igitangaza: umurundi yakoze imodoka itanwa igitoro

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 6 сен 2024

Комментарии • 203

  • @user-kj2xh6bt5y
    @user-kj2xh6bt5y 4 месяца назад +11

    Salut 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 viva burundii imana idufashe duterimbere nku muzingaa courage kabisaa

  • @Sarah-sm9zn
    @Sarah-sm9zn 4 месяца назад +6

    Imana yo mwijuru ikujimbere muvyukora muvukanyi wacu kandi birahambaye kandi turabinezererewe cane

  • @elieselnsengiyumva3645
    @elieselnsengiyumva3645 4 месяца назад +7

    muta courage caane gusa ugiye kwiga abazungu boca bakwica banzuforme iyindi equipe nini hama uje kwiga hariho iyindi equipe ibikora
    kuko abazungu ntibakunda igihugu

  • @noellaniyonizeye1646
    @noellaniyonizeye1646 4 месяца назад +6

    Wow mbega vyiza we biraryoshe pe ndunva mumisi iza Uburundi buri hejuru kbs corage

  • @user-ek5sr4sd4r
    @user-ek5sr4sd4r 4 месяца назад +5

    Aloooooo Burundi oyeeeeeeee😂😂😂 komeraaaaaa komeraaaaaaaa❤❤ abiwacu Courager

  • @user-rc1sh5dh2f
    @user-rc1sh5dh2f 4 месяца назад +4

    Bravo burundi from kenya 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤

  • @user-ek5sr4sd4r
    @user-ek5sr4sd4r 4 месяца назад +5

    Twigaranzure abazungu aho bahereye batugaya ko Igihugu cacu ko gikenye baribeshe Uburundi.bwacu Imana Iradukunda!!!

  • @fistonniyoyunguruza3969
    @fistonniyoyunguruza3969 5 месяцев назад +10

    Mugabo ivyobintu vyagomba kuba ibanga kuko abazungu ntibakunda nubwo woja kwiga bisaba kugenda bukebuke naho ahandi ntiwogaruka. Wewe ubwenge urabufise fatira ahonyene hama urundere nabandi mukorane kuko bariho hama reta ibashigikire mubijanye nuburyo

    • @munyamahoroaimable3433
      @munyamahoroaimable3433 4 месяца назад

      ariko abanyafurika tuzahora twitwaza abazungu mukudatera imbrere kukeza ryari? abandise ugirango bateye imbere abazungu babikunze nka china na india

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 5 месяцев назад +5

    Hejuru burundi bwacu 🎉🎉🎉🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💐💐💐

  • @luckyyvan9568
    @luckyyvan9568 4 месяца назад +3

    Im proud of you brother,keep it up

  • @user-zp9ui7ys7b
    @user-zp9ui7ys7b 4 месяца назад +2

    Muburundi turashoboye '''courage grand frere❤

  • @user-yb3on3to1b
    @user-yb3on3to1b 4 месяца назад +3

    Irambir Bury avant bagoy talent muburund nibensh ret nitez Imber ibisat vyimyug muntar zos

  • @user-rc1sh5dh2f
    @user-rc1sh5dh2f 4 месяца назад +3

    Imana ikuturindire ❤❤❤❤ from kenya

  • @francinendacayisaba2411
    @francinendacayisaba2411 4 месяца назад +4

    Uyumugabo akenenye abaterangunga ❤kuko arashoboye

    • @user-bu8df1uf4u
      @user-bu8df1uf4u 4 месяца назад

      Arashoboye kabisa bamushigikire peee

  • @dododolinenshimirimana3112
    @dododolinenshimirimana3112 4 месяца назад +1

    Waoooooooo waoo mbega vyizaaaaaa ❤❤❤

  • @user-tz8hj1sd5o
    @user-tz8hj1sd5o 4 месяца назад +2

    Twikomere amashi abarundi twese aho duherereye bamuhe nabamucunga 🙏🙏🙏🙏

  • @Dddma455
    @Dddma455 5 месяцев назад +3

    Uburundi twogoroye vyaheze😂😂😂🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @user-rn2sr7qc1r
    @user-rn2sr7qc1r 4 месяца назад +2

