canada bateye imbere cane bubats amazu babayeho neza so so bose babayeho nabi kandi nabo twita ko babayeho nabi ndi sur basumbij ubuzima abarundi benshi cane baba muburundi🤷🏽♀️
Mba muri Canada depuis 2009 avec 4 enfants muga personnellement iyaba nashobora kuronka akazi kampemba neza mu Burundi nkashobora kurihira abana amashure reconnues internationalement kugira ntibahindure système nova ngaha niruka😅😅😅
The way you guys make kubahanze sound like we live in hell🥴 I’ve never been to Burundi but I hope I don’t get disappointed when I come. Everybody have their own experiences. I live in the USA, I see so many successful, educated Burundians doing great things. You don’t have to rely on umukozi all the time, there are services that can do that if you can afford it. Ex: you want get your house cleaned, and laundry their are services that can do. There are ton’s restaurants, delivery services in case you don’t wanna cook. This whole narrative that we work ourselves to death needs to stop. Speak for yourself.
Thank you!! I’m in the USA as well and I don’t really understand ibintu bavuga kuko I work 9-5 Monday to Friday and very comfortable uko mbayeho! It’s crazy how aba diaspora bakora bakariha their bills and the bills za famille Bari Burundi Mais bakavuga ngo nibo babayeho nabi like 🤔 they confuse me big time
@@Thebfchou exactly. I think if people want to go on a big platform like this, it’s safe to just focus on their own experiences. And the hosts to just ride along is beyond me😭 talking about I wouldn’t live hanze cz I need umukozi, girllll you wanna tell me every Burundian have umukozi in their homes? I’m pretty sure they are under paid and overworked and/or abused in some cases🥴 every country have it’s own challenges, even here. But as humans, we’re capable of adapting to every situations thrown at us.
@@jennyirakoze5406 Lol uracyari umwana niyo mpamvu... I used to have your mindset in my late 10s - early 20s. However, I agree with you to some extent abenshi baza ntibige bahora muma club etc then life will hit them hard...
@@jennyirakoze5406we said if you live in the US and feeling confortable it’s good and if we live in Burundi and feel confortable it’s good. We live in Burundi and we shared our own experiences and Kai Kai use to live in Canada and he shared his own experience😊 by the way we are waiting for your comment once you come in Burundi😊
Merci beaucoup kuri émission! Naho atari sujet principal du jour, kuvyerekeye abataha i Burundi ndasavye muzotumire uwatashe yari yagiye mu mahanga akiri muto nuwagiye hanze ari umu adulte( yarakora nk’i Burundi) numva vyoba biri intéressant kumva ico biyumvira kuvyo gutaha i Burundi.
Abantu bo hanze, la seule différence no mu burundi , abantu baho ntibakengera akazi , bari fier kandi bazi la valeur yico bakora. Mu burundi twiga ngo tuzoronke ubuzima bwiza hanze c'est différent. Umuntu atize n'uwize en général nka hano muri Canada. Les salaires ntizirutana cane ( c'est en général entre 20-30$/h). Hano uwuhembwa 20$ ashobora kugura inzu, voiture de luxe kuko vyose ni crédit nta vya hatari birimwo. Gutwara imodoka nziza ya 30M $ ou inzu ya 500M$ banque irabiguha pourvu que uba capable yo kubiriha. C'est question d'organisation et de discipline partout.
