Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Amazing biraryoshe cane❤
Top cane kuri ako kantu ngo:"Kiretse ko nzoca nyika".Abo imitima yari izahutse bo ntibabuze,nuko ababwiye ko yariko arababesha!
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Monna ngira ntazogaruka izo bagage zose😅😅😅
Bon voyage bana buburundi amahirwe masa
Bamubaza ibibazo bigufi vyumvikana apana Kubaza ikibazo umengo urikuvuga amakuru
B face urugendo gwiza maze ndakwikundira
Belgique ubu akabeho katnguye guhuha.muraba ama manteau mutayabitse kure
Safe journey
Nizere ko urukoti wari warunyegeje ahandiho irakwereka imbeho
Bagire urugendo rwiza
Nubwo urumu star wambara nabj nibiganiro vyawe ntavyonkunda kubera wambara nabi cane mbega hoho ubona uzokwereka kazoza akahe niwavyara abana bawe nabavugako urimwiza wambaruko ubwiza simumaso ni mumutima ninyambaro
Ikirofa gusa toka wangurubewe wewe niwe wambara neza wamasewe😂
Ahubwo uwo mukobwa niwe Ari rofa niwe wambara neza harya cnk ùbwo bwiza niwe ubifise?
Ahubwo B face dumufanawawe rero muzondangire inzira nanje ninjireyo
Wew mona ba wambara ukikwizaUranshisha kubera iyonyambaro yawe
Ba mureka kwitera stresse vrt none nkubu wew k atakuzi ukaba ushobora kuraba abandi bambara uko ukunda kandi nawe ntimwigeze mwumvikana ko azoza arakunezereza vyoba vyiza uravy ivyo ukunda ukamureka abamukunda bakamuraba ubuzima ni buto ntampamvu yo kuruhisha umutwe mubintu bitakunezereza vrt arinde agushisha atanakuzi kweli
Ntakamenye kuko ntakamaro
Ugirango yabiguze atabonako zitameze neza nomukwambara yabibonye rero nimumwihorere ahubwo mumusengere Imana imusange ibimwereke kukotwenahotwovuga gute tiyivyuva shaho
Ibitababaje patiri bibabaza abakorezi raba ivyawe Hama ubeho neza
Yvonne we nukur warkuvug iynd mvug apan ng argushisha vrm nt muntu ashisha!!utamukund ntukund uko yifata birenz amaso wihorer har abbikund uko
Amazing biraryoshe cane❤
Top cane kuri ako kantu ngo:"Kiretse ko nzoca nyika".
Abo imitima yari izahutse bo ntibabuze,nuko ababwiye ko yariko arababesha!
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Monna ngira ntazogaruka izo bagage zose😅😅😅
Bon voyage bana buburundi amahirwe masa
Bamubaza ibibazo bigufi vyumvikana apana Kubaza ikibazo umengo urikuvuga amakuru
B face urugendo gwiza maze ndakwikundira
Belgique ubu akabeho katnguye guhuha.muraba ama manteau mutayabitse kure
Safe journey
Nizere ko urukoti wari warunyegeje ahandiho irakwereka imbeho
Bagire urugendo rwiza
Nubwo urumu star wambara nabj nibiganiro vyawe ntavyonkunda kubera wambara nabi cane mbega hoho ubona uzokwereka kazoza akahe niwavyara abana bawe nabavugako urimwiza wambaruko ubwiza simumaso ni mumutima ninyambaro
Ikirofa gusa toka wangurubewe wewe niwe wambara neza wamasewe😂
Ahubwo uwo mukobwa niwe Ari rofa niwe wambara neza harya cnk ùbwo bwiza niwe ubifise?
Ahubwo B face dumufanawawe rero muzondangire inzira nanje ninjireyo
Wew mona ba wambara ukikwiza
Uranshisha kubera iyonyambaro yawe