Très intelligent kim.courage á toi .saidi yarivyaye.Imana ishimwe kubona uhari nkicariho ciwe.ntazokwigera yibagiranwa.Que le bon Dieu soit avec toi et te protège eternellement kim.
Kim... igihe wariko uravuga nagusomyemwo ibintu vyinshi... voire ta manière de répondre surtout les questions liées au trépas de ton papa... je me suis rappelé directement de mon regretté papa. Alors sois fort et vis ces valeurs. Question: ubahe? Ukora iki? Ntiwavyishuye.
Amahoro Davy. Merci pour les compliments ainsi que les conseils. C'est très gentil. Hama mba i'Bujumbura, muri Rohero 2, et je suis chargé des opérations dans une institution privée. Merci 🙏.
😢😢😢 yes Hosy, nukuri uramudukumbuje. Nice to see his decedent… Kim hopefully ko art yawe uzoyisangiza n’abaririmvyi. Hari benshi bakunda kuririmba bagorwa n’inyandiko. Nimba iyi emission yagukozeko, let’s go kwumwumviriza our Saidi ❤
Kim uwo twakuranye kumbe warampishije père wawe naramukunda sana ariko ntaco kizima nakwigiyeko vyinshi vyiza kwicisha bugufi nivyawe Kim Big Up mon ami
Of course yes.No muslim can be a muslim unless he or she believes in Jesus peace be upon him. Le problème réside dans des propagandes sataniques anti-Islam qui veulent faire croire aux chrétiens que les Musulmans sont des ennemis de Jésus.Ouvrez vos yeux chers chrétiens.
Franchement, à travers le regard, l' expression et le flair de ce fils de Said BRAZZA, l' on sent une intelligence et une dignité extraordinaire. Oui Madame la journaliste, Heroes never die ! Les Héros ne meurent jamais ! Saïd BRAZZA n' est pas mort. Il est vivant parmi les morts. Ecoute ses chansons, vous me donnerait raison. Emporté par l'Unite entre les hommes, ce digne fils du Burundi, de l' Afrique et du monde a laissé un message ineffaçable ! Il était devenu un citoyen du monde. Monsieur KIM , merci pour ce témoignage pour ton père, un bon moment pour lui rendre hommage. Toutes mes félicitations !
J'ai une immense gratitude envers vos appréciations. C'est un honneur pour moi et pour mon père. Je vous remercie énormément. C'est beaucoup trop touchant.
Mbega umuhungu intelligent,tumenyereye ko ku ma reseaux haza la mediocrite,abantu baje kwiyerekana batagira ivo babwira abantu canke baje kugira ama buzz,Ariko ndamaze kubona ko abantu baraba videos ziru serieux naho abagira ama contents bazi ko videos zifise ico zigisha zidatwika ngi zitarabwa,c,est pas vrai abantu bararambiwe na image jeunesse yerekana ku ma reseaux,bashaka ibintu serieux
Uyu mu dame ni mwiza ariko iyi coupe de cheveux si style ijanye nuwo jewe mpora mbona, ikizungu ni fake kabisa iyaba abakobwa babany Afrika bari bizeye ubwiza bwabo ntiboza bishirako ivyo bintu ku mitwe
Ce jeune homme afise beaucoup de sagesse et d'humilité, ça fait plaisir à voir. Ntavugira hejuru, aratekanye neza cane.
Merci pour les compliments, c'est très gentil 🙏❤.
Saīdi Braza yarambabaje
Imana imuhe iruhuko ryiza kandi ibandanye ikomeza abiwe
Très intelligent kim.courage á toi .saidi yarivyaye.Imana ishimwe kubona uhari nkicariho ciwe.ntazokwigera yibagiranwa.Que le bon Dieu soit avec toi et te protège eternellement kim.
Ameen 🙏. Merci beaucoup, c'est très gentil ❤.
