MKOMBOZI agarutse muri Politique || Indirimbo yiwe nshasha || Asabiye aba Motari namakinga nama BAJA

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 24 мар 2022
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Комментарии • 140

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 2 месяца назад +1

    Mukombozi ndamwemera yishurana ubwenge

  • @igirimbabazisania9768
    @igirimbabazisania9768 2 года назад +12

    Iyo titre ntisona neza kbsa nyimba muriko mumubeshera😀😀ayeayeayeyooo👏👏Lucifer

  • @sophonientiranyibagira3247
    @sophonientiranyibagira3247 2 года назад +3

    Mkomboz Iman ibandany iguhezagir.Isaac Tv yubahw

  • @asenathfather9766
    @asenathfather9766 2 года назад +4

    Mukombozi ndabona ufise diplome uzoje muba politician uzokwiyamamarize kuba president wa 2025 tuzogutora

  • @laidayassmine319
    @laidayassmine319 2 года назад +6

    Aba bro bacu🇧🇮🇧🇮mwese mwapendeje👌👌

  • @user-kz5xy9vk2r
    @user-kz5xy9vk2r 2 месяца назад

    Ngukuda cane mukombozi kuk uvuga witonze🎉🎉🎉❤❤

  • @evaristebirahinduka3691
    @evaristebirahinduka3691 2 года назад +2

    Ndashimira mukombozi kukuntu adaterana amajambo nabandi ba star mugabo icotumusavye nkaba fans biwe atugarukanire akanovera kakera

  • @globalconsultingandsocialb3676
    @globalconsultingandsocialb3676 2 года назад

    Thank you for the last message Mkombozi. Tugiye kuba INTAMBA MU RUGAMBA muvyo dukora twese kubera HARI ABABIZI BAZI KO BABIZI,N'ABATABIZI BAZI KO BABIZI.HARI ABABIZI BAZI KO BATABIZI,..

  • @user-gs3lb4xs3j
    @user-gs3lb4xs3j 2 года назад +4

    Mukombuzi,ngukundakanini.Imanikutuzigamire,uterimbere❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤💓💓💞💞💞💞

  • @IntareYumuryango
    @IntareYumuryango 2 месяца назад

    Friend Wangu Isaac Big up San nakubali kbx wew tumekomaa pamoja Kam ndugu nafurai San kuona atuwa unafikia eko

  • @fulgenceneema661
    @fulgenceneema661 2 года назад +4

    Mkombozi nzey, Imana tunakupend Sana tenasana

  • @chrischito1855
    @chrischito1855 2 года назад +3

    Ayeyo courage bro uriko urabikora kbx hasta la vista

  • @eida4124
    @eida4124 2 года назад +2

    Ndakunda mukombozi kukoritonda cane

  • @rosettenizigiyimana7516
    @rosettenizigiyimana7516 2 года назад +4

    Ndagukunda mukombozi

  • @prudence.comniyishumbusha6401
    @prudence.comniyishumbusha6401 2 года назад +5

    Wakoz kumutuzanir Mkombozi ❤❤❤❤

  • @juvenaldushime9257
    @juvenaldushime9257 2 года назад +2

    Amarori ni sunglass

  • @mpawenimanaaline6576
    @mpawenimanaaline6576 2 года назад +1

    Vrmnt mukundir ubutekezi nukwishuran ubwitonz ntanger🤛🤛🤛hama igihe yaza baribavumy na B- face ndashaka vrmnt muze mukorane akantu ndabemer sana kand vyoryoha cane

  • @jonathanmuhigwe5415
    @jonathanmuhigwe5415 2 года назад +3

    Nakupenda sana mkombozi igihugu cacu gitwawe Gisirikare nkubu twari dutunzwe nogukora ivyo vyuma kand twari dufise abangay babamotar none barigiriye tugiye kubah gute????

