Agendera igisagara ca Bujumbura, Sebarundi avugako biteye isoni kubona imicafu mu bibanza vyiyubashe

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 сен 2024

Комментарии • 181

  • @NyabyendaEthien
    @NyabyendaEthien Месяц назад +18

    Isuku niyo Soko yubuzima bwiza ❤❤❤❤turabakunda cyane

  • @KINGAUGUMUSANI-we8xg
    @KINGAUGUMUSANI-we8xg Месяц назад +18

    Twijukire ibikorwa dushigikire muvyeyi wacu papa burundi❤

  • @mugishabadensteve8849
    @mugishabadensteve8849 Месяц назад +3

    Notre President est un vrai patriote! Franchement twari gukwiye kumwumviriza kuko uburundi bwishwe natwebwe abarundi nyene! Sintahura ivyo turimwo franchement! 😢😢😢 ! President yirambire avuga vyo kbc

  • @falhatwahidat-yt3hd
    @falhatwahidat-yt3hd Месяц назад +5

    Gukora isuku birashoboka! Sebarundi aduhaye umukoro natwe isuku tuyigire iyacu

  • @Imana2021
    @Imana2021 Месяц назад +7

    ❤❤❤❤❤❤ Tumufashe gukora S. E

  • @ndagijimanasam2772
    @ndagijimanasam2772 Месяц назад +13

    Turagukunda cyane musaza wacu Neva vive le Rwanda 🇷🇼 viver Burundi 🇧🇮 ❤❤❤👍👍🙏🙏🙏🙏

    • @vyuguruzumwangumwereka
      @vyuguruzumwangumwereka Месяц назад +2

      Ntawe dukunda naswere nyina. Wowe uzamukunde wenyine twe ntutuvugire!

    • @ndagijimanasam2772
      @ndagijimanasam2772 Месяц назад +2

      @@vyuguruzumwangumwereka Nawe uzamwange wenyine ntutuvugire yatowe nabarundi kd benci harubwo yagiyeho amaze kumarabantuse nkabandi bose ntamaraso yinzirakarengane arikubiganzabye

    • @vyuguruzumwangumwereka
      @vyuguruzumwangumwereka Месяц назад

      @@ndagijimanasam2772 ha ha ha ceceka sha iby'abarundi ntabyo uzi ninde wagushutse ko aba DD bagiye ku butegetsi batishe abantu? U burundi nkurusha kubumenya kuko niho mvuka wa nterahamwe we!

    • @ndagijimanasam2772
      @ndagijimanasam2772 Месяц назад

      @@vyuguruzumwangumwereka Bishende ?hehe?kd ryari?

    • @NiyonsabaFulgence-tq3gr
      @NiyonsabaFulgence-tq3gr Месяц назад +1

      ​​@@vyuguruzumwangumwerekau Burundi se butwaye iki,ubwo nawe wasanga bagushuka ngo uzataha urwana ufate ubutegetsi umaze gutanga benewanyu ho ibitambo???😅😅😅??

  • @ntezirizazavenuste6701
    @ntezirizazavenuste6701 Месяц назад +1

    Nukwigira ku Rwanda❤

  • @MapendoJoseph
    @MapendoJoseph Месяц назад

    Merci beaucoup Mon président depuis rdc

  • @mutabarukaalexis13
    @mutabarukaalexis13 Месяц назад +6

    Ariko ndi kwibaza kombona muburundi ibintu byinshi bikorwa na perezida wanyu mubyukuri nta buyobozi bw'inzego zibanze buhari?
    Mobilization z'ibintu bitandukanye:
    - Gushishikarira umurimo
    -ubuhinzi bwiza
    -isuku
    -gukundigihugu
    Ibyobyose niwe ubikora none ageze n'aho kwikorera isuku mumugi?
    Abarundi muramuvunisha kereka niba amategeko yanyu aribyo amutegeka si non muzaze mu Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼 murugendo shuli muzigira kuri mudugudu na mutwarasibo kuri izo gahunda zose.
    Abarundi benewacu Imana iborohereze

