B Face na Monna muri Belgique 🇧🇪 /Ivyo gutoroka kwabo 😂/impamvu batoye B Face na Monna niyi

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 16 окт 2024
  • #burundi #sirenvibestv #mowkanzie #bface

Комментарии • 57

  • @dianeirakoze778
    @dianeirakoze778 День назад +28

    Hosy uri mwiza😊B face uri serious Kur expression 😊monna uri mature intellectually 😊honestly you are a perfect fit team together❤❤like ur interview together as 3 ofcoz👊🏽👊🏽bonne chance pr le concert à Belgique ndabizeye cane j ai pas peur🎉u match😊👌

  • @inesirankunda3815
    @inesirankunda3815 7 часов назад

    Mow'kanzie Imana yamwambitse igikundiro mu bantu❤❤vrm turamukunda kimerey nez

  • @sainteaudreyg3458
    @sainteaudreyg3458 14 часов назад +1

    B Face&Monna😍😍😍😍😍ahantu muri hab har vibe😍😍i like you🥰

  • @alexisnbdi257
    @alexisnbdi257 День назад +6

    Ababajama bararyosha interview wallah❤️❤️❤️👊🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @AlexanderNimbona-lj4ln
    @AlexanderNimbona-lj4ln 14 часов назад +1

    Hosyz naguheruka kerap❤❤❤💪

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl День назад +6

    Rap mushingantahe na Kaneza bantu banje nkunda cyane lmana ibahezagire

  • @arsene_mafiateur
    @arsene_mafiateur День назад +5

    Shn jew uwomuhungu Bifeci ntawenzi gusa icokmbony arafis ubweng bwinsh knd araciy bugufi vrma👊👌big sharat broda🤝

    • @officialsemunde8134
      @officialsemunde8134 18 часов назад

      😂mafiateur sasa naje kweri nahora ngira ni konshens 🔥🔥

  • @LenardNkurunziza
    @LenardNkurunziza 14 часов назад +1

    Nez my sister wanj ndagukund a knd cn Iman igukomez ihezagir ibikorw vyaw

  • @FabriceKassim
    @FabriceKassim День назад +4

    Monna after concert u come to my house in Belgium 🏡 weye lazima ubaki Belgium kwangu! I will go to in Burundi Bujumbura 🇧🇮👊🏿🫵🏿 in 10 year 😅 B Face watoto wakirundi 🇧🇮🫵🏿 wakugoja😅 Monna u are mine 😅 I can wait 😅 nahaza shopping 🛒🛍️ yako now😅 Monna takubakiyana apa Belgium 😅 welcome my people's 👊🏿🫵🏿🇧🇮 from Burundi Bujumbura 🇧🇮🫵🏿👊🏿

  • @enockhabimana8634
    @enockhabimana8634 День назад +3

    1:32 b face big up sana turakwemera sana

  • @ManigiraNezahamisa
    @ManigiraNezahamisa 9 часов назад

    Ndabakunda mokenz iyopasura eeee❤❤

  • @kirasenyakuramba
    @kirasenyakuramba 19 часов назад +2

    Hello Guys.Keep going until you go no more.Ikintu nohanura aba Stars baja mubihugu vyo hanze kuryohera aba Diasporas nuko mwogerageza mugatanga akanya gakwiye baba bakumbuye indirimbo zanyu.Hari abaririmba 45 minutes bakaba barahejeje.Or aba diasporas baba kure na kure,baba bahevye amahera bakaza kubakira.

  • @Chaddy257
    @Chaddy257 12 часов назад

    B face na Monna Aho muri ntabwoba dufise kbx Belgique azoba Ari 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💯🇧🇮🥰

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl День назад +3

    Yoooh,Mana yisi nijuru Hosy wangu numva noguhekaaa cane kubona wazanye umuntu wabantu B-face hamwe na wewe nyene😂😂😂 na Monna.Monna ndagukunda bavuga ngontuzi kuririmba bakureke uzigutamba cane intambo zose uratwika ninaco ngukundira.knd muraberewe mwese caneeee

  • @bujaExpress
    @bujaExpress Час назад

    Uburundi ubuzima buriho habuze assurance yabwo

  • @bienvenubizozabishaka774
    @bienvenubizozabishaka774 15 часов назад

    Iyo duo turayikeney nomuri Allemagne ❤

  • @lucienzokorerimana6251
    @lucienzokorerimana6251 16 часов назад +2

    Nabonye B-Face ikiganiro ntegerezwa kukuraba nkakimara

  • @devoteharerimana-in8hb
    @devoteharerimana-in8hb 8 часов назад

    Monna wew yab nokwishirako tatouage noshizeko ww!ubundi numv noguh gift nuko gsa utoyakra cnk ngo nkubone!so!praud of you!

  • @Nestor800
    @Nestor800 День назад +3

    Rap mushingantahe ❤️ 🙏

  • @RwembeFulgence-vr9cy
    @RwembeFulgence-vr9cy День назад +4

    Mon welcome sauth frica

  • @eloiblaise2156
    @eloiblaise2156 11 часов назад

    ❤❤

  • @RwembeFulgence-vr9cy
    @RwembeFulgence-vr9cy День назад +2

    mon burundi 🇧🇮 nta mukobwa amurusha kuririmb kuri jewe😂

  • @Akanovero
    @Akanovero 11 часов назад

    Vyukuri none monna wewe belgique yokwakira ngo uyifashe ikiii!! 😂😂😂😂.