    Imana ibane n'uyo muntu,imurinde Shetani n'abakozi bayo. Hanyuma kuja hanze y'igihugu nta kamaro turazi ko benewacu bera batanezerererwa uwubarusha ikintu na kimwe. Hanyuma kubera iki yoza mu Rwanda? Emwe! Hari abantu bikunda kweli 😂😂😂

  • @Freench20204
    @Freench20204 4 месяца назад +3

    ❤ntakuja hanze bokwicaaaa

  • @julesspencer517
    @julesspencer517 5 месяцев назад +7

    Nti mufyine iyi yoterimbere gusumvy samsung❤❤

  • @CitegetseElias
    @CitegetseElias 4 месяца назад +3

    Komera mumpano imana yaguhaye reka kwikengera ngougombakuja hanze ahubwo komera muvyiyumviro ugire madeni burundi

    • @user-mt9dg8fh5m
      @user-mt9dg8fh5m 4 месяца назад

      Nkukosore gato urye wandika Imana uryukoresha inyuguti nkuru imana nikigirwamana murakoze😊

  • @DUSHIMEMUSICGROUP
    @DUSHIMEMUSICGROUP 4 месяца назад +1

    Elder Yves Mpawenayo Imana Ishishikare kukugeza Kure hashoboka.Reta tuyissba kugushigikira cane.

  • @chantalininahazwe5148
    @chantalininahazwe5148 4 месяца назад +2

    Courage vraiment from Canada

  • @DieudonneIrankunda-eg7ej
    @DieudonneIrankunda-eg7ej 4 месяца назад +2

    Iciyumviro ciza cane intambwe nziza cane !!!! Murabo gushigikirwa. Nyen'icubahiro yabagendeye mukamutamura iciyumviro canyu nicerekezo cibikorwa murimwo abashigikire nk'uko yama yabikoze agendere n'abandi kuko igihugu kirafise incabwenge nyinshi zoguteza imbere igihugu cacu n'uko rimwe na rimwe hari abagira imigambi yoteza imbere igihugu ukaca usanga bariko baraburabuzwa na bamwebamwe batipfuza iterambere ry'igihugu

  • @davidkwizera8649
    @davidkwizera8649 4 месяца назад +4

    Félicitation. Ariko ugiye hanze ntibobikwigisha baziko uzoca uja kubikorera i Burundi kuko boca babonako ugomba gutuma amahinguriro yabo azohomba muri kazoza. Ahubwo nibakuronderere uwoza kubikwigishiriza ino i BURUNDI. Niyo wogenda bokora ibishoboka vyose mu kugira lavagne de cerveau na achat de conscience hamwe bakwumvisha ko utozogaruka i Burundi kubikorerayo... Wanse bakakugiriea nabi...
    Ubushikiranganji bw ubushakashatsi twonabusaba kugira rusansuma rw abantu bose bafise impano nkawe, maze bumenyeko impano nk izo ari patrimoine intellectuel gutyo bubashigikire mukubagirira encadrement no kubaronderera abahinga baza bazar kubigishiriza ino ahandi mugiye kuvyigira hanze, ntibobemerera ko muzogaruka...
    Ikindi n uko na ministere y ubudandaji yodasha mugutumirira abantu kugira ivyakorewe i Burundi kugirango bakore ibisoboka niho no morale yo kubandanya bakora ibindi mbere bagira na perfection. Nay ubundi uko tugura igikorerwa hanze y igihugi kandi n uwacu Ico kintu gihari, tuba turiko duhomvya ama iniziative y abarundi ko Bo uko batera imbere Niko baha akazi abarundi benewacu...
    Ubushikiranganji bw ubudandaji nibube bufasha mukugira protectionnisme des articles zakorewe i wacu. Mbere na ministere ya communication igafasha mukuborohereza publicité et sensibilisations. Narigeze kwumva umurundi yitwa Gasap ngo yatanguje umuhora Wa Internet. Ministere ya communication ubwo yaramufashije kumenyekanisha ubuhinga bwiwe no gutumirira abantu gukoresha umuhora wiwe? Uko duteza imbere iyindi mihora mbere iva ito hanze, Bo baguma bitungukira... Or ari umurundi umuhora wiwe wateye imbere, hazogera aho azoca agirà hirya no hino ama agences, gutyo mu ma provinces yose azoca yangagea abakozi bashasja kandi b abarundi, niyunguka azogira izindi projets kandi zizokoramwo abarundi...
    LES ministeres concernés ni zize zigira encadrement ikomenye mu ntumbero yo guteza imbere LES talents kuko talent y umuntu kanaka, mu nyuma usanga itakiri inyungu yiwe, ahubwo yabaye iy igihugi n iy inzaruka zizodukurikira.