    • @user-ke4jh6us2c
      @user-ke4jh6us2c Месяц назад +1

      Uko nukuri kuzuye kbs Rwanda oye oye oye

    • @NiyonsabaFulgence-tq3gr
      @NiyonsabaFulgence-tq3gr Месяц назад +1

      Kwegera abaturage ni byiza ariko wagirango wa mugani Neva ayoboye wenyine,ahantu hose nguwo mu bishanga yagiye kuvugisha abahinzi nk'umunyamakuru,ect...! Ese ko ntajya mbona nta hantu agaragara ataha ibikorwaremezo nk'amashuri,ibitaro,amasoko,imihanda,etcc...ntabyo u Burundi bukeneye cyangwa burihagije???

  • @williamruto3103
    @williamruto3103 Месяц назад +4

    Birateye isoni kubona umukuru WIGIHUGU ariwe akubura aho twacavuze, jewe ndagiye kwikosora mutama.

  • @lilianengendambizi2143
    @lilianengendambizi2143 Месяц назад

    Imana Ikudutungire nyakubahwa umukuru w'igihugu cacu.Iguhe kuramba uturongoye.Mba hollande ndi Bujumbura mukaruhuko igikorwa mwatanguje canezereje caane.

  • @agrcem6707
    @agrcem6707 Месяц назад +2

    Well done, Raba Buterere kandi Quartier Miroire iraho, narabuze restaurant yoba imeze neza

  • @bonaventuredusabe512
    @bonaventuredusabe512 Месяц назад +3

    Turabashigikiye cane SE. Hari indwara zitazosubira kuvugwa mu Burundi hamwe twokora isuku.. ❤

  • @uwimanamarie8106
    @uwimanamarie8106 Месяц назад +1

    Wooww great news

  • @alfredrubyutsa7784
    @alfredrubyutsa7784 Месяц назад +1

    Muhereze president Groves plz

  • @ArkadiusMWENEMUSHI
    @ArkadiusMWENEMUSHI Месяц назад

    Si ubwa mbere umukuru w'igihugu akubura igisagara ca Bujumbura.
    Umengo umukuru w'igisagara ca Bujumbura ntaba mu gihugu!
    Uzi inkungugu iri i Bujumbura!
    Uzi iyarara riri iruhande y'inyubako za Reta n'iz'abikorera utwabo! Ni ibara.
    Urakoze cane Nyenicubahiro. Isuku mu gisagara ca Bujumbura rirakenewe.

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or Месяц назад +3

    Umutama wacu ❤❤❤❤

  • @jeandedieubyiringiro2184
    @jeandedieubyiringiro2184 Месяц назад +1

    Nkukundira guca bugufi Bwana Neva. Imana iguhe umugisha

  • @niyibiziviane3396
    @niyibiziviane3396 Месяц назад +1

    Vyura igihugu mutama wacu❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @BematBemas
    @BematBemas Месяц назад +2

    Yesu aguhezagire muvyeyi

  • @30DAYSWOC
    @30DAYSWOC Месяц назад

    I couldn't agree more.

  • @nshimirimanadenis1991
    @nshimirimanadenis1991 Месяц назад

    Murakoze cane Nyenicubahiro kurizo mpanuro mutanze ariko ikibazo ivyo bikorwa vyisukuku bizorangirana nuwo musi gusa, umengo nugucungana kujisho vyoba vyiza bibaye ibikorwa bihoraho ukaba umwitwarariko wibihe vyose n'ahantu hose

  • @aminaodette5297
    @aminaodette5297 Месяц назад +5

    Yooo mutama wacu imana imuje imbere nukuri❤❤

  • @bestjo2003
    @bestjo2003 Месяц назад +3

    Banz'ukure umukuru w'igisagara

  • @ngendakumanajeanmarrie7490
    @ngendakumanajeanmarrie7490 Месяц назад

    Ndakwemera wavuga nuko uberira intumva❤

  • @IsaacIrakoze-d5m
    @IsaacIrakoze-d5m Месяц назад

    Komera mutama❤

  • @jnclaude2878
    @jnclaude2878 Месяц назад

    Ndabikunze rwose, Mukomereze aho, mu Rwanda tubasubyeho Kandi ariko Niko twatangiye.