Murakoze kutuzanira umwana wa mutama said braza
Uyumwana atey igomwe,ubandanye witonda nkuko nyene uzokubake,urwire mwiza,tu es vraiment sage et courageux ❤❤❤
Nukuri je suis profondément touché par ce que vous me dites. Merci énormément. Et Promis, je vais rester comme ça, nongere ngwire umugani wanyu 😊🙏.
@@KimNadjash i wish u burikimw kbsa reste comme ça even me i can wish to be like soo imana ize iguhore iruhande ❤️
Murakoze caneeeee umuryango wa @SirenVibesTv🙏❤.
Naw urakoz gushima tuguhay ikaz uzogaruka🤝🤝🤝🙏🏽🙏🏽
@@annonciatteuwimana1630 Murakoze cane. Egome nzogaruka.
Jah bless u Guy i wish u gushika kure kbsa sinkuzi ariko ndumva murinjye Ko u deserve something Big💪
Neza nikiganiro biranse k ndakimara !!!émotions ++++++ ndarize!!!kumbe saidi Brazza afise umwana mwiza nkuyo vraiment??ntawe nzi mais ari très intelligent,sage,comprehensif.....Imana ikuzigamire ingabirano zidasanzwe ndakubonyemwo
Murakoze caneeeee 🙏❤.
@@KimNadjashuri imfura vrt ufise caractère zabana bimfura vrt , je t'apprécie nukuri keep that
@@naomieofficial2869 MERCI cane pour les compliments.
Promis, imma keep that character.
Ooh , vraiment ndaryohewe ko afise abana notre Mutama Brazza, ni ukuri sinari ndabizi Imana izobatunga ,Izobageza kuco mwarewe
@@CongeraClaudine Murakoze cane nukuri 🙏❤.
Yooooo tu es courageux vrm yoooo ukuntu rer ar Humble vrm😢😢Nukur Imana iguhezagire yooooo urababaje disi ukuntu wabuze abavyeyi bose mpore Kim uzokwirikize iragi rya Papa wawe disi yar Umugabo cane.❤
Murakoze caneeeee 🙏❤.
Wawouuuh you are handsome kbx basi nyine numva ndakwikundiye amagambo yawee ukusubiza biri mubwenge❤
Urakoze cane 🙏❤.
Ibiganiro nkibi biraryosh cane la façon yukuntu uvug ndavuga kim urafise ubwitonze cane courage cne naw Hosy mrc kutazanir abantu bafitiy akamaro igihugu
iki kiganiro kiraryoshe vrmt respect Hosy le type araciye ubwenge
MERCI 🙏❤.
Tu es très intelligent,merci pour l, émission intéressante courage kim.
Merci beaucoup.
Imana ishishikare kugukomeza Imana ikurinde ibitari vyiza igutegurire ivyiza vyishi 🙏🙏🙏🙏
Kim yuzuye qualities!! Nice and handsome boy!!
Kim... igihe wariko uravuga nagusomyemwo ibintu vyinshi... voire ta manière de répondre surtout les questions liées au trépas de ton papa... je me suis rappelé directement de mon regretté papa. Alors sois fort et vis ces valeurs.
Question: ubahe? Ukora iki? Ntiwavyishuye.
Amahoro Davy. Merci pour les compliments ainsi que les conseils. C'est très gentil.
Hama mba i'Bujumbura, muri Rohero 2, et je suis chargé des opérations dans une institution privée. Merci 🙏.
@@KimNadjash bien.
Je suis natif de bujumbura précisément à nyakabiga.
Je ne suis plus au 🇧🇮 actuellement.
Big up et courage.
@@davyjordan3178 Merci beaucoup mon frère.
Sagesse, éloquence et humilité 👌
Period.
Respect said braza umuntu wanje nemera cn ark imna yamukunze kundusha
🙏❤.
