SAIDI BRAZZA mvuye mugasho mu RWANDA nagahinda.. || Abwiye ijambo S.E Pr Evariste Ndayishimiye

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 6 окт 2024

Комментарии • 254

  • @andrehakizimana7616
    @andrehakizimana7616 Год назад +8

    Ndakuramukije Saidi Brazza kandi ndanezerewe cane kuko ugarutse mu Burundi.
    Greetings from Sweden.

  • @abelnduwayoofficial
    @abelnduwayoofficial Год назад +9

    Bugap said blaza.karibu cane iburundi.twari tugukumbuye

  • @evelyneirakoze
    @evelyneirakoze Год назад +9

    He is handsome 🥰😍
    So smart
    Ndamukunze
    Vyarakora
    La foi seul sauve
    Isaac mubaze you tube Channel yiwe ashirako indirimbo
    Azi ubwenge bwinshi
    Yameze amenyo sinari nzi ko ari iyiwe
    Let's support our burundian's music
    Nanje nemera ko urumogi ari umuti ni ubwo babirwanya
    Kandi never forget tout excès reste toujours mauvais
    Karibu Gitega tuzoza kugushigikira Saidi
    Warakoze gukunda Uburundi
    Respect kuri Kirikou na Drama T ku ndirimbo yiwe Madamu

  • @kingblack6560
    @kingblack6560 Год назад +5

    Mumfash kumuha like Muscat tunakupata sana musaza wirambire ..ijwi ryawe riracasamirana neza 💞

  • @ntahompagazeemmanuel8502
    @ntahompagazeemmanuel8502 Год назад +7

    Uyu muhanzi ndamwibuka nkiri umwana muto, indirimbi ze narazikundaga kabsa,cyne cyne iyitwa YAMEZE AMEN YO,TWIGANIRIRA etc....love from Rwanda.

    • @urinzwenimanaildephonse45
      @urinzwenimanaildephonse45 Год назад +1

      Urakoze cyane kunyibutsa iyo ndirimbo nari nashakishije iryo zina naryibagiww,!Niyo namumenyeyeko kabisa!!Yameze amenyo!

  • @josephnzohabonayo7880
    @josephnzohabonayo7880 Год назад +2

    Good explanation 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 we lost many people and many ideas 😭😭😭😭 let me appreciate him for his coming . I didn't know who sung that song of intahe y ukwikukira .thank u a million please .love from 🇧🇮ian boy

  • @joyfulfriendsproject1989
    @joyfulfriendsproject1989 Год назад +9

    🇷🇼🇷🇼 we love this man sinarimuzi ark ndamukunze pe

  • @cladyclady7215
    @cladyclady7215 Год назад +3

    Wooow !!!! Said Braza from Ngozi kugasaka ka Inarunyonga karibu sana mu gihugu cawe c’amavuka Uburundi bwiza.

  • @nijimbereevelyne7424
    @nijimbereevelyne7424 Год назад +5

    Umukuru wigihugu cacu nashigikire abariri nvyi babarundi igihugu cacugiterimbere💌

  • @jacqui702
    @jacqui702 Год назад +3

    Merci Isaac
    Nukur mushigikir birampimbaye🙏🙏

  • @Cherissa_
    @Cherissa_ Год назад +1

    namukunda ntazi ukwamerew kumb ic mukundiy ni Rasta forever never die kbx ukunt yishurana umutima disii Imana ikomeze imujimbere

  • @ezechielniyonkuru
    @ezechielniyonkuru Год назад +6

    Abanyarwanda baragoye ngirabamurekuye babonye kwarimukwitaba Imana 😢😢 Shaa birababaje kabisa RIP Brazza

  • @fulgenceneema661
    @fulgenceneema661 Год назад +1

    Said brazz karibu mugihugu camavuko wubahwe ugirumuhisha indirimbozawe zarampayamanota kwishur nkirumwana respect urumwanditsi mwizacan

  • @fulgencenkurunziza4707
    @fulgencenkurunziza4707 Год назад +3

    Uti ubutwari ntibusabwa.uvuze neza cane mutama Brazza, respect

  • @issasebo9858
    @issasebo9858 Год назад +1

    Saidi brazaa arakwiy'urukundo kuko n'umugabo w'ijunja n'ijambo!!!kd imana imfashe President amwumve kd amuber'igisubizo c'ibibazo afise muruyumwanya vrmnt.urumv'akokantu kweli?intwari ntiyisabira kubintwari.nakubar sana bro

  • @lydiawamaana8527
    @lydiawamaana8527 Год назад +3

    Uyu mu Rasta nagira ngo yarashengeye,Imana ishimwe kwagihema.

