MAMA BUNTU Pasteur Denise Nkurunziza Twamugendeye INGOZi Atanze Ubutumw Bukomeye Kubakinyi bama FIlm

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 6 сен 2024
  • Turashimiye vy'umwihariko Maman Buntu kumutima w'urukundo yatweretse nongera nshimira ‪@VitalUnitedmovies‬ yatumye turonka inzira yogushikira umuvyeyi mwiza nshimira namwe Mudukunda mudushigikira
    ‪@hittoptv‬ #burundi #rwanda #hittoptv1 #mamabuntu ‪@denisenkurunziza2945‬ #landrypromoter ‪@LandryPromoter‬

Комментарии • 182

  • @hittoptv
    @hittoptv  9 месяцев назад +32

    Mwarakoze cane ku mwanya mwaduhaye Maman Buntu twongera tunashimira Vitum company na mwebwe ba fana🙏🏻🙏🏻🙏🏻Buke buke tuzoshika kuri bikuru

    • @oswaldmajambere
      @oswaldmajambere 9 месяцев назад +1

      Ikwafe wap kwer mbere yarakwubashe nimb ushaka kumvugisha abant biyubashe iy kwafe urazireka ushaka abasani ugumizeko kwambara wari wambay nez

  • @mrsammyofficiel9246
    @mrsammyofficiel9246 9 месяцев назад +7

    Izo mpanuro ninziza pee uraba wumva birenge ni wew ubarirw (abakinyi bagenzanj dukina film)

  • @fridolinhabonimana4854
    @fridolinhabonimana4854 9 месяцев назад +3

    Turagukunda Maman Wacu mwiza 💖💋👌⚘ wuzuye guca Bugufi nurukundo rwinzi Turagukunda Mwakoze nokudutera iteka kutugenda Hittoptv1 ntidutamba twirorera Merci ntitwigera tunanirwa ☄🎁

  • @nadiavyukusenge4970
    @nadiavyukusenge4970 9 месяцев назад +14

    Zanduru za Landri yazigabanije Ubu akoresha kuzungagiza urutwe 😂😂😂😂😂❤❤❤

  • @angerubeneirakiza1628
    @angerubeneirakiza1628 9 месяцев назад +13

    Maman Buntu arabahaye Impanuro Nziza mwumvirehoo Turagukunda Maman Buntu❤️❤️❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @NinahanzeProsisper-up6ze
    @NinahanzeProsisper-up6ze 9 месяцев назад +2

    Wibahwe
    Urakoze
    Utuzaniye .mamawacu

  • @cadeauwatanga5686
    @cadeauwatanga5686 9 месяцев назад +9

    Komera @Landry promoter and @Yves Bally ,those two guys are hustlers 💪💪💪,n’iteka ridasanzwe kwakira @mama buntu muri Hittop tv 1 ,n’umuvyeyi wa bose kabisa kandi turamukunda 🫶🫶🫶🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾,Cadeau from Sweden 🇸🇪

  • @user-ld9mg1hf2v
    @user-ld9mg1hf2v 9 месяцев назад +12

    Sha ntamu maman azaza ashikira uyo urintwri maman burundi tjrs❤❤❤❤❤❤❤

  • @deniskingangleyofficial
    @deniskingangleyofficial 8 месяцев назад +2

    Sha hari ibintu vyubahwa kbx, nkuko hari ibiti biturirwa urumva ingene Landry yakoresheje akajwi ko hasi atari bimwe tumumenyereyeko vyo kuduza majwi gusa félicitations Mr Landry

  • @HdHd-tb6mk
    @HdHd-tb6mk 9 месяцев назад +1

    Imana izobiguhembere mama buntu kurico. Gikirwa wakoze cogufasha abo bana hama namwe mwitanze kuza kubaraba imana.izokibahembere hama nukuri mukurikize izo mpanuro mama buntu abahaye natwe nka bafana banyu iyo muriko murakurana agahuzu kumbuga biratubabaza cane rero nukubigiramwo urufasoni turabakunda cane

