Muduhaye analyse ya Fresh basaza hama Awards zahawe abataribo ni 2 iya Best Producer irya ya Joël yari gutwara I Breezy one way aho nciye hose mumiduga muma quartier muna salon de coiffure indirimbo zose ziri hit aho uciye hose wumva ngo "One Way" en tout cas ama hit yakoze naho hoba kuva muriyo 2023 na 2024 Joel niwe yakoz hit nke par rapport yama hit yakozw na I Breezy Bellisma ariwe yayikoz ukumvango niyo Ndirimbo y'umwaka muga wumva uwayikoz nawe atariw aba ari Meilleurs Producer ou Arrangeur wuwo mwaka nyene.Soit aho harabayemwo amanyanga nikimenyane twese twarabibonye ico nicambere icakabiri naco Meilleurs aritist de l'Année ntiyari kuba Drama-T kuko uwu mwaka nta ndirimbo yaduhay akora indirimbo nabi kamw kamw atari kosho nayone ubu ntikivumye cane ntakindi kintu cank indirimbo yahatari yakoz uwu mwaka hariho abandi baririmvyi bakoz ama hit asara uwu mwaka kumurusha.Donc,twarabonyeko habayemwo ikimenyane na transperence ntiyari ikirenga ivyo bica bituma tubita aba no profetionnel ababiteguye cank habayemwo ibiturire vyose birashoboka kandi ubu tugiy kuza turaneka abantu bica ibintu badakoresha ibintu bitomoye birimwo transperence.
Ntandyandya zihari.nimwe mufana mudashizemwo.ubwenge noe nosara iruta bellisimma turetse na bellissima.iruta sitaki hit zariye tekana mwabana mwe award nta sentiment zama team zikora indirimbo yatowe irabikwiye hit ninyinshi mwiki gihe za madamu zose za tuzonabica tekana suburyarya bellissima irabikwiye
Abantu batari bakwiye Awards Ni aha: 1. Joel ntiyarayikwiye yari ikwiye I Breezy kuko biragoye gutahura ukuntu Bellisima yoba indirimbo yumwaka gusa uwayikoze ntahabwe Award. 2. Drama -t nta award yarakwiye kuko ntandirimbo yatanze uyu mwaka yari gutuma ahabwa irya Award yari ikwiye nimiburiburi Lino-G. 3. A.T.M Jeff ntiyarayikwiye iyo yatwaye babona ko batoyiha basi August Bari gutuma bafuta irya category. 4. Ngo D one urya wap irya bamuhaye bar gutuma bayiha B face
Isaac nibazako urikurashaka kuryosha emission😂😂. Ngo Nosara ironke award kubera?😂😂😂 Mwiyimisi B face usigayumutinya gose😂😂.Nosara irishwa na nyinshiiiiiiiiiiiiiii.
Ndibaza izi evenement zama award s bavyigiye kuri betawards you're america.....nta jury ubona btamanota berekana.....nimutandukanye events za competition BMA sicokimwe na PRIMUSIC😅😅😅😅😅😅
😢Uwumwaka kwr b face baramuvyonze sanaa bitege igikogwa co kubashwanyaguza
I breezy Niw afis Umudam Muri Entertainment ndundi yose kabisaaaa🙌🙌
Argent mukirundi ni *UMUJUMBU*🎉
D one Forever,✨👌
2 mumpe like muri bwabumwe.
Muduhaye analyse ya Fresh basaza hama Awards zahawe abataribo ni 2 iya Best Producer irya ya Joël yari gutwara I Breezy one way aho nciye hose mumiduga muma quartier muna salon de coiffure indirimbo zose ziri hit aho uciye hose wumva ngo "One Way" en tout cas ama hit yakoze naho hoba kuva muriyo 2023 na 2024 Joel niwe yakoz hit nke par rapport yama hit yakozw na I Breezy Bellisma ariwe yayikoz ukumvango niyo Ndirimbo y'umwaka muga wumva uwayikoz nawe atariw aba ari Meilleurs Producer ou Arrangeur wuwo mwaka nyene.Soit aho harabayemwo amanyanga nikimenyane twese twarabibonye ico nicambere icakabiri naco Meilleurs aritist de l'Année ntiyari kuba Drama-T kuko uwu mwaka nta ndirimbo yaduhay akora indirimbo nabi kamw kamw atari kosho nayone ubu ntikivumye cane ntakindi kintu cank indirimbo yahatari yakoz uwu mwaka hariho abandi baririmvyi bakoz ama hit asara uwu mwaka kumurusha.Donc,twarabonyeko habayemwo ikimenyane na transperence ntiyari ikirenga ivyo bica bituma tubita aba no profetionnel ababiteguye cank habayemwo ibiturire vyose birashoboka kandi ubu tugiy kuza turaneka abantu bica ibintu badakoresha ibintu bitomoye birimwo transperence.
