Gigi na Reine muratesa nka TESA.. jewe nari sanzwe ndabizi. partie 2 izobe, girlfreind mère et fille...😂😂😂 jewe ndazi ko namuhezagijwe nka maman, grande sœur et la meilleure amie du monde❤
Wow ndaryohewe kugwa kuri kino kiganiro.surtout d etre au courant yiyo spa .IYO ndahamenya kare ama vacances yanje ntiyari guhera ntahaciye.tubakurikirana muri Canada Kandi turabakunda cane💕
Basha Gigi nanje ndamuzi kandi si ukuvuga ko tuzinanyi vyo kumenyanaaa ariko rimwe namibonye nkanamwumva ayaga neeeeeeza mbega Gigi ubwiwe ni massage mukuganiriza abantu.
Gigi ntuza kuntora hoshi genda ariko ndazi ko uri ryoha communicative vraiment👌
🥰🥰🥰🥰merciiiii
@@nkeshimanaeddygermain9044 Eddy ushaka nawe nkuvuge?
Wewe ubanza gusorora🤣🤣🤣🤣
Mwese ndabakunda nubwo ndabaheruka kera☺☺☺
Ndakeney kukumenya umukunzi kumuyobegwa ni echek irecouvrabl
Gigi na Reine muratesa nka TESA.. jewe nari sanzwe ndabizi. partie 2 izobe, girlfreind mère et fille...😂😂😂 jewe ndazi ko namuhezagijwe nka maman, grande sœur et la meilleure amie du monde❤
Umvaaaaa tuzobazanaaa
😍😍😍😍ego vraiment baZobazane
😍😍😍😍ego vraiment baZobazane
Ikiganiro ciza kugira umugenzi kugeza aho musa nk,abavukanye biratesa. Nti muhararana ngo mu harurukane. Komera bagore beza 🤗🤗🤗
Igituma Gigi atibagira nuko yashimishwa nivyo Reine yamukorera ndabikunze cane 😘
Nimwatanga award muri Girl friend ijwi ryanje ndarihaye aba😂😂😂❤
Girlfriend yuyu musi bihinduy isura kandi udushakir aband b maman👍👍❤💐🎊
c'est vraiment rare kubona abantu bakundana nkamwe autant d’années .umukama rugira vyose yabahuje abahezagire beza banjeuu. ndabatuye akaririmbo ka ncanjo kavuga ngo twaragendanye tutagenzanya dusenyera kumugozi umwe.
Bari funny..Imyaka nibiharuro nukuri💯💯
Whaouh good merci.
Mufise neza kuzana aba Maman.❤
Reine ar nkamabukwe wanje vyotesa👌👌👌😂
Oooh Reine nijewe ndamuzi nka muramukazanje vyukuri naratomboye nda ♥️ ❤️ 👌 caaane bimwe vyabaramukazi babantu wewe ivyo ntumubaze twibaniye nka ba sisters bavuye munda imwe n'umu dame yuzuye urukundo , umujanama mwiza,aganiriza burimuntu wese ukwari,ninkora mutima kuri jewe vyukuri.Uze wigumire ukonyene mwiza wanje.
Bivana nawew nyene ukuteye haruwo ugerageza kumwereka urukundo ugakora ukushoboy kose arako akakunanira so niba nawe urumunyamahoro ugahura numunyamahoro bica biryoha cane nimwirambire mwese mwarahezagiw
Woooww😍😍😍😍bashaaaa abantu bataraja Spa Eden Garden😩😩vous savez pas cq vous ratez😩😩😩mumbaze nije ndahaziiii😍😍😍😍😍
Barahovye vrmt aka massage ga tesa👌
Émission iryohey ntaranagera hagati😍😍😍
Ndabakuuuunze ab bantu nib bakundanye koko ni mwebwe ubundi vrm❤❤❤❤
Ese iyo ndahamenya ndi en vacance!!!!! Ngarutse nzohahigaaa❤️
Merciiiii bcp ku kiganiro ciza Hosy et Gretta❤️
Abamama nkunze can 🎉🎉🎉birekura CN 🎉🎉🎉❤❤❤❤ndabakunze 🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Vraiment félicitations muraduteramisha kubantu tutari hafi (tutari mu Burundi )
Waou girl frind yuno munsi ni🔥sinashak ko gihera
Wow ndaryohewe kugwa kuri kino kiganiro.surtout d etre au courant yiyo spa .IYO ndahamenya kare ama vacances yanje ntiyari guhera ntahaciye.tubakurikirana muri Canada Kandi turabakunda cane💕
Asha iyi ni number 1 ❤❤🎉
Iyo ndahamenya kwa Reine disi ndi en vacance😊 nzokurungikira ma maman 🥰
❤❤❤❤❤❤❤❤❤ Gigiiiiii 🤣🤣🤣 muraryosh ntushobora kwibaza!!!! Je vous aim bcp 😘😘😘😘😘😘
Gretta ma chrie sukuvuga ko tutabikunda ,gusa neza biraryoshe nuburyo buke tuba dufise ma chrie
Vive Girlfriend 😍😍😍😍😍😍😍😍😍😍😍😍 ayayaaa mon emission préféré!! Gretta na Hosy iyo duo yanyu ni iyambere p
😍😍😍❤️❤️❤️❤️🥰🥰🥰
June 1st babies 🥰 just like my beloved mom
Hozy nzokugurira aka gift vrmt ☺️
Reine ga basha numu chérie!!!❤❤❤❤❤
Good job les filles en tt cas vos emitions ziraryoshe kandi zirigisha canneee 👌❤️
Nukuri you guys are amazing
Hama merci kuri iki kiganiro
Mbega ikiganiro basha ikikibaye icambere uyumu maman aratesa yarahezagiwe nibake bafise uyomutima wurukundo gushika ngaho niyompanvu aguma ari jeune kumubiri nokumutima ❤❤❤
Uwo muntu akora muri Mutuelle numu collègue mumundamukirize
Waouh!! Ikiganiro gitesa👌👌ndakunze Can reine 😘😘😘😘😘 mbe umugongo ugway kuber anesthésie mwowuvura nez?