  • @Françaisboutiquedusavoir
    @Françaisboutiquedusavoir 9 месяцев назад +11

    Yeee bwabundi mama wacu arabikurikirana 🙆🙆njew ndumiwe vrmt we love you

    • @measme4721
      @measme4721 9 месяцев назад

      Sinarinzi k ivya fanny na libert abizi😅😅😅

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 9 месяцев назад +3

    Maman bintu Imana iguhumugisha🙏🙏 ikikiganiro niciza cane izimpanuro utanze kubakinyi ba film nibazigendere bige kubikiranira amabanga. Umutananirwa twifitiye mugihugu cacu courage vrt🤝🔥🔥♥️🙏

  • @gedeonirishura
    @gedeonirishura 9 месяцев назад +5

    Ndakunze cane uko witwaye murico kiganiro nuwo muvyeyi wacu❤hama kubantu muriko muvunga uko yaguma yemera akoresheje umutwe ivyo nisawa cane kuko nuganina n'abazungu niko uzobona baguma bitwara bakunze gukoresha amasinye kurusha kuvuga! Tera imbere bwana Landri❤

  • @talent9024
    @talent9024 9 месяцев назад +5

    Gumiza hamwe umutwe ivyo nibiki urikugira 😮😮😂😂 uhavusanga urwaye izosi

  • @chancelineniyokindi8019
    @chancelineniyokindi8019 8 месяцев назад

    UWITEKA aguhe umugisha mwinshi no kuramba n'abawe Muvyeyi,i really love this Mum so much 😢😢

  • @Sabriya-ms4ry
    @Sabriya-ms4ry 9 месяцев назад +3

    Maman buntu arahaye projects abakinyi bam areresi k ubuntu IMANA imuhezagire kandi mwese mwumve izompanuro muzikurikize mubikore neza kuko nabakomeye bararaba ivyomukora .Landry nawe abakinyi nibagutemwo kuko ubakoreye umuti

  • @CynthiaKOMEZA-ib9vi
    @CynthiaKOMEZA-ib9vi 9 месяцев назад +7

    Noe Landry Urwo rutwe uguma uzungagiza ,nuko uriko urategera cane Ivyo ariko aravug😂😂😂😂😂🙈🙈🙈🙈

  • @nicoleiradukunda4698
    @nicoleiradukunda4698 9 месяцев назад +3

    Uyumuvyeyi ndamukunda cane pe ndipfuza kumera nkawe 😊

  • @MBLEOCLASSICTV
    @MBLEOCLASSICTV 9 месяцев назад +4

    Wavyitwayemwo neza bwana @Landry

  • @ndayishimiyerenovat3840
    @ndayishimiyerenovat3840 9 месяцев назад +4

    Narindindiriye kuvuga ng'umuganga, umutananirwa ,kimya mwoto,igiseruka rukamvye..😂😂😂😂

  • @sosomh5430
    @sosomh5430 9 месяцев назад +3

    Nubwo ntararangiza ikiganiri, abakinyi ba film y'🇧🇮 babe bumvise impanuro.wubahwe Muvyeyi mwiza

  • @user-of1kq8iu4u
    @user-of1kq8iu4u 9 месяцев назад +1

    Mama uvuze neza can kupanuro utaze kubakinye bamareresi nukuri ivyo bakora mwibaga hama bakabizana kumugaragaro sivyiza natwe biratubabaza ntabwo bitwobaka nagato nibikobuke

  • @mugabejeanpierre4956
    @mugabejeanpierre4956 9 месяцев назад +4

    Mama Nkurunziza ndagukunda cyane...
    Muzagaruka ryari Rwanda Mme..
    Ufite Humor, Humble, Kindness, God's faith ❤❤❤

  • @NzeyimaAnnyspes-xe3lk
    @NzeyimaAnnyspes-xe3lk 9 месяцев назад +3

    Umuvyeyi wibihe vyose ❤murintwari mwarahezagiwe❤❤❤.

  • @IradukundaAriette-vn6qm
    @IradukundaAriette-vn6qm 9 месяцев назад +1

    Impanuro za maman buntu niziza cane mwozigender twoger kure ❤

  • @EmmanuelineEmmanueline-hg7rz
    @EmmanuelineEmmanueline-hg7rz 9 месяцев назад +1

