NTIBISANZWE! PRESIDENT W'U BURUNDI NI UMUGABO W'INTWARI!

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 24 янв 2025

Комментарии • 247

  • @Josiane.kabuto
    @Josiane.kabuto 20 дней назад +12

    Neva Uwiteka Amuhe umugisha Utagabanije 😇🌹

  • @johnkagabo4408
    @johnkagabo4408 19 дней назад +7

    President E Ndayishimiye !! Ni Umushingantahe ! Umugabo nya Mugabo, wubaha Imana !! Respects !! 💪❤👍

  • @EvalisteKubwimana
    @EvalisteKubwimana 19 дней назад +6

    Urakoze pasteur kugushimangira neza amajambo uw'iteka yahaye umukuru w'igihugu cacu ciza c'uburundi

  • @Mupendwa
    @Mupendwa 19 дней назад +5

    Imana ibahe umugisha n’utilise NEVA Uwiteka yamubugiyemo peeeee!! Abandi ba perezida bumvireho !! Nizereko ababaye imbata za ba moatsibihugu bumve uko babatsinda!!!!

  • @upendo6738
    @upendo6738 19 дней назад +6

    Murakoze Mwarimu wacu dukunda cyane ❤️ mbifurije umwaka mushya muhire muzawugire mo amahirwe masa masa 🙏🎉🎉

  • @roseb8052
    @roseb8052 20 дней назад +4

    Naringukumbuye papa nawe uwiteka atukurindire ❤❤❤

  • @jeanmarieciza2262
    @jeanmarieciza2262 15 дней назад +1

    Imana imukomez
    Cane👏👏

  • @Isa3th
    @Isa3th 19 дней назад +6

    Karibu karibu muburundi mukozi w IMANA ibujumbura turagukunda caaaaaaaane karibu tuzokwakira mwizina rya YEZU KRISTU karibu nyinshi caaaaaaaane.

  • @JeanpaulMusana-i7m
    @JeanpaulMusana-i7m 19 дней назад +3

    Past, MUKWIZERA KUNDIMO, RWOSE N' UKURI,N'UKURI, AMAHORO Y' IMANA MURI KRISTO YESU, MUBANE ITEKA. AMEN.

    • @amatekatvrwanda1668
      @amatekatvrwanda1668  19 дней назад

      Amina amina
      Urakoze cyane muvandimwe
      Uhoraho akunkomereze iteka ryose muvandimwe

    • @JeanpaulMusana-i7m
      @JeanpaulMusana-i7m 19 дней назад

      @amatekatvrwanda1668 Amen. Tubanye!, TUZABANA.

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 20 дней назад +3

    Imana iguhezagire, Pasteur 🎉

  • @ThamiKhundula
    @ThamiKhundula 19 дней назад +3

    Thank you pastor love from Burundi 🇧🇮 ❤❤

  • @irenekaneza2631
    @irenekaneza2631 16 дней назад +2

    Imana ihezagire indongozi z.Uburundi .amen amen

  • @257Irparfait-g4q
    @257Irparfait-g4q 20 дней назад +4

    Imana iguhezagire mukozi wimana🎉🎉

  • @wamupepe5301
    @wamupepe5301 18 дней назад +2

    Apôtre perezida ndayishimiye 👏👏👏👏👏

  • @johnkagabo4408
    @johnkagabo4408 19 дней назад +3

    Mukomere, Pastor dukunda !! ❤👍

  • @innocentndayizeye2660
    @innocentndayizeye2660 17 дней назад +2

    Baramurwanya ,ariko Nuwambera1❤❤❤
    Turamukunda cane.

  • @niringiyimanajosue8075
    @niringiyimanajosue8075 20 дней назад +4

    Ndakunezerewe mukozi w'Imana

  • @Noboardy
    @Noboardy 19 дней назад +4

    God Bless uburundi Na Ababutuye bose!

  • @upendo6738
    @upendo6738 19 дней назад +5

    Prezida w'Uburundi nimwubahwe Alelua Alelua Alelua🙏🙏🙏

  • @IninahazweOnesphore-g1n
    @IninahazweOnesphore-g1n 15 дней назад +1

    Twakiriye imigisha iva kuwiteka imana ihezagire Burundi bwacu❤❤❤

  • @nsengimanagoda
    @nsengimanagoda 19 дней назад +3

    Yooo Imana imukomeze kandi nawe tujye tumushyira mubuganza byuwiteka ndetse nabarundi