Ndabakunda cane
❤❤❤🇧🇮💪✌️
Iyi ni vibe 💥💥💥💥💥
Uwutaravye iki kiganiro yahovye ndatwenze nimbavu ziruma hama urya mugabo ibreezy baramuboney vrt kuk agashimwe yaragakwiy kandi cane
Isaacc sarira kumusozi nosara iri mundirimbo nziza zakozwe gusa atagashimwe yotwara nukuri ikintu kibi kibabaje nica ibreez vrt
Analyse yanyu.ninziza cane.iruzuye kabisa🙌🙌🙌❤🤍💚🇧🇮
Nosara yarikwiye award nukwo muburundi huzuye iryarya
Ntandyandya zihari.nimwe mufana mudashizemwo.ubwenge noe nosara iruta bellisimma turetse na bellissima.iruta sitaki hit zariye tekana mwabana mwe award nta sentiment zama team zikora indirimbo yatowe irabikwiye hit ninyinshi mwiki gihe za madamu zose za tuzonabica tekana suburyarya bellissima irabikwiye
@@amolam97 urakoze
Baramwivye nivyo
I breezy 😢 baramurenganije vrm
Argent mu kirundi n' ifeza
🏵️umuziki wo muri Tz ntibizoshoboka ko muwirukana Ahubwo nimuharanire kuja iyo nabo bariko barajaa
Ubundi ino award yari yubusuma gusa I breezy na melanin harya bari bafise award kbx
Abarundi baragara cane, niyo mpanvu tudatera imbere. Gukoma amashi, naho woba utaryohewe nibiriko birakorwa, urabikora
Abantu batari bakwiye Awards Ni aha:
1. Joel ntiyarayikwiye yari ikwiye I Breezy kuko biragoye gutahura ukuntu Bellisima yoba indirimbo yumwaka gusa uwayikoze ntahabwe Award.
2. Drama -t nta award yarakwiye kuko ntandirimbo yatanze uyu mwaka yari gutuma ahabwa irya Award yari ikwiye nimiburiburi Lino-G.
3. A.T.M Jeff ntiyarayikwiye iyo yatwaye babona ko batoyiha basi August Bari gutuma bafuta irya category.
4. Ngo D one urya wap irya bamuhaye bar gutuma bayiha B face
drezzy rek kubesh sagatwiko ahubw nuk joel yabony k award atay merita
Iy événements yos yariyubusuma
Isaac nibazako urikurashaka kuryosha emission😂😂. Ngo Nosara ironke award kubera?😂😂😂 Mwiyimisi B face usigayumutinya gose😂😂.Nosara irishwa na nyinshiiiiiiiiiiiiiii.
Vrt one way yarakoze kumusumvya Joel ico kintu cikimenyane ntako kizoshikana umuziki w'uburundi.
Ndibaza izi evenement zama award s bavyigiye kuri betawards you're america.....nta jury ubona btamanota berekana.....nimutandukanye events za competition BMA sicokimwe na PRIMUSIC😅😅😅😅😅😅
Bleu cank Noir.......?
i breezy yaribwe.
Abarundi vrt, ngo francais ni VIP?😢 VIP ni Kirundi
Nivyo nyen numujumpu
Bronze nayo niki mukirungi?
😂😂ngonbega arga niyo izahabu😂😂
Nosara iri musi ya kosho ya corazo yisezerano no force sitaki Isaac rekana nab face nukuri mwacourage too
Mumujambo make mwaje gutera inkuru imbere ya camera
Gusa muz muribuka ko #Tylo_Demana yasaze mumusabire ubufasha.
😮😮😮😮😮😮😮
Hhhhhhh niatali
Joel numuhinyanyuzi.mwiza na ibreezy trust beat etc ntawuzi reo aho joel yamutsindiye yihangane😀😀kuko bosa nisawa bana
MasterLand araberwa kandi asa neza cane, hama abayeho ubuzima bwa Kimya kimya sh, ni dealman wa vrai.
Ico kintu cokuterekana indirimbo zindundi mukivuge cane kko ntivyumvikana
Nosara yarakwiy vrm
Urumva muburundi ntabakobwa beza bahari
Hhhh ikiganiro ciza
Kuber ik Nelly Nat mumutinya😂😂
Bavuga dresse code Isaac 😂
Hama bongereze intege kuri éclairage amatara yaka cane kuri stage, argent umenga ifeza nimba atari umujumbu mu kirundi
Abarundinyen turininzigo nihomukibimenya
Ariko basha njenatwenga ariko aiza ngoarija numujumbu
Karibusana osraria udatinya akaxi nibo nkabakozibomunzu muharura amasaha
Uburofa muburundi bwamaho kbsa nikibazo murimaramaza pee
Argent ni ifeza ham umujumbu ni bronze🤷
Uwo mupetit mukorana nawe nyene numubono noe amaz kuvuga ngo komasava yakwije 1M mumisi ibiri igitangaje nigiki? Indirimbo barishe breezy akabakorera challenge bashiramwo.imitahe bagira remix nurya mu petit noe abaririmvyi bafis amazina kundya babuz 1M mumisi ibiri napromotion barishe w ntubona kovyoba bihomvye kirya nigikorw camahera rek kuba muba abahuni diii iyufise impano haba habura amahera ngugere kure natwe aha iwacu babigiriye nka d one ntacotuma bitama ubonye chris brown bamurish agatamba sitaki
Akokant uvuz nik sat b kwizina afis biryabint ntivyaribikwiy natahur izina afis nubw yobakund gufash batoy biw ntiyocayifat nkumubono nkakury