  • @jeaninendayisenga731
    @jeaninendayisenga731 2 года назад +2

    Isaac iyo titre siyokabisa respect Mkombozi terimbere 💪💪💪💪

  • @truthboyofficial161k3
    @truthboyofficial161k3 2 года назад +5

    Uwambere santa ashobora kuba agombe yuguruze ivyiwe unyihanganire ndabizanye iwawe kubera beshi biriko bibagora

  • @amnaburundi5115
    @amnaburundi5115 2 года назад +3

    Ndamwikundira mukombozi

  • @izocurubanzaferdinand4369
    @izocurubanzaferdinand4369 2 года назад +3

    Toto mukomboz uraberew pee my brother

  • @chimyornyvette3883
    @chimyornyvette3883 2 года назад +5

    Mukombozi respect 🥰🥰🥰

  • @user-kk4ow7iz7n
    @user-kk4ow7iz7n 2 месяца назад

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤mukombozi wirambire🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🙏🏽🙏🏽

  • @user-ef1wd9tm8t
    @user-ef1wd9tm8t Месяц назад

    Mukobozi.imana.ikurinde.❤❤

  • @rukundovianney1396
    @rukundovianney1396 2 года назад +4

    Isaac nkiyo titre ntubona ko ariyo kumukwegera??

  • @fedisshamila8382
    @fedisshamila8382 2 года назад +3

    Mukomboz ndagufan can wirambire,turanangana,gusa iyo titre ntitwayikunz

  • @user-rh2ok1jk5z
    @user-rh2ok1jk5z 2 месяца назад

    Mukombozi imana iguhe kuramba uzogire niherezo ryiza

  • @mwananyamalaz4427
    @mwananyamalaz4427 2 года назад +4

    Mkombozi mwenyewe tunakupenda sana brother pamoza Sana from Australia 🙌

  • @mmmuygyfccfttnooni7363
    @mmmuygyfccfttnooni7363 2 года назад +3

    Respect isaac mukombozi nawe terimbere

  • @PAPASAMUELGezaho
    @PAPASAMUELGezaho 2 года назад +8

    We love you Mkombozi

  • @jeshbuba2770
    @jeshbuba2770 2 года назад +6

    God blessing you

  • @nibitangajeandianne5835
    @nibitangajeandianne5835 2 года назад +3

    Mkombozi wubahwe 🔥♥️♥️♥️

  • @renildevenerand9473
    @renildevenerand9473 2 года назад +4

    Nkiyo title kumuntu nka Isac 🤔mwebwe nukwandika gusa ntimwibaza nukwibaza.

  • @vicentmubangizi3847
    @vicentmubangizi3847 2 месяца назад

    Hasta weeeer victoria uri syepre ndavyanditsuko iciza nugutahura ici mvuze nisazi kudakora ubuki sikosa ryayo mukombozi nkwagala nyoo!!!

  • @johnnyb526
    @johnnyb526 2 года назад

    Mkombozi ,, Seyimana a Mtabili 1 we can't ever forget Ambassadeur school to lumier a mtabila 2 , we love you bro Mkombozi,, chana wote watulie na wakugeshimu

  • @adidjaseng4087
    @adidjaseng4087 2 года назад +2

    Ndagukunda runin mukombozu🥰🥰🥰🥰🥰♥️♥️♥️♥️♥️🌹🌹🌹🌹🌹🌹

  • @user-io4kq5yd7t
    @user-io4kq5yd7t 2 года назад +3

    Gusa aritondacne mukombozi komera ntumezenka nabandi ngofisibi

  • @user-ef1wd9tm8t
    @user-ef1wd9tm8t 2 года назад +2

    Mukombozi.imana.ikuzigame

  • @salmanalitabi2788
    @salmanalitabi2788 2 года назад

    😃😃😃😃komera komera kaka mukombozi. Songa mbere kimwe turagukunda. Isaac ibibazo nkivyo ubikurahee??? Nukuri muranezereye kabisa💙💛🧡

  • @vicentmubangizi3847
    @vicentmubangizi3847 2 месяца назад

    Mukombozi ndagukunda muga uratuma nongera kubaho kandi kuko ivyuvuga kensh nivuo ukora

  • @EmmanuelLaizer-pr8cj
    @EmmanuelLaizer-pr8cj 21 день назад

    Mukombozi anahakili sana

  • @MajidiNkunzumuryango-lq9qp
    @MajidiNkunzumuryango-lq9qp Год назад +1

    Mkomboz wubahwe kwel

  • @gsipap3605
    @gsipap3605 2 года назад

    Mukombozi turamwemera caaaane

  • @maxmediatv6704
    @maxmediatv6704 2 года назад +3

    Title ni ikiganiro cose, iyi title mba mbona harimwo akantu katari sawa.