Gretha ati ni ryari umenya ko hageze gutaha? For me, wumvise muri wewe ufise le "courage" yo gutaha, aho uca umenya ko hageze. Benshi baravyipfuza gutaha mais bakaba découragé na situation financière zabo canke jugements z'abantu notamment famille wahora ufasha etc, rero ivyo umaze kubirengera kuburyo bitakikubera ikibazo, muri wewe uragira courage yo gufata ingingo utahe
Niryambere ngize comment kuri RUclips 😱😩 so much to say kuri iyi subject ariko Ndibaza ko twese tugira experience itameze co kimwe! kuba hanze it doesn’t mean you will be rich, happy etc ariko ndiko ndivugira bivana nakazi ukora. Navuye mu Burundi nfise 16 kandi nakuriye ruguru so ever since I was young nakora ibikogwa vyo munzu nkaja kwishure so kuba hanze wasn’t hard. Ndakunda ko nfise financial freedom to do what I want to do kandi I am lucky kugira job mba social life and every day I want to grow/evolve🙌🏾
Hama nokwongerako ko abari mu mahanga bose batagiye kurondera amahera!!! Des fois amahera naho tuyakenera siyo moteur y'ubuzima kuri twese. La sécurité, une bonne qualité de vie, l'éducation, le respect des droits humains, l'accès au travail, etc ni bimwe mu bintu amahanga aturusha cane! Novuga ko umuntu ari mu mahanga arafise une ubuzima buri stable dans tout les domaines kurusha uwuri i Burundi.
Ikintu ciza muri Canada ndetse mu bihugu biteye imbere ndetse bisumvya uburundi ni mentalités na les opportunités zitari zimwe, ndetse na organisation économique. Hamwe mu Burundi bogira système yo guhemba abakozi par heure nko hanze agafyinyi kogabanuka. Hanze uhemberwa amasaha wakoze biri no mubituma abantu bamenyera kubaho ubuzima bugoye.
Kino kiganiro ni 🔥 Kuki none mwi focaliza sur akazi kenshi kari mubihugu vyo hanze, kuki mutavuga ko hariho abo vyagendeye neza bakaba aba millionaire buzuye hanze kandi babayeho neza gusumba la majorite bari mu burundi???? Ntimuce intege abashaka kuja i buraya canke abashaka kwigumira mu burundi Chacun a sa facon de vivre, hariho abakene co kimwe hariho abatunzi yaba mu burundi canke hanze, mu buzima nta garantie ibaho!!!
Nishuy ikibazo cawe Hosy, nikubera à Bujumbura Connection ntiba imez neza, mais aussi buja tuba turi en peu busy, dusubira kuraba les émissions tugarutse, mais on vous aimes bcp ❤
Les filles mureke kuguma mushaka kugereranya Canada na Burundi. Peut être ni uko ufise ubuzima bwiza ngaho i Burundi. Mais uwoguha ubuzima bwa Canada wosanga ubumenyerere kandi ukabukunda kuko n'amafranga si amwe.
Ubuzima bwiza muri africa surtout izi pays zacu nta garanti,kuko ejo bishobora guhinduka,future yabana ntiba iri garanti,instabilité muri sécurité économie na politique byose bituma benshi bifuza kugenda murayo mahanga kuko hoho stabilité iba ihari to the fullest
Mu Burundi ikintu cotuma dutera imbere nuko bokworohereza abazana imitahe yabo bo hanze kandi bakemera ubufasha/inama bagirwa n'abantu babaye mu bihugu biteye imbere, ikindi nuko no munyigisho dans les écoles bokwibanda kubizogirira akamaro urwaruka hakarwizwa les écoles techniques ou des métiers professionnels.
Umunsi igihugu cacu ciza c'Uburundi ndetse no mu bihugu bitari bike vya Afrika hobamwo la sécurité, santé, politique économique nziza , etc...nta bantu bosubira kuja kwirukira mu mu bihugu vyabazungu. Je donne l'exemple y'ibihugu bifise umutekano en Afrique centrale ( Tanzanie, Uganda) aba diaspora bavyo nibake muri Europe et aux USA/Canada kubera yuko ari ibihugu bitagaragaramwo ihindagurika cane.
Once a couple has a kid in western world , you better stop thinking of going back home coz the kid wants to go to school and looked after. Again , when u get your first contrat at work u cannot afford to leave it as u want. There are many reasons whoch force ppl to stay in. Western countries unwillingly. Again ,when u have a morgage , u have to pay for 25 years ...there are so many reasons which can force someone to feel home outside " home "
Chaque personne partage son expérience, et merci !
