DAVINA wa IBREEZY aragumutse Bamwimye Award umugabo wiwe|bahaye agashimwe Director na producer

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 7 сен 2024

Комментарии • 125

  • @Music_lyrcysVibe
    @Music_lyrcysVibe Месяц назад +18

    Mn ibreezy bamwivye kl umugore wiwe ntiyarwanie ubusa wlh ibreezy yarabikwiye kweri

  • @uwimanavanessa-jf1bl
    @uwimanavanessa-jf1bl Месяц назад +19

    Davina yubahwe iconico cerekana umugore agwanira urugo gwiwe

    • @IduhangazePrince-pp3pn
      @IduhangazePrince-pp3pn Месяц назад

      Yarabony inguvu zumugabo Wiw Aho yazishikany nimisiyarar Namajoro Yaray!!🎉

  • @larissam298
    @larissam298 Месяц назад +9

    Davina ndamukunze vrm umugore mwiza pe🥰🥰🥰

  • @armanditka1145
    @armanditka1145 Месяц назад +12

    Ndabasengey IMANA ibahe umugore nkuyu

  • @richardninteretse2968
    @richardninteretse2968 Месяц назад +12

    ubundi Umugore n'uwu kabsa😂😂
    Gusa nkunze ukuntu Ibreezy yagumye yitwengera kandi bamwivye bigaragara😏

  • @axcellabellairakoze6624
    @axcellabellairakoze6624 Месяц назад +10

    Ibreezy bamwivye vrt..ahubwo davina ndamwemeye😅

  • @cedrickbudrick5679
    @cedrickbudrick5679 Месяц назад +11

    Every man needs such a wife ❤

  • @SteveKwizera-er2cn
    @SteveKwizera-er2cn Месяц назад +7

    Ashak bayimuh kunguvu kl abakoz nez ni benshi ntibokwirwa bosee❤❤❤❤❤

  • @ronlandfaillandirankunda9185
    @ronlandfaillandirankunda9185 Месяц назад +10

    Mama yangu ibreezy baramwivye

  • @talent9024
    @talent9024 Месяц назад +6

    Ivyobintu bibayemwo ikimenyane vraiment niyihangane

  • @lydia_wamaana
    @lydia_wamaana Месяц назад +4

    This kind of love ifise Impwemu🙌🏽

  • @mariamsakora2818
    @mariamsakora2818 Месяц назад +8

    Ahubwo abantu batunganije ivyobintu ntabwenge indirimbo nkazose nunva ngo one wey hama ngabure agashimwe namba mwacomeye rimwe😂😂😂😂

  • @manicyriaque1318
    @manicyriaque1318 Месяц назад +5

    i breezy bamwivye,kuko ugiye kuraba ama hit yose arikuvuzwa niwe yayakoze,ikibabaje rero bene izondirimbo zakozwe na I breezy barose udushimwe nkabose

  • @SteveNimpagaritse-wj4yd
    @SteveNimpagaritse-wj4yd Месяц назад +5

    Birababaje pe vraiment ako gashimwe bakamwivye.
    Gusa I Breezy bimuhe icirwa ivyo umugore wiwe akoze kuko ndibaza ubu aratahuye ko Dj Fernando yatwawe nishavu mukuvuga kurya, akorero unomunsi narabe insolote madame wiwe akoze rero umuririmvyi niyasubira kugira insolite ntazoze ngaho avuga ivyo ashaka ahubwo aze amuhige amuhanure birafasha

    • @stevekubwimana2119
      @stevekubwimana2119 Месяц назад +1

      Bien dit🎉🎉🎉

    • @nadegenkurunziza8910
      @nadegenkurunziza8910 Месяц назад +1

      Uvuze neza vrema nkibibona naciye ndavyumva d'ailleurs ntakintu nakimwe cari kumuzana Kuri media kugira commentaires amwinjirira no mubuzima busanzwe 🙄

    • @Short_story12316
      @Short_story12316 Месяц назад +1

      Mwe mur ibijuju Aho mubona ivy mugereranyaaa ...kuko Fernando gutuka kadi Kay ntaco yar yamugize uwo naw umugore wiw bar bamurenganije ntaw yatutse iyo atukana vyar bivuye kubibaye none Fernando yapfuy ik ? Na kadie Kay nimba bar batukamye inbox vyar guherera inbox ivy navyo vyatanguye Kur stage vyategerezwa guherera Kur stage

    • @SteveNimpagaritse-wj4yd
      @SteveNimpagaritse-wj4yd Месяц назад

      @@Short_story12316 😂😂😂😂😂 wewe urincabwenge pe cane umaze kumarira iki uburundi? Buvuga neza nani vyogufasha. Nuwudafise ubwenge ashima rwiwe. Rero nkawe ntamwanya woguterana amajambo nkawe uza utuka abantu ngo nibijuju.
      Urabanza utwereke icumariye uburundi ibisigaye ubwenge mfise sirwawe.
      Rero banza ugire indero muvyuvuga uzoce uza uvuge nkumuntu yiyubashe apana ubwo butandero.
      Subira mubuto abavyeyi baguhe indero nani.