  • @kanyamirwejohn9030
    @kanyamirwejohn9030 4 месяца назад +2

    Courage kbsaa❤

  • @user-jt5qt1qq3n
    @user-jt5qt1qq3n 4 месяца назад +1

    Courage sha imana ikurinde uduteze imbere muntu wacu

  • @nizigabosco3359
    @nizigabosco3359 4 месяца назад +2

    Nivyiza cane Imana ibibemwo bitere bij imbere.

  • @DianeNahimana-rx6xz
    @DianeNahimana-rx6xz 4 месяца назад +1

    Courage marundi wabuze ❤

  • @Akagumyebagumako25
    @Akagumyebagumako25 4 месяца назад +3

    We reka ivyo kwiga ukore uteze imbere ibihingurwa vyawe gusa kuko ubumenyi ufise burahagije,erega n'abazungu batanguye gukora ivyo nta mashure ufise bari bafise!

  • @nyandwijeancloude4913
    @nyandwijeancloude4913 4 месяца назад +3

    Courage kbs nyene cyubahiro azagufashe kuko uri gukora neza, kdi birimo kuza kuko kuba yaragusuye nikigaragaza ko igihugu cyiteguye kugufasha. Nazishimira kugenda kucyinyabiziga cyakorewe i Burundi.

  • @GerardNiyomwungere-ic1qd
    @GerardNiyomwungere-ic1qd 4 месяца назад +1

    Hubwo nace ashiraho ishure rivyigisha kubikora kugira ejo buraca bugacana ayandi hama kugira nurwaruka ruriko rurakura rubimenye

  • @Gtown9676
    @Gtown9676 4 месяца назад +1

    Courage frr
    Muburundi hari incabwenge habuze igifasha

  • @CimpayeJeancloude
    @CimpayeJeancloude 4 месяца назад +3

    Waooo ,,
    Mukomer

  • @activist-ivanthierrynahimana
    @activist-ivanthierrynahimana 5 месяцев назад +3

    Yeee courage cane 🙏🏾

  • @user-fp1lj5zp9j
    @user-fp1lj5zp9j 5 месяцев назад +4

    Kabisa niwubahwe mugabo nibeshi bagiye kwigahanze batagaruste ahubwo reta yozana uwabinonosoye akakwereka ivyutazi

  • @ndayisengacolonel3253
    @ndayisengacolonel3253 4 месяца назад +2

    Hhh kombona mega arimoto😂 Burundi we waragowe vraiment

  • @user-rf3ux2zg5k
    @user-rf3ux2zg5k 4 месяца назад +2

    Bamwita Ives imana imujimbere mukazi kiweee

  • @Freench20204
    @Freench20204 4 месяца назад +5

    Imana ikuturindire abansi bincabwenge baruzuyeee

  • @yveslamyiradukunda2189
    @yveslamyiradukunda2189 4 месяца назад +1

    N ukur abantu nkamwe mukwiye gushigikirwa caaaaane n ukur Knd Imana ikuje imbere

  • @ruberijnepo4865
    @ruberijnepo4865 4 месяца назад +1

    Courage. Maze natwe uzoduge ubwo bumenyi tuzogwize zibe nyinshi. Kumbure wosanga harico twokwongerako, imitwe ikora ikoranye