😢😢😢 yes Hosy, nukuri uramudukumbuje. Nice to see his decedent… Kim hopefully ko art yawe uzoyisangiza n’abaririmvyi. Hari benshi bakunda kuririmba bagorwa n’inyandiko. Nimba iyi emission yagukozeko, let’s go kwumwumviriza our Saidi ❤
Neza cane. Nous allons contribuer quelques touches dans notre belle Industrie.
Yasizumusor mwiza kwl ❤❤
Whaouu, beau garçon!!
MERCI 🙏.
Imana ikuje imbere urumwana wumutima
Ameen. Murakoze caneeeee.
Woow afise amusore mwiza disi 😊IMANA imuhe irukiro ridashira😢😢
Ameen 🙏❤.
Le génie Kim 🧠🧠
Kenny mon frère 👊.
Good legacy 👍, I'm happy to see such wise and humble son of a singer . Courage and stay focused.
Much thanks 🙏.
Courage muhungu wacu uzugere ikirenge mucaso❤❤❤❤ 🎉🎉🎉
Merci caneeeee 🙏❤.
A legend never die...🎉❤
👊
TELLEMENT fière de toi kim ❤️✨
Cuuuutttyyyy wanjeeeee ❤❤❤.
courage Kim,ur sage pe!naj n mtoto w Ngozi mu kigarama
Thanks kabisa uw'iwacu i'Ngozi.
Kim uwo twakuranye kumbe warampishije père wawe naramukunda sana ariko ntaco kizima nakwigiyeko vyinshi vyiza kwicisha bugufi nivyawe Kim Big Up mon ami
Wow, kumbe naho yari umu musulman yaremera Jésus, il était vraiment sage.
Ego cane, aba Musulmans baremera Jésus.
@@iqraburundi c vrai !!! nivyiza cane biranryoheye
Of course yes.No muslim can be a muslim unless he or she believes in Jesus peace be upon him.
Le problème réside dans des propagandes sataniques anti-Islam qui veulent faire croire aux chrétiens que les Musulmans sont des ennemis de Jésus.Ouvrez vos yeux chers chrétiens.
Yooooo ur'imfura ibereye gutega amatwi👂👂,imana igushoboze vrmnt 🥹🥹❤
Murakoze caneeeee, birampimbaye kwumva 🙏❤.
Mwubahwe yarumugenzi
Urupfu gwa Braza gwarambabaje nukuri kuko ndakunda indirimboziwe 😢😢😢😢
Que son âme repose en paix 🕊, il a habiter chez nous pendant quelque temps avec sa sœur assia 🎉 mais il y a longtemps dans les années 90
Oooooooh Imana ishishikare kugushigikira brother 🙏
Ameen 🙏
Wow ❤❤ , il est très humble et très sage
Merci beaucoup 🙏❤.
@@KimNadjash Papa wawe yarameze nka Papa!! Papa wanj na we yarakunda kwandika kandi yarabika cane akazigama documents kand na we yarumunyarutonde!!😢 Amazina yabana yayatora bataravuka. Narabonye aho yandika amazina yacu nari kwitwa Uwera Ninette nca mvuka nd umuhungu
@@edryuwera-hk7xt Mpore mugenzi. Dukomere rero, tumere nkabo.
@@KimNadjash cane gose
Malehemu Brazza, yarakoze cane, kwubaka société muri rusangi. Kim ndabona ko ari Umugabo IMANA imukomeze. Komera
Kim shn😍
Indirimbo yiwe burikukiye Yama ikoreshwa kumwak kumwak mhbihe vyoguhimbaza isabukuru ya indépendance nukuri igihugu cari gikwiye kumuha agashimwe bikandikwa mumateka yie! Ni indirimbo ifise akamaro kanini gakomeye mugihugu!
Rest in peace Saidi brazza
Kim turagukunda cn sha courage ese ukuntu uciye ubwenge
Murakoze caneeeee. Ndabakunda nanje 🙏❤.