  • @bernardbagwagure8123
    @bernardbagwagure8123 20 дней назад +3

    Mukozi w,Isumba vyose .Abarundi har, ico Uhoraho yavuze kubarundi Abarundi ntabo muzi na barundi ntibiyizi .Uhoraho agiye gukora agasha mubo yiremeye uhereye mu gihugu c,Uburundi.Abarundi nibo bazi ivyabo reka gushimagiza umwana w,umuntu uwo ariwe wese Uhoraho wenyene.,hanyuma abanyarwanda musenge gose hari ibikomeye ntibagiye bene wacu ba Barundi.Ndakunda Imana na bantu bayo bose yiremeye.komera Pastor Chadrac.bishoboka murampa numero zanyu tuzovugane.murakoze.❤

    • @amatekatvrwanda1668
      @amatekatvrwanda1668  20 дней назад

      NEVA ni intwari Uhoraho yishimiye cyane

    • @s.m849
      @s.m849 19 дней назад

      Abarundi turindiranye igishika cinshi ihirima ry'Ingoma ya Ntabumwe!!! Ni hahangame Ingoma ya Kristu Mwami!!!
      ruclips.net/video/-Zb-INDzdi4/видео.html&authuser=0

  • @christophenizigiyimana7941
    @christophenizigiyimana7941 11 дней назад

    Karibu iwacu dukunda abashitsi beza kandi tubakira neza❤🇧🇮

  • @CalixteNijimbere
    @CalixteNijimbere 14 дней назад

    Imana igufashe pe

  • @MunguuMbelee
    @MunguuMbelee 11 дней назад

    Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️🙏

  • @archangemutibagirwa554
    @archangemutibagirwa554 20 дней назад +2

    🎉🎉🎉komera Turikumwe. ❤

  • @ChristelAbikunda
    @ChristelAbikunda 18 дней назад +2

    Nukuri Nyakubahwa Mukozi W'Imana urakoze caane kuduhumura amaso twebwe Abarundi Wongerwe Amavuta n'Uwiteka .Amen Amen 🙏.

  • @wamupepe5301
    @wamupepe5301 18 дней назад +5

    Nzanza Bujumbura na shuti zandje za England turye agatoki ni mikeke. C'est çà. Burundi oye

  • @SebastienTangishaka
    @SebastienTangishaka 19 дней назад +5

    Karibu muburundi iwacu pastor uzoz uraduha ibiganiro nkenivyo. Nivyo numva bitwubaka bikatugera kumitima

  • @vedaste-wj3
    @vedaste-wj3 20 дней назад +3

    Mwarimu nange uyu mu ntu ndamukunze cyane Imana ihe uburundi umugisha.

    • @amatekatvrwanda1668
      @amatekatvrwanda1668  20 дней назад

      Amen
      Uhoraho akunkomereze muvandimwe

    • @nsengimanagoda
      @nsengimanagoda 19 дней назад

      Vedasite komera cyane nawe twakubuze pe​@@amatekatvrwanda1668

  • @JeanpaulMusana-i7m
    @JeanpaulMusana-i7m 19 дней назад +3

    Komera ntumwa ,y' IMANA.

  • @africanow9057
    @africanow9057 20 дней назад +4

    BONNE ANNÉE MWARIMU WACU MWIZA.

  • @DeoNihorimbere
    @DeoNihorimbere 18 дней назад +2

    Kalibu iwacu I Burundi turabakunda cane

  • @theafricanhauler3396
    @theafricanhauler3396 18 дней назад +1

    Amen /Amina ❤🎩🙏🏾
    Mukozi w Imana mwiza
    Nizere ko bataza kubagiriza Politique !
    Mu Rwasabo😊
    .✊🏾🇧🇮

  • @samueltwizerimana5890
    @samueltwizerimana5890 16 дней назад +4

    Aha uriko urababaza abanyarwanda bamw bamw batigera bipfuza iciza na kimwe kivugwa k,uburundi

  • @ThamiKhundula
    @ThamiKhundula 19 дней назад +4

    Musa Neva niwe uzotujabutsa wirambire mutama ❤❤🎉🎉98%turi kuriwewe 2%zisigaye vuba tuzozizana

  • @samueltwizerimana5890
    @samueltwizerimana5890 16 дней назад

    Pasteur Imana ibahezagire caane kandi ibahe umugisha

  • @fafari150
    @fafari150 19 дней назад +1

    Nzoshima yuko wemera Imana urekuye Pasteur Bunyoni

  • @EgideNiyokwizera
    @EgideNiyokwizera 11 дней назад

    Karibu iwacu urisanze

  • @ericniyonzima707
    @ericniyonzima707 19 дней назад +4

    Urimvugakuri

  • @ngendakumanajeanmarrie7490
    @ngendakumanajeanmarrie7490 19 дней назад +2

    Amen pasta uburundi twashizi lmana imbere azoturamira

  • @Jean-ClaudeNntse-dg3bp
    @Jean-ClaudeNntse-dg3bp 20 дней назад +3

    AMEN AMEN AMEN

  • @CyrilleNahimana
    @CyrilleNahimana 18 дней назад +3

    Karibu iburundi

  • @SamsonNdereyimana
    @SamsonNdereyimana 16 дней назад

    Aho Imana iravuga ATI vrai.