  • @NzambaElize
    @NzambaElize 2 месяца назад

    Imana iguhangaze kbsaa.mais vyaribikwiy kutamamazw kumbuga kuko ababaya baranyaraaa.kand nokuja kwiga hanze ntibikenew kuko bokunigirayooo

  • @NSHIMIRIMANAEvelyne-rh7nd
    @NSHIMIRIMANAEvelyne-rh7nd 4 месяца назад

    Imbere ni heza kugihugu cacu PAEJ nimuhe amahera arwize imodoka dukire ibibazo vyibitoro.Imana ihezagire Papa Burundi yishikira kukivi kuraba impano za bene Gihugu .

  • @elastikportfolio3736
    @elastikportfolio3736 4 месяца назад +1

    Government should support this guy

  • @tumwesigyemoses-jd4hy
    @tumwesigyemoses-jd4hy 4 месяца назад +2

    Azaze mu Rwanda azamure ibyo bintu ndumva ari byiza.

  • @Fildaus6306
    @Fildaus6306 2 месяца назад

    Ntako abanygihugu batakora nuko vyose ar'ingorane nya électricité yoyo gayemwe iboneka kangahe nihtar uburundi Imana itugirire impuhwe pe

  • @JordyOfficial-sl5bb
    @JordyOfficial-sl5bb 4 месяца назад +3

    Barakenewe gushigikirwa n igihugu

  • @jannet6659
    @jannet6659 4 месяца назад +1

    Nic ❤ my bro courange ❤❤❤❤

  • @munyentwalicallixte
    @munyentwalicallixte 4 месяца назад +2

    Bagufashe rwose ukomeze utere imbere uri umuhanga.

  • @NsabimanaPhocas-nu5wm
    @NsabimanaPhocas-nu5wm 5 месяцев назад +4

    Uyo mu entrepreneur abazungu bazohava ba mudutwara kuko abazungu baratumenyereye iyo habonetse umuntu wu murundi agize ubushakashatsi bwogukora ibintu vyubuhinga

    • @gateraange3642
      @gateraange3642 4 месяца назад

      😂😂ubuse niki yakoze kidasanzwe? Uziko ibingibi abazungu babikize nko 1920😅😅😅

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 5 месяцев назад +3

    Manayanje uburundi bwubahwe🎉🎉🎉

  • @nsengiyumvafelicien5726
    @nsengiyumvafelicien5726 3 месяца назад

    nukuri nyenicubahiro nagufashe kandi Imana ikuzigam

  • @DieudoneHabarugira
    @DieudoneHabarugira 3 месяца назад

    Courage courage!!!!

  • @martensnshimi3613
    @martensnshimi3613 4 месяца назад +1

    Saba Nyakwubahwa Président w'igihugu cacu l'ETA iturondrere financement yo gusanura no guteza imbere rirya shuri rya ETS KAMENGE INTITUT TECHNIQUES SUPERIEUR ET UNIVERSITAIRE ET CENTRE DE RECHERCHE TECHNOLOGIQUE EN MECANIQUE,ELECTROMECANI,ELECTRONIQUE,ELECTRICITE ,PHYSIQUE AVIATION ETC SOUS HAUTE PROTECTION DE L'ARME MUHEZE MURABE AGAHINDA mu myaka itarenze 20 . Ngizo ciyunviro ntereye nongera nsaba abashoboye gushikira si Excellence bakinshikanire

  • @murimatv4448
    @murimatv4448 5 месяцев назад +4

    Courage mon frère

  • @THERENCENDAYISHIMIYE
    @THERENCENDAYISHIMIYE 4 месяца назад +2

    Courage

  • @user-re6bn9hx6x
    @user-re6bn9hx6x 4 месяца назад +1

    Big up ❤

  • @munyamahoroaimable3433
    @munyamahoroaimable3433 4 месяца назад +2

    courage kbs mugabo

  • @josephngendahimana4979
    @josephngendahimana4979 4 месяца назад +1

    Uyu mugabo Leta yari ikwiye kumuha ubushobozi bwose agashinga ishuri akigisha urwaruka rwinshi cane!!!!!