  • @Amkabasi
    @Amkabasi Месяц назад

    Thank you.

  • @MuslimStanley
    @MuslimStanley Месяц назад +2

    You are the man of value

  • @user-wj7qk3ey1v
    @user-wj7qk3ey1v Месяц назад

    vrais patriot ❤❤

  • @DieudonnéHAKIZIMANA-q3y
    @DieudonnéHAKIZIMANA-q3y 27 дней назад

    irijambo niryiza cane mutama wacu ❤❤❤

  • @bukurudelila8467
    @bukurudelila8467 Месяц назад +3

    Nukuri president wacu ndamukunda abarundi turinumwanda pee . Dukore isuku

  • @GG-dj6yh
    @GG-dj6yh Месяц назад +1

    Mbega president wagowe😢

  • @patrickirakoze6233
    @patrickirakoze6233 Месяц назад +1

    Kugira isuku ikunde nibarekure aba chefs des quartiers bace amande aho basanze hasa nabi imbere y'impangu. Nukuri isuku rirakwiy hose

  • @hoppyjerry
    @hoppyjerry Месяц назад +1

    Ahaaaaaah, nzoba mbona

  • @maryamarya4161
    @maryamarya4161 Месяц назад

    Ndagukundacanee urimvugakuri

  • @HakizimanaAthanase-jm5hv
    @HakizimanaAthanase-jm5hv 29 дней назад

    Abarundi mwisubireho
    Twebwe umusaza wacunogukora umugamda twumva dufite pfunwe

  • @penielirambona7891
    @penielirambona7891 Месяц назад +1

    Vyiza cane,Gusa Nyenicubahiro nuko ivyo bikorwa bitabandanya bikorwa,igihe muba mwashinze giheze n'ababijejwe baba babihagaritse

  • @habinezaeric2549
    @habinezaeric2549 Месяц назад +1

    Mwongere isuku mubisagara byanyu kuko iyo turi kureba kuri RTNB tubona ibisagara byanyu bidafite isuku nkuko bikwiye KD muri abakozi, mushyireho ibihano kubantu Bose bakorera ahantu hari umwanda ikindi nkigisagara gikuru kigomba kugira abashinzwe isuku. Isuku muyihe abagore bari mumakoperative babe bafite ibikoresho byo gukoresha.

  • @irakozechimene656
    @irakozechimene656 Месяц назад +1

    Yyoooo Neva Nunvis Amarira ntako Utagira Ng Ukore utwerek akarorero Utwerek N Akarorero

  • @NkurunzizaIssa-d3w
    @NkurunzizaIssa-d3w Месяц назад

  • @user-nk3ue2cs4k
    @user-nk3ue2cs4k Месяц назад

    Il faut que tout burundais se mobilise du moins deux fois ( samedi- matin ) par mois pour nettoyer le pays sinon il n'y aura pas le développement.
    Son excellence, il faut virer les responsables sanitaires qui ne font pas leurs boulots comme il faut.

  • @bubulini645
    @bubulini645 Месяц назад

    Ndagukunda cyane...wa Mugabo we.

  • @ngirinshutijanvier8955
    @ngirinshutijanvier8955 Месяц назад

    ❤❤❤❤❤❤🥰🥰🥰👍👍👍👍

  • @nizigabosco3359
    @nizigabosco3359 Месяц назад

    Asha mutama wacu arakund uburundi kwl Imana yarakoze kumuduha

  • @StevenMugando-ei6vb
    @StevenMugando-ei6vb Месяц назад

    Mutama bisaba umukuru wigisagara cabujumbura mumufatire ingingo zibereye, birateyisoni Mutama varisito ariwe akura umwanda abantu barunda