  • @deobiho
    @deobiho 18 дней назад

    Amen AMEN 🙏🙏🙏
    Urakoze, Imana nawe iguhezagire

  • @BARAFINDASEKIKUBOFREDR2UDAPRES
    @BARAFINDASEKIKUBOFREDR2UDAPRES 19 дней назад +3

    ❤❤❤❤❤ murakoze cyane UMWAKA MUSHYA MUHIRE WA 2025❤❤❤❤❤

    • @amatekatvrwanda1668
      @amatekatvrwanda1668  19 дней назад

      Urakoze cyane muvandimwe BARAFINDA, namwe kandi uzababere uwamata n'ubuki

  • @ruzoviyomatirida4004
    @ruzoviyomatirida4004 17 дней назад

    Imana ihabwe icubahiro

  • @archangemutibagirwa554
    @archangemutibagirwa554 20 дней назад +3

    ❤AMEN

  • @Noboardy
    @Noboardy 19 дней назад +2

    Amen.

  • @InnocentNduwimana-s9w
    @InnocentNduwimana-s9w 18 дней назад +1

    Merci bcp

  • @NestoryNelson-r8y
    @NestoryNelson-r8y 19 дней назад +3

    Mana hezagira president Neva hezagora pasteur chadrak imana ikomeze kubaba hafi mwarahezagiwe

  • @jeanngirimana536
    @jeanngirimana536 19 дней назад +5

    Imuhe uburambe , amagara meza n'imigisha .

  • @shebndayishimiye
    @shebndayishimiye 17 дней назад

    Amen amen cn kko niyontwari twabayeho twipfuza kuva kera.Gusa mfise vyinshi zomwirataho nkahamwe vyoshirwa mungiro murayameze atatu aheruka kuvuga kko nk imiryango y inkehwa yarenganijwe arko umwanya n umwanya irashobora kurenganurwa ahubwo Imana imutuzigamire cn.

  • @baramparurutsej.dedieu5361
    @baramparurutsej.dedieu5361 18 дней назад +1

    Karibu

  • @ManirakizaGregoire-wr4me
    @ManirakizaGregoire-wr4me 18 дней назад +2

    Amuna❤❤❤❤❤❤ urakoze kutwifuriza umugisha naweturabikwifurije Uhoraho nagaze neva ❤❤❤❤ nakomere kwibanga lmanimuzigame

  • @JimmyGahungu
    @JimmyGahungu 18 дней назад

    Turabakunda cane🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤

  • @JeanneNimpaye-yv2rw
    @JeanneNimpaye-yv2rw 10 дней назад

    Imana yame ihezag8ra Uburundi bwacu numukuru wigihugu cacu abandanye yubaha Imana yacu .Igihugu cacu twashize Imana imbere .
    Komera mutama wacu ugwane urugamba gwiza ntuze wemere ko uwo mukoshi winjira mu gihugu cacu nibagumye iryo shano ryabo Imana izotugaburira ibihezagiye

  • @WillyfranckNdayiragije
    @WillyfranckNdayiragije 17 дней назад

    Urumuntu w'umugabo kandi ndashimye cane kubona ibintu ukwo bimeze❤️❤️❤️👍😀

  • @BriceIrangabiye
    @BriceIrangabiye 18 дней назад +1

    Nivyo❤

  • @ThamiKhundula
    @ThamiKhundula 19 дней назад +3

    Pasteur kaze ndi south Africa ariko nzataha vuba cane kuko ndiguhombera hino Sud knd ubuzima busigaye iburundi iwacu nzashira number yanje kukiganiro uzosozera urimukuza iburundi maze nkwakire murugo iwanj twifatire aga Fanta nkiri malawi nabanye naba Congo, Rwanda 🇷🇼 bumutima nipfuzako babaho nabi mbona ndetse nubu turayaga knd neza naho twatandukany

    • @amatekatvrwanda1668
      @amatekatvrwanda1668  19 дней назад +2

      Yego muvandimwe
      Uhoraho akunda abagwaneza akihimura kubigira intama ari impyisi bihehe

    • @ThamiKhundula
      @ThamiKhundula 19 дней назад

      @@amatekatvrwanda1668 Amen🤝

  • @baramparurutsej.dedieu5361
    @baramparurutsej.dedieu5361 18 дней назад +2

    Amasengero i Burundi arakora

  • @AB-tt2xz
    @AB-tt2xz 20 дней назад +4

    Umwaka mushya muhire Mwalimu mwiza!