    • @Nidivin
      @Nidivin Месяц назад +1

      Ego kbx brh

  • @hawababy120
    @hawababy120 Месяц назад +3

    Sha indirimbo nyinshi kandi ziri hit twumva akajambo one way abarundi murakunda kamwana wamam kweli kweli ntanisoni kumwima Ibreezy😢

  • @MukunziCedrick-mu6gj
    @MukunziCedrick-mu6gj Месяц назад +3

    😂😂😂😂😂 buja flavour ni 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💯

  • @MC_Malova_the_hitMaker
    @MC_Malova_the_hitMaker Месяц назад +8

    Hahaahahaha😅😂 kugwanira umugabo biraryoha kbxa

  • @interviewpressconferences6834
    @interviewpressconferences6834 Месяц назад +1

    Oneway best producer

  • @user-dl4sf5bz2s
    @user-dl4sf5bz2s Месяц назад +2

    Nukur kwose divina yashavuriy ukuri Brezzy bamwivy

  • @LeisurePUB-jb7zg
    @LeisurePUB-jb7zg Месяц назад +1

    Yooo baramaramaye davina yagize neza ni kubereka

  • @uwimana8584
    @uwimana8584 Месяц назад +6

    😂😂arashigikiy umugabo vmt niyubahw

  • @yoyaeric3533
    @yoyaeric3533 Месяц назад +3

    noe Joel Vrmt yakozik?? Ibreezy baramwivye vrmt niwe yakoze ama hit sana kbx

  • @kevinnsabimana3788
    @kevinnsabimana3788 Месяц назад +3

    Nanje Joël ntavyo nshigikiye kwliii

  • @gilbertkubwimana124
    @gilbertkubwimana124 Месяц назад +2

    Umukobwo nkuwo ukushize munzu, wutinda womutana ninzu 🥺🥺

    • @KevinAhish
      @KevinAhish Месяц назад +1

      Uwukunda uramugwanira

  • @GuidoIrankunda
    @GuidoIrankunda Месяц назад +3

    Jew indirimbo zos nguma numva one way ukacuzana joel😂😂

  • @enockndayishimiye-ru5nq
    @enockndayishimiye-ru5nq Месяц назад +2

    Nivyo umudemu ntiyibeshera😮

  • @alaineIngabire-gq2li
    @alaineIngabire-gq2li Месяц назад

    Urukundo disi🎉❤

  • @Mugishafransine
    @Mugishafransine Месяц назад

    Kuvyukuri Davina arakunda umugabo kugwego mpuzamakungu🎉🎉🎉😂😂😂

  • @Bazi1973
    @Bazi1973 Месяц назад +8

    Mubisanzwe I Breezy yibwe kl ntamu producteur yamusumbije

  • @b-tenmukunda7302
    @b-tenmukunda7302 Месяц назад +1

    Madam one way yubahwe

  • @enockndayishimiye-ru5nq
    @enockndayishimiye-ru5nq Месяц назад +3

    Joel ntacoyakoze

  • @cimpayeclairia
    @cimpayeclairia Месяц назад

    Inguvu z'urukundo❤

  • @GIPIRAcomedy
    @GIPIRAcomedy Месяц назад +3

    😃😃😃😃😃

  • @Corel-j1p
    @Corel-j1p Месяц назад

    Joël ❤

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns Месяц назад +1

    Yasaze arahuma kumbarakunda umugabo

    • @_-wt8ns
      @_-wt8ns Месяц назад

      Egochamadame serukira umugabo

  • @NIKIZAGloria-l2k
    @NIKIZAGloria-l2k Месяц назад +1

    Nagacupa Nako karimwo asiekubali kushindwa

  • @user-lx7ee7hk6z
    @user-lx7ee7hk6z Месяц назад +3

    Davina ndamwemeye😅😅😅😅

  • @kevinnsabimana3788
    @kevinnsabimana3788 Месяц назад +1

    Ako nakarobwe 😅

  • @user-wf9ln2go9g
    @user-wf9ln2go9g 21 день назад

    One way ararenze niwe wenyen yohangana na Element 🇷🇼 ubundi kuba vyonyene bamuhanganisha nako gatipe Joel Mwaramusuzuguye.

