Umubikira yavyaye umwana||yarize cane..||bamfashe ku nguvu ngwaye||intahe ibabaje ariko yigisha cane

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 17 окт 2024

Комментарии • 295

  • @didieriranyibutse469
    @didieriranyibutse469 3 года назад +57

    For sure uyo mu mama yarigeze kufasha tickets 🎫 ingeza mu buganda but now I am in Sweden 🇸🇪 ndashaka kuzaza kumusura ninza mu Burundi 🇧🇮 if I am here now harimwo intererano yiw then the good news 📰 nuko sanze ari umubyeyi koko umutima ya nyeretse niwa kibyeyi much love ❤️ then keep shining 👍🙏🙏🙏

    • @nirenganira8433
      @nirenganira8433 3 месяца назад

      Reka nkwibutse nimba utarsgenda ugende 😅😅😅

  • @sirenvibestv
    @sirenvibestv  3 года назад +14

    Mary Angel mwamenye nk'umunyamideli burya afise intahe idasanzwe. mama wiwe yamuvyaye yarihebeye Imana, afashwe ku nguvu//ubuzima bwabo ntibwigeze bworoha na gato.
    iyumvire namwe ukuntu bibabaje. ariko birigisha cane. uburyo bashoboye kuba murubwo buzima bakaba bageze aho bageze ubu biratangaje.
    PS:iyi ni part1
    Part2 iraza mu nyuma ntimucikwe niyi ntahe yose🙏🏽🙏🏽

    • @angenitunga6719
      @angenitunga6719 3 года назад +3

      Nimuzan igice gikurikira mwoba mukoze

    • @safiasaleh7494
      @safiasaleh7494 3 года назад +1

      Nyarutsa udushirireko

    • @thierryniyungeko8025
      @thierryniyungeko8025 3 года назад +2

      Keep it up Hosy. This is a good job my dear...

    • @kikikiki579
      @kikikiki579 3 года назад +1

      Bambiiii🥺 Imana ibahoze🙏🏼 Hosy courage ugum uzana ibiganiro nkivyo kugira bifashe abandi bariko baraca mubintu nkivyo ariko badashima kubisohora

    • @BigAlpha365
      @BigAlpha365 3 года назад +1

      Muratubarize uwo muvyeyi. Uburyo umuntu acamwo kugira yihebere Imana canecane amaze no kuvyara.. Kuko umenga aba soeurs selon l'église catholique bateri bemerewe kuba abavyeyi.. Kumbure vyocira nabandi inzira bafise uwo muhamagaro. Murakoze

  • @odetteuwamahoro4247
    @odetteuwamahoro4247 3 года назад +2

    Komera ntore y'Imana. Nyagasani azakwitura. Imana yemera ko tunyura mubigeragezo byinshi ariko ninaho iduha imbaraga. Ntago idutererana. Umwana wawe Rita azakubera umugisha.

  • @caritasnihozeko7167
    @caritasnihozeko7167 3 года назад +1

    Vyukuri Sandra, Imana irashaka abantu beza kandi nubu uri mwiza ukorera Imana ariko abantu bakugiriye nabi boooose urabaharira.

  • @sandrineniyonkuru9168
    @sandrineniyonkuru9168 3 года назад +3

    Oooh ma soeur sandra pole sana kabisa ndumva urugamba rutari rusanzwe pe nagira nije ndimugikomere yamara urandenze pe ahwii pole sna gusa biraryosh imana yaguhany umwana mwiza

  • @emmanuelndayegamiye3857
    @emmanuelndayegamiye3857 3 года назад +3

    Uyu musera niyihangane yanavyay akana keza sha. Uwo n'umugisha p. Hama kwariko abivuga bihera uko. Hosy wamuberey umuti.

  • @beatricenduwimana5567
    @beatricenduwimana5567 3 года назад +4

    Osy mrci bcp, ndumva atakindi novuga kwako ga témoignage kuwo mu Sr, wakoz kumutuzanira. Uratumy ngukunda

  • @claudinendayizeye4619
    @claudinendayizeye4619 3 года назад +4

    Hosy courage sha urik ukor vyiza.Naw maman Imana iracagufisek umugambi niyo mpamvu yakuzigamiy murizo ngorane waciyemwo.Rita urumugisha kumuvyeyi wawe uz umuhoz ayo marira yooose yariz,umuber intumwa

