Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Mariko 10:1-12.ahubwo wihane wavuguruje ijambo ry’Imana ico Yesu yavuze
Twirinde kuza turaciranira Imanza ariko kimwe Imana ntaho yigeze ishigikira kwahukanaaaa
Uyumusi mbaye wa1 kabisa❤
Imana Igukoresha Turayubaha Ibikogwa vy,Umwami YESU Vyamamare mw’Isi yose 🙏
Hamw umugore wawe fa Eric Yahukanye kubera ubwo bustar bwogukundwa nabagore nabandi.... ukemera ko umugore agenda ... akahukana kubera icokibazo sha ntuhebe abobantu mon frr ihane ugende unusabe imbabazi warakoze amakosa.
Mwize hehe ga basha!!!Adam na Evè bovana gute kd batabayeho?!!!Ooh my Gosh!!!
Imana ikongr amavuta yo kwihangan muvyey
Wubahwe citegetse mbere ndagukunda knd ndakubaha notament ukuntu wigisha ijambo ningene wisigura
Imana igutabara nawe uruwo gusengegwa
Basha kubana numugabo akundwa nabantu benshi surtout aba dames birica umutima je narabibayemwo ndabizi kuba yarananiwe bibho
Yoooo pole sana Prophète Eric iyi si ntisakaye ntawutonyagirwa ikindi naco ntukisobanure mugihe kuko ibintu vyose nasanze bisobanurwa nigihe
Eric warasebeje umugore wawe , aronda agera kure , ararya umutima amenyo , .biratinda biranka . Gusa abantu bakwirikira ivyawe ndabahaye pore .
Past uramubabarira umu dame wawe
Nukur imana yae ndayiz narayibony inkorer ivyananirany
Muvugivyomutazi uravye abahikanye mwiyisi karibesh nabasatani lurekegucimanza uwonumukoziwiman ndabihamya haeuwobumvamumuvuze akababara kuko tumuziko asengataburyarya
Cimamanda urihe wumve iki kigoryi😂
Uwoba afise aka numero ka Nadege ndasavye akampe azoba akoze caaaaneee
Eric unteye umujinya kuko abowigisha amaraso yabo uzoyabazwa gusa twereke muribibiriya yera ahowasomye ko Adamu na Aburahamu yahukanye wohanuriki nawe rwarakunaniye haruwamura inzabibu kumunyinya wobwira umuntu ngihangane nawe vyarakunaniye kandi uhagarike abandi mbega umukoziwimana araba umu stare numva Imana yoba yarahindutse
🎉🎉🎉
Mana yanj inyigish zuwomunt zirayobeye ziragoy pee ivyijamb ryimana biragoye 😢
Ugwo rukundo ukundwa n'abantu bose gwotuma usambura , urazokwisuzuma .
Haaaaaaaa urubanza rurabegereje muvuga agakiza mutangira yesu atubabarire
Vy'ukuri tureke kuba twishigikir muvyaha. Nta Mana yaremye isi nijuru yemerera ko umugore numugabo bahukana🤔🤔 kanatsind abo biyitako ari abakozi b'Imana ?? Imana ikomeze idufashe pe mbere inadutahuze kubiriko biba mur'iyisi
Ashaka izindinkimi😂 uyisumwe yavuga ngo abagore abakobwa badandaze ibisusu
Oya@@JustineNizigiyimanajustine
Dukomeza kwumigwa😂😂😂😂😂
Nukuri nukuri ndababwire.....baramaze guhabwa impera zabo! Mwirinde ibizimiza kuko biriko bigwira gusumba ryajambo twahamagariwe
Hhhhhhhhh sha ndumiwe kimwe gusa.