  • @habibi5688
    @habibi5688 Год назад +5

    Imana ishimwe ko watezuriwe🙏🙏🥰🥰

  • @omarniyongabo2702
    @omarniyongabo2702 Год назад +1

    Saidi braza✊✊🔥🔥🔥 wlh sinarinzi k yokor interview nkiyo🔥 ndanakunze ukuntu agum avuga abanyengozi🔥🔥🔥 Ngz🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @eddyfightmanzi2502
    @eddyfightmanzi2502 Год назад +3

    Indirimbo ye itajya imva mumutwe niyitwa YAMEZE AMENYO 🔥🙌🫡

  • @francinendacayisaba2411
    @francinendacayisaba2411 Год назад +2

    Yooooo Nukuri nanje nakuze numva Indirimbo ziwe ariko sinarimuzi ❤

  • @adolpheniyibizi4252
    @adolpheniyibizi4252 Год назад +5

    Rasta never die! Big up to you said blazza.

  • @chrismuganwa8634
    @chrismuganwa8634 Год назад +1

    Said Braza ( Brother) iwawa rehab yaramuvuye kabisa ubu ameze neza na speech yiwe iri logique!!
    God bless my country 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @divadaqueen6558
    @divadaqueen6558 Год назад +1

    Karibukandi mugihugu camatanubuki turagukunda cane indirimbozawe ntizihera uburyohe🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰

  • @faustintwagirayezu5530
    @faustintwagirayezu5530 Год назад +1

    Egoshaaaa yariyarabuze kl,,said braza🇧🇮💪💪

  • @ireneendayikeza255
    @ireneendayikeza255 Год назад +1

    Quelle est intelligence ?? Ndumiwe sinibaza kwatonze mu vyiyumviro nkuko vraiment j'adore ce type

  • @Stunna4Hoey
    @Stunna4Hoey Год назад +3

    Confident,humble and wise man Brazzaaa

  • @aaii8301
    @aaii8301 Год назад +4

    Yooo maskini ndibuka indirimbo ziwe kirumwana mumto 😍😍😍

  • @modrikenlybruno5295
    @modrikenlybruno5295 Год назад

    Saidi Brazza
    Ingozi turagumumbuye cane
    Uririmba #kugasaka Ka Inarunyonga...
    Isi yameze amenyo yera ❤️🌹

  • @manasseninteretse8510
    @manasseninteretse8510 Год назад +1

    Yishura neza cane, love❤ from Rumonge

  • @drogdian8274
    @drogdian8274 Год назад +3

    Yubahwe Cne Numwanditsi Mwiza Cne ❤🇧🇮

  • @DrIrBlandine
    @DrIrBlandine Год назад +4

    Saidi respect kbxa

  • @chanelleButoyi
    @chanelleButoyi 2 месяца назад

    Imana ishimwe KO yibarutse umwana mwiza

  • @nkunzimanapatrick5463
    @nkunzimanapatrick5463 Год назад +1

    This guy is ni mtu mzima response ziwe ziri very positive strong saidi turagushigikiye

  • @niyonkurueric542
    @niyonkurueric542 Год назад +2

    Ntandirimbo ndumva yaburikukiye imez neza nkiya saidi brazza ahubwo bazorabe bamuhe agashimwe gakwiye kwel!rasta never die!

  • @komezubumwepascal6524
    @komezubumwepascal6524 Год назад +2

    Humble , strong and positive Brazza

  • @ماريافيدال
    @ماريافيدال Год назад

    Jamani kumb Bado anaishi uyo kaka? Niko nkibon ikiganir cawe, uko vizuri kaka haufosi kipaji. Irambire.

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara8362 Год назад +3

    Sanarinzi ko yari mugasho IMANA INSHIMWE ko yasubiye mu gihugu

  • @thierryhicuburundi3164
    @thierryhicuburundi3164 Год назад +2

    Big up Saidi Braza,ikaze mu gihugu cawe kirakeneye aba Rasta nkamwe.

  • @solderman1374
    @solderman1374 Год назад +1

    Daah narinaramwibagiye pe k1 ndamuhay polexna Side mwanang

  • @scode1327
    @scode1327 Год назад +2

    Isaac amajambo ajane n'ibikorwa~
    Link irihehe bro....??? Igihe urikumwe n'Umuririmvyi afise indirimbo nshansha uzoze uraduha link kugira ababishaka bace bayiraba
    Goood job isaac