  • @benjaminhavyarimana9479
    @benjaminhavyarimana9479 3 года назад +4

    Histoire ikomey cane arik iconkuyemwo nuko atarumubikira ahubwo nuko vyar rêve yiwe nkasab mugih muduhay inkuru kuri titre tubwire ukuri apana gukavya umugani wabanya Rwanda hama courage cane turabakurikira

  • @claudiaornellainamahoro7592
    @claudiaornellainamahoro7592 3 года назад +5

    Yioo pole vrmnt.Ndabazi kera i gtg,sinarinzi k mwaciy mu bibazo nkivyo.Imana ibakomez

  • @hatungimanajeanbosco9285
    @hatungimanajeanbosco9285 3 года назад +5

    Niho nkibona Hosy atekereje. Yagize ubwoba kabisa. Merci SirenVibes pour cette emission

  • @hermessalha3304
    @hermessalha3304 3 года назад +16

    Hosy courage vrmt twari dushaka inkurunkizo zitandukanye nizabandi pana ivyokuvumbura big up sana ma sœur wacu.

  • @kabayizawilly6659
    @kabayizawilly6659 3 года назад +3

    Yewedataweeeeee mbega ubuhamya buteye agahinda 😭😭😭 Imana ishimwe ubwo ukiyishima kandi yakomeje kubana nawe please muduhe igice cya kabiri 🙏

  • @meryorndi630
    @meryorndi630 Год назад

    yoooo nukuri warakometekejwe Manseur sandra Imana ize uguhe iherezo ryiza

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 3 года назад +2

    Pole mama ndagukunda numwanawawe nukutabitahuye numugisha umwanawawe harimpamvu imanayabiretsebikaba umwanawawe afisemwana wagaciro wjmbwenge turabakunda mwese bisous

  • @olitech6647
    @olitech6647 3 года назад +11

    Sandra, Mama Lita sinzi ico novuga, gusa be strong. Yezu agukomez we yagukomeje kuva kera. Intahe yawe kugeza ubu iracandngera. Lita sinzi ico nokubwira ariko naw be strong, muri famille nziza.

  • @ericnimubona9568
    @ericnimubona9568 3 года назад +4

    Félicitations Musigay muzana ivyigisha. Nabandi nibahindure

  • @Menya_byinshi_utaruzi
    @Menya_byinshi_utaruzi 3 года назад +8

    I like the story Hosy..stay blessed!! Love from Rwanda🇷🇼

  • @justinndayiziga838
    @justinndayiziga838 3 года назад +2

    Be strong 💪 sandraa imana yaragu hezagiye inaguha nikibondo ciza disii may god bless you mama ritha 🙏

  • @louisekwizera4886
    @louisekwizera4886 3 года назад +1

    Imana yashatse kuguha cadeau nziza nka Rita.Inzira zayo ni igihumbi. Imana ibahezagire.

  • @imbizitv9953
    @imbizitv9953 3 года назад +1

    Imana ishimwe yo yaguhaye umutima wogukunda ikibondo ntivyari vyoroshe ariko warize kubana nigikomere

  • @amydhaniyo1603
    @amydhaniyo1603 3 года назад +2

    Ikiganir ciza vraiment knd cigisha😔
    Mrc boku Hosy ibi nivy biganir tuba dukeney

  • @ygsa5009
    @ygsa5009 3 года назад +2

    Mama ritha j vraiment biranse ko mbandany kumva interview yanyu irambabaje

  • @muhimpunduruth6850
    @muhimpunduruth6850 2 года назад

    Ujye ushima Imana ko yaguhaye umwana biriya ntabwo byatunguye Imana rero mpore

  • @blandinedoudou3623
    @blandinedoudou3623 3 года назад +4

    Congratulation Mademoiselle, Imana ibandanye iguha gutera imbere cane gose gose

  • @egideniyokwizera2569
    @egideniyokwizera2569 Год назад

    Mama Rita na Rita jewe ndabazi Rita naramufotoye kuri diplôme nanje naramubonyeko umutima wurukundo areze nabana benshi lmana imuhe umugisha

  • @christiannkurunziza8523
    @christiannkurunziza8523 3 года назад +5

    Nice témoignage...merci Hosy pour l'émission...