Les gens qui sentent l’isolement ou la dépression, ils doivent chercher de l’aide SVP.
L’intégration était importante au Canada pour mieux s’habituer au système canadien et il y a l’écosystème qui est là pour vous aider.
Et bcp vivent bien aussi.
Merciiii Marie ❤❤❤❤
L’aide est partout quand t’as déjà compris le système ✊🏽
@@CLfamily1Je vous en prie . oui c’est ça.
Oui mais il faut aussi voir le côté positif ya Canada hariho ama opportunité menshi 😊cane and nigihugu kiri stable financièrement
Exactement ntushobora gu compara canada nuburundi ntanaho bihuriye Canada harateye imbere kandi si bose babayeho ubuzima bugoye nkuko no muburundi har ababayeho nabi bataronka nico bafungura niko no hanze bimera ndi sur har abarundi benshi Canada bateye imbere cane bubats amazu babayeho neza so so bose babayeho nabi kandi nabo twita ko babayeho nabi ndi sur basumbij ubuzima abarundi benshi cane baba muburundi🤷🏽♀️
Ikiganiro nimba wakiravye cose nibaza ko les côtes positif twazivuzeko!!!
Mba muri Canada depuis 2009 avec 4 enfants muga personnellement iyaba nashobora kuronka akazi kampemba neza mu Burundi nkashobora kurihira abana amashure reconnues internationalement kugira ntibahindure système nova ngaha niruka😅😅😅
Life is not Always easy dear so keep struggling and invest in You and in Your Motherland for your retirement period @@blessings1580
The way you guys make kubahanze sound like we live in hell🥴 I’ve never been to Burundi but I hope I don’t get disappointed when I come. Everybody have their own experiences. I live in the USA, I see so many successful, educated Burundians doing great things. You don’t have to rely on umukozi all the time, there are services that can do that if you can afford it. Ex: you want get your house cleaned, and laundry their are services that can do. There are ton’s restaurants, delivery services in case you don’t wanna cook. This whole narrative that we work ourselves to death needs to stop. Speak for yourself.
Thank you!! I’m in the USA as well and I don’t really understand ibintu bavuga kuko I work 9-5 Monday to Friday and very comfortable uko mbayeho! It’s crazy how aba diaspora bakora bakariha their bills and the bills za famille Bari Burundi Mais bakavuga ngo nibo babayeho nabi like 🤔 they confuse me big time
@@Thebfchou exactly. I think if people want to go on a big platform like this, it’s safe to just focus on their own experiences. And the hosts to just ride along is beyond me😭 talking about I wouldn’t live hanze cz I need umukozi, girllll you wanna tell me every Burundian have umukozi in their homes? I’m pretty sure they are under paid and overworked and/or abused in some cases🥴 every country have it’s own challenges, even here. But as humans, we’re capable of adapting to every situations thrown at us.
You are right
@@jennyirakoze5406 Lol uracyari umwana niyo mpamvu... I used to have your mindset in my late 10s - early 20s. However, I agree with you to some extent abenshi baza ntibige bahora muma club etc then life will hit them hard...
@@jennyirakoze5406we said if you live in the US and feeling confortable it’s good and if we live in Burundi and feel confortable it’s good. We live in Burundi and we shared our own experiences and Kai Kai use to live in Canada and he shared his own experience😊 by the way we are waiting for your comment once you come in Burundi😊
Merci beaucoup kuri émission! Naho atari sujet principal du jour, kuvyerekeye abataha i Burundi ndasavye muzotumire uwatashe yari yagiye mu mahanga akiri muto nuwagiye hanze ari umu adulte( yarakora nk’i Burundi) numva vyoba biri intéressant kumva ico biyumvira kuvyo gutaha i Burundi.