    Mam buntu impanuro barazumva muvyiyi wacu

  • @nishimwenusla-gm7cn
    @nishimwenusla-gm7cn 9 месяцев назад +1

    Urimwiza kumubiri nokumutima vraiment urakunzwe cane

  • @user-dw6nv7vz8q
    @user-dw6nv7vz8q 9 месяцев назад +1

    Babwizukuri''muvyeyi''turagukunda

  • @delacycy
    @delacycy 9 месяцев назад +3

    Yaravye izo dred za landry araduka aratweng😂😂😂😂😂😂😂courage di landry 🎉

  • @bellairakoze2769
    @bellairakoze2769 9 месяцев назад +1

    Ivy'ubutananirwa ntiwarinze kubivuga ariko vyibonekej 😂😂courage landry

  • @MichelineBucuti-pu7mu
    @MichelineBucuti-pu7mu 9 месяцев назад +5

    waoh ikiganiro ciza Maman buntu kirimwo ubwenge buva ku Imana turagukunda Imana ikomeze kutukurindirira  izaguhe kuramba♥️🙏

  • @user-ww1uu9mq8v
    @user-ww1uu9mq8v 9 месяцев назад +1

    Babwire izontumva muvyeyi dukunda nibihanure Abo vyabayeko bariyizi ngira biyumvise gusa twipfuzako bokwiyunga bagasubiza hamwe kuko gukosha sibibi ikibi nugukosha ntiwihanure

  • @ikorinezaarmella2286
    @ikorinezaarmella2286 9 месяцев назад

    Mama buntu uri mwiza kumutima no kumubiri Imana Ikwongere umugisha ❤❤❤

  • @manundayi2409
    @manundayi2409 8 месяцев назад

    Maman Buntu ndagukunda caaaane uri umuvyeyi wintangarugero Imana ibahe kuramba

  • @irakozeoscar756
    @irakozeoscar756 9 месяцев назад +1

    Inzozi bibaye impamo Landry ndibuk ikiganiro mwakoranye numu stars umwe umubwir agusabire guhura nawe

  • @Tetelive
    @Tetelive 9 месяцев назад +2

    ❤❤❤

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 9 месяцев назад +1

    Landry 🌹🌹🌹🎉🎉🎉 uyumusi uraryoheye zanduru wamutera mubiganiro utaguma hamwe wataye inyuma yumuryango🤣🤣🤣🤣🙏🙏

  • @measme4721
    @measme4721 9 месяцев назад +1

    Ico ngushimiy uyumusi watanze ijambo kumutumire dii mutananirwa wacu🤝 ham nibakurek iyo utakoresh umutw mukwitabira wamucira mwijambo😢 abantu babay gt koko

  • @julesniyokwizera5626
    @julesniyokwizera5626 9 месяцев назад +1

    Urarinda kwel urashobora kuja imbere ya maman niyomishatsi imezuko iyutuma wimwesha igipara

    • @Anny-p62
      @Anny-p62 4 месяца назад

      😂😂😂😂😂😂

  • @user-ei6wi6ny7w
    @user-ei6wi6ny7w 9 месяцев назад +2

    Ahubwo muvyeyi nukuri murakwiye kubatumako mubahanure

  • @magnifiquenduwamariya
    @magnifiquenduwamariya 9 месяцев назад +2

    Iki kiganiro sinorengana ntakiravye harimwo maman Buntu nikundira cane.Imana ikomeze kumutuzigamira

  • @leecharon
    @leecharon 9 месяцев назад +2

    Nakubali maman Pasteur. Ameeeen hanura

  • @ntungwanayoodette752
    @ntungwanayoodette752 9 месяцев назад +4

    Maman buntu impanuro zawe bazigenderereko pe❤🔥🙏🇸🇦🇧🇮

  • @user-xg4gy9jg3u
    @user-xg4gy9jg3u 9 месяцев назад +4

    Uruwambere kurivyose kabisa
    Bose bagufatireko akarorero mama Burundi🙏🙏🙏

  • @nyleneuwimana6184
    @nyleneuwimana6184 9 месяцев назад +1

    Intambwe kuyindi Landry & hit top TV hejuru maman Buntu wacu Imana ikomeze kukujimbere ❤❤❤❤ Hama Landry kwihintambwe wateye uzuraba abutumira muticafuza

  • @yvesuwizeyimana4543
    @yvesuwizeyimana4543 9 месяцев назад +1

    Mwubahwee

  • @SarahMugisha-bh8yu
    @SarahMugisha-bh8yu 9 месяцев назад +2

    Fanny Na libert barabahanura

  • @ndayishimiyerenovat3840
    @ndayishimiyerenovat3840 9 месяцев назад +2

    Fanny Lavine ,Libert n'abandi nizere ko baza kuraba kino kiganiro. Birumvikana ko yaneguye cane inyifato bagize. Baramumaramaje kubona yarabahaye umubonano ariko bagatandukana ukuraho

