"Génocide", Ababirigi ngo baca bishavuza, CVR│Révérien Ndikuriyo

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 30 окт 2024

Комментарии • 12

  • @arkbig8203
    @arkbig8203 9 месяцев назад

    Ica mbere, ni uko reta yemeza icese ko génocide yabayeho. Abayikoze bagafatwa, bagapfungwa, impfuvyi n'abapfakazi bagasubizwa agateka.
    Hanyuma memorial izokubakwa.

  • @ElyseNsanzigaba
    @ElyseNsanzigaba 9 месяцев назад

    Ukuri kwuzuye

  • @MélanieNicimpaye
    @MélanieNicimpaye 8 месяцев назад

    Turakwiy gukora documentaire yukuntu vyakozwe. Mukirundi no mugifaransa. Ataguhengamira kubwoko hama tukabi classa. Kuko ndamaz kubona ko kahise kigihugu kandikwa nabazungu

  • @spesirakiza7063
    @spesirakiza7063 9 месяцев назад +2

    Niyo mpamvu ntaterambere muzopfa mushikanye igihugu.aho kuzana iterambere
    Mugihugu mukaza ivyamagufa.

    • @tontonginolla1234
      @tontonginolla1234 9 месяцев назад +1

      Biragusha aho wosanga sowaw yararimwo mubakoz ihinyabwoko nimutekan ntaco bazobagira ariko dushaka ukuri
      Hama ntaterambe ribaho haramacakubiri

    • @spesirakiza7063
      @spesirakiza7063 9 месяцев назад

      Ahubwo muze mudandaze mwunguke!

  • @tontonginolla1234
    @tontonginolla1234 9 месяцев назад

    Muze mwibuka kukijany nakahise muzobishire mubitabo abana bacu bazovyige kugira kize kibe kirazira
    Cibitoke iwacu muzojeyo naho baratwiciy abacu inyuma ya commune Rugombo

  • @SayidiNiyonzima-i7h
    @SayidiNiyonzima-i7h 9 месяцев назад

    Kibabwire nukuri

  • @siimon559
    @siimon559 9 месяцев назад +1

    Makaki

  • @Sadamman-ii7tq
    @Sadamman-ii7tq 9 месяцев назад

    Mze icho kiringo chanyu wapi muzatange igihugu navyiterambera mufite imyak iragiye murabe imbere

  • @boashamah3642
    @boashamah3642 9 месяцев назад

    Mugira mutangure kuzura amagufa ?? Imizimu yabo izabereka
    Ahubwo nimuzane imigambi dukore igihugu gitere imbere
    Nayo ibindi basha nuzoba nka Mugabe Zimbabwe