Abantu bo hanze, la seule différence no mu burundi , abantu baho ntibakengera akazi , bari fier kandi bazi la valeur yico bakora. Mu burundi twiga ngo tuzoronke ubuzima bwiza hanze c'est différent. Umuntu atize n'uwize en général nka hano muri Canada. Les salaires ntizirutana cane ( c'est en général entre 20-30$/h). Hano uwuhembwa 20$ ashobora kugura inzu, voiture de luxe kuko vyose ni crédit nta vya hatari birimwo. Gutwara imodoka nziza ya 30M $ ou inzu ya 500M$ banque irabiguha pourvu que uba capable yo kubiriha. C'est question d'organisation et de discipline partout.
Muburundi iwacu kowiga ukabura nakazi .
Nta muntu afise situation nziza yokwifuza kuja hanze. Umuntu yiyumvira kuja kuronderera ahandi kuko aho ari abona bitameze neza. Kndi nabo bataha nuko baba bateguye ingene buja bazoshikira muri situation nziza. Hama kuba buja uzi ko vyanse ataho ufise uja ntibisa nuko woba wicaye buja uzi ko wicaranye visa mugihe vyanse woca wigira
Gretha ati ni ryari umenya ko hageze gutaha? For me, wumvise muri wewe ufise le "courage" yo gutaha, aho uca umenya ko hageze. Benshi baravyipfuza gutaha mais bakaba découragé na situation financière zabo canke jugements z'abantu notamment famille wahora ufasha etc, rero ivyo umaze kubirengera kuburyo bitakikubera ikibazo, muri wewe uragira courage yo gufata ingingo utahe
Niryambere ngize comment kuri RUclips 😱😩 so much to say kuri iyi subject ariko Ndibaza ko twese tugira experience itameze co kimwe! kuba hanze it doesn’t mean you will be rich, happy etc ariko ndiko ndivugira bivana nakazi ukora. Navuye mu Burundi nfise 16 kandi nakuriye ruguru so ever since I was young nakora ibikogwa vyo munzu nkaja kwishure so kuba hanze wasn’t hard. Ndakunda ko nfise financial freedom to do what I want to do kandi I am lucky kugira job mba social life and every day I want to grow/evolve🙌🏾
❤️❤️❤️
Ikiganiro ciza. Mugabo ndibaza umuntu wese yoza arivugira bivanye na expérience yiwe. Ino mubihugu vyo hanze hariho abantu babayeho neza, bafise ubuzi bumeze neza ndetse nubwo bwo mu biro, kandi bize amashure, bahembwa amahera afadika kandi bagashobora nukuyabika bakagira ama projets. Sindavyemera iyo abantu bafatiwe mu kivunga. Kuko nta gihugu na kimwe kirimwo abantu bakora mu biro gusa canke bakora ubuzi bugoye gusa.
Cane nubundi ubuzima bwiza na bubi ntaho butari!
Gretha ndagukunda cyaneeeee, ndasabye ninza muburundi nzakubone ndagunda cyane, ubundi uburundi ndabuzimo abantu bane( 4) Gretha, Mama buntu, walida Muna, na boyfriend wange 😂😂 uburundi bugizwe nabobantu kurinjewe ariko Gretha I love you so much ❤️
🤣🤣🤣🤣🤣You ladies are awesome....Ukuntu mwihera iryinyo ngo depression twe ntitunayimenya......Turayimenya muga tukaryumako!!!
😂😂😂😂😂dprssion iri hos...ahbw bakwiy kvga uk twiga kubana nayo ntigu frein mukubaho...mbaye ww tukaryumaho😂
Je me dis k honyene kugira urinde uvuga gutyo ubundi yakagomvye kuba un des signes zayo 😂
Hari nabandi bataha kubera bakubiswe 24h ou 48h. 🤷♂️ j nabonye ahuri hose ni DISCIPLINE ibindi biraza petit à petit...