  • @nduwimanaernest1050
    @nduwimanaernest1050 Месяц назад +1

    Birateye isoni Papa Burundi arageragez kutwereka akarorero

  • @trustjesuspaulau4
    @trustjesuspaulau4 Месяц назад +1

    nkunda president Neva icyama imana akayobora nkimyaka 30

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 Месяц назад

    President Oye❤✊🏾
    Erega niyo Tourisme twipfuza guteza Imbere ijana n Isuku!
    Ninde mu Touriste azoriha Ticket yiwe aje gutemberera Igihugu c Umwanda aca Ahanuka????
    Canke aca aho baguma bamusega "Ncorera hewe"
    Reta ahubwo ikwiye kuzana Itegeko rihana abasega atari Umworo akenye cane

  • @onesmetvofficial1861
    @onesmetvofficial1861 Месяц назад

    Ndemeye urwanda turi hejuru

  • @user-on2yb6kn7q
    @user-on2yb6kn7q 29 дней назад

    Njyewe iyo nshaka kwisekera ndeba discouraged zuyu mugabo ubundi mwita byendagusetsa kuki atajya akina filme koko

  • @KwitondaPhilbert-vl1fk
    @KwitondaPhilbert-vl1fk Месяц назад

    Ese ba Ministry barasezeye😢

  • @JemeJeme-s9o
    @JemeJeme-s9o Месяц назад

    😊❤

  • @PacifiqueIrambona-gh1dd
    @PacifiqueIrambona-gh1dd Месяц назад

    Mudasubirizwa général neva

  • @JubsonNtirikure
    @JubsonNtirikure Месяц назад

    Komera mutama nitwebw abarundi tubarirwa ❤❤❤🎉🎉

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 Месяц назад

    Uvuze ukuri Courage

  • @horanimanaleonard
    @horanimanaleonard Месяц назад

    Tuzoce twubaka voie souterraine,voie terrestre,voie aérienne Na chemin de fer

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or Месяц назад +1

    Avuze ivyogukubura nanj ndimwo nkubura mwamwarabu mumwumve mutama wacu

  • @noellambazumutima3585
    @noellambazumutima3585 Месяц назад

    Biteye agahinda ibiba ku burundi. Murabe Namwe Umukuru w'igihugu ariwe aja kwikuburira Umucafu. Barundi turengere ivyo tubamwo dukunde igihugu Cacu.

  • @SafYves
    @SafYves Месяц назад

    ❤❤❤❤❤💯

  • @ladariparko2915
    @ladariparko2915 Месяц назад

    Setemu yahiy h

  • @umojawote9878
    @umojawote9878 Месяц назад

    Komera Ndayishimiye weeee.

  • @aphrouser
    @aphrouser Месяц назад

    Ibi ntacyo byatanga mu gihe inzego zibanze ntabushake zifise ngo zibigufashemo. Ikindi kd ntugafatire ibintu vyose icarimwe

  • @MarkNyongesa-q9t
    @MarkNyongesa-q9t Месяц назад

    Batware gutwara ifumbire bazitware mumirima😂😂😂

  • @ngezahayoadam8067
    @ngezahayoadam8067 Месяц назад +1

    Nimubigire itegeko uwanse mumuce amendes aje muri tresor public canke ayo amendes asubire yishurwe abahurikiye mu ma cooperative y,isuku n,isukura na cane cane mu bishire mu minwe y,urwaruka thx

  • @joelhabi6877
    @joelhabi6877 Месяц назад

    bah commencez d'abord a bannir les sachet ou sac a plastique comme le Rwanda voisin sinon imyanda muzahora muyiraramo nyine .... bref, courage ce president

  • @bitwengerurangamanasseh1036
    @bitwengerurangamanasseh1036 Месяц назад

    President atora kmyanda atambaye gloves?? Uwo s’undi mwanda?

  • @Nta-m4z766
    @Nta-m4z766 Месяц назад

    Président Bagaza niwe bigeze kubaza ngo ko igisagara gicafuye? Nawe ati :" Abahora bakora isuku bicaye muri bureau."