  • @inyunganizistar
    @inyunganizistar Год назад +1

    Keep up brother. We love u. Jah Jah🔥🔥

  • @akimanazawadi1003
    @akimanazawadi1003 Год назад +1

    yubahwe ndamukubda sana indirimbo aririmba zitanga messager

  • @ماريافيدال
    @ماريافيدال Год назад

    Iwacu noe dady waw ngo yambuu, imependa iyi intervieux , anaongeya vizuri san

  • @nshimirimanajeanne2261
    @nshimirimanajeanne2261 Год назад +1

    Imana ishimwe kbs kowagarutse

  • @nishimweelize1446
    @nishimweelize1446 Год назад +1

    Uw kugasaka sha tur inyuma yaw.Jah bless✌️

  • @nikwigizeevelyne9919
    @nikwigizeevelyne9919 Год назад +3

    Un type intelligent 👏👏👏👏🇧🇮👌

  • @DrIrBlandine
    @DrIrBlandine Год назад +4

    Mbay nr one

  • @valentinnduwayo5097
    @valentinnduwayo5097 Год назад +2

    Saidi Brazza Imana imuje imbere yongere akore ico yahora akora yongere afashwe n'inzego z'igihugu mukumushigikira mwiyi misi akiva muburoko Issac tv nawe wubahwe ntaco utaduha

  • @issatvshow8381
    @issatvshow8381 Год назад

    Imana iguhezagire

  • @emmanuelnshimirimana3156
    @emmanuelnshimirimana3156 Год назад

    Sha uy'umugab arakwiy agashimw Knd gakwiy kk yarakoz igikorw kitaziger cibagiranw mubuzim bw'igihug🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @djpatruick
    @djpatruick Год назад +1

    Akoranye Indirimbo na Mkombozi yoryoha Kbx Legend's.

    • @annonciatteuwimana371
      @annonciatteuwimana371 Год назад

      Can gwose 👌👌👌cturabisavye
      Nukuri bazobidukorere🙏🙏👏👏👏

  • @ndayikengurukiyeremy6236
    @ndayikengurukiyeremy6236 Год назад

    Birambabaje cane Kubona umuntu yaririmvye indirimbo nziza zihayagiza igihugu zikanagikundisha nkuko akenye nkuko.nukuri igihugu kize giha agaciro abantu bagiriye akamaro uburundi bwiza bwacu

  • @gkeycisseteo
    @gkeycisseteo Год назад +2

    Said blazz bisaba uzokorane umuzik namukombozi

  • @lionsonlionel2140
    @lionsonlionel2140 Год назад

    Yoooooo jewe narinzi ko yapfuye ariko ndashimye Imana yamurinze welcome in Burundi .

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 Год назад

    Kumbe yararirimba🙂
    Twariganye in Primary school Maskini
    RIP Sir 🎩

  • @ndayikengurukiyeange3259
    @ndayikengurukiyeange3259 Год назад +3

    Il est intelligent.ikirundi ciza gikomeye .Afise urukundo bamuzamure kabisa

  • @angesignolinx5829
    @angesignolinx5829 Год назад +1

    Yoooooooh Imana ishimwe cane

  • @LionelMadiba-zs8ko
    @LionelMadiba-zs8ko Год назад +1

    RIP big brother

  • @gilbertnahayo4723
    @gilbertnahayo4723 Год назад +2

    Jewe nama mvuga,Saidi yarakwiye KO itariki yambere mukakaro buri mwaka kwama yicaye muri stade hafi n'a président agterwa ako gateka mbere akama atahana afashiruka bute.Mumudodorere kwa NTARE kabisa

  • @mihigoinnocent711
    @mihigoinnocent711 Год назад +3

    Waouh afise réponses ziri trop positives, Isaac nikuraba gusa mutegure neza ibibazo neza naw avant yo Ku lança émissions sinon turabashigikiye go ahead

  • @Iriho
    @Iriho Год назад +1

    Yooooo muze tumushigikire bashaaaa aranteye akagingwe

  • @christophentibarutaye7278
    @christophentibarutaye7278 Год назад

    Imana imuhe uburuhukiro bwiza

  • @thierrykwizera1513
    @thierrykwizera1513 Год назад +1

    ama titres mushirako nukuri 🙆🏾‍♂️ Big up elder Rasta Saidi Brazza

  • @phanuelofficial
    @phanuelofficial Год назад +1

    Uyo numu artist nemera caneee

  • @nsabimasheba9165
    @nsabimasheba9165 Год назад +1

    Mutama wamateka sayidi bruza Iman igukomez

  • @ezezetuyifootcr7andsport904
    @ezezetuyifootcr7andsport904 Год назад

    Sha wararimvye neza kweri rasta big up sana

  • @jeanmariebizoza6013
    @jeanmariebizoza6013 Год назад

    A holly Kilimandjalooo...!!! A roof of Africa....wenda wenda,wenda wenda...doribibazo dufise bizashiraaa,..