True
Hama nokwongerako ko abari mu mahanga bose batagiye kurondera amahera!!! Des fois amahera naho tuyakenera siyo moteur y'ubuzima kuri twese. La sécurité, une bonne qualité de vie, l'éducation, le respect des droits humains, l'accès au travail, etc ni bimwe mu bintu amahanga aturusha cane! Novuga ko umuntu ari mu mahanga arafise une ubuzima buri stable dans tout les domaines kurusha uwuri i Burundi.
Murakoze Ku kiganiro kiryoshe. Gretta tu es plein de sagesse 👏👏👏👏👏umutumire yubawe Ku siguro nziza yaduhaye.
Slt hosy amahera y kubika uri hanz ariho ntuherezako yose .ntiwobaho utaziganya .nn arya bahora barungikir abantu avahehe par ex .
Hosy, ndagukunda ngakunda n'ibiganiro vyawe, ariko mbonye iyo titre, je me sens insulter, ngo "muri Canada abagore bakubita abagabo", nibareke kuducafuza, canke wandike ko" hari bamwe", apana ku generalisa nukuri, kandi ivyo ntibiri muri canada gusa, ni henshi twumva abagabo bakubita abagore et vice-versa rero si atari ukurondera ama vus, iyo titre vraiment ntihumuriza abagore, abakenyezi turi muri canada kandi kubw'Imana, ingo zikimeze neza🙏🙏
Ikintu ciza muri Canada ndetse mu bihugu biteye imbere ndetse bisumvya uburundi ni mentalités na les opportunités zitari zimwe, ndetse na organisation économique. Hamwe mu Burundi bogira système yo guhemba abakozi par heure nko hanze agafyinyi kogabanuka. Hanze uhemberwa amasaha wakoze biri no mubituma abantu bamenyera kubaho ubuzima bugoye.
Oya abantu ntibagakabirize! Icyambere, Canada ni igihugu cyubaha uburenganzira bwa muntu, ntibwihanganire na gatoya violance iyo ariyo yose! Nonese ubwo umuco wo gukubita abagabo, abagore baba barawukuye hehe kandi muri société canadienne violance itabamo? Ntimugakabye rwose!
Ubuzima aharihohose wabubona ariko akarusho ubuzima bwishi turabubona,tugafasha nabomuhira twasize kuko hari opportunity nyishi kubakiribato nubuzi bwishi ,gutaha naho ushobora kuba umaze kubona capital ugashaka gukora business zawe.
Hosy ,naho udashaka kuba hanze ,ufise ubuzima nk'ubwino .. Mugabo nivyiza ,nico gituma utera imbere.❤
Kino kiganiro ni 🔥
Kuki none mwi focaliza sur akazi kenshi kari mubihugu vyo hanze, kuki mutavuga ko hariho abo vyagendeye neza bakaba aba millionaire buzuye hanze kandi babayeho neza gusumba la majorite bari mu burundi????
Ntimuce intege abashaka kuja i buraya canke abashaka kwigumira mu burundi
Chacun a sa facon de vivre, hariho abakene co kimwe hariho abatunzi yaba mu burundi canke hanze, mu buzima nta garantie ibaho!!!
Ausy should forget about those who talk about her and keep on doing her work.
Mu burundi ni heza abatahaba nitwe tubizi. Uzi kuba muri Société uri minoritaire bagufata uko bashaka, abana ku mashuri barabaho discrimination naho bitagaragara cane. Mu Burundi hakenewe changement de mentalités, kwumva ngo utegwrezwa kubaho neza kuko wize , utegerezwa kuronka akazi keza, ngo ntiwoja gukora ruguru, etc .Ubwibone bwaramaze abantu . Gretta, Hosy,Kiki mwakoze émission iryoshe sana, thanks!
Turabakunda ❤❤❤❤cyane from🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Nishuy ikibazo cawe Hosy, nikubera à Bujumbura
Connection ntiba imez neza, mais aussi buja tuba turi en peu busy, dusubira kuraba les émissions tugarutse, mais on vous aimes bcp ❤
Mukora ibiganiro biryoshe kandi vy'ingira kamaro cane. Muga ndabasabe muze murahana amajambo. Mureke umuntu avuge aheze hama uwundi ashikirize iciyumviro canke ikibazo ciwe ata kumuciramwo. Murakoze!