  • @NahimanaAbdoul
    @NahimanaAbdoul Месяц назад

    Ibisaka vyimbga vyahiye kizigenza dukunda neva

  • @manijado
    @manijado Месяц назад

    Murasebye pe

  • @beaugosseadam6831
    @beaugosseadam6831 Месяц назад

    Usafi ni tabia, maendeleo ni bidi na kuipenda Nchi yako.

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 Месяц назад

    Nyakubahwa Pres Bogoza umukuru wigisagara nn ubona amaz iki jew mba nara mwirukanye abimfisemwo uruhara please

  • @EmelyneHayimana
    @EmelyneHayimana Месяц назад

    Nukuri uwutoshima ibi mutama avuze azoce asaba ubwenegihugu Ahand ntazoba akundigihugu camwibarutse nakomerezaho abapranto aho gukoricabazanye harimwo harimwo iryo suku sebarundi asaba ababatwara babatuma kubagurira amata gusa

  • @felixsanzira1646
    @felixsanzira1646 Месяц назад

    Ubu baraje bavugeko U Rwanda arirwo rwateye umwanda 😂

  • @KwitondaPhilbert-vl1fk
    @KwitondaPhilbert-vl1fk Месяц назад

    Mbega 😂😂😂

  • @philiberthabogorimana3904
    @philiberthabogorimana3904 Месяц назад

    Umwanda nikimenyetso cubukene. None wogenda ugwaye amavunja wicuvuga ngo uratunze. Wew uratwenza. Kakunaniye kweli. Kuja gukubura uri president. Aho ntiwofata ingingo

  • @SabuwukunzeTerase
    @SabuwukunzeTerase Месяц назад

    Urakoze mutama

  • @SmilingBeachYoga-rg5ny
    @SmilingBeachYoga-rg5ny 29 дней назад

    Muzasure urwanda turabasirimu

  • @NiyonsabaFulgence-tq3gr
    @NiyonsabaFulgence-tq3gr Месяц назад

    Ariko uyu Neva ku a yajya ku butegetsi nta bikorwaremezo byubakwa nk'imihanda,amashuri,ibitaro,amashanyarazi,etc...ko ntaho njya mbona abitaha cyangwa ngo wumve bivugwa???

  • @rutahasteven2683
    @rutahasteven2683 Месяц назад

    Muzigire ku Rwanda murebe harabantu bashinzwe isuku kuburyo buhoraho Kigali muzaze murebe irakeye

  • @ProsperNsengiyumva-ss7mj
    @ProsperNsengiyumva-ss7mj Месяц назад

    Byizaa canne papa burundi

  • @DrNelsonJohnMuhirwe
    @DrNelsonJohnMuhirwe Месяц назад

    Nyakubahwa ndabashimiye gusa bisabako buriwese afise iparasera mugisagara yoyikorera isuku.

  • @jeanberchmasnizonzima6058
    @jeanberchmasnizonzima6058 Месяц назад

    Mwirambire mmuvyeyiii

  • @SengimanayusufuSengimanayusu
    @SengimanayusufuSengimanayusu День назад

    Vuga.mwugururire.imipaka.kora.ingiro.abaturage.bawe.bishye.ninzara

  • @habinezaeric2549
    @habinezaeric2549 Месяц назад +1

    Ndisabira Président wanyu no kuzasura intara ziwanyu zose akabashishikariza isuku agasaba ba buramatari Bose gufata isuku nkikibazo Kiri imbere.

  • @mr.mmoses4212
    @mr.mmoses4212 Месяц назад +1

    Urigutoragura amashashi koko?😂😂😂

  • @SengimanayusufuSengimanayusu
    @SengimanayusufuSengimanayusu День назад

    Uradusebya.hewe.wewe.wapi.

  • @MushimiyimanaEsperance
    @MushimiyimanaEsperance Месяц назад

    Muyobozi abayobozi bi nzego zibanze nizindi zizikuriye nibagufashe we kubikora wenyine ntacyo muba mutakoze ahasigaye bagufashe .

