INDURU DUKOMYE🤣/Dacia ntashobotse na gato n’ibifaransa vyiwe😂/INDERO YARATITUTSE MWA BANTU MWE😒

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 4 фев 2025

Комментарии • 73

  • @sirenvibestv
    @sirenvibestv  8 месяцев назад +3

    Enjoy the show😍 ariko mwibuke ko tukiriko turatoza uburyo bw’abantu batwawe n’amazi muri Q industriel. Kubari hanze link ya Go fund me ngiyi 👇🏽👇🏽
    gofund.me/89201a5f
    Kubari mu Burundi lumicash ni 61899583 (Hosiane IRAKOZE)

  • @wizerepamella5762
    @wizerepamella5762 8 месяцев назад +7

    Ndi Uwagatatu maze muri bwabumwe mundemere nanje 😂😂

  • @ClaudineNshimirimana-oy9bm
    @ClaudineNshimirimana-oy9bm 8 месяцев назад

    Hahahahahahahaha ndamanyutse .😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 I love you my guys

  • @FrankLightlifeirakoze
    @FrankLightlifeirakoze 8 месяцев назад +2

    Love from 🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪

  • @lindankurikiye9881
    @lindankurikiye9881 8 месяцев назад

    Franchement les Filles, j'ai beaucoup aimé votre émission ❤😂 je vous aient écouter deux fois tellement ça m'a touché. 😊 continues ainsi IMANA ibandanye kubaha inspirations et puis chaîne yanyu ibandanye kuba développement
    (vous êtes un trio de choc 😂❤ munyibukije un film yitwa LES TROIS DRÔLES DE FEMMES ❤!)
    Avant vous étiez trois ou bien ??
    (Je vous écoutes depuis Genève
    Je vous aim❤❤❤)

  • @lindankurikiye9881
    @lindankurikiye9881 8 месяцев назад

    Bravo les Filles avec le JEUX ❤😂 Très intéressant

  • @tumukundescheilla580
    @tumukundescheilla580 8 месяцев назад +2

    Hahhh ewe Dacia woberwa no kuririmba rap vrmnt Hama ndakunda ukuntu uvuga Hama vs les 3 ndabakunda bya Hatari😍

  • @axcellamuvyeyi9214
    @axcellamuvyeyi9214 7 месяцев назад

    Nukuri muratesa cane,❤

  • @lindankurikiye9881
    @lindankurikiye9881 8 месяцев назад

    Le sujet est bien pertinent
    Vous avez raison d'en parler car, abana sont l'avenir du Pays ❤

  • @IteritekaEvrard-z5x
    @IteritekaEvrard-z5x 8 месяцев назад +2

    Iryo ryungane ryitwa Daaa😀😀 ryantwengeje ,ngo d ntibaho hhh ntanugukoresha basi dutegerezwa canke dusabwa🙏🙏

  • @Possible204
    @Possible204 8 месяцев назад +1

    Dacia yoooooo nakuzomeya😂😂😂😂

  • @nordineolgandayikeza2707
    @nordineolgandayikeza2707 8 месяцев назад

    Hhhhhhhhhhhh ngo impwuhwe 😂😂😂😂😂😂😂ndabakund

  • @iddypasteurnshimirimana1263
    @iddypasteurnshimirimana1263 8 месяцев назад

    Ntavyikigifaransa ngaho, 😂😂 yeweeee Nikita, tolérance Zéro

  • @FlorenceTuyisenge-ey7bg
    @FlorenceTuyisenge-ey7bg 8 месяцев назад +1

    Iy sujet ndayikunze cne kuk har abavyeyi batazik umwana umuhana kd utamwanse ugasanga abana ntamuntu numwe bubaha bivany nuk babareze.turabakunda beza bacu courage👌

  • @bsc4177
    @bsc4177 8 месяцев назад

    Vibe yanyu ntizotuma musaza😂😂🔥forever young

  • @BelyseNshimirimana-i7i
    @BelyseNshimirimana-i7i 8 месяцев назад +1

    Imbavu zanje 😂😂😂ubundii muradukura stress❤❤❤

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 8 месяцев назад +4

    Basha😂😂😂ndavy ikiganir ndi mur Train neza neza ndaturitse ngomb guhwera ahantu bose bandabiy rimw neza iy nduru ntey bose bahoze🤭🤭🤭🤣🤣🤣 nukur mwebw ntimukomeye bash muraryoooooshe nkuk kuntu vrm❤❤❤ndabakuuunda basha❤❤❤nukur muraturyohereza ubuzima vrm❤❤😂😂😂😂ng impuhwe😂😂😂😂😂😂😂😂Dacia vrm weh warayayutse neza neza😂😂😂😂😂