Ubwo bwanwa nubwa pasteur nimba arishehe ndumiw
Ti abagore barankunda ewe mana😂😂😂😂
Mwemurindire chimamanda iyi vidéo azoyitor ayishire kur fb😂😂😂😂😂
Ngukundwa nabose iwawe ngo hasengera abagore beza ndamaramay kugirango aterure umugor akagend nuko yari yananiwe nabo wumva bagukund
Ooooo nugusaza washaj kl
Justine Burundi nibuziko mwasezeranye mukaba mwatandukanijwe nurupfu canke kuza kwa kristo aho niwihumurize kwuhagaze ibirenzevyo binyuranye nukuri kwijambo ryimana ijambo ryimana ritubwira komugihe ciherezo bazovugishwa bakanahanura ibinyuranye nukuri dusabe mpwemu abadutahize nomuwo mpwemu niwe yakwemereye kwahukana? Sha waravangiwe kugezaho vuga kwimana itibuka kurumugabo burajujuta
Chimamanda naze yumvirize atwihere inyishu maze ewe eric urambabaj nukuri imisaraba yabantu wikorey uriko urayovya ndakurahiye utagowe ntarubanza nguciriye I am sorry
Uraza umucire urubanza wee Basi
None nkabantu nkaboo mubatumir kugira mudufashe iki ???Twahor tubarab tuzoobihebaaa aboo baraguye dukurire 😅😅
😂😂😂😂😂😂😂 nihatal nukuri
Kwitavuga
Akokajambo muherejeko Niko kuko umuntu agukunda ahuye nuwukuvuga nabi arakuganirira uwuhuye nuwukanka akakuvuga kuwukanka biba bifashe iyindi ntumbero abantu tuze twitondera abandi🤣🤣
Gusa ibitu biragoye kweri ariko jewe ndahamya kubana numuntu mutariko mubihurizako mwobivamwo😜😜😜
Abo uvuzeko badasengera abantu nuko atarivyo vyazanye Yesu christo yesu yakiza abantu bivanye nimitima yabo kuko yaraba mumitima yabo akabonako natakora igitangaza ntibemera Ijambo agahitamwo gukora igitangaza kugira abone uko aimitima yabo ayikwegerako hama ababwire ivyagakiza niyompamvu burya akenshi ibitangaza nivyabantu batizera ariko umuntu yizera ntakeneye igitanganza mbere ahubwo yizera ijambo ibitangaza bigakoreka nyuma vyukuri je ndi Saoudia ntashengero mfise nsengeramwo ubu ariko ndi umunyamasengesho ntuhave wibazako haraho mpengamiye ariko iconzi kurijewe wombwira ijambo gusa ukitahira hako ukora igitangaza ntajambo unsigiye
Hezagigwamuvyeyi kandubababarire ntibazivyobavuga
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Conseil kumu journaliste arakwiye kwiga kuvugana ikinyabufura akameny uk ahadikiririrz ija sorry vrt ou signifato yumu journaliste
Urabanza wikizi😂
Ntahantu havugako Yobu yavanye numugore ntanubwo Bible ivugako Imana yamuhaye uwundi ntabiri muri bible Mana yanje sinzi impamvu nisanze ahahantu hhhhhhhh kuvuze ko ivyago turimwo ko vyazanywe numugore nivyo kutavuzeko nUmwana wImana yavutse Imana ibicishije mumugore????hama nihatari gusa emera integenke zawe ivyashitse mukavana numugore ariko ntakavugenkaho Imana idaha agaciro umuryango hama
😂😂😂😂
Hhhhhhhh ndumiwe nukuri ariko Mukozi WImana wobuziko ujehano ubuje kwisi?aho abantu bose harimwo nabasomyi ba Bible????uvuzeyuko Imana iyituraba itanibuka nimba ndi umugore cnk umugabo?????ndumiwe iminota 5 gusa irahagije ngo umumenye uwariwe kbx Ijambo ryImana rivugiki???ngo sivyizako umuntu yibana wenyene reka ndamuronderere umufasha bikwiranye hama no mubakozi bImana Imana ishiraho uko vyogenda ati umuzejwashengero nabe umugabo afise umugore umwe nibindi nibindi hhhhhhh nimba uvugako MwIjuru ntamugabo ntamugore nivyo ariko tukiraha kwisi nagomba nkubwireko Imana yitaho icitwa umuryango we nimba vyarakugoye vugako vyakugoye kandi ivyakunaniye harabandi babishoboye Imana yita kumuryango cane kuruta ikindikinti cose wibaza hama nasomye Bible ntanshamwe havugako Sala na Aburahamu bavanye nyimba aribirya vyokubesha ko arimushikiwe ivyo bifise impamvu yavyo ariko insiguro ubitanzeko sivyukuri reka kuyovya abantu