  • @Mut565
    @Mut565 Месяц назад

    Yubahweeeee😂😂😂

  • @Mut565
    @Mut565 Месяц назад

    Noe nka Joel

  • @NduwimanaFiston
    @NduwimanaFiston Месяц назад +1

    Nagend pol pol

  • @Innocentciza
    @Innocentciza Месяц назад

    baramwivye vrema Breezy yarirwiwe

  • @gersonsantosdasilva1677
    @gersonsantosdasilva1677 Месяц назад +5

    Ivyuko Ibreezy yibwe award tubireke, mais les gars, bigenda gute ngo muronke umu dada who's ready to fight for you like this?😢😢

  • @HamenyimanaFrank-xq3bj
    @HamenyimanaFrank-xq3bj Месяц назад

    Murabasum mwayihay uwutayikwiriy murabasum puuuu

  • @aladinnzeyimana
    @aladinnzeyimana Месяц назад +1

    ayo mahiganwa yuburofa ahereza ubushimwe abantu bataribo mbe bafise experience ingana gut yo gutor ntavyo bazi twebw ibreezy niw yakoz nez uyu mwaka ibindi nivyanyu

  • @yolo._96
    @yolo._96 Месяц назад +1

    Bamwivye kabisa ariko ntiyarakwiye kwitara gutyo.iyo bari guhaguruka bagataha vyari kuba vyiza

  • @IssaMANIRAMBONA
    @IssaMANIRAMBONA Месяц назад

    Bamwivye kabisa

  • @AXELLAassia
    @AXELLAassia Месяц назад +1

    😂😂😂😂😂bwabundi davina ashavura nabi

  • @stevenfabricenyambalo2243
    @stevenfabricenyambalo2243 Месяц назад +1

    😂😂😂😂😂😂😂😂nategur iyiwiw azomwiher😂😂😂😂

  • @ingabirekessyarnie9622
    @ingabirekessyarnie9622 Месяц назад +1

    I breezy bamwivy kl niwe yar gutwara award mugb ntakundi kliiii

  • @VachouVachou
    @VachouVachou Месяц назад +1

    Nico gituma Alvine yamuhevye be afise akanyaro

    • @alaineIngabire-gq2li
      @alaineIngabire-gq2li Месяц назад

      Reka jalousie ico bafuye ww urakizi guharanira inyungu zurugo rwiwe bica vyitwa akanyaro

  • @NezerweNelly-pd8lg
    @NezerweNelly-pd8lg Месяц назад +1

    Kuyindi mpwemu idasanzwe mumuziki ndundi

  • @KevinAhish
    @KevinAhish Месяц назад

    Uyu niwe mugore vrt.barayimwivye Yari ya ibreezy

  • @AmeenaMOHD-es7uv
    @AmeenaMOHD-es7uv Месяц назад

    Ariko nivy gut breezy yabuz kand yarakoz nez harimw akabonero😢😢 nanj ndababaye

  • @fabricenimubona6308
    @fabricenimubona6308 Месяц назад

    Nukuri I breez bamwivye caneee naj vyambabaje caneee nukuri ndakunda joel muga uyu mwaka ntiwari gwiwe

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 Месяц назад +2

    Ibintu vyaba noir benewacu. Bibamwo ikimenyane

  • @GeisveidvHejwowbhd
    @GeisveidvHejwowbhd Месяц назад +6

    Standards zubuu ni umugore nka Davina ou personne😂🎉🔥ntahantu mwoturangira ahantu hari abadamu nkaba benshii??

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 Месяц назад +3

    Ya gumutse ari mukuriiii

  • @PrincEloge
    @PrincEloge Месяц назад +3

    🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂ndamwemey kbsa umugore nuwu agwanirira umugabo wiwe😂😂😂

  • @raoultunchi5927
    @raoultunchi5927 Месяц назад +1

    Boha iyombwa

  • @Musindi736
    @Musindi736 Месяц назад +3

    Noe mbaz izo award zirimwo amafaranga angana gute kugeza aho umuntu yiyambika ibara

    • @user-yv4ht2tp9c
      @user-yv4ht2tp9c Месяц назад

      Ntibarwanira amafaranga bagwanira agashimwe. Amafaranga basanzwe bayafise agashimwe ni nk'agateka baba baguteye nubwo haba harimwo 1000Fbu

  • @ArseneIranzi-lb3uf
    @ArseneIranzi-lb3uf Месяц назад +1

    Mugab sinz ic baravy kugir ntibagah i breez

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 Месяц назад +1

    Umugore mwiza urwanira indoto yumugabo wiwe

  • @serugoburundi7044
    @serugoburundi7044 Месяц назад +1

    Ubwo Ibreezy kuvyo mbonye munzu aramuvugana uyo mugumutsi?? Hari abagabo bubatse kwr!😢

