Terimber. Muga mutumire n'abandi basani muri fun and fact. Nk'iya Belle Nice, la namba n'aba boss babo kuri cercle hypic. Bazoduteze imbere. Donc muronder ubumw no mu bandi. 🚩👏💯😘😍
Muri Abahizikazi🥰🥰🥰🥰🥰Uburundi🇧🇮 burahiriwe kuba bubafise nk’abagore bincabwenge kandi batanga akanyamuneza🤩😂Je vs aime beaucoup❤blessings upon blessings🙏🏻
16:30 PRÉSENTATION ya Nahayo Marie Darlène S.V.P🤌🏾❤🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣👌🏾 Excellent !!!
Uyomuntu aharanira agateka kabakenyezi imana idutereke nzokurondera pe hama ndabakunda team strong women 💙💙💙💙🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ikiganiro cuno munsi ni boooooom 🔥🔥🔥🔥💥💥💥💥🫶🫶🫶🫶🤝muri aba mbere mu Burundi 🇧🇮 vraiment,Cadeau from Sweden 🇸🇪
Urukundo mbakunda mwabakobwa mwe😂😂😂 Imana niyiruzi ndabarahiye❤️❤️❤️❤️❤️🙏🙏🙏🙏🙏
Basha nabapendaga😩♥️mubandany mukoran ukonyen munatera imber😘
Bakobwa beza, je vous adore! Vous êtes drôles, intelligentes, belles, humbles, patriotes,….! Mukunda kuryoherwa, et c’est magnifique! Keep up, you are just amazing! Stay blessed! Hugs
Hosy nkukuntu ndabakunda ntaco noronka mvuga atari courage kk murashoboy kandi Umwami arikumwe namwe mur Siren vibes Tv ndabipfurije gutera imbere ndum fana abakunda cyane
isaha yose vyanse k ndahav ntamaze ikiganiro😂😂en tout cas murakunzwe vrt❤❤❤❤💯💯💯💯
🥰🥰🥰yemwe yemwe yemwe bantu b siren vibes mwumvek mbakunda sna kbsa
Umusi Natash nzogira scene ngiz Imana tugahura mwese ntimuzotangare ❤️❤️❤️
😂😂😂Ndabakunda😘😘 muranyishe nukuri ariko présentation zanyu mwese zirandijije😥😥😥ariko zirananezereje😅😅hashimagizwe Imana yomwijuru yabahaye kubaho mukubura abavyeyi noku divorce kandi Imana ishimwe yabahaye abagabo nibibondo👏👏🙌🙌🙌
Waguan waguan arandangije😂😂😂. Much love to you girls.🇷🇼❤️
Oooh😂😂😂😂fun & facts muri unik n professional 👌👌👌👌
Amen amen imana izobibashikanako vyose ahar urukundo vyose birikora
Murakunzweeee peeerr😘😘😘💖💖💖💖💞💞💞💞💞
Ham Nuru mwamuririyeko vrt
😢😢😢😢😢😢😢
Terimber. Muga mutumire n'abandi basani muri fun and fact. Nk'iya Belle Nice, la namba n'aba boss babo kuri cercle hypic. Bazoduteze imbere. Donc muronder ubumw no mu bandi. 🚩👏💯😘😍
Nivyo nagiramvugee komutatumiye basha na 2
Yooh linda arishima 😂🤣🤣kuva kera niko yamye! Kiriyariya 🤣😂😂😂arakundana cane Nikita kuva akiri muto yamye arumwana wumutesi
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Dodoooo jw ndishima vrt? Biraryoshe ingn abana twiganye primaire tuguma dutoranira ngahaa😍😍
Mbakund gusumb uko mubuz🎉❤❤akavuy kany rr gus vrt ker ntarabameny narih kl mur bi bejeux vrt🎉🎉
Basha ndabakunda kubiiiii.... i wish kuzohura namwe one day❤️❤️❤️❤️
komeze mukundane kandi murushirize kuba umwe,mwunge urunani rw'intamenwa, Urukundo nico cagezwe gisha twahawe na Yesu Kristo.