  • @gloriairadukunda6884
    @gloriairadukunda6884 2 года назад +3

    Mukombozi wubahwe kweri

  • @lewisirakoze1603
    @lewisirakoze1603 Год назад

    Mkomboz ndagukund ❤

  • @vestinntakirutimana-bq8dn
    @vestinntakirutimana-bq8dn Год назад

    Tura gukunda Sana nzey

  • @phanuelofficial
    @phanuelofficial 2 года назад +3

    #Mkombozi umu rapel twemera

  • @ItangishakaLodrigue
    @ItangishakaLodrigue 2 месяца назад

    Mukombozi niatar gusa imana imumpezagirire harigihe tuzobonana nkamiha na 10k avuye kumutima

  • @trinitensengiyumva8090
    @trinitensengiyumva8090 2 года назад

    Mukombozi disiii courage. Mwiza. Kandi wambaye neza cane ❤️❤️❤️❤️

  • @niyonkuruemery4971
    @niyonkuruemery4971 2 года назад

    Number one mukombozi

  • @user-dl6ft9fy9b
    @user-dl6ft9fy9b 2 года назад +5

    Nuko twar tumukumbuy

  • @adelphineigiraneza4835
    @adelphineigiraneza4835 2 года назад +3

    Mukombozi 🥰🥰🥰🥰🥰🥰❤❤❤❤❤👌👌👌👌👌👌

  • @djchachouromantic9025
    @djchachouromantic9025 2 года назад +1

    emission tres intererssant
    chachou Romantic from BE CHAP TV

  • @IntareYumuryango
    @IntareYumuryango 2 месяца назад

    Pia nakupenda San msani Wangu nakubali San Kwa mziki wa buja mkombozi

  • @tmofficiel7551
    @tmofficiel7551 2 года назад +2

    Buroko mukoze interview numunt zamusiga link yiwe tumukurikirane

  • @neemaabdulkarim1682
    @neemaabdulkarim1682 2 года назад +2

    Mutabira oyee

  • @afriburundiannoorg
    @afriburundiannoorg Год назад

    Big up sana our legend Nzeyimana Thomas.

  • @manimfasheancileancile427
    @manimfasheancileancile427 2 года назад +5

    Numb 1 brother A lsaac waberew to day vrmt

  • @adijaamur962
    @adijaamur962 2 года назад

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥💯💯💯💯💃💃💃💃
    M
    K
    O
    M
    B
    O
    Z
    I

  • @hatungimanathierry3417
    @hatungimanathierry3417 2 года назад +2

    Isaac nawe uraberewe niyo coiffe

  • @emanuelniyosaba4082
    @emanuelniyosaba4082 2 года назад +3

    Wubahwe mutama mukombozi

  • @user-bf9oq6hk1d
    @user-bf9oq6hk1d Месяц назад

    Respect my Bro

  • @measme4721
    @measme4721 2 года назад

    Isaac wewe kwl n Sawa💃💃nkunda uko ubaza ibibazo vyaw polepole

  • @ndayisabacelestin8178
    @ndayisabacelestin8178 2 года назад +1

    Ndagukurikiye 5/5 lov you

  • @jibrilnshmrmn6519
    @jibrilnshmrmn6519 2 года назад +1

    Naduh iyo song💥💥💥

  • @user-rh2ok1jk5z
    @user-rh2ok1jk5z 2 месяца назад

    Mukombizi uzokwitoze urongore igihugu

  • @jandergh9138
    @jandergh9138 2 года назад

    Kupotera tugukunda amajambo uduhamundirimbozawe

  • @irakozeadelphine272
    @irakozeadelphine272 2 года назад +3

    Mkombozi😍😍😍😍😍😍😍😍😍😍

  • @hamiduhamidu9778
    @hamiduhamidu9778 2 года назад +1

    ISAAC ukimuhoji Mkombozi wa Wakombozi hiwag na furahi san yan Mwanzo mwisho n furaha Ubarikiw ISAAC