  • @BIGSTONE257
    @BIGSTONE257 Месяц назад +2

    One way kwel bamurenganij

  • @sainteaudreyg3458
    @sainteaudreyg3458 Месяц назад

    🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤔🤔🤔🤔🤔🤔Joël ubwiwe ntari fier😂😂😂😂😂kuko yaraziko ata mérita iyo award en plus ni chance yayitanze😂😂😂nibintu vya famille 😂

  • @bellairakoze2769
    @bellairakoze2769 Месяц назад

    Ama award yoyo menshi barayagura

  • @evelynensanga3330
    @evelynensanga3330 Месяц назад +1

    😂😂😂😂😂😂 yoooooo😂😂😂😂😂😂

  • @serugoburundi7044
    @serugoburundi7044 Месяц назад +2

    Yari yatekeye sapor mugasakosh, imaze kumuyayura rero ngo reka ngire content.😂 None uwuhawe award mwomenyera inoti atekererwa ingana gut? Ntimumbwire ko ari ivyo bistatut gusa batahana vyagumuye uyo mudada!😢

  • @tuyisebgejuvenal
    @tuyisebgejuvenal Месяц назад

    Ewe burundi ivyo biracabahose gutera induru muri awards

  • @Nidivin
    @Nidivin Месяц назад

    Ako nagacupa yariko aritamwo shn karimukazi

  • @djziidafoudre4094
    @djziidafoudre4094 Месяц назад +2

    Umugore ni mwenuyo ndakend…

  • @NezerweNelly-pd8lg
    @NezerweNelly-pd8lg Месяц назад

    Yari yaj yavyambariy muka I Breezy😂😂😂😂😂😂yioooo Breezy naga sac à main kumugore😢😢😢😢aramumaramaje vrt

  • @MukezamfuraJeandAubert-oj2ul
    @MukezamfuraJeandAubert-oj2ul Месяц назад

    Noe uwomugor koyisaz nubwamber abomy abareganw besh bariyakiriy

  • @onechap6
    @onechap6 Месяц назад +1

    😂😂😂😂

  • @garythebeast3056
    @garythebeast3056 Месяц назад

    Davina isonere gabanya ubusazi sha😂

  • @NtakirutimanaRodriguez
    @NtakirutimanaRodriguez Месяц назад

    Ubusuma ntibuzobura ntivyumvukana ko ONE AWAY yobura AWARD ntibibaho

  • @zubeaslay6566
    @zubeaslay6566 Месяц назад

    To be honest I Breezy yarayikwiriye,

  • @gloriairankunda5251
    @gloriairankunda5251 Месяц назад

    Mbe uyu joel yakoze iyahe ndirimbo🤔🤔🤔🤔

  • @dorynasraniyoncuti5879
    @dorynasraniyoncuti5879 Месяц назад

    Baraba uwatowe nabant benshi nivy barabiharura one way ntiyiger aj kur media abantu ntibamuz ariko joel arasubiramw songs kur piano connaissance iratuma abantu bagutor knd bakumenya kuvug ng joel ntiyakoz harura kuv mur summer yumwak uhez mwosang ataco yakoze nimurek rero cmmnts zitagira akamaro

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja Месяц назад

    😂😂

  • @bigirimanaregis1770
    @bigirimanaregis1770 Месяц назад

    Mumbabarire mumbarire ico Joël akora???One way yarakoze ama hit nama hit karahava plus de 60%yindirimbo zahiwacu niwe yaziko none atashuko!!!Davina ndamutahura caaane naho biba bidasa neza imbere yabantu abandanye arwanira yongera ashigikira umugabo wiwe.

  • @NkenguburundiKenny-xn8of
    @NkenguburundiKenny-xn8of Месяц назад

    Ninde mu producer yakoze hit nka ibreazy vrema??

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Месяц назад

    Nta Joël vrt yoba Best Director of the year yakoze hit zingahe uyu mwaka?Kosho gusa?I Brezzy niwe yakoze hit nyinshi cane uwu mwaka vrt za Bellisma,za mon logo,za Isezerano ibi bintu vrt biba birimwo ikimenyane ipu nta transparence ibirimwo namanyanga gusa nikimenyane ngira nibiturire.