Yotubwira aho vyanditseko ko Adamu na Eva bahukanye? Kuvugako gukundwa n,abantu beshi yo raison yo kwahukana,ico n,ikinyoma ca satani kuko kwahukana s,umugambi w,Imana Kandi ngo ntacatugerageje kitarico kwihanganira.Iyo abantu bavugako Adamu atakoze amakosa sindabatahura kuko niwe Imana yari yabwiye kutarya icamwa kuki yumviye Eva akamurutisha Imana?Umuntu asomye Bible arabona yuko abagabo bayiye bagira intege nke kuruta abagore.Akarorero ni Aburahamu yemeye kuvyara ku coreke Kandi Imana yari yaramuhaye isezerano.Eva yahenzwe na satani kuko Adamu atakoze ishingano ziwe zo kurinda umugore mw,ijambo rimwe Adamu a expose sa femme.Umukozi w,Imana avugako umugo ari we yazanye icaha mw,isi ariko yibukeko umugore ari we vyavyayeumukiza.Hama gukora ibitangaza sivyo vyemezako Umuntu yemerwa n,Imana kuko na Yesu yarivugiyeko hazobaho abavugishwa bibinyoma n,abazokora ibitangaza ariko atari abakozi b,Imana b,ukuri.Muri iki gihe dukeneye esprit de discernement
Ariko bantu bimana ibyobintu muba mwita ngoni ba.pasteur hariho pasteur.koko yahamagawe nimana asenya?mutagira nisoni muraza nokuri camera ngo pasteur yahukanye Ijambo ryimana rivuga ngo ntacabagerageje atarico kwihanganira ahubwo vyarabacanze ivyo navyo uvuze ngo Adam yarahu kanye ngo na Aburahamu twereke muri bibiriya yera igitabo nigice.numurongo wabisomyemwo hama natwe twisomere ijambo ryimana ritubwira ko bazirundaniriza inyigisho zihuye nukwifuza kwabo ibitangaza navyo ntagitangaje murivyo ninkoni zabanyamareba zarahindutse inzoka kuba warasambuyurugo aho taha ntabutumwa watubwira burengubwo buba bwisobanuye ababakurikira mufise ivyomuhurirako mwiyo myizerere yogusenya atakibagera
Muzoz muravuga ivyo muzi.!!!noe kwar umugore yamutay akaja kwibera dubaï,pasteur yariguca agiriki?hahaaa urubanza nurw Imana...,mugezaho kumucira urubanza. Imana yamuhamagay iramuzi kandi niyo ifis ijambo ryanyuma kubuzima bwiwe.😢
@@huguetteniyonzima8586 nawe cuti ntumuvugire . Ubuheruts nakurikirany ikiganiro c'abakozi b'Imana kiraho. Bavugako naho umugore yoja kurongorw murundi rugo nkumukozi w'Imana ntushobor kurongor uwundi akiriho canke mutandukan kandi zarinyigisho nziza cane ndetse bakoresh n'a bible vyari bisobanutse . Rero nuyo nawe umugore akiri muzim yarikwihangan mpaka😂😂😂😂
@@GenevièveNijimbere-l3y noe hariho uwundi ararongora?ntararongora pe
None kuvuga ko umugore yagiye Dubaï, umugore wumvise yagiye kuwundi mugabo ??? Muramukurikira Eric wanyu, mube mwumva niyo akura imbaraga
@@FrancineBayubahe Umucamanza ni Yesu wenyene. Ahakura nyambarage twebw naw ntibituraba. Ikindi niryo sengero ryiw sinzi naho ritumberey pe. Nanse ivyo kbra ko gucira imanza arivy Imana.ntanikindi.
urumv apres 17h rero IMANA ntiyoza? ahubwo be musenga kuva 5h gushika iyindi 5h. Harumusi mbe hoho IMANA Isibira itaza? Fake
Mariko 10:1-12.ahubwo wihane wavuguruje ijambo ry’Imana ico Yesu yavuze
Twirinde kuza turaciranira Imanza ariko kimwe Imana ntaho yigeze ishigikira kwahukanaaaa
Uyumusi mbaye wa1 kabisa❤
Imana Igukoresha Turayubaha Ibikogwa vy,Umwami YESU Vyamamare mw’Isi yose 🙏
Hamw umugore wawe fa Eric Yahukanye kubera ubwo bustar bwogukundwa nabagore nabandi.... ukemera ko umugore agenda ... akahukana kubera icokibazo sha ntuhebe abobantu mon frr ihane ugende unusabe imbabazi warakoze amakosa.
Mwize hehe ga basha!!!
Adam na Evè bovana gute kd batabayeho?!!!
Ooh my Gosh!!!