  • @kigobekingkong387
    @kigobekingkong387 3 года назад +5

    I said it before and I will say it again,hard work and dedication now you see where you're now(utanguye kwimbura imbuto sibikogwa vyiza ukora 13k in one day wow good job girl

  • @hatugimanaalex7995
    @hatugimanaalex7995 3 года назад +2

    Pole sana Mama ivyagushikiye nibisanzwe ntawudacumura kwinosi kimwe Gus nugucumura ntiwinegure ko wacumuye

    • @hosyirakoze
      @hosyirakoze 3 года назад

      Erega ntiyacumuye!! Ngira ntiwakiravye cose

    • @hatugimanaalex7995
      @hatugimanaalex7995 3 года назад +1

      @@hosyirakoze Siribwakimare so ntakundi niyihangane kandi mbone umwana yamuviriyemwo igikomeye

  • @pinsonnagil9784
    @pinsonnagil9784 Год назад +1

    Histoire itouchant imitima ya benshi kabisa.courage Maman Ritha!

  • @nshokeyinkawerarisi6401
    @nshokeyinkawerarisi6401 6 месяцев назад

    umva mama rita imana iragukunda yo yaguhaye akana nabariya baramwifuza

  • @irakozeevelyne6603
    @irakozeevelyne6603 2 года назад +1

    yooh pole sana

  • @HassanNassor-p6z
    @HassanNassor-p6z 11 месяцев назад

    Pole sana dada yangu jipe moyo mungu yupo

  • @uwakristu4010
    @uwakristu4010 3 года назад +5

    Iyo uzoba uwukomeye Imana Igucisha mubikomeye 😬💥🔥🙏

  • @nshimirimanaalice9617
    @nshimirimanaalice9617 Год назад

    Ooohhh waaaawww je cannais Rita quand Elle commençais l Ecole Maternel a SOS Gitega.

  • @dorinenuwumukama3613
    @dorinenuwumukama3613 3 года назад +1

    Iman igfash knd irabon umubabr ww dsiiii

  • @nifashaalexandre3108
    @nifashaalexandre3108 3 года назад +8

    Pole sana mama ndoo jisi yarivyo ya dunia

  • @kampayanoaline8148
    @kampayanoaline8148 3 года назад +10

    Hosy vyizaa.Duhe num yuwo mu masoeur!afis intah yigisha tu

    • @janatahmad7048
      @janatahmad7048 3 года назад

      umu ma soeur yarabyaye vyararangiye😂😂

    • @safiaimran712
      @safiaimran712 3 года назад

      @@janatahmad7048 😄🤣🤣🤣🤣

  • @niwemugeniannefrida82
    @niwemugeniannefrida82 3 года назад +8

    Rita urasa na maman wawe sana 🥰

  • @emiliennehabonimana-eo8to
    @emiliennehabonimana-eo8to 6 месяцев назад

    Courage ma sœur Cendra tu me manques ❤

  • @arsenemukunde3576
    @arsenemukunde3576 3 года назад +6

    Uyu mu Mama ari ouverte cane nivyiza,hama Siren Vibe courage muri creative cane nivyo tuba dukeneye.

  • @shushishushia3329
    @shushishushia3329 3 года назад +2

    Iyinkuru nayibonye mukinyamakuru comurwanda ndaryohew mana niwe mama wa rita

  • @akn334
    @akn334 3 года назад +4

    Quel temoignage epoustouflant ! 🤯 Complicite hagati ya Rita na Sandra iragaragara kandi iraryoshe.. Sandra numuntu w'Imana, Ibandanye imukomeza.
    Hosy ukoresha interview neza urazi kwumviriza ntuciramwo umuntu. Big up team siren vibes tv 👏👊
    Cari ikiganiro gitomoye!

  • @ngendakumanaeloge4786
    @ngendakumanaeloge4786 3 года назад +14

    😭😭😭😭😭😭ihangane imana irakubona

  • @muhozabenitresor
    @muhozabenitresor 3 года назад +5

    Rita is my mum's name....merci pour l'interview Rosy

  • @nickyingabire7926
    @nickyingabire7926 3 года назад +5

    Courage maman Ritha finallly u made it courage. Ma lovely family❤️🥰

  • @pierredominique9836
    @pierredominique9836 2 года назад +1

    Pourquoi j'avais jamais regardé cet interview si inspirant😕 Mama Rica t'es un reflet de la foie ,,,👐🏽 vrent

  • @oscarfashionbuja1267
    @oscarfashionbuja1267 3 года назад +1

    Hosy intah ni nziza canee gwos numbwo bitoroshe gutahura vyoroshe ham courage vrt ur munzira nziza

  • @ksidointernational
    @ksidointernational 3 года назад +4

    Imani Irashoboye nomubihe bitoroshe ncuti🙏🏼💪Hey Hosy! Ufise umushatsi mwiza ntuzowuhemukire pe🤭
    I really like girls with such hairstyles!