  • @UwiringiyimanaRebecca
    @UwiringiyimanaRebecca Месяц назад

    Mukande kwifoto munkorere subscribe ndabakunda cyane ❤️❤️ cyane ❤️❤️ cyane 😊

  • @jimmynk5707
    @jimmynk5707 Месяц назад

    I brezzy nta mugore afise😂pombe sio majii😂😂

    • @Short_story12316
      @Short_story12316 Месяц назад

      Nizo war waguze ?🤣🤣🤣🤣🤣🤣

    • @Short_story12316
      @Short_story12316 Месяц назад

      Aho nyoko ntiyorwanir so ga mwabijuju mwe

    • @jimmynk5707
      @jimmynk5707 Месяц назад

      @@Short_story12316 .none yiyamamuye kurya hahindutse iki ataruko yimaramaje?ko atari yashimye azokore award yiwe ayihe umugabo wiwe ariko inzoga azigabanye

  • @cedrickbudrick5679
    @cedrickbudrick5679 Месяц назад

    One way ibreezy bamwivye though

  • @chervinmanirambona
    @chervinmanirambona Месяц назад

    Yagumutse buhoro kuko ntacotuma batayimuha

    • @richardniyungeko5803
      @richardniyungeko5803 Месяц назад +3

      Joel yakoze ama Mega hit menshi uyumwaka ntaho vyova ngo bayihe uyundi, kandi ikindi arazi kwimenyekanisha caane no kuri social media bigatuma atorwa cane.

  • @user-xr1ee4lg2y
    @user-xr1ee4lg2y Месяц назад +2

    GS birumvikan nn joël uyumwak indirimb yakoz igahiting niyih vrm akarengany ntah kazobashits vrm kamwan wamama ubwonubusum puuuuuuuuuuu

  • @Nidivin
    @Nidivin Месяц назад

    Wp kl uwomujama nubundi ntanazwi twetwatoye uwotuzi kandi abonabo baraba abatowe nabenshi ntibaraba ngwibik kandi nubundi Joël yarakoze naw sn

  • @BombeTSon
    @BombeTSon Месяц назад

    Ahubwo nibarabe ko adafise trouble mental,burya IBreezy zirya samples asohora arafise production yoza gutsindisha Joell?mbere jewe ari jewe ndayitanga ibreezy no muri liste sinomushiramwo,mwebwe murazi ico arico quality ya production?? Namba yaborewe natahe kuziryamika.

    • @bosconiyonkuru6151
      @bosconiyonkuru6151 Месяц назад

      Ndagusetse uvuzeko nka mon logo cank Bellisman idasumvya qualité Kosho ntavyimiziki uzi genda muvyo wigiy ibi sivyawe kabisa.Joel indirimbo ziw bass ni zero.

    • @BombeTSon
      @BombeTSon Месяц назад

      ​@@bosconiyonkuru6151😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ndanagutwenze ahubwo wewe,ikintu bita quality urakizi?ikintu bita mastering urakizi mu ndirimbo?bro jewe production yose ikorerwa mu Burundi ndeste no kw'isi yose ndayikurikirana buri mu producer mbanzi ahantu ari fort naho ari faible,tutazanye bimwe vy'amarangamutima production ya One way iri hasi cane ntiyokwitambika Joell vrmt tuvugishe ukuri,Belissima irya ntiyamenyekanye ngo nuko ikoze neza,jewe indirimbo zose zisohokera kwa Ibreezy ndazifata nkaho ari samples kuko ziba zikenye cane.

    • @bosconiyonkuru6151
      @bosconiyonkuru6151 Месяц назад

      @@BombeTSon ico niciyumviro ciwawe uzi ivyaw abandi bazi ivyabo ico niciyumviro cawe kidakuraho ivyiyumviro vyabandi

    • @BombeTSon
      @BombeTSon Месяц назад

      ​@@bosconiyonkuru6151Genda uyimuhe rero wewe ko bamurenganije,nakubwiye iyo aba ari nka jewe ntegura iryo higanwa ibreezy ntiyoja no mubahiganwa,umuntu atazi n'ama instruments niwe uriko urazana wemeza ko bamwivye mu gihe ba Trust Beatz ba Jigger Beat batateye induru?ibreezy nta kintu azi reka kuba mushira imbere ibishobisho.

  • @maniragabaeric1558
    @maniragabaeric1558 Месяц назад

    Kumb inzoga zirenze nuko zikora cnk nibiyayuramutwe😂

  • @urlichdylan5763
    @urlichdylan5763 Месяц назад

    @landry says ukuri Award yahawe na Joel?bigaruka K umuririmvyi mwiza wumwaka ariwe Fernando hit yakoze yakozwe na nde? Dukuyemwo hit zose zumwaka zivuzwa Haba locale Cnk internationale zakozwe nande? 🤌Dukuremwo agatumba