Ego mais yurindiriye partie 2 ya madame Nikita 😘
❤
Les filles mureke kuguma mushaka kugereranya Canada na Burundi. Peut être ni uko ufise ubuzima bwiza ngaho i Burundi. Mais uwoguha ubuzima bwa Canada wosanga ubumenyerere kandi ukabukunda kuko n'amafranga si amwe.
Ubuzima bwiza muri africa surtout izi pays zacu nta garanti,kuko ejo bishobora guhinduka,future yabana ntiba iri garanti,instabilité muri sécurité économie na politique byose bituma benshi bifuza kugenda murayo mahanga kuko hoho stabilité iba ihari to the fullest
Rosy” ngo kuja kuba cank kwiga hanze nukeiha igihano kuri we” lol 😂😂😂😂😂😂 OMG
Reka Hosy birateye ubwoba uhuye n umuntu akakubwira ko atakirundi azi canke ugasanga nibiharage ariko arakubaza uko babivuga mukirundi
Gretta tu es très belle useka neza uragororotse Ooh my god🥰🥰
Muburundi ntabakubitwa nabagore?.?
Chrie nshaka kkuvugisha please
none kuberiki bumvise ko iburayi bakora cane imitima ibavamwo😂, uko nugutinya gukora, mu burundi nibazako ariho abantu bagitonda kukazi bagataha midi kuruhuka mais kiretse iburayi, Uganda,kenya, South Africa, Egypte abantu barakora ntagufyina
Rosi plz burindira umuntu yishure hm nawe ubaze,urek kumuciramwo plz!hari Qstion ya Gretta yasimvye kber kumuciramwo!kd ugabanye kuvuga amajambo menshi ubanz wumviriz vrt!sinon ucubisha ikiganiro bro!
❤❤❤ bravo pour votre travail. Je vous ai découvert par ma tante. Kai Kai est mon cousin.
Sandra depuis la suisse
Gege yavyibush kweli ndakwi kundira ch🌹🌹💋💋
Hosy ma chr kugira umuntu umutumire mukiganiro bisaba iki, njewe ndashaka ninaza iburundi uzompe ikiganiro ndunda haribintu vyishi shak kubwira abantu, nacane cane kubuzima bwanj nunveko noronka agahenge mumutima uzobukoze
Mpore Mpore, mbwira jewe haraho wobona akogahenge
Hariko numero zacu ziguma zica mu biganiro uzotwandikire🙏🏽
Muri abanyabwenge mwese👌 Uwo mushitsi avuga ukuri kandi ari cool 👍
next time baza abatumire ama opportunités ariyo kugira abana banyu bazogende guprofita for their better life
Nice one
C etait une bonne émission !
Non mais Christophe in the building 😂😂😂
Uyo muntu ngira ubuzima bwaranse ukuntu avuzeko yagumye ahindura ama ville amakenga kuruwo muntu.
Mbay uwamber vrt.nubahwe❤❤❤❤
Mu Burundi ikintu cotuma dutera imbere nuko bokworohereza abazana imitahe yabo bo hanze kandi bakemera ubufasha/inama bagirwa n'abantu babaye mu bihugu biteye imbere, ikindi nuko no munyigisho dans les écoles bokwibanda kubizogirira akamaro urwaruka hakarwizwa les écoles techniques ou des métiers professionnels.