Imana ikongr amavuta yo kwihangan muvyey
Wubahwe citegetse mbere ndagukunda knd ndakubaha notament ukuntu wigisha ijambo ningene wisigura
Imana igutabara nawe uruwo gusengegwa
Basha kubana numugabo akundwa nabantu benshi surtout aba dames birica umutima je narabibayemwo ndabizi kuba yarananiwe bibho
Yoooo pole sana Prophète Eric iyi si ntisakaye ntawutonyagirwa ikindi naco ntukisobanure mugihe kuko ibintu vyose nasanze bisobanurwa nigihe
Eric warasebeje umugore wawe , aronda agera kure , ararya umutima amenyo , .biratinda biranka . Gusa abantu bakwirikira ivyawe ndabahaye pore .
Past uramubabarira umu dame wawe
Nukur imana yae ndayiz narayibony inkorer ivyananirany
Muvugivyomutazi uravye abahikanye mwiyisi karibesh nabasatani lurekegucimanza uwonumukoziwiman ndabihamya haeuwobumvamumuvuze akababara kuko tumuziko asengataburyarya
Cimamanda urihe wumve iki kigoryi😂
Uwoba afise aka numero ka Nadege ndasavye akampe azoba akoze caaaaneee
Eric unteye umujinya kuko abowigisha amaraso yabo uzoyabazwa gusa twereke muribibiriya yera ahowasomye ko Adamu na Aburahamu yahukanye wohanuriki nawe rwarakunaniye haruwamura inzabibu kumunyinya wobwira umuntu ngihangane nawe vyarakunaniye kandi uhagarike abandi mbega umukoziwimana araba umu stare numva Imana yoba yarahindutse
🎉🎉🎉
Mana yanj inyigish zuwomunt zirayobeye ziragoy pee ivyijamb ryimana biragoye 😢
Ugwo rukundo ukundwa n'abantu bose gwotuma usambura , urazokwisuzuma .
Haaaaaaaa urubanza rurabegereje muvuga agakiza mutangira yesu atubabarire
Vy'ukuri tureke kuba twishigikir muvyaha. Nta Mana yaremye isi nijuru yemerera ko umugore numugabo bahukana🤔🤔 kanatsind abo biyitako ari abakozi b'Imana ?? Imana ikomeze idufashe pe mbere inadutahuze kubiriko biba mur'iyisi
Ashaka izindinkimi😂 uyisumwe yavuga ngo abagore abakobwa badandaze ibisusu
Oya@@JustineNizigiyimanajustine
Dukomeza kwumigwa😂😂😂😂😂
Nukuri nukuri ndababwire.....baramaze guhabwa impera zabo! Mwirinde ibizimiza kuko biriko bigwira gusumba ryajambo twahamagariwe
Hhhhhhhhh sha ndumiwe kimwe gusa.
Ubwo bwanwa nubwa pasteur nimba arishehe ndumiw
Ti abagore barankunda ewe mana😂😂😂😂
Mwemurindire chimamanda iyi vidéo azoyitor ayishire kur fb😂😂😂😂😂
Ngukundwa nabose iwawe ngo hasengera abagore beza ndamaramay kugirango aterure umugor akagend nuko yari yananiwe nabo wumva bagukund
Ooooo nugusaza washaj kl
Justine Burundi nibuziko mwasezeranye mukaba mwatandukanijwe nurupfu canke kuza kwa kristo aho niwihumurize kwuhagaze ibirenzevyo binyuranye nukuri kwijambo ryimana ijambo ryimana ritubwira komugihe ciherezo bazovugishwa bakanahanura ibinyuranye nukuri dusabe mpwemu abadutahize nomuwo mpwemu niwe yakwemereye kwahukana? Sha waravangiwe kugezaho vuga kwimana itibuka kurumugabo burajujuta
Chimamanda naze yumvirize atwihere inyishu maze ewe eric urambabaj nukuri imisaraba yabantu wikorey uriko urayovya ndakurahiye utagowe ntarubanza nguciriye I am sorry
Uraza umucire urubanza wee Basi
None nkabantu nkaboo mubatumir kugira mudufashe iki ???