  • @fannylavineofficial1360
    @fannylavineofficial1360 3 года назад +3

    Intahe nkizi nizo tuba dukeney kbsa

  • @j.claudebatus8070
    @j.claudebatus8070 3 года назад +2

    Jewe ntembereje ubwenge bwanje, se wa Rita ni Docteur !

  • @elodiembarirande6192
    @elodiembarirande6192 3 года назад +3

    Courage maman Rita. Nari maze kubakwirikira kuri Isimbi Tv. Histoire yanyu yaranshitse kunyota.
    Rita uri umuhanga. Tu es douée. Shishikara

  • @fabricenduwayo7059
    @fabricenduwayo7059 3 года назад +9

    Courageux hosy inkuru nkizo uzikomerezeko cane

    • @hosyirakoze
      @hosyirakoze 3 года назад +1

      🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽

    • @stidompundu7586
      @stidompundu7586 3 года назад +1

      @@hosyirakoze courage iibiganiro nkibi nivyo vyari bikwiye apana kwaguhangana nabasani bishura ibijambo bizarre

  • @Lil-man.magneto
    @Lil-man.magneto 3 года назад +12

    Uratungurana hosy big up

  • @gygygyslaine5016
    @gygygyslaine5016 3 года назад +2

    Ntivyoroshe Hosy courage nibi tubatubishaka peeee intahe nkizo

  • @nadinenizigiyimana2005
    @nadinenizigiyimana2005 3 года назад +2

    Merci Hosy, bandanirizaho

  • @jolamb8469
    @jolamb8469 Год назад

    Imana iguhezagir

  • @nyirakamanafrancine3970
    @nyirakamanafrancine3970 3 года назад +2

    Ntakibazo kuko yabyaye umwana mwiza kbs

  • @dadaester9270
    @dadaester9270 3 года назад +3

    God is good byose akora ni byiza. Courage .

  • @sysyngezahayo7113
    @sysyngezahayo7113 3 года назад +2

    Hosy merci!!!!uratugirira indi ntahe

  • @itsthiiburundian334
    @itsthiiburundian334 3 года назад +4

    Dieu est grand for real😭

  • @mugishangezahayonadetteann853
    @mugishangezahayonadetteann853 3 года назад +4

    Impeccable mum

  • @lisanden7320
    @lisanden7320 3 года назад +1

    Inkuru ibabaje kumva uko vyatangiye ariko uko vyarangiye ni byiza cane. Umukobwa yaravutse neza arakura kandi mufitaniye relation nziza cyane nivyo gushima Imana peu importe uko vyagenze résultat final ni nziza🙏🙏👍🏽

  • @nizigiyimanagaspard432
    @nizigiyimanagaspard432 3 года назад +2

    Hosy uricamamare c'Imana😍

  • @uwakristu4010
    @uwakristu4010 3 года назад +3

    Nari maz kumva histoire yabo ndayisubiyemwo kubera ij kur chaîne y'i Burundi. Uz urakora uku uzotera imbere. Nsigaye ndagukunda ukuntu 😍

  • @fulgencenkurunziza561
    @fulgencenkurunziza561 3 года назад +12

    Sha hosy komerezaho uriko ubikora neza

  • @uwamariyajustine997
    @uwamariyajustine997 2 года назад

    Uwo muntu Imana izamuhana

  • @lauritanicole4410
    @lauritanicole4410 Год назад

    Sandra yaribaye muri paroisse Kanyosha ubu ari hh?

  • @ancillaniyonizeye6758
    @ancillaniyonizeye6758 3 года назад +1

    Pôle,ndamenye aho mwenewacu yigeze kuba

  • @havugimanafaustin6296
    @havugimanafaustin6296 3 года назад +4

    Mujye mubyara namwe barababyaye

  • @faguetteigiraneza1751
    @faguetteigiraneza1751 3 года назад +3

    Hosy courage ibiganiro nkivyo birafasha Kandi birigisha

    • @hosyirakoze
      @hosyirakoze 3 года назад

      🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽

  • @violetntirampemba4137
    @violetntirampemba4137 2 года назад

    Iyintahe irakomeye

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 3 года назад +2

    Atari ivy'ubusutwa🤣🤣
    Uyu mu sister afise esprit muri we😊

  • @sysyngezahayo7113
    @sysyngezahayo7113 3 года назад +2

    Oooooh Sandraaaaaa weeeeee!!!!!Imana yabanye nawe malgré tout

  • @Mr_KORI
    @Mr_KORI 3 года назад +3

    Vraiment c'était une histoire très intéressante knd itwereka ko Imana ikorera muburyo bwinshi
    #Hosy si hoba hari partie 2 mwoyiduha SVP kuko hariho ibiri muri introduction tutabonye