  • @IrakozeAsman
    @IrakozeAsman День назад

    Hosy ndakwemela my girl wanje KOmeza utuzanire Aba stari nivyo abantu bakiri BATO dukund kuko wari warabihevye

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 16 часов назад

    kurya abademu ngo mwavyigiye he?

  • @astonadolphenicayenzi7833
    @astonadolphenicayenzi7833 День назад +7

    Nguca ibiti? Nakazi
    Mada.....

  • @RwembeFulgence-vr9cy
    @RwembeFulgence-vr9cy День назад +2

    hosy ibinganiro nib

  • @IrakozeAsman
    @IrakozeAsman День назад

    Hosy Jewe nukuli icufuzo canje nkumufana wawe Nuko wogaruka kugutumira aba stali kuko nivyo aba jene dukunda tura kwinginze

  • @aimeesandrineuwimana2146
    @aimeesandrineuwimana2146 День назад +1

    Ama image yabay ik ko musa ukooo 😢😢😢😢

  • @BilliaAKIMANA
    @BilliaAKIMANA День назад +1

    Murigumirayo

  • @BuruceIrakoze
    @BuruceIrakoze 17 часов назад +3

    King b face 🔥🔥🔥🔥

  • @IVOMO_TV
    @IVOMO_TV День назад

    Uwo Chris muvuze kumenga ari muri bamw bacako Kuri rendez vous muri ambassade 🇧🇪

  • @BeckyArnaudNISHIMWE
    @BeckyArnaudNISHIMWE 15 часов назад

    🔥🇧🇮🔥🇧🇮🔥🇧🇮

  • @uwizeyeestella9445
    @uwizeyeestella9445 День назад +1

    Na majwii yanyu arahura

  • @ELOGERUHIMBASA
    @ELOGERUHIMBASA День назад +3

    Iburundi babaho neza kirusha aha hamze kabisa

  • @dieudonnengenzwanimana5704
    @dieudonnengenzwanimana5704 День назад

    B face ndagukunda kuko asa na dudu
    Ese baravukana? na Dudu

  • @Twese.01
    @Twese.01 День назад +1

    Abavuga ngo "guca ibiti" hanze , haaa ntimuzi ico muba muvuze basha. Abantu bakora mu biti muzi ko baronka minimum 12 milles ( 12000$/mois), ayo mahera yashire mu marundi wumve, nino akorera bake bake cane.

  • @KenthiaIzerimana
    @KenthiaIzerimana День назад

    Hosy turagukunda

  • @uwizeyeestella9445
    @uwizeyeestella9445 День назад

    ❤❤❤❤❤❤

  • @yumvirabayisabapacifique
    @yumvirabayisabapacifique День назад

    Why mutagikorera ibiganiro hamwe tumenyeye muga naho nisawa

  • @InnocentKubwayo
    @InnocentKubwayo День назад

    Monna azonyika biramusaa😂😂

    • @joyeuxniyonkuru2701
      @joyeuxniyonkuru2701 День назад +1

      Monna nta kintu aburiye mu Burundi cotuma anyikira i buraya

  • @niyitanganelly8942
    @niyitanganelly8942 День назад +1

    Jewe rwi b face ruranyica peee ruraryohera gose

  • @mugishatherence20
    @mugishatherence20 День назад

  • @valeriemanirakiza3070
    @valeriemanirakiza3070 16 часов назад

    Mwebwe mbona uko muri 3,abaca ibiti ntaco Mu barusha

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  16 часов назад

      None kuberiki washavuye😂😂 ninde yavuze ko harico babarusha??

  • @Musindi736
    @Musindi736 День назад

    Ariko b face iryo koti nirizuba rya buja

  • @KamarizaViolette-zm5bw
    @KamarizaViolette-zm5bw День назад

    Kobajanishij non abibatumir nukur baratesa

  • @valeriemanirakiza3070
    @valeriemanirakiza3070 16 часов назад

    Niho ubu juju bwanyu biri. Akazi na kazi

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  16 часов назад

      😂😂😂nabo bazoba bagiye mu kazi!! Ubuzi buragabuye

  • @MukezamfuraJeandAubert-oj2ul
    @MukezamfuraJeandAubert-oj2ul 16 часов назад

    Umunt mbona koyotorok nuwomukobw kuber nubwamber agiy gukora concert hanz knd arishima ukund kub ahant heza gusa arko b face yaratanz icizer kadashak kuba hanz knd afis ab fans besh araronk ibirak niw tubona atotorok

  • @claudendayisenga3675
    @claudendayisenga3675 День назад

    Ariko j muransetsa ngo "j sinavyibabaza ko noronka visa ya Belgium"nimwigiririre icizere bro kd hariya si mw'ijuru,ati mwotoroka ubwo bujinga bw'abanya burya si bwiza

  • @FulgenceMikaOfficial
    @FulgenceMikaOfficial 16 часов назад

    ❤❤❤