  • @Noboardy
    @Noboardy 19 дней назад +5

    Mukundira ko Buri Murundi wese Afite Inumber yiwe kabisa

    • @nsengimanagoda
      @nsengimanagoda 19 дней назад

      Mukomere cyne mwaduhaye number ze c natwe tukazibona

    • @amatekatvrwanda1668
      @amatekatvrwanda1668  19 дней назад

      Ibyo ni ingenzi cyane

    • @PhiliLuckson
      @PhiliLuckson 17 дней назад

      ​@@nsengimanagodauzazishake uzozironka kuko abeshi barazifita je ntazo mfita ubundi naca nziguha

  • @KUBERIMANAEMMY
    @KUBERIMANAEMMY 19 дней назад +3

    Urakozepe uvuzukuripe nkumukoziwimana ntuvuzenkumunyeporotike ibyo nibyodukeneye

  • @NkomokoBurima
    @NkomokoBurima 17 дней назад +2

    Turamukunda cane Kandi nivyabangombwa tuzobihindura abandanye atuyobora.

  • @DesireMpawenimana-v7m
    @DesireMpawenimana-v7m 18 дней назад

    Imana ishishikare guhezagira umukuru wigihugu cuburundi akomeze kuba icitegererezo ciza mwisi yose

  • @vianneymunezero3233
    @vianneymunezero3233 18 дней назад +1

    Uganda yarabikoze ,nibindi bihugu

    • @amatekatvrwanda1668
      @amatekatvrwanda1668  17 дней назад +1

      Erekana uwavuze amagambo ya NEVA? Kurikira neza ijambo rya NEVA

  • @CyrilleNahimana
    @CyrilleNahimana 18 дней назад +1

    Amen

  • @KubwimanaAnastasie-t8b
    @KubwimanaAnastasie-t8b 18 дней назад

    Imana Ihabwe Icubahiro yaduhaye um Présidant mwiza cane

  • @wamupepe5301
    @wamupepe5301 18 дней назад +2

    Ariko sha wowe uri umwarimu ukomeye peee. Ni 10/10

  • @amoseirumva3932
    @amoseirumva3932 18 дней назад +2

    Abahima baba nyarwanda naho banka Uburundi nabategetsi babwo nibabikomeze ariko Imana yoyo yarahisrmwo gufasha Uburundi cane, mwimbe ibinogo mugire ivyo mushaka ariko Uburundi buyobowe na NEVA IMANA yaramaze gusinya guhagararira Uburundi nabarundi na Nyakubahwa NEVA

  • @Noboardy
    @Noboardy 19 дней назад +2

    Nibagumane Amashitani yabo!!

  • @NdayikengurukiyeYoweri
    @NdayikengurukiyeYoweri 19 дней назад +3

    Uragahezagigwa uragahezagigwa nimana muragahezagigwa

  • @EmmanueliqueNSAVYIMANA
    @EmmanueliqueNSAVYIMANA 17 дней назад

    Mon pays❤❤❤❤

  • @perfectiradukunda53
    @perfectiradukunda53 18 дней назад

    Hezagigwa Mukazi w Imana

  • @NiyoyankunzeEgide
    @NiyoyankunzeEgide 17 дней назад

    Amen imuturindire imitego ya shetani imwandikeko kirazira.

  • @innocentndayizeye2660
    @innocentndayizeye2660 17 дней назад +1

    Aha rero kuri iyo ngingo Neva bimuhaye gutsinda abandi biwe.kuko sivyabose.