  • @Innocentciza
    @Innocentciza 9 месяцев назад +1

    respect bwana

  • @ariellandayishimiye8278
    @ariellandayishimiye8278 9 месяцев назад +1

    Landry 😂😂😂😂ne kumutwe utawugumiza hamwe Dieu merci système yokuvumbura yagushikanye kure courage shaaaa🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @alaink-style
    @alaink-style 9 месяцев назад +1

    Laundry, eka ntiwigera unanigwa kiretse iyo wigirishije. Wahora uvumbura mais raba ubu bakwakirana yompi. Well done bro. Ikiganiro kirimwo message ikomeye.

    • @hittoptv
      @hittoptv  9 месяцев назад

      ntakure umuntu atova

  • @user-sy2ws4db3u
    @user-sy2ws4db3u 9 месяцев назад +2

    Mama buntu siwewe wenyene ubigaya ivyogucikoran nanje ndabigayanukuri ibintu bakora mwibanga bagaca babishira kukarubanda

  • @niyongereremy5246
    @niyongereremy5246 9 месяцев назад +1

    Tanga impanuro Révérende Pasteur

  • @OrnellaIrankunda-eg5qs
    @OrnellaIrankunda-eg5qs 9 месяцев назад +1

    Je vous aime Mama buntu♥️

  • @user-ng2is2dk8i
    @user-ng2is2dk8i 9 месяцев назад +1

    Umutananirwa

  • @havyarimanajocelyne9096
    @havyarimanajocelyne9096 9 месяцев назад +2

    Bien❤ maman ❤ turagukunda cane ❤ merci Mutananirwa kumutuzanira

  • @bukururamadhan2442
    @bukururamadhan2442 9 месяцев назад +1

    👌👌👌🇧🇮🇧🇮

  • @Chadrack54Ndayishimiye-kd7js
    @Chadrack54Ndayishimiye-kd7js 9 месяцев назад +2

    Nice promot

  • @olivierndayikeza1650
    @olivierndayikeza1650 9 месяцев назад +2

    Maman Burundi❤

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 9 месяцев назад +4

    Wooooa maman buntu barabure ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅🙇‍♀️🙇‍♀️🙇‍♀️🙇‍♀️🙇‍♀️🙇‍♀️🙇‍♀️🙇‍♀️🙇‍♀️🙏🙏🙏🙏🙏🤲🤲🤲🤲🤲