  • @yvesvernedusabe7505
    @yvesvernedusabe7505 Месяц назад

    Yamara agateka ka zina muntu kadahari vyoooose n'ubusa nyabuna nabanze agendere aho kuri muri documentation aho kuri cathédrale arabe ibiriko birahakorerwa nagatukisha

  • @muyobokesamuel2850
    @muyobokesamuel2850 Месяц назад

    Hhhhhhhhhh
    Umwandaaaa?

  • @nyiraminanijudithibaduheam3502
    @nyiraminanijudithibaduheam3502 Месяц назад

    Muberewe no gukubura ngaho kubura turebe umusaza

  • @MbabajeJean
    @MbabajeJean Месяц назад

    Turagushyigikiye nyakubahwa umukuru wigihugu cuburundi .nyuma yiyosuku .batere nibitikumihanda nubusitani.na pave kumazu arikuri kaburimbo .ntacyondo mumujyi

  • @Blessed-eu8sd
    @Blessed-eu8sd Месяц назад

    Abanyarwaanda Bati: Umweera Uturutse in Bwaami Bukya wakwiiriye Hoose.
    Bisiguura ko ikibi kiri i Bgaami, n'abatuurage bakiigaana Kuko abato biigaana iteeka abakuru.
    Umukuru urugero rwiiza cg urubi ataanga ni rwo abato bakurikiza.
    Umwaana yiiga kugeenda yiigaana uko abakuru bamuruta bageenda.
    Abatuurage iteeka ni abiigiishkwa nk'aabaana bo mu mashuuli. Iyo ubahaayee urugero rubi bakurikiza urwo. Waabaha urugero rwiiza na bgo bagakurikiza urwo. Umunyeeshuuri mubi abigirwa n'uumwiigiisha mubi.
    Ntaa mwiiga mubi uba ho, haba ho umwiigiisha mubi gusa. Kuko umwiiga w'umuskwa mu mibare no m'ubuvuuzi, burya aba afite ubuundi buhaanga mu biindi biintu Imaana yamugabiye. Umwiigiisha ni we ushiinzwe kumenya aho umwiiga akwiiye kugya kwiiga ibyo ashoboye.
    Afrika nu inkene kuko abayiyobora ari abaskwa m'ubgeenge ndetse ni abaskwa muri kamere n'imiteekerereze. Ntibaazi iyo bava ntibanemenya iyo bagya. Ubgaa bo ntibiigize, ntibiifashije, baafasha abaandi gute mu byo na bo bataazi cg
    badafite?
    Isuku iva m'umuryaango.

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to Месяц назад

    Aho vyerekanako reta yuburundi ikenye idashobora guhemba abakozi bakubura ibarabara ntaho vyabonetse umupresida aja gukubura amabarabara kokera haho hari aba kenyera rugamba banyu bakubur bagihehe?nuko mwabahemba nabi kandi mukabahemba make rero zamuraryikuburira kuko murabishoboye😎😎😎

  • @user-zd9ck8km5i
    @user-zd9ck8km5i Месяц назад

    Mwinjire no mu ma quartiers naho muhakubure hari umwanda. Ama yarara niyo yibera, mukangurire n'abanyagihugu isuku

  • @niyonsabaemmanuel2671
    @niyonsabaemmanuel2671 Месяц назад +1

    None umukuru wigisagara ariko akora ibiki

  • @NapoleonDusingizimana
    @NapoleonDusingizimana Месяц назад

    Uvuzukuri 👋👋😅

  • @OdetteNiyomwungere-rf8cl
    @OdetteNiyomwungere-rf8cl Месяц назад

    Muzehe wavugukuri kweli

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 Месяц назад

    Mbega avant 2005 ntiyari umuboyi ku mutakura kury icumi ? Gishasha yakoze nigiki ?

  • @undoyenezapeter8102
    @undoyenezapeter8102 Месяц назад

    Wowe wavyishe kare kuko wagomba kwigira ku Rwanda none koko ubwenge bwarabuze