  • @EzechielIMU-ch6bq
    @EzechielIMU-ch6bq 18 дней назад

    ❤❤❤ Amen 🙏🙏🙏

  • @AB-tt2xz
    @AB-tt2xz 20 дней назад +2

    Inzara iraca ibintu mu Rwanda😢 Na za mbwa bajyaga barya ntizigicaracara ubanza zarashize🤔🤔

  • @NtakirutimanaJohn-qx9by
    @NtakirutimanaJohn-qx9by 19 дней назад +2

    Kagame yubakiye amashitani azamwitura icyaha cyogushyira abanyarwanda muri iliminati imana izakibahembete😢

  • @deobiho
    @deobiho 18 дней назад

    Karibu i Burundi

  • @rwangabwobamukenuzi4181
    @rwangabwobamukenuzi4181 20 дней назад +4

    Neva,nagume AHO AHAGAZE,NTAVE KUJAMBO! Kuko SATANI ukangisha GUFUNGA imiryango,ariko n,Imana igiye GUFUNGURA IYINDIMIRYANGO!!!" Nabobye umukenyezi w,UMUPASTERI w,I Rwanda,#" pastor Fanny official tv" YAHANUYE KO" IBURUNDI HAGIYE KUBONEKA PETROLEUM/ IBITORO!!!😅😅😅"!!!! None amadeni azaba ari ayiki????

  • @innocentndayizeye2660
    @innocentndayizeye2660 15 дней назад

    Umurundi burafise itandukaniro rikomeye caane n ibindi bihugu.
    Kandi buzotangaza benshi.

  • @JeanboscoKanyamusivya
    @JeanboscoKanyamusivya 17 дней назад

    ❤❤❤❤🎉🎉🎉

  • @Wasawatvofficial370
    @Wasawatvofficial370 18 дней назад +3

    vyitonderwe burya ico mutazi nukwo benabo kenshi ziba ari inderetsi ziza mu bundi buryo😄😄😄 urazoza ariko tuzogukwirikiranira hafi ntidusamare

  • @NuwagabaClever-o3v
    @NuwagabaClever-o3v 18 дней назад

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @CorneilleManirakiza-o8z
    @CorneilleManirakiza-o8z 18 дней назад +1

    Burundi hejuru

  • @CyrilleNahimana
    @CyrilleNahimana 18 дней назад

    ❤❤❤❤❤❤

  • @jeanclaudeharerimana6609
    @jeanclaudeharerimana6609 17 дней назад +1

    Urakoze kudusabira imigisha,nawe hezagirwa

  • @Sympholine
    @Sympholine 18 дней назад +2

    Muzehe, uvuze ibikomeye caane, bishobora gutuma ya Satani Iza kurondera. Urakoze caane kuvuga kwaya majambo. Kazé mu #Burundi. Kandi no mu #Rwanda, muri Abavandimwe. Tube abanyakuri, Kuko mu Rwanda no muburundi Hama Hari utwo dutsiko (uturwi) twamasatani twama dushama kuducanishamwo. IMANA ibahe kuramba, kaze!

    • @amatekatvrwanda1668
      @amatekatvrwanda1668  18 дней назад +1

      Humura mugabo
      kubaho k'umushwi si imbabazi z'agaca. Iriya Satani, Yesu Kristo yayimennye umutwe. Iriho izunguza umurizo gusa. NEVA ati ntitugomba kugira ubwoba igihe turi mukuri. Kandi Ijambo ry'Imana naryo rirabishumangira. Ntamunsi batandondera ariko YESU KRISTO niwe bwugamo.

    • @Sympholine
      @Sympholine 18 дней назад

      @amatekatvrwanda1668 🥰

  • @oswardjaphal-cd6np
    @oswardjaphal-cd6np 18 дней назад

    General never hejuru. Uzudakwangwa.

  • @oswardjaphal-cd6np
    @oswardjaphal-cd6np 18 дней назад

    Kweli. Ibihugu vyinshi vyaranse kuvugana kimwe. Kwemera canke guhakana. Barahoze. Bisigura kobatinye baravyemeye kimoyomoyo

  • @ruzoviyomatirida4004
    @ruzoviyomatirida4004 17 дней назад

    Karibu mu Burundi

  • @alexisniyomugisha1117
    @alexisniyomugisha1117 16 дней назад

    UHORAHO akomeze kukuvugisha amateka y'uburundi

  • @EgideNiyokwizera
    @EgideNiyokwizera 11 дней назад

    Mutama ntuzobihe agaciro

  • @RemmyWilliam
    @RemmyWilliam 18 дней назад +1

    ❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @CyrilleNahimana
    @CyrilleNahimana 18 дней назад

  • @emmanuelkwizerimana5411
    @emmanuelkwizerimana5411 18 дней назад

    Gloire à DIEU

  • @RukundoElyse-ox7ts
    @RukundoElyse-ox7ts 18 дней назад

    Karib iwacu burundi turabavandimwe

  • @Aaron-x9t1i
    @Aaron-x9t1i 18 дней назад

    Iman iganze uburund mbes na afrika yose idukize aba koroni