  • @jandergh9138
    @jandergh9138 2 года назад

    Wishuranubwenge caneee

  • @smartnahodha6578
    @smartnahodha6578 2 года назад

    Mukombozi afise style aririmbamo atawundi yoyishobora

  • @joleal7941
    @joleal7941 2 года назад +1

    Mukombozi much love

  • @nadianshimirimana4345
    @nadianshimirimana4345 2 года назад +1

    Mukombozi 🔥🔥💕

  • @tiganadjchapartichannel4390
    @tiganadjchapartichannel4390 2 года назад

    Big up sana big brother Mkombozi

  • @yes_yes1310
    @yes_yes1310 2 года назад +1

    Mkombozi Never Disappoint 🤗

  • @richardndayiragije8861
    @richardndayiragije8861 2 года назад +1

    From kabonga oyeeee

  • @piterfedrick4647
    @piterfedrick4647 2 года назад +1

    Nakubali sanaaa mkombozi

  • @alnooroman1058
    @alnooroman1058 2 года назад +1

    💪💪💪💪💪💪😘😘 nakubali

  • @DushimeRoger-sk5vk
    @DushimeRoger-sk5vk 10 месяцев назад

    Isaac aranryohera sana

  • @mbazumutimaappornneli203
    @mbazumutimaappornneli203 2 года назад +2

    Mukombozi🙏🙏💗💗

  • @jejejedidia8252
    @jejejedidia8252 2 года назад

    Big up mkombozi

  • @michouchalome7482
    @michouchalome7482 Год назад

    Mwaberewe mwese

  • @user-xd3kt2bs1r
    @user-xd3kt2bs1r 2 года назад +2

    Non aisaac ngo mugore waw yaribarutse emwe nawe urabikunda ubunyen wamuha iyindi kiramwaka umwana😂😂😂😂

  • @salimantihebuwayo4817
    @salimantihebuwayo4817 2 года назад

    Nakupenda San mukonbozi

  • @wre1565
    @wre1565 2 года назад +1

    Mukombozi🙏🙏❤❤

  • @arsene_mafiateur
    @arsene_mafiateur 2 года назад +3

    we Isaac w kwriii ntukizi kubaza urarabay usubremw intrvieuw zaw zakera ubaz ibibazo vyubweng oe nkaho hari indirimbo nimw yiw mwagarutseko???ivyamakinga namamoto vyar bikenew

  • @bukururamadhan2442
    @bukururamadhan2442 2 года назад

    La victoria simple big mze 🙌🙌🙌

  • @iribamedia
    @iribamedia 2 года назад +1

    Wee Isaac 👏👏👏👏. Ni vyiza pee 👏👏. Pin this 🙏

  • @niyonganyiraelphase4882
    @niyonganyiraelphase4882 2 года назад

    Uzogumuruwambere

  • @nadineciza2777
    @nadineciza2777 2 года назад

    Mukomboze is the best 🥰

  • @StivahMorganah-oe1ww
    @StivahMorganah-oe1ww Год назад

    Murashoboye

  • @aishaaisha8473
    @aishaaisha8473 2 года назад +1

    👌👌♥️♥️♥️♥️♥️🤝

  • @etiennebizindavyi5041
    @etiennebizindavyi5041 2 года назад +1

    ♥️♥️♥️

  • @ManirakizaAlexis-z9v
    @ManirakizaAlexis-z9v 14 дней назад

    Ayeyo

  • @user-pq5gp1jl3d
    @user-pq5gp1jl3d Год назад

    good

  • @AaronNiyomwungere-po9do
    @AaronNiyomwungere-po9do Год назад

    ❤❤🎉

  • @prospniyo
    @prospniyo 2 месяца назад

    Isaac, A2 ntibaho muri enseignement général ni diplôme des humanités générales

  • @mariamuatukuzwe7504
    @mariamuatukuzwe7504 2 года назад

    Hahahaha I love you Mukombozi