Aratuje cane imana izogukomeze
Amiinnnn
Ni mwiza cane ❤
Murakoze caneeeee 🙏❤.
Mukinyarwanda bati: inyana n’iyumweru.
Nkunze uyumusore vrt.
Uzabe imfura nka papa waw.
Amahoro y’IMANA akomeze abane nawe.
Nukuri Murakoze caneeeee 🙏.
Imana nukuri izogeze kure uyumuhungu wiwe
Ameen.
I a m a rastaman from Ngozi,ton père était mon ami et c'était un homme vrai.
BIG UP !
Vyiza cane kim papa wawe twese twaramukunda canee nubu turacumviriza indirimbo ziwe
Yooooooooooooo c,est domage .gusa tu es intelligent Kim
MERCI beaucouuuuupp 🙏❤.
Saïd yaranditse amateka nubu ndunviriza indirimbo ziwe sinigera ndazihimba
Intelligent ✌️
Merci.
Mbega umwana.mwiza.aciye.ubwenge
Murakoze caneeeee 🙏❤.
Hosy mu creating ikiganiro na Kim mucite Siren Wisdom kweli! Muze muratwigisha Sagesse
Stay humble my friend Kim
Promis, chère amie 🙏.
Ewana papa waw yarumugabo
Murakoze cane 🙏.
Mbega umuhungu mwiza😊. He should be a model.
Imma think about this, haha.. Thank you.
Uzogaruke iwanje ndagukumbuye
Urakumbuwe
Yasize umuhungu aciye ubwenge
🙏❤.
Mais c est bn kbx bavyawe numugabo Saidi kubamwegereye harumuntu muiza kbx
🙏❤.
Yuuuuuu ni mwiza bambi❤😊
Nadine, yambiiii.. ni sawa ?
Urakoze caneeeeee 🙏❤.
❤❤❤
Azalimereze ahose yagejeje
My Friend Kim
Yoo Ko utamubwiy asige numero yiw please
hosy uricabweng kuk ibiganir ukor abatumir azan cbien
God bless 🙏 Blaza 's Kid 🎉❤
Ameen
Fullmind
Franchement, à travers le regard, l' expression et le flair de ce fils de Said BRAZZA, l' on sent une intelligence et une dignité extraordinaire.
Oui Madame la journaliste, Heroes never die ! Les Héros ne meurent jamais ! Saïd BRAZZA n' est pas mort. Il est vivant parmi les morts. Ecoute ses chansons, vous me donnerait raison.
Emporté par l'Unite entre les hommes, ce digne fils du Burundi, de l' Afrique et du monde a laissé un message ineffaçable ! Il était devenu un citoyen du monde.
Monsieur KIM , merci pour ce témoignage pour ton père, un bon moment pour lui rendre hommage.
Toutes mes félicitations !
J'ai une immense gratitude envers vos appréciations. C'est un honneur pour moi et pour mon père. Je vous remercie énormément. C'est beaucoup trop touchant.
@@KimNadjash Je vous en prie, Monsieur Kim NADJASH
Bahita I wawa
Kora content rero tugukwirikirane😂😂 maze
Ashaaa, ngiye kuzitangura vuba cane 😅🙏🔥!!!
Uri agahungu kezaaa uzitware neza
Egome cane. Ndabibemenyereye.
Rosie murasa nuwomwana pe
Uwu musore ni mwiza
Arabashimiye.
That is a huge accomplishment, and it is hard to achieve👌 I'm always proud of you coujilove,thanks @SirenVibes kudatoranya
Love you coujilove❤.
Bagusavye phone number warikuzitanga harigihe Imana yodukoresha ivyiza kuri wewe
Kwukiriza ni ikitundi Hosy
Kim izina ryawe risigura kwubaha umuyobozi wawe wanyawe ukamwikiriza yashaka kuvuga IMANA ivyo ikubwiye wishure Amen
MURAKOZEEEEE CANEEEEEEE 🙏❤.