  • @JonasNTIRAKIGWA
    @JonasNTIRAKIGWA 4 месяца назад +1

    Imanibajimbere kubumenye bwogutezimbere igihugu

  • @inezaJustin-pq7zd
    @inezaJustin-pq7zd 4 месяца назад

    Congratulations 👏 👏 ❤

  • @jeanmarievianneyniyitegeka9452
    @jeanmarievianneyniyitegeka9452 4 месяца назад +1

    Courage kabsa❤

  • @user-rt1fy4ny3p
    @user-rt1fy4ny3p 4 месяца назад

    Vyose bitangura bukebuke abantu nkabo muburundi duke eye can courage kbx

  • @irakozeshakiru1131
    @irakozeshakiru1131 4 месяца назад +1

    Icubahiro nici Mana kabisa

  • @SylverMunezero
    @SylverMunezero Месяц назад

    Courage murashoboye p🫡

  • @nyazirajemusaninka
    @nyazirajemusaninka 2 месяца назад

    Courage man

  • @IETV801
    @IETV801 4 месяца назад +1

    Murundi oyeeeeeeeee❤

  • @LarissaAkimana
    @LarissaAkimana 3 месяца назад

    Courage ❤

  • @user-eg1gz4kg7w
    @user-eg1gz4kg7w 5 месяцев назад +3

    Komera komera

  • @ntunzwenimanamichel9529
    @ntunzwenimanamichel9529 5 месяцев назад +2

    Hyndai yatanguriye muri garage. Vyose birashoboka. Agiye mu ma ateliers yo muri inde niko bakora ama bus ya Tata. Arashobora gutera imbere.

  • @RubinNdikuriyo-wc9nx
    @RubinNdikuriyo-wc9nx 4 месяца назад +2

    Komera mugenzi

  • @DieudonneNduwimana-qc4dp
    @DieudonneNduwimana-qc4dp 3 месяца назад

    Courage mutama wanj terimbere nkumuzit

  • @fistonnishimwe648
    @fistonnishimwe648 4 месяца назад +7

    Courrage buana Yves

  • @SimonMabarankuru
    @SimonMabarankuru 4 месяца назад +2

    Ndiho abaje imbere

  • @frpkindoki
    @frpkindoki 4 месяца назад +2

    ❤🎉🎉

  • @emmanuelirakoze6045
    @emmanuelirakoze6045 4 месяца назад

    Yubahwe cane ❤❤❤ kumpano yowe 🎉

  • @Jishushe.na.ujikute5789
    @Jishushe.na.ujikute5789 4 месяца назад +1

    Mu Burundi har'incabwenge benshi n'uko dufis'intwaro yabansur'inda gusa 😏😏🤔😏

  • @inezadongael
    @inezadongael 4 месяца назад

    Abantu nkabo Leta ikwiye kubagumiza hafi ntibabatware mugihe boronka ubufasha boterera ikintu gikomeye mw'iterambere ry'igihugu

  • @user-vr2ii2jt5h
    @user-vr2ii2jt5h 4 месяца назад +2

    Mukaja kwiga hanze MURAPFUYE sindabahenze kuko ivyo mwakoze ABAZUNGU ntibaryohewe NAGATOYA

    • @LarissaAkimana
      @LarissaAkimana 4 месяца назад

      Agiye hanze yoca areka kwerekana ubwo bwenge bwiwe kuko n'aba chinwa igihe barungikwa kwiga mubazungu bababwiye ntibazoze barerekana KO babizi

  • @samuelbizoza5984
    @samuelbizoza5984 4 месяца назад

    😂😂 none iyo moto uzyinjiza ville😂😂😂

  • @user-fe1xp3us3i
    @user-fe1xp3us3i 4 месяца назад

    Congrat🎉🎉🎉🎉🎉

  • @vincentbizimana7000
    @vincentbizimana7000 4 месяца назад +1

    Barakwirahira

  • @emmanuelntakarutimana8966
    @emmanuelntakarutimana8966 4 месяца назад

    Imana imurinde ababisha, uzi ko bazirana n'uwushoboye gukora ic'akamaro kuri benshi.