Muri Abahizikazi🥰🥰🥰🥰🥰Uburundi🇧🇮 burahiriwe kuba bubafise nk’abagore bincabwenge kandi batanga akanyamuneza🤩😂Je vs aime beaucoup❤blessings upon blessings🙏🏻
Hahaha muraryoher Nikita numu émotionnelle ndabizi sivyo Lynda??bizuuu mweese
Mukomere cane kabisa vyase kondagicikiriza hagati bakobwa biwacu muribeza ndabakunda
Yoooo basha Nikita nijewe kugasaka
Sha nta dada baniganwa ihambo kweli.hahahahh courage les filles.yaba mu rzcruta noje vrmnt nkapassa exam
Girlfriend iryosheeee👌🏾👌🏾👌🏾
Aaand To many more years of togetherness ladies🔥😘😘😘
Umunya gitega shatanya irambire,turabakwirikira cane
Hosy u are loved plenty Beibi,uratesa sana Boss Lady
Hama la mc a géré de ouf surtout j'ai kiffer sa voix
Great
Uyumunsi iyi girl freind iratovy pee courage
😂😂😂😂😂ndabaknda mwes Kandi cane nkwirikirana ibiganiro vyunyu mpimbawe vrt
Ndabakunda sana muranyubak 🥰🥰🥰
Ndabakunda cane nukuriiiii mubimenye
Birangiy ndakimaz knd mwanryohey san
You are the best girls👌🥰
Waoo murateza bamama beza❤️❤️❤️🥰
😂😂😂😂 cari kiryoshe vraiment
Nikita buchuu😍😍
Yooo nari narahomvye muranezereje merci
Dasian uteye kumwe nanje dishwasher ariko bishitse tuba duhejeje kbs
Turabafaaana ❤️❤️❤️
1:11:54 🤣🤣🤣🤣 Mutebutsi na Bagirako barananiranye
Ako karirimbo katanguy ikiganiro kitwa gt 😥❤️
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂muranryoherej umusiii
Big Lady Hosy
Ikiganiro ciza !
Hosy,
inryarya est à mot négatif
Biraryoshe peee😄😄😄😄😄
Nabapenda saaaana je vous encourage bcp bcp vrmt mais Hosy wambay style nkunda usha uyimpe hhhhh
You are just lovely girls🥰🥰❤️
Ako karirimbo ka turi dimanche ikiganiro gitanguye kitwa gute kuri RUclips?
Aba ba jeunes dames ndabakunda cane gayemwe muriko murantwenza c tout mbega ibintu biryoshe
Nkunda hosy aciye bugufi cane
Wao
Muri aba graav🥰🥰🥰
courage ba mamans b'ubwenge
Murakunzwee 💯💯
Hosy muzemutumir Natasha mwakoz icokiganir vrmnt
En tout cas aka kantu kari gatovye👌j ndabubaha😘
🥰🥰🥰🥰❤️❤️❤️
Ewan ic v mukoz murater urwam arik turabakund pe
Dada nukuri aravugaaaa cne nukur
Ndakund ijwi rya nikita
Ni ryiza cane😍
Hosy ntavuga presque muma émissions yose
non nkumwanya wanje ntaye ndabaraba
Nanje ndabavuge uko ndababona?!🤣
Muranezereje cane vyanse ko ndahava ntamaze ikiganiro canyu
Basha murazi k harigihe duhora tubibona m kiganiro k mwashwanye
😂😂😂ntanarimwe vyigera biba batangura vyaheze vyose
🤣🤣🤣🤣🤣🤣naw uratera inkuru, ntidushwana erega wavyumvise ukutari ko
Kubadida🤣🤣🤣🤣....Nikita uratwishe
💕💕💕
Mwibagiy amazi murico kibanza sinon ni vyiza
Rwarwan😘
❤
Murampimbaye muratesaaa
❤️🥰
❤❤❤❤❤
😍😍😍
Ibi birara umuhungu bizohura nawe ko vyomurya gushika kumagufa ra???😎😎😃😥☻
Non nkaho utereyiki?😮
Ndaguhojej disi urambabaj
😂😂😂😂😂😂😂
😂😂❤❤
But ndabatumiye muze kugira ikiganiri South Africa
Haha nihatari.
😂😂😂urakozeeee uzotubwira wateguye vyose
Wow murateussa❤
Ntimunzosiga
🤣🙈
🅿🆁🅾🅼🅾🆂🅼 💖
Kumyaka 17 gusa uwu mukobwa akina football vy’umwuga akanaserukira igihugu
ruclips.net/video/HJ0TwKVtn7Q/видео.html
Ndabakunda❤❤❤
Si nkubu busutwa bwaba bagore
Le tout premier commentaire
Hhh n'ubuyabaga.
Waooh so amazing kabisa
❤️❤️❤️❤️❤️