  • @burundionthemap3469
    @burundionthemap3469 3 года назад +6

    Osy
    This a great interview ever done.......
    Please I have too much to say about...get me to plan for a good else interview

    • @hosyirakoze
      @hosyirakoze 3 года назад +1

      Thank you so much Burundi on the map❤❤🇧🇮🇧🇮 hope am making you proud🥰

  • @vivantjournalist
    @vivantjournalist 3 года назад +3

    niatari kl,grand merci kuri siren vibes

  • @randyjohnsonmugisha9851
    @randyjohnsonmugisha9851 3 года назад

    Nihanganishije uwo mwana we kuko njye ntago byanezeza ari maman uvuze ko yambyaye atabishaka😭

  • @tuyleouage6203
    @tuyleouage6203 3 года назад +8

    courage hosy

  • @MireilleKamiofficiel
    @MireilleKamiofficiel 3 года назад +2

    Merci Hosy.

  • @guillainbim6902
    @guillainbim6902 3 года назад +8

    Hosy Yubahwe !!👌

    • @hosyirakoze
      @hosyirakoze 3 года назад +2

      🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽

  • @ignacemisigaro263
    @ignacemisigaro263 3 года назад +2

    Hosy usigay uvumbura courage

  • @burundisgottalent2184
    @burundisgottalent2184 3 года назад +97

    Ababona ko part 2 ikenewe bampe like.

  • @chantalzoe9646
    @chantalzoe9646 3 года назад +4

    Mpore Sandra, Rita ni Umuhoza wawe

  • @KagoyireJulienne
    @KagoyireJulienne 9 месяцев назад

    Narinziko arinjye wahuye n,agahinda urankomeje

  • @jnkb257tv5
    @jnkb257tv5 3 года назад +1

    Tantine azo gukubita vraiment

  • @cizasharif4685
    @cizasharif4685 3 года назад +10

    Ooooooooo God is Good

    • @abdulkareem4923
      @abdulkareem4923 3 года назад +1

      Erega namwe murabanu😃nimwivya riresha

  • @kwaneema6370
    @kwaneema6370 3 года назад +1

    Ntuwumva kobidyoshe

  • @Am-jy4nr
    @Am-jy4nr 3 года назад +16

    Iyintahe irigisha

  • @prospermuziranenge
    @prospermuziranenge 3 года назад +2

    Umwana ni umugisha ntimukarizwe no gutwita!

  • @gaddybarrylizzoofficial8686
    @gaddybarrylizzoofficial8686 3 года назад +12

    Courage dada

  • @albinetv2783
    @albinetv2783 3 года назад +3

    Que Dieu te bénisse

  • @sysyngezahayo7113
    @sysyngezahayo7113 3 года назад +1

    Turashaka suite plzzzz.....

  • @annymamynekagwiza6222
    @annymamynekagwiza6222 3 года назад +1

    vrmnt ndakuze iki kiganiro nabandi bakwigireko hosy

  • @gakonagregoirekarubi3421
    @gakonagregoirekarubi3421 3 года назад +1

    Izo ntahe zirakenewe cane....noronka téléphone z'uwo mu maman vy'ashikiye....

  • @ignacemisigaro263
    @ignacemisigaro263 3 года назад +1

    Sha birababaj kunvufisinda utazukuntu wayitway

  • @bercafricain
    @bercafricain 3 года назад +4

    Umuti wo kuvavanura nibisamaza ugakora akazi kare canke umugambi wawe uyekanye maze ugashika kuco ushaka gushikako mu buzima bwawe fyonda link hano hepfo 👇🏻👇🏻👇🏻
    ruclips.net/video/JiuUtOZaEIA/видео.htmlsub_confirmation=1

  • @lauritanicole4410
    @lauritanicole4410 Год назад

    Yarafise n irero ry iphuvyi mu Kajiji

  • @protaiskanyenkiko9212
    @protaiskanyenkiko9212 3 года назад +1

    HOsy usigay uronder inkuru nkora mutima komez ndagufana ,

  • @oliviernizigiyimana9882
    @oliviernizigiyimana9882 3 года назад +5

    Ivyisi biragoye nukwirinda gucanira imanza nicutazi kiba kibaho nkibi wamengo ni film gsa nihatali