Hosy, hanze ni organisation, week-end murafata umwanya mugategura semaine, hama umugabo muvanye hiyo, umugore yi y'adapta vite kurusha umugabo bivuga ko wewe comme umugore, ushaka ko urugo rwawe rubaho, ubigiramwo uruhara runini cane, ukamuha umwanya hama ukamusaba ico yogufasha udakara, utamutuka, arateba akaja ku murongo, agasigara abikora utanabimusavye nk'uko uwo mutumire wacu abivuze. Ntimuzoje murumviriza abo vyanse gusa. Ni shetani yateye ingo, i Burundi hari abakozi, nta vyombo bapfa, none izo ngo zisambuka bivuye kuki? N'ugusenga
Mais hari risque yokuja kurondera i Burundi , benshi bashitse ino barahinduka ukamuyoberwa.
Non girls tuje muri vacances on profite ivyo ntamwanyq usubira kubironkera
Asante nimependa mjadhalamkovizuri
En fait uri umugabo responsable uba ubona igikenewe gukorwa ukagikora ariko singombwa mugabure ibikorwa.
Nzaguha ikiganiro ninza love 💕 Hosi.
Ikiganiro cyari cyiza rwose partage ouvert
Mudukumbuj ka citron😢
Reka sha Hosy ivyiburaya nihatari jewe navuye kubagwa nshikira mugikoni
Pole
Ibazeee
Uravyara ugataha ugateka,uga cleaninga🤦♀️,ukaja gusumana aka bebe ka 2jours😂
Abari mu Burundi inkuru zo muhira baba bazibona, abari hanze baguma babaririkiza, hajamwo n'inkumbu
Umunsi igihugu cacu ciza c'Uburundi ndetse no mu bihugu bitari bike vya Afrika hobamwo la sécurité, santé, politique économique nziza , etc...nta bantu bosubira kuja kwirukira mu mu bihugu vyabazungu. Je donne l'exemple y'ibihugu bifise umutekano en Afrique centrale ( Tanzanie, Uganda) aba diaspora bavyo nibake muri Europe et aux USA/Canada kubera yuko ari ibihugu bitagaragaramwo ihindagurika cane.
Osy coursge vrt!, ugumye ukora ivyo biganiro abantu bahurumbira hanze bazogabanuka kuko hari abari mal informés hama baka regreta.
abarundi baratinya ubuzima vraimemt,
kiki love u❤
Ivyo ni cas rare uyo my type ariko arabesha
Team share 😂👊twaragerageza
😂😂😂komerezaho 😂
@@sirenvibestv 👊😂😂nubwo mutatweretse silver ya 100k kand twarashizemw agatege😅
Erega umugore ntaba aje gutungwa numufasha aba she gufasha umugabo
Nice to see you, Kyky!
«kubadida» twarayikoresha dans les années 90 kw‘ishure.
Mais Yari Juste ku mashure yomuri Quartier cane cane Buyenzi
Henze nakwasa ma
22:23
Mana yanje!
Once a couple has a kid in western world , you better stop thinking of going back home coz the kid wants to go to school and looked after. Again , when u get your first contrat at work u cannot afford to leave it as u want. There are many reasons whoch force ppl to stay in. Western countries unwillingly.
Again ,when u have a morgage , u have to pay for 25 years ...there are so many reasons which can force someone to feel home outside " home "
mumahanga ntamukozi ufise umugabo wikigaba urimenya
😂😂😂😂atiii nta rêve ufise bayiguhaye woyanka 🤣🤣😂
I love you
Canada oui turakora cane mais duhembwa cash na ministre wo ngaho adahembwa. Inumire.
Uribeshe kbsa
Hahha aribesha kubera ministre wo mu Burundi aragavura kuri budget yigihugu
tuba tuje kwidarapa😂 diiii....lol
Ikiganiro cejo narakiravye cari kiryoshe abarakiravye nibagende bakirabe
😍😍😍we uruwacu ❤️❤️
Icishe abarundi turabeshanya ntituvuga ukuli ikibazo turi iryarya
Hosy iyejo sha twarayiravy yari show😅
😍😍🙏🏽🙏🏽🫂🫂
Bn love u
mumahanga ntaburofa
Kiki hee
Team share 😂👊twaragerageza