  • @keketvshow
    @keketvshow 4 месяца назад +1

    Be chap Tv wubahwe🔥

  • @danieletiennensanzimana9914
    @danieletiennensanzimana9914 4 месяца назад +2

    COURAGE MON FRÈRE,ALLEZ EN AVANT.

  • @larealite
    @larealite 4 месяца назад +3

    C'est génial vraiment il faut du soutien pour cette personne

  • @Mast-plans
    @Mast-plans 4 месяца назад +1

    Courage cane

  • @morganwatson423
    @morganwatson423 4 месяца назад +1

    ubumenyi murabufise ariko ikibazo, murapfa mukabujana. ni ikihe kintu Reka ikora kugira zino mpano zihererekanwe murwaruka kugira ngo bibe iragi ku Burundi?
    hari hakwiye ikigo cegeranirizwamwo bano bantu reta ikabafasha buri kimwe cose ariko hakaba ishure ryabantu baja hamwe bafise intego yo gukora ikintu gishasha bakanavyereka abandi kugira ngo Uburundi ejo buzobe bufise iyindi shusho itandukanye n'iyo abansi b'iterambere batuvugako.

  • @wilsonadamo6735
    @wilsonadamo6735 4 месяца назад

    Namye ntekereza nkuyu mugabo abayapani basabyeko bajya hanze kwiga bagaruka iwabo bakora imodoka nibindi nukuri igihugu nicyohereze abantu kwiga bagaruka bakore

  • @celestinnsabiyaremye8528
    @celestinnsabiyaremye8528 5 месяцев назад +1

    Trimbere mwenewacu.

  • @naradatv3939
    @naradatv3939 4 месяца назад +1

    Kuri narada tv turakunda Ibiganiro byanyu rero nyarukira kuri narada tv wihere Amaso

  • @Nzabampari
    @Nzabampari 4 месяца назад +1

    Nibyiza ariko umuntu nkuwo kugirango ajye kwiga hanze biritonderwa kuko kugirango azagaruke arimuza biragoye amahanga akomeye ntakunda ibintu nkibyo Ataribo babikoze nukuba maso

  • @jacquesndikumana7755
    @jacquesndikumana7755 4 месяца назад +1

    Aba bantu n,ubutunzi igihugu cacu gifise bafatwe mumugongo baje kunagura ubumenyi nohanz y,igihugu

  • @user-bb7cz8hl7p
    @user-bb7cz8hl7p 4 месяца назад

    Nice president ndayishimiye wa burundi gusura uyu mugabo

  • @iloveafrica
    @iloveafrica 4 месяца назад +1

    Vyiza cane terimbera mwana wuburundi

  • @user-np8ft6on7p
    @user-np8ft6on7p 4 месяца назад

    Thanks.courag kabis

  • @user-vl7gy4jb2g
    @user-vl7gy4jb2g 4 месяца назад +1

    Ok reta nimubehafi bikwiriye imwumve vyangombwayipfuza

  • @user-rt1fy4ny3p
    @user-rt1fy4ny3p 4 месяца назад +1

    🇧🇮Burundi bwacu hejuru🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @DeliceNiyonkuru-yr2mq
    @DeliceNiyonkuru-yr2mq 5 месяцев назад +2

    ❤❤❤

  • @user-eq7yp1pq2x
    @user-eq7yp1pq2x 4 месяца назад

    Turasavye abaturongoye biteho abana bafise Impano niryobanga ryoguterimbere.nuharembe Uburundi bwuzuye Impano.