  • @gagagrace6789
    @gagagrace6789 9 месяцев назад

    Warahezagiw muvyey lmana iziguh ijuru ❤❤

  • @irankundabelyse-ej5vi
    @irankundabelyse-ej5vi 9 месяцев назад +1

    Umuvyeyi watwes vrmnt ubeho wongerubeh

  • @user-zz1lj4mx8c
    @user-zz1lj4mx8c 9 месяцев назад +2

    Barakuranako agashambara

  • @ireraaudrine2516
    @ireraaudrine2516 8 месяцев назад

    mama buntu wacuuuu disiiii

  • @delacycy
    @delacycy 9 месяцев назад +2

    Ni mwiza disi❤ ndamukunda ukunt aciy bugufi🎉❤

  • @IrakozeLandryLuc-wt2mf
    @IrakozeLandryLuc-wt2mf 8 месяцев назад

    Big Up Mazina Promoter 👍

  • @belyseirankunda6144
    @belyseirankunda6144 9 месяцев назад +2

    Courage sh Landry❤❤

  • @user-pt1we8fx2j
    @user-pt1we8fx2j 9 месяцев назад +1

    Umuvyeyi nkunda w'amahoro.❤❤

  • @adriang.
    @adriang. 9 месяцев назад +7

    Très bien Mama Burundi ❤❤

  • @user-rl9cq3se1e
    @user-rl9cq3se1e 8 месяцев назад

    Mama buntu Iman yomwijur ikutuzigamir

  • @pppprty150
    @pppprty150 9 месяцев назад +2

    Landry wubahwe cane bro👍

  • @winnyjoseline8330
    @winnyjoseline8330 9 месяцев назад +1

    🙏❤️👏🏽❤️❤️❤️❤️😍😍🙏

  • @feliciteirakoze2544
    @feliciteirakoze2544 9 месяцев назад +1

    Imana iguhe kuramba cane muvyeyi maman buntu ❤️❤️❤️❤️

  • @Lodanieniyonsaba
    @Lodanieniyonsaba 9 месяцев назад +5

    Mama buntu❤

  • @HamdanNijimbere-ke9nr
    @HamdanNijimbere-ke9nr 9 месяцев назад +1

  • @nahimanajustine8008
    @nahimanajustine8008 9 месяцев назад +1

    Maman,buntu,Imana,ikutuzigamire,impanuronziza,cane❤❤❤❤❤

  • @simbarakiyedamien7775
    @simbarakiyedamien7775 9 месяцев назад +1

    IMANA IMUHEZAGIRE MAMA BUNTU.

  • @pppprty150
    @pppprty150 9 месяцев назад +4

    Maman wacu💝🌹🇧🇮mwubahwe cane 🙏

  • @AlthrayhQw4-kq4ru
    @AlthrayhQw4-kq4ru 9 месяцев назад +2

    Bahanure Maman buntu wacu

  • @nakinteje7172
    @nakinteje7172 9 месяцев назад +2

    Umu vyeyi yahez giw ❤❤❤

  • @Eastafricacommunity257
    @Eastafricacommunity257 9 месяцев назад +4

    𝙈𝙖𝙢𝙖𝙣 𝙡𝙤𝙫𝙚 𝙪❤

  • @user-zz1lj4mx8c
    @user-zz1lj4mx8c 9 месяцев назад +2

    Ivyo muvuze nivyo maman

  • @marymgort1160
    @marymgort1160 9 месяцев назад +1

    Maman buntu yubahwe avuzeneza cane

  • @user-ed8nq6ve7q
    @user-ed8nq6ve7q 9 месяцев назад +1

    Kbx❤

  • @GahimbareElyse-ci6bd
    @GahimbareElyse-ci6bd 9 месяцев назад +2

    Muvyeyi wumutima , courage landry

  • @lilianenshimirimana7235
    @lilianenshimirimana7235 9 месяцев назад +1

    Wakoze gutumira umuntu nkuyo ahanura.
    Ariko ivyo bisuko wapi birakubihiye gira dreads nk'iza King Marley

  • @rg4631
    @rg4631 9 месяцев назад

    Good job landry 😊

  • @gmbtvburundi2725
    @gmbtvburundi2725 9 месяцев назад +1

    Da way da way da burundi way ❤❤❤

  • @nishimwemethode8187
    @nishimwemethode8187 9 месяцев назад +1

    Umutananirwa Gus uraruha uwomutwe waw gumiza hamwe😂😂😂😂

  • @dannyciza5139
    @dannyciza5139 9 месяцев назад +1

    😍😍😍😍

  • @user-si4gj6fn7b
    @user-si4gj6fn7b 9 месяцев назад +2

    ❤❤❤❤🎉🎉

  • @AlinAlin-hp5wy
    @AlinAlin-hp5wy 9 месяцев назад +2

    ❤❤❤❤❤🎉🎉Ego mama

  • @FocusTradeacademy
    @FocusTradeacademy 9 месяцев назад +1

    Prince B expert.aka director prince.uracengetera muta.tera imbere cane brother❤

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 9 месяцев назад +1

    Kabisa urakoze

  • @user-uo4gu1kk2z
    @user-uo4gu1kk2z 9 месяцев назад +2

    😂😂😂Landry umutwe utaha warushe😂😂gusa wakoze kutuzanira umuvyeyi

  • @user-hw4rq4zx7x
    @user-hw4rq4zx7x 9 месяцев назад +3

    Nukurip kunuzuy❤

  • @BoboHassanBonith-wv9wy
    @BoboHassanBonith-wv9wy 9 месяцев назад +1

    Maman burundi❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @andreicollyster
    @andreicollyster 9 месяцев назад +1

    Big up xana Landry promoter🎉🎉🎉🎉

  • @titykingbdi6208
    @titykingbdi6208 9 месяцев назад

    Cool xn

  • @Eric-Irakoze
    @Eric-Irakoze 9 месяцев назад +2

    Mubwire Maman Buntu