    • @daciam8244
      @daciam8244 8 месяцев назад +2

      😂😂😂😂😂 jnarinumva bijanye weee sinamenya konibomye neza na neza

  • @DivineDivine-i5r
    @DivineDivine-i5r 8 месяцев назад

    Ndabakunda basha ndisabiye ubugenzi😊

  • @mugishajoyeuse6538
    @mugishajoyeuse6538 8 месяцев назад

    Muratesaaaaaaaa

  • @vestineuwimana2072
    @vestineuwimana2072 8 месяцев назад +6

    Hosy ntibavuga umwana NTUNZE bavuga umwana NDEZE(Batunga ikintu)

  • @appolinemalaika929
    @appolinemalaika929 8 месяцев назад

    😀😀😀😀

  • @isidorinsabimana410
    @isidorinsabimana410 8 месяцев назад

    Murakumburanye much love 💕

  • @CongeraClaudine
    @CongeraClaudine 8 месяцев назад

    Abana kenshi nivyiza ko baza baraja munzu y'Imana,birabatoza indero trop ,hama en cas de faute grave sentiments nukuzikuraho kugira umufashe ariko nyene Umuntu atanga icafiseee

  • @leecharon
    @leecharon 8 месяцев назад +2

    Impuwe 😂😂😂😂😂

  • @NadineIninahazwe-h1o
    @NadineIninahazwe-h1o 8 месяцев назад +1

    Ndakund ijw rya nikitaaaa vrt hosy wew ❤

  • @elianenduwimana-qn3fv
    @elianenduwimana-qn3fv 8 месяцев назад

    🤣🤣🤣

  • @IRAKOZEAlice-yi3sy
    @IRAKOZEAlice-yi3sy 8 месяцев назад

    Yooo,basha ubu abantu dupfa vyinshi ntawokwipfuza ko umuntu amukubitira umwana

  • @AFox-mi8xx
    @AFox-mi8xx 8 месяцев назад

    😂😂😂😂😂😂😂muramvunaguy imbavu

  • @AngeAchrisa
    @AngeAchrisa 8 месяцев назад +3

    Second❤❤love you vous les 3

  • @hildenyandwi1142
    @hildenyandwi1142 8 месяцев назад +1

    Ikiganiro ca bien.nari kugira comment muri audioo none ntakundi.

  • @NellaKANEZA-q7u
    @NellaKANEZA-q7u 8 месяцев назад +1

    😂😂

  • @kimana8818
    @kimana8818 8 месяцев назад

    Jew nama mfis ikibazo ? Uwutabakunda aryoherwa nibiki 🤣🤣🤣🤣🤣🤣 J muranezaza walahi

  • @MugAma1012
    @MugAma1012 8 месяцев назад

    Intwengo ya Nikita inzanye hano muri commentaire😂😂😂nanje nciye ntwenga direct

  • @Irak19958
    @Irak19958 8 месяцев назад

    Lov u guys❤

  • @KubwimanaJoseph-k7k
    @KubwimanaJoseph-k7k 8 месяцев назад

    Basha imbavu zanj mumpereze 😂😂😂😂

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 8 месяцев назад +1

    Ikimbabaza ni ihohoterwa rikorerwa abana kurusha irikorerwa abagore n'abagabo.ni abana bake babacuruzi canke b'abakozi bonswa amezi 6 atavangiwe ibindi biryo. Icibagiwe nu guhekwa canke gusukurwa na mama wiwe. Ngo n'akazi k'uwumurera(umuyaya canke umuboyi).

  • @AngeRubeneIrakiza
    @AngeRubeneIrakiza 8 месяцев назад +1

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂impwuhwe😂😂😂😂😂

  • @bugegenezaujia7325
    @bugegenezaujia7325 8 месяцев назад

    Ubu shaaa ni musambi kwimenya,abantu bari abakera

  • @loicshi1403
    @loicshi1403 8 месяцев назад

    rekareka Dacia ntimusa nabanga, Hosy umurusha presque 8 ans, certes vous pouvez avoir eu la meme education, mais abantu bavutse les annees 80, ntaho basa basaniye nabo muza 90. Chaque 10 ans, on dirait que le respect diminue.