Kim shn Ami d'enfance🎉ukomere mwza😍
Merci mwana twakuranye 🙏❤.
This is my big brother 🫱🏾🫲🏽🫂
💪💪💪.
Kwikiliza#kwitabira canke gukurikiza Amategeko
English # to Obey instructions
Thanks so much !!!!!!!!!!
@@KimNadjash Bite?
Marehem Umutama wawe twariganye muri Primaire kuri Officiel iNgozi 🙂🙂yarafise Sister wiwe yotwa Magnific
@@burundishallsmile1day109 Amahoro cane. Oh ntavyo narinzi. Ni vyiza kubamenya.
Mbega umuhungu intelligent,tumenyereye ko ku ma reseaux haza la mediocrite,abantu baje kwiyerekana batagira ivo babwira abantu canke baje kugira ama buzz,Ariko ndamaze kubona ko abantu baraba videos ziru serieux naho abagira ama contents bazi ko videos zifise ico zigisha zidatwika ngi zitarabwa,c,est pas vrai abantu bararambiwe na image jeunesse yerekana ku ma reseaux,bashaka ibintu serieux
Murakoze caneeeee 🙏❤.
Afise umuhungu wincambwenge kabisa kandi yitonda
Murakoze caneeeee 🙏❤.
Ngo mumpimba yahariya😂😂😂😂Erega hosy mpimba nakuzi kaharya kumusaga.rero karya gasho niko bitiriye pimba.abatabizi rero baca bumva ko ahari agasho hose bahita mpimba.
Yaragway hasimazit niyibuzumuntu guhema
😂Najash si mukuru Sadi Na maya ni bakuru biwe😂😂😂
Reka kubesha ,
Intwari ntiziramba kbsa
Harikintu nemerera aba Islam. Ikintu cogufata umuntu yapfuye bakamuhamba mumakaro, amasandugu azimvye 😂 ivyobintu ndavyanka kubi 😂. Ahogutuma bafata ayomahera bakayaha abakene cank abasize vmt bakayakurikiza uwupfuye atanivyo abona 😂. Ivyobintu nabibonye muburundi gusa ino iburayi bimba ivu bagashirayo ikiziga bakaca bashirako umusaraba bikaba birararangiy ntavyamakaro ngaho 😂.abarundi baraburakantu mumtw
Niburaya barubaka uko ushaka pierre tombale seulement barindira au moins une année ivu rikitsindagira sinon bica bibomoka kandi bizimvye
Kwikiriza = kwitabira
Murakoze cane.
Kim ex wangu dii😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣
Nkaho usanga wamuhevye kubera ata kanoti afise😢
Nkubu uy mwan mwiz guty wamurekey ik😂
Afise nubweng n'indero nyinsh
Usanga ataduza ijek neza atanakanoti afise 😂😂😂😂😂😂😂
@@MikeNdayi amahera nibisanzw ararondegw umunt akayabona
Uyu mu dame ni mwiza ariko iyi coupe de cheveux si style ijanye nuwo jewe mpora mbona, ikizungu ni fake kabisa iyaba abakobwa babany Afrika bari bizeye ubwiza bwabo ntiboza bishirako ivyo bintu ku mitwe
Uko rofa sana ivyu bwiza bwiwe cank imishatsi uramurondera ubimubwire kuvyandika ngaha ntacobimaze
Muvyavugiwe muri emission vyose nta commentaire habonetse critique kumushatsi wa Hosy? Mbe yemwe abarundi twabaye gute? Tuje turiga guha valeur umuntu wimbere kurusha uwinyuma basha bizodufasha mu buzima.
Raba Ivyavuga apana kuraba imishatsi yiw yihoze kuzima iyawe arimyiza gusumba iyiwe.
❤❤
❤
Yasize umuhungu aciye ubwenge
🙏❤.