Twahor tubarab tuzoobihebaaa aboo baraguye dukurire 😅😅
😂😂😂😂😂😂😂 nihatal nukuri
Kwitavuga
Akokajambo muherejeko Niko kuko umuntu agukunda ahuye nuwukuvuga nabi arakuganirira uwuhuye nuwukanka akakuvuga kuwukanka biba bifashe iyindi ntumbero abantu tuze twitondera abandi🤣🤣
Gusa ibitu biragoye kweri ariko jewe ndahamya kubana numuntu mutariko mubihurizako mwobivamwo😜😜😜
Abo uvuzeko badasengera abantu nuko atarivyo vyazanye Yesu christo yesu yakiza abantu bivanye nimitima yabo kuko yaraba mumitima yabo akabonako natakora igitangaza ntibemera Ijambo agahitamwo gukora igitangaza kugira abone uko aimitima yabo ayikwegerako hama ababwire ivyagakiza niyompamvu burya akenshi ibitangaza nivyabantu batizera ariko umuntu yizera ntakeneye igitanganza mbere ahubwo yizera ijambo ibitangaza bigakoreka nyuma vyukuri je ndi Saoudia ntashengero mfise nsengeramwo ubu ariko ndi umunyamasengesho ntuhave wibazako haraho mpengamiye ariko iconzi kurijewe wombwira ijambo gusa ukitahira hako ukora igitangaza ntajambo unsigiye
Hezagigwamuvyeyi kandubababarire ntibazivyobavuga
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Conseil kumu journaliste arakwiye kwiga kuvugana ikinyabufura akameny uk ahadikiririrz ija sorry vrt ou signifato yumu journaliste
Urabanza wikizi😂
Ntahantu havugako Yobu yavanye numugore ntanubwo Bible ivugako Imana yamuhaye uwundi ntabiri muri bible Mana yanje sinzi impamvu nisanze ahahantu hhhhhhhh kuvuze ko ivyago turimwo ko vyazanywe numugore nivyo kutavuzeko nUmwana wImana yavutse Imana ibicishije mumugore????hama nihatari gusa emera integenke zawe ivyashitse mukavana numugore ariko ntakavugenkaho Imana idaha agaciro umuryango hama
😂😂😂😂
Hhhhhhhh ndumiwe nukuri ariko Mukozi WImana wobuziko ujehano ubuje kwisi?aho abantu bose harimwo nabasomyi ba Bible????uvuzeyuko Imana iyituraba itanibuka nimba ndi umugore cnk umugabo?????ndumiwe iminota 5 gusa irahagije ngo umumenye uwariwe kbx Ijambo ryImana rivugiki???ngo sivyizako umuntu yibana wenyene reka ndamuronderere umufasha bikwiranye hama no mubakozi bImana Imana ishiraho uko vyogenda ati umuzejwashengero nabe umugabo afise umugore umwe nibindi nibindi hhhhhhh nimba uvugako MwIjuru ntamugabo ntamugore nivyo ariko tukiraha kwisi nagomba nkubwireko Imana yitaho icitwa umuryango we nimba vyarakugoye vugako vyakugoye kandi ivyakunaniye harabandi babishoboye Imana yita kumuryango cane kuruta ikindikinti cose wibaza hama nasomye Bible ntanshamwe havugako Sala na Aburahamu bavanye nyimba aribirya vyokubesha ko arimushikiwe ivyo bifise impamvu yavyo ariko insiguro ubitanzeko sivyukuri reka kuyovya abantu
Yotubwira aho vyanditseko ko Adamu na Eva bahukanye? Kuvugako gukundwa n,abantu beshi yo raison yo kwahukana,ico n,ikinyoma ca satani kuko kwahukana s,umugambi w,Imana Kandi ngo ntacatugerageje kitarico kwihanganira.Iyo abantu bavugako Adamu atakoze amakosa sindabatahura kuko niwe Imana yari yabwiye kutarya icamwa kuki yumviye Eva akamurutisha Imana?Umuntu asomye Bible arabona yuko abagabo bayiye bagira intege nke kuruta abagore.
Akarorero ni Aburahamu yemeye kuvyara ku coreke Kandi Imana yari yaramuhaye isezerano.
Eva yahenzwe na satani kuko Adamu atakoze ishingano ziwe zo kurinda umugore mw,ijambo rimwe Adamu a expose sa femme.
Umukozi w,Imana avugako umugo ari we yazanye icaha mw,isi ariko yibukeko umugore ari we vyavyayeumukiza.
Hama gukora ibitangaza sivyo vyemezako Umuntu yemerwa n,Imana kuko na Yesu yarivugiyeko hazobaho abavugishwa bibinyoma n,abazokora ibitangaza ariko atari abakozi b,Imana b,ukuri.
Muri iki gihe dukeneye esprit de discernement