Waou
Iyi Girlfriend niyambere ❤❤❤
Twaryohew cane
Mme Reine big up ma Chrie,nanj tuzokigire mvuge ingene wankarira,hhhhh,gusa ndagukunda urabizi bisouuuuuus
10 over 10 this ladies😍
baranryoheye abo ba maman . mercı pour l emıssıon🥰🥰🥰
Baratesa sana👌🏻👌🏻😍😍💯💯
Ntwengejwe naka beifa ndangira Aho bagira tatouage
Hozy chrie émissions zawe zampebeshej ama podcasts y'abanyamahanga🤌🤌🤌
Erega nta yindi tv online ingirako iyo éffet!
Je salue ton dévouement ma belle🎉
Olala muraryoshe❤❤
Nukur.jewe.ntarosi.amamega.daryara.damùkuda.Ozzi❤❤❤❤
Gree erega namwebwe muri aba maman😂
Ooh those ladies are so cool
Vraiment félicitation
Ooob my people I love it
nyene Siren Vibes tv ndamukunda canee rwose
Iki kiganiro ni cyiza cyane. Murasa neza.Hosy abo bantu bakora goody bakeneye amakarito bagana Jabbar developments ltd a quality box factory in Kigali
Waouh comme couple nibn and pour vacance yeah waouh tuzoza
Wow, ubugenzi butesa❤
Waouh❤❤❤❤❤❤nta myaka ijana tuzomara😂😂😂😂😂ubugenzi ntamyaka muhezagirwe bkp bkp❤❤❤❤❤
Turabakunda nantu bacu beza❤
Jewe umu girl Friend wanje ari muri Canada ndindiriy kubaza Aho azozira. Murakoz cane Ku bakuz nday ntasinziriy!
Mbariza madame Reine ko avura amasununu svp!
Woow mbega umu.dame mwiza wee mwonduha adress yaho.akorera
Felicitations bakunzi
Naje ni le 1.6 mon anniversaire. Ikigira 2 Gretta afise umwana yitiranwa n'uwanje😂. Duhuje vyinshi uyu musi
Ikiganiro mwagihinduriyemwo nticabaye girl friend
Non ivy birabah?😍😍😍
Wooww😍😍
Ntimubesha! Scéance ni max 50 min Aho ntuye!
adresse svp reine turashaka kumenya aho mukorera
Wow
ndifuza komwogarukana abo badamu bayaga neza cane
Iyi niyamberee👌😍😍😍😍
le 1 er juin tumenyane
Aba dame batesaaaaa
Ni vyiza caaane kugira umugenzi nka Gigi kuko effectivement benshi ni ukwigirisha
Waoo❤❤❤
Musa neza but ozzy ivyo bisuko bisa neza birakuberey
Nr 74 Av Muyinga c'est noté
😍😍💯💯
Uyumumama mumpe whatspp yiwe kwel amase nanje
Donc ntabwo uri masseuse mais tu es Massothérapeute parce-que tu donnes des massages thérapeutiques .
Alalaaaaaa snzosiba
Uwo mumaman ndamuz munyabungete kanyosha
Muratesa
Biraryoshe cne
Abo nabamber nukur
Kuraba ikiganiro 1h yose biragoye reka nze kuraba Aho muvuze 🙄🙄🙄
😂😂😂mpore mpore!! Bisigura ko usanzwe utadukurikirana
Hosy nshaka mundangire aho mwagirishije tatouage ya tiro pliiiiz
@@sirenvibestv lol, ignore that comment ahubwo part 2 yabo niryari?
Nukuri you guys are amazing
Hama merci kuri iki kiganiro