  • @sandrakaneza539
    @sandrakaneza539 8 месяцев назад +1

    JW ndabakunda

  • @fabiorukundo2023
    @fabiorukundo2023 8 месяцев назад +1

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣❤️❤️❤️❤️❤️❤️

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl 8 месяцев назад +1

    Basha komuberewe Ba chr bangu,Hosy gt?uratesa mumutwe muribeza Ba gigi,Dada Ndabaramukije

  • @joyeuxniyonkuru2701
    @joyeuxniyonkuru2701 8 месяцев назад

    Dacia😂😂😂😉

  • @AFox-mi8xx
    @AFox-mi8xx 8 месяцев назад

    Ikiganiro ciza cane,hari abavyeyi bibaza ngo bariko barera abana ki vip kumb bariko bica abana babo.ugasanga umwana wawe arankwa ahantu hose bitew nukuba atagira indero kubera atukana,avurunganya ibintu vyose ahashitse,...Umuvyeyi yamubona akitwengera ,ivyo rero bigatuma umwana akura ari antipatik kubantu bose ngo ntandero kigira kirya cana

  • @seniorrobertoomonde7652
    @seniorrobertoomonde7652 8 месяцев назад

    Muratovye cane😂

  • @hildenyandwi1142
    @hildenyandwi1142 8 месяцев назад

    Nkubu nobafata imbavu zanjee😂😂😂

  • @rwemavedaste-dh8vj
    @rwemavedaste-dh8vj 8 месяцев назад

    Muraho neza turabashimira ko mudahwema kutugira inama babyeyi beza, abavyeyi bameze gutyo bumvireho ese barumva barikubaka sociéte ya hazaza imeze gute? cyangwa barikuyangiriza, bajeune nimwe babyeyi bejo hazaza igihugu kidutezeho bwinshi.❤

  • @emelyneirakoze9574
    @emelyneirakoze9574 8 месяцев назад

    😂

  • @juventusgatore1413
    @juventusgatore1413 8 месяцев назад

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @BahatiBD
    @BahatiBD 8 месяцев назад

    Jew murogombe mundeke kunyishura ndabaramukize Jew nzoguma ndaba émission za Siren vibes. Jew muzonzanire ntibazonkiza said gusa canke tambwe hamisi muzoba mukoze.kaze Kur university lake Tanganyika mukigobe kabisa turabakunda😂😂😂

  • @ArianeNikuze
    @ArianeNikuze 8 месяцев назад

    Najewe naramwandikiye dacia à propos ya AWAR aranka kunsubiza

  • @BizimanaPrudentienne
    @BizimanaPrudentienne 8 месяцев назад

    Hosy uvuga neza ndakunda ijwi ryawe

  • @laptiteso7247
    @laptiteso7247 8 месяцев назад +1

    First

  • @KanyamunezaEric-h6x
    @KanyamunezaEric-h6x 8 месяцев назад +1

    😂❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820 8 месяцев назад

    Jew mubantu bakarira abana ndimwo ariko noshima k umubanyi abony umwana wanj mw'ikosa amubuza ntamukubite ariko hama anyegere akabimbwira aho kumwikubitira.

  • @georgettenkengurutse1312
    @georgettenkengurutse1312 8 месяцев назад

    Gukubita umwana namakosa ahubwo umuha igihano muvyo uziko akunda.inkoni ntirera bavyeyi

  • @beatricenduwimana5567
    @beatricenduwimana5567 8 месяцев назад +1

    Ndabona ari mukuduha umumalayika Nikita

  • @DieuJolindayishikaniye
    @DieuJolindayishikaniye 8 месяцев назад

    Ni kita ukunt yabay azibaruk umuhung

  • @nabi925
    @nabi925 8 месяцев назад

    Uwo muntu wambaye dress ikindi gihe azokwambare afuke amatako

  • @alvinkian3650
    @alvinkian3650 8 месяцев назад +3

    Abagore bo kuri RUclips muratovye ga basha eka ntimworaba

  • @BizimanaPrudentienne
    @BizimanaPrudentienne 8 месяцев назад

    Make up irenze wapi nturi burundaise

  • @HavyarimanaMethode-iq6nf
    @HavyarimanaMethode-iq6nf 8 месяцев назад

    Uyumwana wohagati naz araraba neza yiyegerany areke kwugurura amaguru abantu bariko bahungira muri American kubera uyumwana stop

  • @lindankurikiye9881
    @lindankurikiye9881 8 месяцев назад

    ...avant vous étiez quatre...??
    nihenze dans l'autre message

    • @kimana8818
      @kimana8818 8 месяцев назад +1

      La quatrième akora ruguru ntakiboneka buja bama babivuze

    • @lindankurikiye9881
      @lindankurikiye9881 8 месяцев назад

      @@kimana8818
      Murakoze

  • @alinegrettandikumana1367
    @alinegrettandikumana1367 8 месяцев назад

    😂

  • @uwimanaestere9347
    @uwimanaestere9347 8 месяцев назад

    😂😂😂

  • @beatricenduwimana5567
    @beatricenduwimana5567 8 месяцев назад +2

    Ndabona ari mukuduha umumalayika Nikita

    • @kimana8818
      @kimana8818 8 месяцев назад

      Imana imuje Imber