  • @bukeyenezaonesime2268
    @bukeyenezaonesime2268 Год назад +1

    Rasta never die
    Reggae never die
    Saidi braza duhereze new song

  • @barnabedefiesenzambimana654
    @barnabedefiesenzambimana654 Год назад

    Saidi Brother ndashimy ivyiyumviro vyawe cane gose.
    Komera k'Umuheto

  • @ngarukiyinkaaudace6664
    @ngarukiyinkaaudace6664 Год назад

    Welcome in our country ,brazza our star

  • @jinamajody
    @jinamajody Год назад +4

    ISAAC uzofashe Saidi Brazza kwugurura channel yiwe ashireko izo ndirimbo ni uburyo bumwe muvyomufasha kwiyungunganya

  • @hategekimanaabdourkarim7211
    @hategekimanaabdourkarim7211 Год назад +1

    R i p saidi brazza

  • @simonfikiri6953
    @simonfikiri6953 Год назад +1

    Bro big up👊

  • @channybella4794
    @channybella4794 Год назад +1

    Ndamukunda Brazza

  • @HappyMerry-zt2mb
    @HappyMerry-zt2mb Год назад +2

    R.I.P Saidi Brazza 😭😭😭

  • @ericciza926
    @ericciza926 Год назад

    Karibu iwanyu mwene wacu

  • @valerieigiraneza7515
    @valerieigiraneza7515 Год назад +1

    Wooh!! Isaac wubahwe, uwomutama yubahwe

  • @rayunakamariza7987
    @rayunakamariza7987 Год назад +1

    Indirimbo yiwe nakunze cane yitwa wirira wirira

  • @Innocentciza
    @Innocentciza Год назад +1

    TOP

  • @bigirumanalululouise4540
    @bigirumanalululouise4540 Год назад

    Mungu wang😢😢😢

  • @emechrisngzkugasaka3129
    @emechrisngzkugasaka3129 Год назад

    Ingozi kbs turakwemera kubi

  • @rayunakamariza7987
    @rayunakamariza7987 Год назад +3

    Arakwiye gufashwa aririmba neza cane kandi yotera imbere aronse uwumufasha

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara8362 Год назад +2

    Tubwire aho tuyisanga iyo ndirimbo nsha

  • @minanipascal4971
    @minanipascal4971 Год назад

    Yoooo ndaguheruka kera .ndakwikundira twarabanye ibujumbura roohero urikumwe nurya muzungu.

  • @nimubonaeric5989
    @nimubonaeric5989 Год назад +1

    Saïd brazza yakoresha amajambo yurupfasoni nukuvuga vrt

  • @nininahazwedonavine3349
    @nininahazwedonavine3349 Год назад

    Talent yigendera iragarutse ndagukunda naringukumbuye

  • @nununuora8274
    @nununuora8274 Год назад +2

    Ndamukunda cane

  • @emeryshalom7067
    @emeryshalom7067 Год назад +2

    Saidi Brazza igumire i Burundi

  • @angelovyumvuhoreofficial2498
    @angelovyumvuhoreofficial2498 Год назад +2

    Gusa nafungure youtube chanel yiwe kugira tumenye indirimbo ziwe

  • @davidkwizera2586
    @davidkwizera2586 Год назад

    Uyu mu Rasta w'uburundi Akwiye agashimwe pe ndumiwe kubona atigeze ashimirwa kwiyo ndirimbo kbx

  • @urinzwenimanaildephonse45
    @urinzwenimanaildephonse45 Год назад

    Yooo,ndamwibutse Said kabisa kuri Petit Stade Remera Kigali aturirimhira YAMEZE AMENYO!!Niho nari mubonye bwambere mpita mukunda!

  • @hamnarecordstudio9675
    @hamnarecordstudio9675 Год назад

    Saidi brazza kweli ubahwa ingoma ibihumbi indirimbo zawe zizahora muri twe uri umunyabigwi kdi Imana igushoboze ukomeze utange ubutumwa bwiza

  • @kevinbrown1900
    @kevinbrown1900 Год назад +3

    This dude is really intellectual. Just liked the way he was tryna express himself.

  • @noussaibalamar9684
    @noussaibalamar9684 Год назад

    Life is pleasant, death is peaceful 💔 Fly away peacefully Oncle

  • @bukeyenezaonesime2268
    @bukeyenezaonesime2268 Год назад

    ❤❤❤❤❤
    So smart

  • @limageplustv9422
    @limageplustv9422 Год назад

    Saidi Braza 🤗🤗🤗🤗🤗🤗

  • @laurancemanirampa3960
    @laurancemanirampa3960 Год назад

    Blazza hejuru caane ♥️

  • @shukuranitwenayo7791
    @shukuranitwenayo7791 Год назад +1

    My uncle😘

  • @antoinebakevya8911
    @antoinebakevya8911 Год назад

    A man of God Saidi Brazza, RIP

  • @butoyialexis2316
    @butoyialexis2316 Год назад

    SE akwumvire mon frère.aguhe izo instruments